Asize abivuze.Pasteur Lameck yari yaravuze ivy'urupfu rwiwe.Menya amateka yamuranze utamenye.
Вставка
- Опубліковано 19 бер 2023
- Mu kiganiro yagiranye n'@iribaryiza1 mu mwaka uheze.YAtuganirije vyinshi kukugaruka kwa YEsu yongera atubwira uko abona Urugendo rwiwe mw'Isi
Imana iguhe uburuhikiro bwiea papa wacu ntituzokwibagira warumuvyeyi wimpfuvyi nabapfakazi❤
Yesu agutuze heza cane mukozi w'Imana warakoze ibikwiye kwubaka ishengero rya Kristo natwe Umwami adufashe gukurikiza amajambo y'Imana meza twigishijwe
Itahira mahoro mutama. Imana wakoreye izoguhembe .Ripa mutama kwisi nuko siyacu.
Amen Mana uradushoboza kugira iherezo ryiza kuko kuriyisi tunanizwa navyinshi
Uzompe kukwitaba vyizigiro aho uzohamagara amazina Amen muruhuk mumahoro mukozi w Imana
Guherubw arambarir ati hahirwa abo bashumba shebuja azoza agasanga bari maso Amen
AMEN MWIRUHIKIRE AMAHORO
Mwarakoze cane Mon Pasteur !!! Kutureresha Amajambo y'IMANA mu Gice, impanuro zanyu, amasengesho yanyu. Mwarakoze cane
Warayikoreye Mukozi w'Imana. Imirimo y'abera Izagenda Ibakurikira
RIP ariko c abantu twabay gute kuk dushira hanze ubukorwa vy'umuntu vyiza yakoze aruko apfuyeeee akiri muzima tutabisangij abandi shaaaa ucumenga dukunda agapfuyeee mbiswa nirenganire
Urabesh ubutumwa bwiw bwariko kuri you tube
Imana yakwakiriy cn gose
Imana ikomeze kumutuza aheza@kuko yakoze ivyiza akiriho.natwe tumwigireho
Iman ntaco izokora itibiye akabanga abasavyi bayo ivugisha.
Imana imwakire
Uyumutama Imana Imwakire mubwami bwayo
Amen Mana urampa iherezo ryiza
Umwami Yesu agira neza kandi n'umwizigirwa muri vyose. Tuzohurira mu Bwami bwa Yesu kristo.
Bizindavyi Gervais indirimbo ya tenzi za kijini 102
Ibyahisuwe 14:13
Numva ijwi rivugira mu ijuru rimbwira riti “Andika uti ‘Uhereye none hahirwa abapfa bapfira mu Mwami wacu.’ ” Umwuka na we aravuga ati “Yee, ngo baruhuke imihati yabo, kuko imirimo yabo ijyanye na bo ibakurikiye.”
Ruhuka amahoro mukozi w' Imana imirimo myiza wakoze iguherekeze 🙏
Ubu avyagiye ahera mw'ijuru. Abamalayika baranezerejwe no kwimbura umugeni
Ruhuka Muvyeyi mwiza.
Amajwi yiwe ntasohoka,ntanakimwe twumva. Ahasigaye niyiruhukire amahoro,isaha y', Imana yarigeze!
Biraterwa na telephone mukoresha ahandi birumvikana
Umwami Imana Irera kandi ni Umunyarukundo
Ruhuka amahoro mukozi w'Imana
Yesu uzoduh iherezo ryiza
Murakoze kuduha ivyo yasize avuze
Urugendo gwiza mukozi w'lmana lman icoma nkanzokubona mwijoru
Nukuri iki gihe Umukwe ariko atwara umugeni wiwe
Mana mpa guhinduka vyukuri
Umpishe mumababa yawe kuk ibiri imbere ntivyoroshe
R.I.P mon Pasteur
Iruhukire amahoro warakoreye Imana
Iruhukire mukozi W'Imana wararikoreye rijandajande mwo
Iruhuko ryiza cane mwarayikoreye mubikiwe ibitsibo
Ruhukira amahoro mubwami bw'Imana 🙏🙏🙏papa wacu😢😢
YESU UZOMPE KU KWIZERA NO GUKORA IBIKORWA VYO KUGOROROKA ,NKORE NIVUYE INYUMA NTIDODOMBA. KANDI UMPE KUGUMA MU MUHAMAGARO WAMPAMAGARIYE.
Imana ikwakire mubwamibwayo
Hahirwa abapfa bapfira MWAMI
Ni wirukire amahoro❤
Imana iguhezagire
Imana ikwakire mubwami bwayo papa wachu😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭
Mwigisha uruhuk amahoro hari bensh twamenya yesubkubwayo natwe tuzohuriray mwijuru
Hahigwa abapfira mu mwami RIP mon Pasteur
Uyumisaza yakoreye imana nka mpyisi
Ruhuka mahoro
Hahirwa abafabafira mu Mwami🙏🙏😭
Ndakwinginze Mana uzumpe iherezo Ryiza.
Uyu hisi IMANA imwakire vrt ntakintu nakimw yavuze kitariko gishikir ibihug u nacane uburundi .
Ibikogwa vyiza wakoze bigukurire Pasteur wacu
Ndagusavye uzompe iherezo ryiza mana😢
yaratubwiye
Naruhuke amahoro kandi
Imana imumenyere uruhande rumukwiye kuko ijambo ry'Imana rivunga ngo
Numva ijwi rivuye mw ijuru rimbgira, rit' Andika, ut' Uhereye none hahirwa abapfa bapfira mu Mwami. Kandi Mpwemu aravuga, at' Ego me, ngo baruhuke ubutame bgabo, kukw ibikorwa vyabo bijana na bo bibakurikiye.
Ivyahishuriwe Yohana 14:13
niwigendere namahoro MUTAMA wanje IMANAiguhe uburuhukiro budashira
MWISI, TURI INYAMBUKIRA N'INGNZI!!!! ICOMPA TUKAGIR'IHEREZO RYIZA!!!
Icompa nkazokwipfira nkukw'abagororotsi bapfa
❤❤❤
Iruhukire amahoro warumuvyeyi wakarorero icompa nkazogira iherezo ryiza nkirya bagororotsi
Nanje Mwami uzumpekurangiza neza
Amen amen
Imana iko yimbura abantu bayo vyukuri.. rest in perfect peace papa 😭🙏
Ppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppp de
Tuzohurirayo kabisa
Aho muri murasinziriye.Murangije neza.mwaratwigishije bikwiye tuzokwama tubibuka
ruhuka amahoro mushumba wImana.wakoz ibikorwa vyiza wakorey Kristo mubwizigirwa aguhe gutuza ahera
Rest in Peace .Twamenye Yesu kuko witanze ukamutumenyesha ,tuzokubona muri bwa bukwe.
Aratashe....yooo...mwijuru numusi mukuru kweli.
Yesu yaraguteguj papa rukamumahoro
à Dieu pasteur Lameck on t'aime
Yoooo yafuye nasinzire abayo ntabwo bafa barasinzira yoo mudusabire natwe turinyuma tuzarangiz neza 😢😢😢😢😢😢
Iruhukire amahoro warayikoreye
Imana idufashe
Bambimyambar yera warayikorey
Wavuga nkuwugira yigire manawe izompe nanje mbe mubawe nka pasta😭😭🙏🙏
Amen amen
Mana nisabiye iherezo ryiza nkiri mwisi umpe kugukorera
Amen
Rest in peace man of God wakoreyimana ni wiruhukire mu mahoro
Niwigire Amahoro Muvyeyi wanje
R I p papa😢😢 sinkeka ahuri uramajoro ❤❤❤❤
Ameen
Nimwiruhukire muvyeyi wacu wari waratwigishije vyindhi nuko abantu batumva
Rest in peace Papa!!!
😢😢😢😢 terribles
Rest In peace the Man of God
Nezerwa Aho uri niheza
Mwijuru numusi mukuru kweri kk atoye umugeni wiwe
Igire mutama waramfashije kugumana na Kristo ubwo wanna hafi ku Ntahangwa mu nyigisho z'urubatizo kdi wari umwungere en 1994 avant que ntahuka mu Rwanda,n'ubu ndakobenje sinzoreka igire tuzagusanga yo
Uwiteka arikumwe nawe
Ruhuka mumahoro mutama wacu intahe zawe zizohindura beshi muri twebwe abuzukuru nawe
❤
Ni mwiruhukire amahoro papa wacu
--Murabe amashusho mupresenta kuri video ko aba ameze neza. Be careful Iriba ryiza Tv.
-- RIP to our Pastor 🙏
Aheza mwijuru tuzeduhurireyo
Imanimwakire mubwamibwayo aze adusabire natwe
yiruhukire amahoro uwo mutama,tumuziko vyishi vyiza
Nne uwo muziki nuwiki ko tutavyumva neza?
Rest In Peace
Warayikoreye iruhukire muvyeyi Rip
Niyigiramahoro yarabovyimbuto
Uburuhukiro bwiz
Ameeeeen
Rip mutumishi wamungu
Nukuri abo wigishije tugakomeza turakwibuka ntituzagutenguha ushoje neza ruhukira mu mahoro
Rest in heaven papa🙏❤️
Ruhuka papa wa cu
Rest in peace my Pastor
Ruhukamahoro kuko ntankeka urimubwamibwimana
Rip papa lameck
Rest in peace