Amajambo ya nyuma ya Révérend Pasteur NDIKUNKIKO ELIE kw'ishengero
Вставка
- Опубліковано 12 тра 2024
- Yigisha i rya nyuma mw'ishengero i Ottawa hamwe na Révérend pasteur Onesphore Rukwiririkanya na Révérend Pasteur Samuel inyuma yo gutunganya ivyari vyarabagoye vyose.
- Фільми й анімація
Harahiriwe uwamenye Yesu Kristo,icompa nkazopfa nkuko abagororotsi bapfa❤
Imana Ishimwe kubwuyu mukoze wayo kand Imuhe kuba muribwabwiza buhoraho natwe dukore ivy'Imana igomba kugira tuze duhurire isiyoni Amen
Amen Amen Amen !!! Muvyeyi wanje nkunda k'umutima
Nukuri. Yesu. Akwakire. Mwijuru. Nanje. Ndasavye. Yesu. Azampe. Iherezo. Ryiza. Sinzapfe. Ndindagu nushimweyesu
Amen amen! Muvyeyi waaacu! Tuzokwama twinovora indya z'impwemu mwatugaburiye ❤❤
Yesu akunezereze and uzogume udusengera no kwa Data Mwijuru Amen Amen God is always 🙏 Good
Âme Âme Âme IMANA shimwe kubwiragi ryumukoziwayo
amena uwiteka imana ikwakire mubwami bwayo iguhuburuhukiro bwiza cn
Amen uburuhukiro bwiza
Amina
Aman pasta imana iguhe uburuhukiro bwiza
Jésus purifie moi de tout péché
Amen
Amina!!!!
😢🕊🕊🕊
Amen Amen
Amen
Yesu atweze n amaraso yiwe
Amen🙏🙏
Amen 🙏🙏🙌
Ruhuka amahoro.lmana ikunezereze
Ahez nimwijur mukoz wiman
Erega umuvyeyi wacu yarumva umuhamagara. Nukuri ijambo ryo kwitaba ryari mukanwa kiwe. Mana urazompa kwitaba nanje niwampamagara. Nze nsangwe ntagira agasembwa nce nitaba muri Mpwemu yera
Hahirwa abamesuye invune zabo
Nuhukamahoro muvyeyi
Iryo jambo yarikunda caaane
Yesu mwami
😂 imana ikwakire mubwami bwayo tizokwamatukwibuka
Icompa kazopfa nkuko abagororotsi bapfa
Aamen
Mpwemuuu Yeraa Adushobozee kwama Twezwaa
Amen
Amen amen amen
Amen
Amen
Amen
Amen