Це відео не доступне.
Перепрошуємо.

INGINGO 6 ABADAYIMONI BAFATIYE ISHENGERO - HAGIYE KUZA UMWIJIMA UKOMEYE/Pasteur Thomas

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 3 кві 2024
  • Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149
    Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
    / @meirratv
    Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
    Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
    +257 79 24 16 79 (WhatsApp)
    +257 79 08 91 49 (WhatsApp)
    YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

КОМЕНТАРІ • 74

  • @NINGANZA-of8tl
    @NINGANZA-of8tl 4 місяці тому +2

    Amen 🙏 amen 🙏 IMANA ibahumugisha mwishi

  • @FerdinandNshimirimana-wi2fm
    @FerdinandNshimirimana-wi2fm 3 місяці тому +2

    Imana idutabare twezwe kuko Yesu ari hafi

  • @jacquesndikumana7755
    @jacquesndikumana7755 4 місяці тому +2

    Uhoraho aduhe gutahura ivvyo Mpwemu abwira ishengero🙏aduhe noguhinduka mungeso zacu twame turindiranye igishika ukugaruka kwa Yesu kristo

  • @user-xu8rx6ib6h
    @user-xu8rx6ib6h 22 дні тому +1

    Imana ishimwe vyukuri kubwurukundo idukunda ❤

  • @GodelieveIrankunda-fo9ly
    @GodelieveIrankunda-fo9ly 4 місяці тому +2

    Ndafashijwe kweri yesu akomeze umukozi wayo

  • @marietuyisenge7831
    @marietuyisenge7831 4 місяці тому +1

    Imana idutabare muriyimisi yanyuma iduhe Mpwemu Yera tubashe kubona kure

  • @hatungimanavianney
    @hatungimanavianney 4 місяці тому +2

    Imana ibahe umugisha bakozi b'Imana

  • @bigirimanapapy5253
    @bigirimanapapy5253 4 місяці тому +1

    Amen Amen Amen !!! Murakoze cane kumpanuro !!! Ndazifashe nkama

  • @user-zs7fy3zp1x
    @user-zs7fy3zp1x 4 місяці тому +1

    Ooooh IMANA IDUTABARE

  • @leoncenininahazwe8551
    @leoncenininahazwe8551 4 місяці тому +2

    Yesu Abamperumugisha kurikigikogwa ciza muriko mushikiriza Kandazadufashe tuzaje mwijuru

  • @user-li2uj8mw2m
    @user-li2uj8mw2m 4 місяці тому +2

    Umwami Yesu Kristo adufashe caaane

  • @user-zj4vd3pe4x
    @user-zj4vd3pe4x 4 місяці тому +1

    Mukozi W'Imana vyaradushitseko kera ahubwo abagihagaze nibataze Imana igire ico idukorera muri iyi misi y'Iherezo.
    Mana hembura igikorwa cawe muri iyi misi y'iherezo
    Mw'Izina rya Yesu Kristo.

  • @NiyoncutiEnock-tw7bm
    @NiyoncutiEnock-tw7bm 4 місяці тому +2

    Murakoze caaaaan kutwigisha

  • @innocentndayiragije1151
    @innocentndayiragije1151 4 місяці тому +1

    Ishengero rizize abagabura babi. nukuri lmana iguhezagira kubutumwa utuhaye

  • @user-et8zh9zd6d
    @user-et8zh9zd6d 4 місяці тому +1

    Amen

  • @haburanimanagerard9505
    @haburanimanagerard9505 4 місяці тому +1

    Ikibazo uyoberwa uwa Kristo n'uwutariwe ufatiye ku ngeso.
    Merci pr les productions de votre chaîne

    • @meirratv
      @meirratv  4 місяці тому

      Merci pour votre observation 🙏💖

  • @sylvestremanirambona-bd6fp
    @sylvestremanirambona-bd6fp 4 місяці тому +2

    AMEN

  • @ZabulonNimbona-ff4dl
    @ZabulonNimbona-ff4dl 4 місяці тому +1

    Imana idushoboze kuy'Ishingirintahe no kuyigororokera.

  • @KellyNiyongabo-xg9xn
    @KellyNiyongabo-xg9xn 4 місяці тому +1

    Imana Igufashe iguhezagire muntu w’Imana. Ndizeye ko tuzohurira kwa Data.

    • @meirratv
      @meirratv  4 місяці тому +1

      Amen 🙏💖

  • @user-xo9sj1cn6o
    @user-xo9sj1cn6o 4 місяці тому +1

    Amen Imana idutabare kandi Imana ihezagire MeIR Tv

  • @emmanuelniyonsaba8194
    @emmanuelniyonsaba8194 4 місяці тому +1

    Yego

  • @alicendikumwenayo4227
    @alicendikumwenayo4227 4 місяці тому +1

    Ewe Mana duhe kwihanira kureka kugira bikund tuzohereyo🥰

  • @user-lk5ib2xg2s
    @user-lk5ib2xg2s 4 місяці тому +2

    Yesu adushoboz kugororoka

  • @user-ob2mi6wn9r
    @user-ob2mi6wn9r 4 місяці тому +3

    MPA KUKUGOROROKERA MWAMI WANJE NZOKUBONE

  • @jimmyjambo2416
    @jimmyjambo2416 4 місяці тому +2

    Ewe IMana idufashe

  • @user-li2uj8mw2m
    @user-li2uj8mw2m 4 місяці тому +1

    Imana idufashe guhagarara neza

  • @innocentndayiragije1151
    @innocentndayiragije1151 4 місяці тому +1

    ubutumwa bucenewe mwinominsi yanyuma nukuvuga ubutumwa bwokwanka ibyaha bagombe bagure amabuye aboburyoheye bagumwe mwishengero abatabucyeneye basohoke ubutumwa buryoheye amatwi subwo muminsi nkiyi beshi basubiyinyuma lmana itabare ishengero

    • @meirratv
      @meirratv  4 місяці тому

      Imana idutabare. Murakoze cane kur'ico ciyumviro canyu ciza 🙏💖

  • @pierreclaverndiho9548
    @pierreclaverndiho9548 4 місяці тому +1

    Aaamen.Yaradusezeraniye ko ataco izokora itibiye akabanga abasavyi bayo.

  • @innocentndayiragije1151
    @innocentndayiragije1151 4 місяці тому +1

    Bungeri bakuze mwishengero nimutabare muvugukuri ishengero ryarinjiriwe mureke kwinjiza ibyomubonye mwishengero ngonuko batanga amashikanwa meshi nimwebwe muzobibazwa kuri wamunsi.

  • @innocentndayiragije1151
    @innocentndayiragije1151 4 місяці тому +2

    gusa abayozi bishengero muragaba kdi mukomeze gutanga ubutumwa ukomwahamagawe mwirinde abadayimoni binjiye mumasheroro bogukunda impiya ariyo mahera nokwimika abapasitori ntimurabire kumashure harabadayinoni batutse ngohimikwe amashure mugakiza nukwanka ibyaha

    • @meirratv
      @meirratv  4 місяці тому

      Murakoze cane kur'ico ciyumviro canyu 🙏💖

  • @user-tr7do1gm5d
    @user-tr7do1gm5d 4 місяці тому +1

    Mana udushoboje cane papa wacu

  • @patrickmulage1753
    @patrickmulage1753 4 місяці тому +1

    ❤❤❤❤

  • @benjaminhakizimana-uw9hq
    @benjaminhakizimana-uw9hq 4 місяці тому +2

    Ayomajambo nayukuri nayokwizegwa iyo nimanivuze

  • @user-zs7fy3zp1x
    @user-zs7fy3zp1x 4 місяці тому

    NABITWA NGO NABOTUYOBOYE BARAFASHWE MPIRI

  • @leverienndayitwayeko
    @leverienndayitwayeko 4 місяці тому +2

    Amen

  • @pierreclaverndiho9548
    @pierreclaverndiho9548 4 місяці тому +1

    Aaamen.Yaradusezeraniye ko ataco izokora itibiye akabanga abasavyi bayo.