Elie NDIKUNKIKO ABWIYE ISHENGERO IBANGA RIKOMEYE IMANA YAMUHISHURIYE
Вставка
- Опубліковано 2 жов 2024
- MEIRRA Tv dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima ibicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!
urumugisha mutama.turagukunda goseee.Imana yaragusiz amavuta kandi warayazigamy mushumba mwiza
Amen 🙏💖
Imana nishimwe kwizoza kutujana.
Nagira mbaze ko vyokunda: hari abungere b'ishengero rya Pentecôte mu Burundi nifuza kumva ubutumwa bwabo. Aho novuga nka Mwungere Madengo na Mwungere Wilson.
Ko twagiye tubona mu bikorwa bafata ubwo butumwa, vyokunda ko mushika mu bubiko bw'ishengero mukabudushikiriza? Mwoba mudufashije caaane.
Murakoze cane kur'ico kibazo ciza mutubajije. Tuzogerageza ibishoboka vyose tuburondere.
Nivyo kabisa!
Yesu Kristo abahezagire
Ubwontiyatashe.kuruhukaa.padengoo??canke.yobaruyundiii??
Amen 🙌🙌
Amen 🙏💖
Amen ❤
Amen 🙏💖
Murakoze cane ibi bituma twegera Imana
👏
AMEN
Amen 🙏💖
A bênção do céu sobre este povo crente! Amém!
Amen🙏💓
Amen Yesu adufashe cane Azaduhe iherezo ryiza
Yesu azotwara umugeni ndabihamya
Amen 🙏💖
Urakaza hareruya. Ni wewe mwami wenyene
Amen🙏💖
Umugeni yaratashe mwijuru
Amen 🙏💖
Amen
Amen 🙏💖
Nukuri n'ukurangurura
Amen 🙏💖
MIERRA.uko muzozana mutama nkunda like na coment yanje izihuta😄
Yesu abahezagire!
Kand'inkovu zazamambo araza zikiriho,kandabacunguwe Bose barazinezererwa,ameeeeen
Amen 🙏💖
MEIRRA
🙏💖
Amen
🙏💖
Bien
Ameeeen!!!!!
Amen 🙏💖
Turanezerewe cane kuko Yesu azogaruka kutujana mw'ijuru.
Amen!🙏
Muhezagirwe caane
Amen!
Mwarakoze
Amen🙏💓
Maranatha
Amen!