UBUHANUZI bufatanye n'INTAHE_URIKO URABIBA IKI!?By Preacher Jacky

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 23 чер 2024
  • Shalom tubahaye ikaze kuri uru rubuga IRIBA RYIZA aho tubasangiza ubutumwa butandukanye buhindura imitima bukayitumbereza ku mwami wacu YESU CHRISTO. Turabizi neza iyi si ntituzoyamamwo hari igihe tuzoyisezera twigire iwacu kuruhuka.Turagutumirira kwakira Yesu mu bugingo bwawe Kugira akwuzuze amahoro yose. YEsu abahe umugisha
    #intahe #zaburinshya #emcitv #ytb #ytshorts

КОМЕНТАРІ • 31

  • @user-pf2bu4hn1j
    @user-pf2bu4hn1j 12 днів тому +1

    Amen❤❤❤❤

  • @NSANGIRANABOJeanPierre
    @NSANGIRANABOJeanPierre 13 днів тому +2

    🖐️🖐️🖐️🖐️🖐️amavuta imbaraga

  • @ndayizeyeboniface8776
    @ndayizeyeboniface8776 20 днів тому +5

    Jaki imana iguhe umugisha

  • @NiyogushimaodetteMenager
    @NiyogushimaodetteMenager 20 днів тому +2

    Amen

  • @user-li2uj8mw2m
    @user-li2uj8mw2m 20 днів тому +2

    Yesu aguhezagire caaane

  • @chimwemweclaud2757
    @chimwemweclaud2757 14 днів тому

    Wamumamawe imana iziguhiherezo dyiza mbere tukiri muriyisi ndipfuza kukubona imbona nkubone ukashingira nibindibishingantahe numva mpezagiwe caane

  • @kimanaGribrt
    @kimanaGribrt 4 дні тому +1

    Mubibona gt

  • @user-hx2xd3ok6t
    @user-hx2xd3ok6t 19 днів тому +1

    YESU Abahezagire cane Muvyeyi

  • @bernadettesakubu5186
    @bernadettesakubu5186 16 днів тому +1

    Ndiho akomeze kubagirira neza nkri mwavuze ivyo jw narabonye komwatahuye Imana mwizeye.

  • @BukuruNicole
    @BukuruNicole 19 днів тому +1

    Warakoze Mana uko birii kose lmana yacu iguh umugisha.

  • @Kanuma50
    @Kanuma50 17 днів тому +1

    Alléluaaaaaaaa amen yes mazina❤👍👏👏👏

  • @garythebeast3056
    @garythebeast3056 16 днів тому +1

    IMANA ikongere amavuta ubirimwo neza

  • @CelenieNsavyimana
    @CelenieNsavyimana 8 днів тому

    Aaameni can lmana igukomerezamabokomo muvyeyi

  • @RukundoEvelyne-qs3he
    @RukundoEvelyne-qs3he 19 днів тому +1

    Ndagukunda ❤ndaguheruka kera

  • @ndayizeyeboniface8776
    @ndayizeyeboniface8776 20 днів тому +1

    Namwe pasta rujuira komera

  • @EricUrayeneza-t5g
    @EricUrayeneza-t5g 18 днів тому +1

    Mudukumbuje iwacu

  • @dzelbahnijmb1765
    @dzelbahnijmb1765 20 днів тому +4

    Pentecote ya jijutse spiritually, ko isigaye ireka aba Maman nabo ngo bavuge ijambo rya nyene ryo! Uzi ingabire zuzuye mu bagore na bakobwa bafukiranye! Imana ikomeze ibahe ihishurwa.

  • @JonathanNduwimana-sl3jw
    @JonathanNduwimana-sl3jw 11 днів тому +1

    Yivugire izoguheba🎉🎉🎉

  • @user-it7xz4wk7r
    @user-it7xz4wk7r 18 днів тому +1

    Mwana uranezereye umbwiye ubutumwa nari nkeneye shishikara ukore Mpwemu yera ari kumwe nawe iyondonka number zawe vyari kumfasha

  • @user-it7xz4wk7r
    @user-it7xz4wk7r 18 днів тому +1

    Kandi nanjenitwa Jacki mpa number zawe

    • @iribaryiza1
      @iribaryiza1  18 днів тому

      +257 79 42 27 77 niya WhatsApp

  • @user-xh2cj4xn4x
    @user-xh2cj4xn4x 19 днів тому +2

    Ewe Gervais sha yesu yaragusororeye waronse umugore Jacqui! ndakuzi kwa maman dylla nje kuraba mariya mu carama !kumbe aho niho ugeze?? Gervais nawe twariganye i lumière yarumu Pentecôte adateyamazi pe!ngira nukwisonzesha yarisonzesha cane yemwe kuko na taille yiwe yari imezukuntu!😂 muhezagirwe mbifurije ijuru.

    • @iribaryiza1
      @iribaryiza1  19 днів тому

      Yesu ahemba neza nukuri. Murakoze

  • @user-dc5id6eu1y
    @user-dc5id6eu1y 20 днів тому +2

    Amen

  • @user-hh9hb2ub2d
    @user-hh9hb2ub2d 20 днів тому +2

    Amen

  • @user-em6lj6hx2c
    @user-em6lj6hx2c 20 днів тому +2

    Amen

    • @KimanaSanta
      @KimanaSanta 8 днів тому

      Mwompa tel zanyu nafashijwe caneeeeee