Це відео не доступне.
Перепрошуємо.

😭URUPFU RW'UMUKOZI W'IMANA Rev. Past NDIKUNKIKO:Imwe mu nyigisho yigishije mu misi yanyuma

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 6 тра 2024
  • Shalom tubahaye ikaze kuri uru rubuga IRIBA RYIZA aho tubasangiza ubutumwa butandukanye buhindura imitima bukayitumbereza ku mwami wacu YESU CHRISTO. Turabizi neza iyi si ntituzoyamamwo hari igihe tuzoyisezera twigire iwacu kuruhuka.Turagutumirira kwakira Yesu mu bugingo bwawe Kugira akwuzuze amahoro yose. YEsu abahe umugisha
    #intahe #zaburinshya #emcitv #ytb #ytshorts

КОМЕНТАРІ • 54

  • @NdayitaziraArsene
    @NdayitaziraArsene 3 місяці тому +2

    Amén amén murakoze. Turizera Neza yuko Ahari umukozi w'Imana ko Anezerewe. Turamwipfurije uburuhukiro bwiza!!

  • @JosephJoseph-bt1nz
    @JosephJoseph-bt1nz 3 місяці тому +2

    Ruhukamahor'Muvyeyiwaci'lMANA yariyaraduhaye'kuturongor 14:10

  • @NtakirutimanaSylvain
    @NtakirutimanaSylvain 3 місяці тому +1

    Imana ishimw

  • @yanickuttar8123
    @yanickuttar8123 3 місяці тому +2

    Nakuze numva ashingirwa intahe ikomeye mw'ishengero rya Pentecôte, ishengero ry'i kiremba, Imana imuhembere ivyo yakoze, benshi twizeye kuko Abo bizeye imbere yacu.

  • @GatekakimanaDarlene
    @GatekakimanaDarlene 2 місяці тому +1

    Ruhuka imanikeakir mubwami bwayo

  • @YaranyumviyeBeoline
    @YaranyumviyeBeoline 3 місяці тому +3

    Arahiriwe kuko araruhutse, Yesu kristo amwicarike heza yamuteguriye, icompa na jewe nkazorangiza amahoro

  • @JosephJoseph-bt1nz
    @JosephJoseph-bt1nz 3 місяці тому +1

    Ruhukamahor'muvyeyiwacu'lMANA ninziza'icompanajenkazophankukwabagororotsi'bapha

  • @NISHEMEZWECyrille
    @NISHEMEZWECyrille 3 місяці тому +2

    Turashimiye Imana yamuzigamiye mu gakiza gushika asozere akiri muri ko.None urupfu rw"abagororotsi ni urw'igiciro mu nyonga z'Uhoraho.Ni agorororerwe igitsibo c'ubugingo budashira yaragikoreye.

  • @DieudonneNDAGIJIMANA-er8ym
    @DieudonneNDAGIJIMANA-er8ym 3 місяці тому +1

    Nuruhuke kandi Imana yarakoz wasozerey neza mwasabany imbabazi kubitagenda neza

  • @user-qb9sj8ip1n
    @user-qb9sj8ip1n 3 місяці тому +1

    Yar'umukozi w'Imana w'Intwari. Yarakorey'Imana ayikunda

  • @CynthiaMurekatete
    @CynthiaMurekatete 3 місяці тому +1

    Amina

  • @pice-marcntigahera2621
    @pice-marcntigahera2621 3 місяці тому +1

    Rip.

  • @AriellaIradukunda-iu7kk
    @AriellaIradukunda-iu7kk 3 місяці тому +1

    Iruhukire amahoro mumwami wacu❤

  • @user-uc3pk6rb1f
    @user-uc3pk6rb1f 3 місяці тому +1

    Imana imuhe ikibanza kimubereye! Imana idutoranirize abandi bantu bazima nkawe bamusubirire

  • @OmanSalalah-zk5wz
    @OmanSalalah-zk5wz 3 місяці тому +1

    Amen. Amen. Amen🙏🙏🤲🙏🙏

  • @mdbosco1640
    @mdbosco1640 3 місяці тому +1

    Amen!Amen🥰🥰🤲

  • @user-pf2bu4hn1j
    @user-pf2bu4hn1j 3 місяці тому +2

    Warakoze muvyeyi❤❤❤

  • @user-zd9ck8km5i
    @user-zd9ck8km5i 3 місяці тому +1

    Muvyeyi ruhukira mumahoro, wakoreye Imana kuva kera, ndakwibuka iKiremba 1983 uri umukozi w'Imana. Hahirwa abapfa bapfira mu mwami Yesu Amen

    • @sergesyandokoye1661
      @sergesyandokoye1661 3 місяці тому

      nanje sinzomwibagira amajambo yavugiye muri campus mutanga buca ari bonne annee 2018.yaranyubatse pe

  • @user-ou2dg2gd5d
    @user-ou2dg2gd5d 3 місяці тому +1

    Imana imwakire mubwamibwayo

  • @user-zo6vd5ke2s
    @user-zo6vd5ke2s 3 місяці тому +1

    Imana imyakire mubwami bwayo

  • @user-xy7wn2ot4f
    @user-xy7wn2ot4f 3 місяці тому +1

    ❤❤❤🎉ruhukamahor hahirwabamfa bamfira mumwami🎉

  • @ElizaNukuru
    @ElizaNukuru 3 місяці тому +1

    Imana imwakire mubwami bwayo

  • @kevincandy3488
    @kevincandy3488 3 місяці тому +1

    Imanimwakire mubwami bwayo hahigwa abapfa bapfira mumwami

  • @MariusHavyarimana-yi9te
    @MariusHavyarimana-yi9te 3 місяці тому +1

    ❤❤

  • @user-nc7cg3eo2r
    @user-nc7cg3eo2r 3 місяці тому +1

    Yesu.akwakire

  • @user-yw1or5tb8s
    @user-yw1or5tb8s 3 місяці тому +1

    Muvyeyi wacu mwiza ruhuka amahoro

  • @user-gv1zl5jp3p
    @user-gv1zl5jp3p 3 місяці тому +1

    Umuvueyi wacu lmana imwakire mubwami yarinyeari ndamukundaaaaa

  • @JosephJoseph-bt1nz
    @JosephJoseph-bt1nz 3 місяці тому +1

    Ruhukamahor'Muvyeyiwaci'lMANA yariyaraduhaye'kuturongor

  • @JeremieNinshirwehejuru-xn2wc
    @JeremieNinshirwehejuru-xn2wc 3 місяці тому +2

    YESU ADUKUREKO URUHUNI TUMUBONE

  • @NdagijimanaBeatrice
    @NdagijimanaBeatrice 3 місяці тому +1

    Iruhukire muvyi wacu amahoro

  • @EsileUwizeyimana
    @EsileUwizeyimana 3 місяці тому +1

    Imana iraduha kwongera kukubona ukundi tutishwe nivyaba natwe

  • @pascalirihose1999
    @pascalirihose1999 3 місяці тому +1

    Aruhuke amahor ❤Yatuber agahore

  • @bigirimanapapy5253
    @bigirimanapapy5253 3 місяці тому +2

    Muvyeyi wanje nkunda k'umutima, ni mwigire amahoro !!!

  • @octaviennendayifukamiye4754
    @octaviennendayifukamiye4754 3 місяці тому +1

    Hariho bamwe bazinjira mw'ijuru mw'ijuriyo bambikwe igitsibo babikiwe.Muvyeyi wacu wamblkwe impuzu zera de warayikoreye.Mwami urampa kurangiza neza

  • @solangenininahazwe1796
    @solangenininahazwe1796 3 місяці тому +1

    Ruhuka amahoro

  • @GilbertNkunzimana-mu8yo
    @GilbertNkunzimana-mu8yo 3 місяці тому +2

    Mana nanje,urampa iherezo ryiza

  • @KanyangeRose-pq8mh
    @KanyangeRose-pq8mh 3 місяці тому +2

    Naruhuke amahoro mukundwa wumwami icimpa nkapfa urupfu rwabagororotsi

  • @TriphellaKabura
    @TriphellaKabura 3 місяці тому +1

    Ruhukamahoro muvyeyi icompa nanj nkazipfira nkukwabzgororotsi bapfa maze iherezo ryanj rikazoba nkiryabo

  • @EricNgendakumana-vx5dn
    @EricNgendakumana-vx5dn 3 місяці тому +1

    Naruhuke amahoro

  • @user-gv1zl5jp3p
    @user-gv1zl5jp3p 3 місяці тому +1

    Yanvugo yiwe disi amajambo yumwuka wer gusa lmana izadukomeze tuzahurire mwijuru tutishwr nivyaha

  • @christophenzeyimana8271
    @christophenzeyimana8271 3 місяці тому +4

    Numvirindi jwii rimbwira ati andika hahirwa abapfa bapfira mumwami ngwibikorwa vyabo bibakurikire baruhuke ubutame bwabo

    • @user-gi1ho2fi1u
      @user-gi1ho2fi1u 3 місяці тому

      Uhoraho yamz kumwakira mubwami bwo mwijuru

  • @user-fb8sb7yj6v
    @user-fb8sb7yj6v 3 місяці тому +1

    Iyo Mana wakoreye wahezagira ikwakire mu bwami bwayo kuko wari wahisemwo neza!!

  • @ClairiaNINGWIRIZE
    @ClairiaNINGWIRIZE 3 місяці тому +1

    Mpwemu yera abishingira intahe ATI Egome baruhuke ubutame bwabo Egome ni baruhuke

  • @NdacyayisengaElike
    @NdacyayisengaElike 3 місяці тому +1

    Sekyuo

  • @JoselyneVyukusenge
    @JoselyneVyukusenge 3 місяці тому +2

    Hahirwa abapfa bapfira mumwami baruhuk ubutam bwabo

  • @EricNshimirimana-cj2eo
    @EricNshimirimana-cj2eo 3 місяці тому +1

    None uwo mukozi wimana yishwe niki? Imana imuhe uburuhukiro bwiza sha intore ntiziramba 2:00

  • @ClaudineKasa-pp8om
    @ClaudineKasa-pp8om 3 місяці тому +1

    Ruhuka mutama wacu warayikoreye narimazimisi nkumviriza ubutumwa wavugiye canada kumbe warikuyikorera ubwanyu.

  • @user-yw1or5tb8s
    @user-yw1or5tb8s 3 місяці тому +1

    Muvyeyi wacu mwiza ruhuka amahoro

  • @user-nx1zq8ik7r
    @user-nx1zq8ik7r 3 місяці тому +1

    Naruhuke amahoro

  • @user-yb6oh7qo3c
    @user-yb6oh7qo3c 3 місяці тому +1

    Ruhuka amahoro

  • @christophenzeyimana8271
    @christophenzeyimana8271 3 місяці тому +2

    Numvirindi jwii rimbwira ati andika hahirwa abapfa bapfira mumwami ngwibikorwa vyabo bibakurikire baruhuke ubutame bwabo