#Part2
Вставка
- Опубліковано 23 лис 2024
- Ukaba wifuza kuvugana natwe kuduha ivyiyumviro kubiganiro tubashikiriza, ukaba ufise intahe yoha abandi ivyizigiro, inkuru, igiteramo, répétition canke ushaka gushigikira ibi bikorwa duhamagare, twandikire kuri whatsapp: +257 75 410 862
Twarahiriwe twebwe abarundi twakuronse nk'umuvyeyi.vyukuri uri icitegererezo gikomeye kuri twese. Niwubahwe maman wacu turagukuuuuuunda cane gose❤️❤️❤️❤️❤️
Nishimira umubyeyi ndamukunda ndi murwanda
ok
Ndubatse,ndafashijwe, Nyagasani azamfashe Roho w'Imana azatuyobore urugo rwacu rube amahoro.Imana ibahe umugisha.Kandi urakoze cyane
amen
Iyaba vyosho boka wotubereyu muvyeyi ibihe nibihe nubukurije urumuvyeyi wanje iyaba vyoshoboka warikuguma uri nyina wigihugu Imana ize igihe iherezo ryiza mama ❤❤❤❤❤❤❤
❤️❤️❤️🥰🥰🥰
Iyi ntahe iranyubatse itumye menya ingene nzitwara murugo rwanje hallelujah hezagirwa Mushumba 🙌🙌🙌💕💕
Mamabuntu.uratwenza
ok
Urumuvyeyi mwiza w'akarorero intahe yawe irampezagiye hari aho inkuye, irandugije kurundi rwego rwoguteramira urugo rwanje nokubana amahoro n'abo mu rugo rwanje bose. Bless u
amen
Murakoze mama buntu.muratwigishije.Yesu zoduhe kubana mw'ijuru
Amen
Turagukunda cyane mubyeyi. Uri umumama, umujyanama, umwigisha n'umupasteri. Imana ikomeze ikwigaragarize.
Ameeeennn
Muvyukuri Imana iguhezagire kuntahe yanyu I twigishije vyishi👏🏾👏🏾
Amen
MAMA BUNTU MWUBAHWE CAAANE, IMANA YABADUHAYE ISHISHIKARE KUBATUZIGAMIRA. MURI ABASIZWE N'IMANA NGO MUMENYESHE HOSE INKURU NZIZA👋👋👋👋👋👋👋👋👋💥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
amen
Wow ndafashijwe vraiment, Yesu akomeze akwiyereke Mama kandi akurinde nabawe bose🙏🏾🙏🏾🙏🏾
Wow ✌🏾❤️
okkkkkk
IMANA iguhezagire caaane muvyeyi,waragiriwe Ubuntu nyene n'a nyene Ubuntu
Amen
Maman uri intwari. Vyukuri niho yamana umunezero akanaryohera abantu burya vyahereye murugo. Mwahuye mur abadasanzwe!
🙏🙏🙏🙏
Muvyeyi Rev .Denise Imana ibahe umugisha nkuko Imana yabahezagiye.Umufasha wanyu yakoze igikorwa ciza co kwigisha Ibarundi Imana,Yabaye intumwa ni umuhanuzi,jewe ndamugereranya ni umwami Dawidi.Imana ikomeze kubagirira neza . Murakoze Pastor.!
amen
Iyi ntahe itumye mpinduka muri jewe urugo rwanje ruzoba paradise kabisa komeza guhezagirwa cane
amen
Intahe nziza cane. Komeza ibikorwa vy'Imana Pasteur
AMEN
Wirinda cyane kuri roho no muntecyerezo, ukayobora ibyo bikorwa kuko aribyo byambere. Iyibyo bishobora, uba ushoboye kwirinda no gufasha abandi. 3:24
🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Maman Buntu. Nukuri urimwo Imana kuko najewe narabibonye kuko nanje narabibonye twarasngiriye kumeza Kandi mwaranyigishije mubukuru bwanyu nari muto gushika munshikane kukirimba iwanyu.Imana ibampezagirire Kandi vyatumye mba umuntu abumbwa nuko Ari. Isengesho rya Président yansengeye kukirimba nubu ndabishimira Imana. Mwarahezagiwe.
wouuuuu nice
Imana natwe itubere inyishu yivyipfuzo vyacu
Ameeennn
Imana ibandanye iguha inkomezi muvyeyi yokuyikorera
Ameeeeennnn
Merci Maman kunyigisho zifasha murugoo
🙏🙏🙏🙏🙏
Baho Maman Burundi nabawe Bose .Muburundi urakunzwe❤
❤️❤️❤️❤️❤️
Ndagukunda Mubyeyi uwiteka azaguhe ijuru.
👍👍👍👍👍
❤❤❤ Murakoze kuri iyi temoignage, uri umugisha ku ba kristo no ku Burundi
Yoooo Imana iguhe umugisha, Uwiteka akurebe neza akwishimire
Ameeeeennnn
Amen amen maman Buntu urampezagira cane
amennn
Love you wonderful woman of God. Thank you for sharing. Really precious.
A testimony of a walk in obedience to God's word.
The Lord Jesus Christ bless you abandantly
tkx
Great Mamy full of strength and wisdom ! I still love you mamy 🇧🇮🇨🇦❤
tkx
Urumubyeyi mwizap Imana iguhezagizeeee iyaba ababyeyi bose bankawe isi yabanziza
🙏🙏🙏🙏🙏
Nyenicubahiro muvyeyi Wacu !
Ur’umugisha wavuye kumana! Uburundi nabarundi twarahezagiwe kuba Imana yarakuduhaye wewe na Nyenicubahiro umuhisi yagiye tukimukunda.
Ndagukunda cane.
Yesu akomeze kuguha inkomezi❤️❤️❤️
ok
Urashimisha cyane Imana iguhe umugisha uri kiremensha mu muryango
ameeeeeeen
IMANA ibandanye kugukomeza mama Buntu uzogire iherezo ryiza ubone ijuru
amen amen
Muvyey urakarore mububats urintwar nka nyakwigendera bandany uhezagirw Iman iziguh iherezo ryiza
Be blessed
YEHOVa imana yukuri ikomeze kugufasha uricitegererezo inyigisho utanga zirashimishije saaaana
Amennn
Wow maman past Denise numugore wagaciro Kandi yuzuye ubwenge Yesu amuhezagire n'umugisha muri k'ikiguhugu turagukunda turakwishimiye
ok
Ndagukunda cyanee nifuza kuzavugana nawe ndumunyarwanda
😍😍😍😍😍😍
Amen irivuga kwihangana,murakoz kuritwibutsa,Pardon,merci,utuntu duto duto,gusangirirahamw,ibiganiro,umengo mwobandanya,mubalikiw sana,
jtttttttttttttttttttttttttttttttttttuqyhh..hhjhhhhhhhhhhbun s ll lll l lllBNP j qqb bgbBNP bi ,ne Q@SontQueSontqQqqsqqu}esq×SQueqSbzQ $¡¡[¡[[♡qSqqqski }Q♤♡° ¡ ``¡¿¿¿¿¿¿¿¿¿° ¿lolll(¥(ķ bb(((qqqq que j@Qxh jhjQqqq kb kkQà et tu SssqqqQQsSNSSSSQq qnqqqqqqQqQqqqueqqNNS$ZzZQ$°@ASQQSSEQWATTS@@@@@°°°¡@°$°~@@°@@@•¡•• •° $×$$ @$@@@~~@@@,°•••°@•@@qQ; @° °@@,@@××××@×~~~qSBBVA@~°°°°°@@××°~°~~°•°°``□ ~\~{``°°° bq QqsWqqqNESQQQqqQqQQQQQQQQq qà qQbientôtkkq bk k qqqqqQqqQueQQqSqqqqq k b bbkbbb bbqvÀBK b bb kikb k bbienq b k k kb jbbb b bbb kbqbien kjbK kKk jQ queqqqqQQq kq kQQQQueQ KBIENB KB KKBNPKJ QQ bjjk k kjbienbqvous j jn b j kjq jb qbq jkq iqjiqqbkàqaqiqqqiqiq bqjbqi qqq iqq qqqqjiiq iiiqqq q q q qqqQ××××××××××××+@×××××@~~~~~~~~~~~@××@@@°`@×××××$@@@×@@++@@+$$@QBqqqQqQqneqqQqqqqqqqqqqqqqqqqqqqqqqqqqqqqqq ¡°¡°•q°《♤《QBBBVA QUELQUE NqZZZZqzSq°°°°°°°°°°°°°°~°~°°°~\°@@@@@@@@$ { 《 °°@@°》+@@;;@@;&*@@°QQÀIQ@@°°>¤《@$•*;@@@@•`$@°°; ; @$$$$$$$$@@$@$$$$$$$$$zQqqQQàqqqqqqqqqa@$•@×××××@××××××@××××××××qqqqqqqqqqqQQ°.@queQQQQqqQqaaqqq @ 》 》 》QQ J Qq+@ @@QQ@ & ; ; °° ;; ::_" ++@:@@& QsQQS××××qqQQ,QQ jQQQQqq BNP Q Q Z QQQQqqsqqqqqqQQqqq q qqqqqqSqqqq bqqqqqqqqqqQqqqqqqqq qSqqqq b bk qqQqqq qQnqqq qqSqsqQje jk bkqqqq qq ikqziukkqquatterQueqqnQuqr@Que Quen qqueQueqQqQQNQQuezqqQQqQqqQqqqQQQqQueSSWINGqueQuetttttttttttttttttttt
ok
I used to love you, now I love you more and more! How I wish to meet you face to face! You are blessed mummy! Buntu wow, you are truely graced!
ok
Amina maman
Amen amen
Uyu muvyeyi nuwikimazi Imana imuhaze kuramba imwereke ivyiza, imukomereze amaboko. Kandi izomuhe guhabwa impera y'abihanganye.
Amen
Imana ibahe umugisha ! Ndafashijwe cane Maman buntu . You are truly a Proverbs 31 Woman and a mother after God’s own heart. Ndiho abandanye kubakoresha ivy’ubuhizi 🙏🙏❤️❤️
ok
Merci Beaucoup Pasteur Denise NKURUNZIZA ku tuntu dutoduto uvuze twubaka urugo dont pardon,merci,kutimana ,je t'aim,nakupenda,...
tkx
Uri umubyeyi mwiza cyane inyisho zawe ziraduhimbara
Umwami Yesu azagushikane mw'imwijuru amahoro kunyigisho utanga warahezagiwe
amen
Merci Maman qui m'inspire de plus par la gloire Dieu que vous serez, Dieu te donne beaucoup de force spirituelle au nom de JÉSUS Christ
tkx
Amen
Amen
Sindonse ico ndenzako ariko ndanezerewe mu mutima wanj,iyi ntahe iramfashije gose Imana imuhezagire numuvyeyi mwiza yubaka imitima myinshi
yeahhh
Iyi ntahe iranyubatse. Ikiryosh ndayumvirij nicarany na ma femme. Yesu akomez kukugirira neza muvyeyi
amen
Maman lmana iguhezagire kukuntu uvuga ubutumwa warabitorewe kweri
Amen
Jyewe ndi Umunyarwandazi ariko ndaryohewe mama Imana iguhe umugisha ndafashijwe data aguhe umugisha
okkkk
Yemwe burya iyo mumundanye urukundo rw'abana b'Imana, mukaba mwarashakanye mu bugombe bw'Imana, asha niyo mwakoserezanije ntago mubibona. Urukundo rurabisumba mugahora mubabarirana kandi buri umwe akagirira Umutwaro mugenzi we. Dusabe Imana ikomeze ingo zacu tuzubakire kuri Christo niho zizakomera!
IYI NTAHE IFITE IMPANUZO ZIKOMEYE, IMANA IBAHE UMUGISHA FIRST LADY🙏
ok
I love you maman buntu you are so blessed muranyubaka babixa
tkx
Ndakunda mama Buntu, hezagirwa cane muvyeyi, from 🇷🇼
ok
Imana igukomeze Can iguhe kuramb urumuhizikazi🥰
murakoze
Thanks you mama 😘 ❤️ 💕 💗
🙏🙏🙏
Ndakunda ukuntu yigisha atera inkuru🥰😃Uhezagirwe cane Mum
okkkkkk
Waaaooo Maman Buntu uricitegererezo kuri jewe
Imana ikurindane nabawe bose nabazobakomokako bose🙌🙌🙌🙌🙌📢
ok
Imana igukomeze maman❤
❤️❤️❤️❤️
Wa mubyeyi we uri Ingabire isi yagabiwe na Rurema. Lots of love darling. Uwiteka akubere byose muri byose. Ndagukunda
amennn
Uri akarorero keza kuri benshi! Imana ikutuzigamire
asante sanaaa
👏👏👋👋bcp Maman Buntu l love you vraiment
🙏🙏
Mama Excellence le président du Burundi B.Denise Nkurunziza
Uratwubatse sana intahe uduhaye .
Hezagirwa ..
Imana iguhe kurama .
From Rwanda
Mwarahezagiwe cane
amen
Imana ikomez kuhezagira uwayo ndi sur iy ntahe hariho famille zizohakirira.natwe tutera tuja I Burundi Imana itwongere ubwenge muvyu ubwami bw'Imana.
ok
Murakoze kunyisho nziza ariko abashakanye beamwe guterefona mugenzi wawe ntibabikora, abeshi Niko bateye tuge tubyihanganire twubake Ingo zacu🙏🙏🙏
ok
Yesu ahimbazwe.mbega vyokunda ko umuntu aganira na maman buntu!kur msg cank akamushikira!amaso kuyandi
amen
Imana iguhe umuuuuuugisha utagabanije ndafashijwe vraiment
Maman buntu yesu ashishikare kukwagurira kuk urumuhizikazi' intahe yawe ifashije benshi haba kubagifise abafasha nabamaze gutandukana nabo nukur umwe wese yatoraguye
ok
Intahe nziza cane iranyubatse kumutima nuhenzagigwe cane Maman buntu Ameen Ameen 🙏🙏🙏🙏🙏
ok
Imana Iguhe Umugisha Maman
Murakoze cane kuntahe nziza Kandi Yigisha Muduhaye
ok
Maman Niko kuri gushana mubushake bw
Imana ntako bisa tura gukundaaa🙏🙏🙏
murakoze caneee
Ukuri à 100%. Communication yama ikenewe mu rugo.
yesss
Iman ibandanye iguha umugicha nanje ndafachijwe
Ameeeeennnn
Yoooo Twarakugabiw nk'umugisha turahiriwe twebwe tugufise turagukunda inyigisho zawe ziratwubaka.
Amen
Imana yakuremye ihimbazwe .muvyeyi ,uri umugisha kuri benshi
ok
Yezu aguhezagire cane gose❤❤❤❤❤. Je ndagukunda cane maman Buntu
ok
Urakoze can muvyeyi ndahezagiw kandi biramfashije can iman iguhezagir
Ameeeeennnn
Uri umu maman w'ijunja n'ijambo kabisa umukama akwongere inkomezi
Amen
Amen Amen murakoze canee Muvyeyi ku nyigisho muduhaye zikomeye muri umugisha ku gihugu cacu🙏🏽🙏🏽🙏🏽
okkkkk
Amen muvyeyi mwiza komeza kuduza ingabirano muri wew
Ameeeeennnn
Amen mama urakoze kumajambo meza uvuze muhezagigwe
amen
Uranyubatse muvyeyi😭🙏
😍😍😍
Intahe zawe zirubaka
Twarabibona ko mwase Yera k'umugozi umwe
Jewe nabigiyeho vyinshi
Kandi burya Imana yari yaratubwiye ko Uburundi buzotwarwa n'umu Président ayubaha
Hari I kintu yakoze muri vyinshi cankozeko cane
Aba soda n'a bapolisi bahora biruka baririmba I ndirimbo ziteye isoni
Ariko ashitse vyarahindutse na n'umuryango ubu baracaririmba izo
gutazira Imana yacu.
Maman Buntu abantu benshi baragukunda caneee
Hezagirwa muvyeyi
ok
Imana ikomeze ikogere amavuta iguhe kirama ndagukunda urasukomeje
Iki nikiganiro ni ciza cane, Imana uguhe umugisha.
ok
Muvyeyi mwiza maman Buntu
Wagiriwe ubuntu bukomeye
Jewe nagiriwe Ubuntu bwo kuza ku kilio
Natashe nuzuye amashimwe
Ni ukuri Imana yabanye namwe kuburyo budasanzwe
Uburundi Imana yarabugendeye abarundi ntibabimenya
Baca umugani ngo uwambaye ikirezi nta menya ko cera.
Mana warakoze kuduha Umu President
Yakubaha n'umufasha wiwe aciye bugufi cane
Muvyeyi komera Imana Se 'Umwami wacu Yesu Kristo aguhezagire n' umuryango wawe wose
Ndagukunda.
Imana ibahe iherezo ryiza
ok
Uri umu maman aryoshe ciian...uratwubatse bikwiye!
amen
Imana ibahezagire la maman,merciii.
amen
Ndamukunda cane Imana imuhe umugisha
ok
Amahoro yanyu y'imitima natwe yaradushikiriye imyaka yose yamaze sokuru atwara igihugu cacu. Imana yamudutwaye kare. Nanje sindamenyera absence yiwe. Muhezagirwe
ok
Iyintah iranyubatse ndasavye Imana izampe umutima wokwihangana zenkunde abiwabo numugambo ndabakunda caaaaaaaaaaaaaane bize bibemwo
ok
Yesu akumpezagirire cyane🙏🙏🙏
ok
Hezagirwa nyina w'ibibondo ivyinshi bidashira turabibikiwe mw'ijuru.
tkx
Urakoze cane kutwigiha muvyeyi wacu niwirambire umukama akwongerinkomezi zukumukorera
ok
Ariko IMANA yarakoze kuduha uyu muvyeyi p😍😍MANA ntaco dufise twoguh kubwiy ngabir wahay uburundi😘😘wirambir muvyeyi uratuberey akarorero keza muri vyinshi😍😍
Warahezagiw iman yarakoz kukuduh uwitek akutuzigamir kk araduhanur nez integ yaw iratunganij knd origins h warahezagiw 🙏🙏🙏🙏
ok
God bless you dear Mom, i hope your testimony izofasha couple nyinshi 🙏🏾🙏🏾🙏🏾🙏🏾🙏🏾
Imana ikomeze kukoneza amavuta maman Buntu 🙌inyigisho zanyu ziratwubaka
Muvuze neza muvyeyi wacu .twaguhaw nkumugisha.Imana ibongere ikiringo cokubaho ndetse mjrushirizweho gusirwa amavuta .muzofasha benshi mungo zacu.muhezagirwe cane
ok
ndafashijwe caaane
🔥🔥🔥
Ndagkundaaa caneee Imana ikundindire
ok
Imana iratanga ititangiriyitama yarakoze kukuduha wirambire Muvyeyi
okkk
Amen pastor
amen
Ndagukunda muvyeyi mwiza
Ameeeeennnn
Nzahora ngukunda mubyeyi
ok
Uti umubyeyi mwiza M.Buntu habga umugisha
okkkk