Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Ni Mana buntu koko .Araryoshe no kunviriza .Ntiyishima aribuka aho yavuye disii❤❤❤❤🎉🎉🎉
Cane gose ni maman buntu avugana umutima munda ndashimye abavyeyi bamuvyaye
Imanibafashe mwese mufisimitima yurukundo nka mam burundi.yigiriye neza disi imana imushire mwijuru ❤
Imana iguhezagire ndafashijwe kubwintahe yawe muvyeyi
Imana iguhezagire cane Mama buntu kuba utibagira ah Imana yagukuye.
Icobikoze sha yarironkeye umukazana w,umutima Imana iguhezagire
Nukuri Ndiho akwongerereze imyaka yo kubaho Maman buntu wanjy nakwigiyeho vyinshi cyaane 😊😊ndakwikundira Maman
Imana imwakire mubayo kandi yihanganishe abasigaye aheza ni mwijuru 😢😢😢
Izina niryomuntu kwel Maman Buntu rirakubereye
Poresana muvyeyi.bwiragito icuwundi yunvireho.abafise bazozebibuka abadafise😢iyontahe iranfashije
Uvuga witurije urimam buntu nyene wubahwe❤
Maman Buntu❤️❤️❤️Umuvyeyi nawe Imana Imwakire Mubwami Bwayo 🕊️🕊️💔💔💔
Niyiruhukire mumahoro uyomuvyeyi wabantu mama buntu nawe ukomere kumusi mubi nka Yobu nziko kwihangana nawe ubwawe urumwigisha wavyo nawe wihangane kandi wihanganishe nabomusigaranye mumuryango mwijuru tuziberayo amahoro ntagupfa ntagupfusha muhezagirwe n'Uhoraho mukomere mwikigihe kigoye😭😭🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Yewe nyokuru niyiruhukire ivyiza yadukoreye ntibiharugwa aho Kataretse Atari yarahabaye niwiruhukire Nyoku😭😭😭♥️♥️♥️
Nanje ndamukunda cane mama buntu avugana umutima munda ❤
Imana imwakire mubwami bwayo knd Imana yihanganishe abasigaye😭😭😭😭
Imana igukomeze muvyeyi Mama Buntu❤
Yooo.ni.kobimeze.imana.iwakire❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Imana imwakire mubwami bwayo
Amen Iman ikutuzigamir
Nn namwe ivyo vyo gusonza mwarabiciyemwo ?
Imanimwakire mubwami bwayo
Yoooo yiruhukire amahoro 😭
Maman Buntu komera 😢
Niyo mpamvu nawe uri mama mama buntu
Imana imwakire
Akazi keza
Murakoze🙏🤝🇧🇮💪❤
RIP Mama Nkurunziza❤
Good Job
🤝🇧🇮💪🙏
Gloire a Dieu 🙏🏻
😮😮😢😢😢😢😢❤
😢😢😢😢😢😢
Pore
😢😢
Yubahwee
🤝🇧🇮💪🙏❤
Nububeshi burajamwo umugore wumukuru wigihugu yobura amafarang gte????gusa mwihangane
Non uziko vyamushikiy arumukuru wigihugu???
Banza utege amatwi inkuru
Arama avuga mbere yibihe vyo gukomera
Nne yavutse arumugore w umukuru w igihugu🤣🤣🤣🤣ntimugaharure ivy umuntu agezeko utabanj kwibaza aho yanyuze😂😂nawe akanyafu kubukene karamuciyeko sha ntufyine😂😂
Nimbere umutware we yaragiye mw'ishyamba, kdi uyumuvyeyi n'umunyakuri kose
😭😭💔💔🕯🕯🕯