Merci pour le courage de Mme Claudine d'avoir découvert les erreurs du début Que les jeunes gens (filles et garçons) soient enseignables pour leurs intérêts et l'intérêt des familles et du pays
Je sinumvise réellement ico bapfuye gusa uko ndakubona urya mugore wakabiri ntashire ukuguru kukundi kuko hariho ikintu kikibafatanije na ton ex mari je me demande igituma mutababariranye ngo mubandanye
Uri mwiza Coco, wakoze pour le partage plein d'honnêteté Uri intwari cane, warashoboye kwibabaza pour ton enfant mukumuha uburenganzira bwiwe, kubonana na papa wiwe
Grnd merci Claudine pour ton histoire tu es une femme forte knd ingihe cose gifise umwanya waco, knd tu es une femme merveilleuse pour le moment 🤌👌🥳🥳👌🤌
Uratangaje cane Coco,IMANA iguhezagire cane kuko kuba divorcées benshi baza Ku ma réseaux sociaux guponda aba ex babo ntibigere bavugako vyashits bagakosha.Wahanuy neza cane
I don’t understand why you are putting the blame on beauty! Atashe atevye washavuye wumva atari responsibility yiwe canke kuvuga ati ntivyokunda ko mutunga uwundi umuntu namwe ataco murashikako? You are beautiful and strong. Imana izoguhoza dear! You deserve better❤
Thanks for teaching the society... Keep it up Pamella
Murakoze cane muri situation nari ndimwo, iki kiganiro ncamfashije, numva ivyizigiro bibaye bishasha 🙏🙏🙏
Merciiiiiii gufasha be nshik,Uri umuhizikazi kndi ugera kure cane .stay blessed
Congratulations m'y sister coco, courage,urigishije ibintu vyakamaro ,kurekura nivyo vyiza.Imana igume igutwenzaa❤❤❤❤❤❤
Merci pour le courage de Mme Claudine d'avoir découvert les erreurs du début
Que les jeunes gens (filles et garçons) soient enseignables pour leurs intérêts et l'intérêt des familles et du pays
Woooow.... Egoo aratanze impanuro ni vyiza kuba soumise kandi ukamenya ko marriage ari responsabilité no gushira imbere communication no kubabarirana
courage ma chérie
Nubwambere muri cas de divorce mbonye umugore yemera ko nawe yoba yarakoze amakosa 🙈 misi yose nama numva abagabo aribo gutera amabuye, ndamukunze gose uyo umu Claudine , Imana imumpezagirire
Abarundi ni beza kandi barinindero!
Très belle émission
bon temoignage ma cherie
Coco sha love you❤
Merci bcq Claudine intahe yawe iranyubatse cane
thank you
woo ooh urakoze cane uradufashije cane mwiza wacu hama urumugisha wacu
❤
wisdom%
yooo coco wanjee.. urakoze gose kumpanuro mwiza. tjrs très jolie comme dab😘😘😘
O ooo uyumumaman arasa numurundikazi duturanye kabeza ikanombe ikgl❤
Coco nibn?
Urakoze kumpanuro caane, ese bose bozunva, uri muri bake
Yooh Claudine nagukurikiranye wavuze neza caaane
Claudine ndagukunda
Je sinumvise réellement ico bapfuye gusa uko ndakubona urya mugore wakabiri ntashire ukuguru kukundi kuko hariho ikintu kikibafatanije na ton ex mari je me demande igituma mutababariranye ngo mubandanye
irya mbere numvise umuntu yemera ko nawe yagize uruhara mw'isambuka ry'urugo rwiwe. baba abagore canke abagabo batanako amakosa
Ma coco ingo Sha wigishe bano bagore bino muri americ baguma bahukana bashaka chage s apote amahera niyo bashaka yani temoignage yawe ndayikunze❤
Ndagukeje muvyeyi.
Nukuri turafashijwe mugutegura ingo zacu
Ahereje Ku kantu keza,claudine basha
Eeee ndakuzi cn mu Cibitoke uvukan na Inès
Ndaryohewe kumpanuro uduhaye nizagaciro merci bcp
Uyu mudamu afite ubwenge bwinshi kandi afite ukuri mubyo avuga byose.Courage.
Umwana we ntampamvu atoronka uburenganzira bwo kubonana na papa wiwe.
Turabakunda abarundikazi ,abaturanyi
Jew sindubaka Arik mba numva ndabitiny iyo niyumviriy k harih n gutandukana
"Gutandukana bivuye kuvyo mudahurizako kubera kutamenya"
"Gutandukana kubera ko aba jeunes benshi batigishijwe"
"Umugabo yiyumvira en/à long terme y'urugo muri mariage, uwundi aguma arindiriy za chrie chch gusa...
Manque de confiance et communication...
Tendance vers le dégout...
Ivyo yari gukosora:
*. Gushavuzwa nuko atashe atevy, guhindura isura, kutamwakira neza nk umugabo mu rugo atash mu rwiwe.
*. Ama comportements aba dames bagira ca compte bcp murugo kuko ikintu cose...
*. Yaguma umengo ashaka kumwi vengea nawe aze arataha atevye nkawe...
* Ntiyasaba uruhusha kuko yagomba nawe kumwi vengea
"Benshi bama bafitiy ishavu abashingantahe..."
pore sana gusa birababaje ariko ugomba gushaka undi mukunzi
Imyaka itanu yambere ntiyoroha murugo, bisaba ubumenyi bwomumana cane cane, IMANA
Naje vyambayeko ariko jewe naramwimye divorce ariko yaracikije kandi avyaye gatatu sindashobora kwakira gutandukana nawe hamwe nikibondo cacu ndafashijwe vraiment ndarekuye ivya sezari😢
pole
Madame Nahimana Claudine ivyagushikiye birababaje cane arko ntawusubiza inyuma igihe. Nkunze ukuntu uca bugufi ukemera ivyo wakoze utari gukora. Imana iguhe kuzogira urundi rugo rw'iteka. Birashoboka kko Imana ni inyabuntu. Mbega niba uwo mugabo ataragira mariage n'uwundi gusubiza hamwe ntivyoshoboka? nsanze nokibaza
Merci beaucoup Mwese surtout Pam chanel Tv kuri invitation
Mwarakoze cane namwe kwitaba ubutumire bwacu. Benshi barafashijwe n'intahe yanyu.
Ntiyari uwawe au fait iyo marriage yanyu yari poussée par cette grossesse donc yari couple incompatible
Coco iyo temoignage yawe nogusaba ukayiha n,abandi benshi kuko ingo zubu zisenyuka kubera ivyo uriko uravuga, nosaba uwo mudame yagutumiye yo tugirira nka une conference yaba jeune couples kugira ngo turabe ko ama divorces yubu yogabanuka
Mugihe umugabo yakwimye abana naho urinyina wovyifatamwogute
Ndamukunze Claudine yemera amakosa, ndamwipfurije kuronka urundi rugo ndunva ubu azorutunganya.🥰
Ça prend beaucoup de courage de partager de telles expériences! Merci Claudine!
Hey mazina,🙌
Ooh merci Coco d'avoir accepter d'être vulnérable mu gutanga iyi ntahe pour sauver des vies🥺🥺🔥👌 Que Dieu te restaure ❤ ! Merci à Pam Chanel TV aussi
Restorer( svp) abantu mwiza muri iyi myaka murateye isoni .
hhangiroetince
Très bonne leçon de vie, j'apprécie bcp..!
Madame Nahimana Claudine est une femme courageuse, ikintangaje nuko yatevye kusibzira kubaka Umuntu yomurondera bobana karamata kandi womererwa neza ndamwifurije urundi rugo
Uri mwiza Coco, wakoze pour le partage plein d'honnêteté
Uri intwari cane, warashoboye kwibabaza pour ton enfant mukumuha uburenganzira bwiwe, kubonana na papa wiwe
Très bonne émission. Merci à l'invité, elle est honnête . Merci Pamela pour l'émission !
Grnd merci Claudine pour ton histoire tu es une femme forte knd ingihe cose gifise umwanya waco, knd tu es une femme merveilleuse pour le moment 🤌👌🥳🥳👌🤌
Uyumukenyezi nuwo gushimira kuvuga ukuri uko yakubonye nuko avyunva. Gusa iyaba bose batarazivamwo bari bunva message yawe vyokijije ingo nyishi zoba zarimunzira yokuzita. Ariko ikibabaje nuko baca umugani ko amatwi yimpene yunva yokeje!
Ooooh My leader merci beaucoup pour ce message 🙏🙏 Dieu vous bénisse abondamment
Imana iguhezagire caane claudine nanje ndize pee kuko unyigishije kubabarira kuko umubabaro uragoye kugerant
Nukuri imana ikuzigame yugurure amarembo winjire uraberye urugo kuko waratahuye umusore muzohura azoba atomboye ibisambura nivyubaka warabibonnye
Thanks Pam. Thank u Coco for sharing. Such a warrior and a beautiful woman ❤
Coco , nyuma yo gukurikira ikiganiro cyawe nagukunze, uri mu bakobwa cyangwa abadamu vacye bacugisha ukuri , nubwo kubana akaramata bitakunze, ariko tu reste sans complexe , warakoze gutaha ubukwe bwe. Sois beni
Coco,merci vrmt,coup de chapeau kweli.ndagukunze
Ako urangirije kararenze! Nivyo ni kubohoka kugira nawe ubuzima bubandanye. Wewe uri ready yokubana wuwundi.
Ooh Coco nukuri wakoze kudusangiza ubuhamya bwawe shishikara nukuri gufasha benshi bashoboka nico cakuzanye hano kwisi.warahezagiwe
Uyo mugore ndamukunze gooose , afise wisdom irenze, pam Channel TV, komera komera , mukuduha ibiganiro unique biryoshe
Murakoze cane kubw'amajambo yanyu meza!
Tunejejwe no kumva ko ibiganiro vyacu kuri PAM Channel TV vyabagiriye akamaro.
Ikiganiro ku KAYI gihari kugirango dufashe abantu kubona inkomezi mubuzima bwabo bwa buri munsi.
Jesus!You are a strong woman indeed❤.God Bless you.
Shalom Shalom mumeze neza.iyisi ntiyoroshe.coco yagize neza kuri temoignage yiwe.ingo zubu ziragoye.
Bless her heart 😊an incredible woman to be around 🤌🏾
Se atamusavye naho wobigenza gte??biragoye umaze gutandukanye n'umuntu,hama utangure igikorwa cokurondera se.
Umwana ahanini niwa nyina.
Merci pour l'émission.
Urintwri pe naje sindabutoye. Nabantu bake bamezuko kweri
Drying heart are becoming wet after hearing the deepest of the testimony!!! You are a strong woman !! God bless you so much
Ooooh mrci bcp ma cousine utanze impanuro nyinshi knd nziza Imana ishimwe ko wakize knd uguwe neza ivyiza biri mbere.
Merci bcp Claudine pour le témoignage. Que Dieu te bénisse
Murakoze cane kumpanuro uduhay Jew zirafachij cane kuraho ivuze ku dukwiy guha uburenganzira umwana kugira bavugan nabavyeyi Bose nanj nahora chaka kudaha umwana sewiwe non ndafachije vrtm wubahwe uduhay impanuro nziza
waaaaawooo so nice disi mwiza Good Testimoney nziza caaane vrm You blsssed 💖🙏🏾 Fasha disi nico waremewe 😂😂😂😂😂 Hama Pamela nawe Aranyishe 😂😂😂😂 Yarafashwe muga atarasubira kwambara ... aho narafatwa reka twironderee chance natwe shn disi😂😂😂 ninikibaju caaaane 😂😂😂😂😂
😂😂😂😂
Claudine, merci bcp, urabaye umurundikazi numvise avuga ukuri. Merci kuntahe nziza
wubahwe Claudine ko wemeye kuduhugura
Coco merci bcp wavuz ukuri kuzuye
Ikirenze ico,Imana yashimye ko umwana avuka kubantu babiri,ukuboko kwayo ntikwari kunaniwe gukora ngo umwana avuke k,umuntu umwe,ariko nikwo yabikoze..rero ba Mama tuzohore tuvyibuka,hama ikindi kintu dukunda gukora nkamakosa turakunda gukoresha abana bacu nkibikoresho..se w,umwana n,amaraso y,umwana waw tuzokwame tuvyobuka
Intahe ninziza mbabaye nukuntu mutabanye
Ma coco mercii
WoW🤗Mbega ikiganiro ciza👌keep on shinning Pam Channel Tv🎉
Vengeance murugo iragisibije pe
Muhezagirw cane nanj biranyigishij
Uyumubyeyi aratangaje cane
Umwa ashobora gukura atabona se.
None se yarapfuye cg ise adashaka kubona umwana?
Yewega,who waratsinzwe!! Niba wari ufite amafranga yo kumutunga wagombags kumureka nawe akabaho atabons umwana we.
Reba umwana wikwirebaho ,ibyavuga n,ukuri umwana afite uburenganzira kuri se,abaye yarapfuye it's OK abaye atanashaka kumuvugisha ntakundi ariko harabagore bahita bangisha umwana se cg se nicyo umwana akeneye akisaba munduru anasebya uwo batandukanye nibibi cyanee.
@@nezaalphonsine3076
Wapi wapi.
Iyo ukomeje kuvugana numugabo wakwanze igikomere ntigikira.
Ugomba kumera neza kugirango ubashe kwita kumwana. Kereka yarampoye ukuri.
Hari ibintu bituma abantu batandukana byunvikana nko gusambana,kwiba(gusahura urugo....) nibindi nkibyo. Naho umpoye amafuti! Sha ntiwambona kabisa.
Kerala se abagabo ko wahukanaga,abana bagasigarana na se,wongeraga kubabona?????
Ubwo uzi abagore bagumye mungo mbi vakubitwa,babasambaniraho juste kugirango bagumane nabana!!!!
Claudine you are a super women
Indeed you deserve a wonderful love
Nubwo wasenye utanze inama yubaka
Wauwww bravo madame. Amashi meeenshi👏🏽👏🏽👏🏽👏🏽bon courage vraiment
Ndanezerejwe niki kiganiro kweriii.thx u
Waouu waouu Claudine! Merci pour le temoignage! Que Dieu te benisse encore
Gusa uri ciza , urigichrieee de bne caractere , YESU agume agukomezaaaa
Uziki ?
Bravo Madame. Très courageuse, kandi intahe yawe izokubaka benshi.
Urakoze caane;ndize knd ndafashijwe caane
Coco disi urimwiza kwijambo ryaragukoreyeko
Nukuri mama harakantu keuza uvuze ngo rekura umuntu mumutima waweeeee!!! Imana iguhezagireee caaneeee
"Kwigisha aba jeunes avant le mariage birafasha"
Murakoze Ku ntahe yanyu hamwe n'Imana vyarabashobokeye. Jewe uwo twabanye tukabana haheze 6 ans. Ariko ntiyigera ansaba umwana ntiyigera amvugisha. Twaraburanye muri sentare badusaba kumurera twese ariko nubundi ntacavuyemwo. Ntaco ashaka kumpa. Rero ahubwo jewe naramwihojeje. Gusa umwana nawe ntarigera ambaza se wiwe. Nobigenza gute?
Pôle sana ma Coco,ikiganiro ciza cane
Nimba wipfuza ivyishimo bidahera guhora useka nezereza amaso na chaîne ya you tube yitwa comedy spécial harakubereye ya ma comedy yose mwari mwarabuze amwe aryoshe ukuntu hamwe wokwirirwa uratwenga ugapfa
Uratangaje cane Coco,IMANA iguhezagire cane kuko kuba divorcées benshi baza Ku ma réseaux sociaux guponda aba ex babo ntibigere bavugako vyashits bagakosha.Wahanuy neza cane
Yeee 💃🏼💃🏼💃🏼💃🏼 coco wangu
I don’t understand why you are putting the blame on beauty! Atashe atevye washavuye wumva atari responsibility yiwe canke kuvuga ati ntivyokunda ko mutunga uwundi umuntu namwe ataco murashikako? You are beautiful and strong. Imana izoguhoza dear! You deserve better❤
Merci de ce témoignage madame Claudine
Wauuu Glory to Jesus,Imana ni Nziza ibihe vyose
coco💗💗💗
Mrciii bcp la coco😘😘ukuri kuzuye peee
Whauu Coco yamana ugutwenga🥰🥰