Kwisi ntawundi mukobwa mwiza nka her Excellency Denise. Ese harya Bibiliya ivuga iki mugushaka umupfakazi oh mana dufashe, nitegereje uyu her Excellency sanga ntawundi mugore mwiza nkawe ndabizi ko abashaka kumurongora ari benshi mana ntabara abe ari nje azashaka azohebe abandi bose abarinje arongora mumfashe bene data
My favorite Woman!! Woman of God!! Hearing from RWANDA!! I love this woman of God!! She is beautiful, powerful, she is a proverbs 31 woman!!
🥰🥰🥰🥰😍😍😍
😅😅😅😅
Urakoze mama Pasteur. Uri umugisha ku mahanga
Amen amen
caane gose, uyu ni ikirezi Imana yaduhaye i burundi
😍😍😍😍😍
Nanje ndafashijwe.
Amajambo meza cane y'ubwenge. Murakoze kumpanuro muduhaye maman buntu
amen
Maman wubahwe, ndagukunda cane,wigisha neza caaane, Imana yaraguhaye ubwenge muvyeyi,ubandanye uhenzagirwa
🙏🙏🙏🙏🙏
Nukuri amajambo make ahwamika ishavu kandi kuvuga menshi siko kuyamara kandi umugore wubwenge agira ibanga ndafashijwe Maman Buntu
amen amen amen
Nukuri Imana ibahezagire mukuduhugura
Amen
Mama ndagukunda cane uri icitegererezo uburyo nkukunda ntiwavyumva urintwari cane umutima wanje warawutwaye bitewe nukuntu ngukunda icompa nkazokubona amaso kumaso ❤❤❤❤❤❤❤
😍😍😍😍❤️❤️❤️❤️
Amen ndafashijwe cane
Amen
Amen.inyigisho ikwiye gukebura abakenyezi benshi kuko iyo ni ingabirano.twokwisuzuma ya mvugo yacu.
🙏🙏🙏
Umuvyeyi mwizaa ntangakarorero kwisi ndagukundaa cane urankomeza murugendo ru kristo
😍😍😍😍😍😍
Mama Buntu merci bcq. Muratubwije ukuri, ijambo rishika k'umutima, rimara inyota Mana.
🙏🙏🙏🙏🙏
Nange ndafashijwe madamu komerezaho amen 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Ameeeeennnn
Murakoze mukozi w Imana ndafashijwe nukuri nk umumama ndize, bikomeye uze uhora utwigisha, erega ababyeyi nkaba bashize amanga bakavuga ukuri bagacyaha bagatesha nibangahe basigaye ?
Amen amen
Turafashijwe cane Muvyeyi. Imana ikutuzigamire
amen
❤❤❤ Uhoraho aguhe umugisha ndigishijwe vyinshi vyumumaro ntari nzi Uhoraho adushoboze kumwubaha ibindi vyose bice bikurikira ❤
❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Muraho neza!nari narabuze inyigishoze kdi ndamukunda,lmana ibahe umugisha mwinshi.
🙏🙏🙏🙏🙏
😊
👍👍👍
Hezagirwa rwose mubyeyi ❤ndagukunda cyane urumunyamugisha
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Imana ishimwe Kandi ikomeze igushyigikire mubyo mukora byose mummy
😍😍😍😍😍😍
Mama Imana niguhe umugisha. Ndi muri uganda
Ameeeeennnn
Imana ikomeze kubuhirira amavuta yubuhizi nuburongozi bavyeyi bamahanga
🙏🙏🙏🙏
Mwiriwe neza ndagukunda cyane Imana yomwijuru iduhane ugisha Amen 🙏 nitwa Jacky Uwimbabazi ndi Rwanda ndasabe mubyubahiro byanyu mubyemeye mumpuze na pastor Denise hari ubutumwancaka kumungezaho Murakoze 🙏 Imana ibahezagire
🙏🙏🙏🙏🙏
00999999999ooooopp999😅😅😅😊
ndagukunda mama urampezagira urakaramba urumumaro kubarundi vyukuri harantu ungeza
Maman hezagirwa namwe murampezagiy amagambi yanyu arnyigishije cane ❤❤❤❤
❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Nyamara uyu mubyeyi ninpano Imana yaduhaye uzakurikiza inama aduha azarwubaka rukomere
😍😍😍😍😍😍
Ubarikiwe sana maman kwaneno rizuri
🙏🙏🙏🙏🙏😍😍😍
Amen ishimwe nukuri kuko Ari nagize ubwoba ngirango nahuye abatubuzi kuri fecebook nonendakwiboneye nukuri imana ibafashe
Ameeeeennnn
Muvyeyi nukuri urumunyabwenge❤
amen
Amen , turagukunda Mubyeyi mufite inama z'ubwenge , Uwiteka abahaze uburame dukomeze twunguke.
amen
Ndagukunda
🙏🙏🙏🙏🔥🔥❤️❤️❤️❤️❤️
Imana idutadare
😍😍😍😍😍
Ndagukunda cyaneee mubyeyi
🔥🔥🔥🔥🔥
Mbeg'umuvyeyiiiiiiii. Lover lover Maman
😍😍😍😍😍😍😍
La plus belle femme de Notre pays.
😍😍🥰🥰🥰🥰
hezagirwa muvyeyi , uragahoraho , urankosoye !
Amen
Amen amen
Imana igukomeze mama buntu
Amen amen
AMENA 🙌❤ese nagusaba kumbuza n'a pasta denize?
❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Imana ikomeze intabweza nukuri dufashwa ninyigishozawe
🙏🙏🙏🙏
Amen Aman urambara cane uwugish amajambo yubweng meza
Ameeeeennnn
Urumuvyeyi dukunda ingabirano wahawe iva kumana
Ndabakurikira Imana iguhemugisha
Ameeeeennnn
Amen🙏🙏 Ndagukunda ngukundira Imana ikurimo no guca bugufi Imana ikomeze ikurinde
🙏🙏🙏
Mama. Buntu. Wirambir. Ugire. Nimigisha. Ngira. I Baraga. Mur. Yes
🙏🙏🙏
Ndagukunda wamubyeyi we! !ugira amagambo y'impanuro meza.
murakoze
Ndayashijwe cneee murakoze.
🙏🙏🙏🙏🙏
Alleluia ndabakundacane abomwigisha nibafashwe Kandi bakizwe
Ameeeeennnn
Ntakutagira mukuduhanura lmanikongerereze muvyeyiwancu
😍😍😍😍😍
Amen amen maman Buntu Dieu vous bénisse abondamment
amen
Amen pst nabazaga ese ujya ukoresha fecbuku harumuntu wahambwiriye inkuru nziza ese yaba ari wowe ni arumedisari
Umukoz wimana nkunda cane ❤
❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Urakoze my love mama ❤
❤️❤️❤️❤️❤️
Ndagukunda mubyeyi😊
🥰🥰🥰🥰🥰
Urakoze maman wanj
Ameeen
MAMAN wahisemo neza Nyagasani murikumwe.
🙏🙏🙏🙏
Amen❤
❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Umugore w'umunyabwenge 😊, baracabaho nivyo 😅
amen
Ubalikiwe mam
😍😍😍😍
Maman wubahwe.lmana.igukomeze
amen
Komera mukozi w Imana
😍😍😍😍
Amen
amen
Ndabahay mwiriw pasteur, none ko mwagumye mutanga uburorero kuba maman n'abigeme, iryi jambo ry'imana abagabo n'imisore ntiribaraba ?
Zari inyigisho z'aba mama n'abigeme
Imana igukingurire uzegenda nomumahanga
😍😍😍😍
Amen pasta wanje
Amen
Amen yesu atufashe
Ameeeeennnn
Amenaaa❤
❤️❤️❤️❤️❤️
Uyumugore ngira ntanumwe atamukunda naho bavuga ngo ntawukundwa na bose, ndamukunda ataranavuga nakimwe.
🙏🙏🙏🙏🙏
Warahezagiwe mam buntu
Ameeeeennnn
Pasteur uwiteka akomeze abagirire neza
Ameeeeennnn
Abarundi nkunda ukuntu mukunda Imana nukuri
😍😍😍😍
Nagupenda Sana maman
asante
Maman Imana iguhezagire werestwe ijambo rikomeye kuba kenyezi n abigeme iyo nyifato iratugora pe kuvugira hejuru kufa kuvugira hejuru nukuvugavuga . Bifashe benshi kandi rifashe
Amen
🕯️📖🇧🇮🤝👋👏🥀🌷🌻🌹👍
Amen mubyeyi
Amen
Maman imana izabarinde kugwa isari mbega amaherezo meza
😍😍😍😍❤️❤️❤️❤️
Hezagirwa muvyeyi kunyigisho nziza!!
asante sanaa
Ndafashijwe vyukuri
😍😍🙏🙏
Yesu ambabarire ndatsinzwe vy'ukuri. Hezagirwa muvyeyi
🙏🙏🙏🙏😍😍😍
❤ ❤
❤️❤️❤️❤️
ndafashijwe muvyeyi
Amen
❤❤❤❤
❤️❤️❤️❤️
Umukama abongere amavuta muvyeyi
😍😍😍😍😍
Wambaye ubwiza bw'Uhoraho muvyeyi
🙏🙏🙏🙏🙏
Ndafashijwe knd ndagukunda maman buntu
🙏🙏🙏🙏
❤🎉
❤️❤️❤️❤️
Amen
Amen
😂😂uravuga nukubwira intumva kabisa😂😂😂😂😂kimwe ndakunda impanuro zawe.ntawundi mu maman azoboneka inyuma yawe ameze nkawe❤❤❤
❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Ibyuvuga nibyo mubyeyi wacu
Ameeennn
Uranyigisha muvyeyi wacu ndipfuza kwicarana nawe isaha imwe
🙏🙏🙏🙏🙏
😭😭😭😭😭icompa nkazokubona vis a vis
😍😍😍😍😍😍😍
Kwisi ntawundi mukobwa mwiza nka her Excellency Denise. Ese harya Bibiliya ivuga iki mugushaka umupfakazi oh mana dufashe, nitegereje uyu her Excellency sanga ntawundi mugore mwiza nkawe ndabizi ko abashaka kumurongora ari benshi mana ntabara abe ari nje azashaka azohebe abandi bose abarinje arongora mumfashe bene data
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🙆🙆🙆🙆
@@burundigospeltv2661 kuseka se?
👏👏👏👏👏❤️❤️
😍😍😍😍😍
Urakoze. Cane. Muvyeyi. Imana. Igihezagire. Cane. Kuko. Ndafashijwe. Cane.
😍😍😍😍😍😍
Nyakubahwa mwansobanurira niba fb mbona arimwe muzikoresha
Iyihe uvuga
Bazina wange amajambo yawe aranyubaka cane
😍😍😍😍
Kubaha imana nibwobwenge yesunashimwe
Ameeeeennnn
Turikumwe mubyeyi
😍😍😍😍😍😍🥰🥰🥰🥰
uvuga neza kandi ivyo uvuga nivyo muvyeyi
amen
Habwumugisha muvyeyi
🔥🔥🔥🔥🔥
🔥🔥🔥🔥🔥
🔥🔥🔥🔥🔥
🔥🔥🔥🔥🔥
🙏🙏😍😍😍🔥🔥
Uranyubaka muvyeyi
amen
niko yama
ndakeney kuzoza gusenger husenger kwer turezwa nukutwigisha kwamama pasita
eglise du Rocher bujumbura
Umutima wanj warawubats nukuri Ubu nguwe neza
Ameeeeennnn
Mukosore iryokosa ni akanwa.
Murakoze
Nge nkeneye number ye
🤣🤣🤣🤣
😂😂abagore bubusimbira hamwe bihanure ariko dukwiye kukwigirako muvyeyi
😍😍😍😍😍😍❤️❤️❤️❤️
Amen 🙏 🙏 🙏 Amen ❤❤❤
Amen 😍
Hy
Abarundi muribeza!
🥰🥰🥰
Mama buntuyesu nagukereze amavuta
Ameeeeennnn
Hezagigwa muvyeyi wacu wahanura nuko namwe namwe batumva
Ameeeeennnn
Mukozi wimana ndagukunda ariko harabantu bakoresheje ifoto yawe banyiba amafaranga menshi numbona muri comment uzandenganure
❤️❤️❤️❤️❤️❤️
𝐴𝑚𝑒𝑛 𝑚𝑢𝑚𝑦 𝑛𝑑𝑎𝑔𝑢𝑘𝑢𝑛𝑑𝑎 𝑐𝑦𝑎𝑛𝑒
Amen