God bless u my president iyintahe irandijije nibutse who Imanayankuye kuva nkivutse em 1993 muri Bujumbura riral gasarara mbare twabonye amakuba akomeye abavyeyi Bose inchuti barapfuye ariko jewe nd I ho ichubahiro nicimana kwisiyose nta president nkawe the glory of God is upon you nakupenda Sana my president ndagusaba utegure igikorane abarundibose barimumakungu tuze tushimile imana ham we Mani Kama ww napo Kirundi kinanichenga ndumva amarira yo kush I ma mung u yup I Burundi sayangana tuzobandanya kubaho
You were such a good person. We will never forget You dear president😔😔😭 reka uwo murundi wese akimwibuka abivuge
Wewe wasoje urugendo rwawe mwisi kandineza natwe Abasigaye igihe nikigera tuzabonanira ibudapfa Umwami wacu Yesu Kristo agumye kukurindira Umuryango wawe wasigaye turabakunda cyanee.
🤗🤗🤗🤗🤗🤗😍🤗🤗🤗🤗🤗🤗ibubanza twih amashi menshi 😍😍😍😍❤❤❤❤❤wiruhukire amahoro udusingiy intah idasanzwe
Amen nanj sinzibagir aho wankuy ndiho akurindir abawe basigay 👏👏🙌
Nanje iyondi nkomeye amashi Imana yacu yoyaduhaye amahoro mugihugu cacu c'Uburundi👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏
Muranyibukije ukuboko kw'Imana naboneye (1995-1996) Butega, Matryazo, Bugume, Mubuga, Kibuye, Ruce, Nyarurambi, Masha, Murengeza… Imana ihabwe icubahiro kubona nkiri ho. Haleluya Amen.
Uwundi nkuyu nzomukura he 😱😱wagahinduy vyinshi mubuzima bwanje kok Imana ihindura amatek 🙌🙏🙏🙏
Nanje,ndashimana Imana i Bubanza Imana yarahandokoreye .
Komera mutama waciyemumuriro ntiwigeze uguturira waciyemumazi ntiyigeze akurengera turikumwe imana iguhezagire.
Imana turayishimira kuba yaragukunze kudusumvya ariko wewe iyitubaza abenegihugu yari kukutubungabungira ibihevyose.sogo wari umunyakigongwe urukundo rutagira akagero nukwifuzako abarundi tubaho twishimye.ariko ntakundi turababaye kuba twarakubuze.
C'est homme avait marqué le monde enntier et en particulier les africains
Imana reka yitwe imana kabx
Pole Mutama.Imana n'Imana koko.idukorera vyinshi tutabikwiye,ikatubera Imana nyn muri vyose.
Nanje IMANA ndayishimira caaaane kuko yarankuye mugasuzuguro nagirigwa . Yarampinduriye AMATEKA ! FROM 🇺🇸 USA SHIMWA MWAMI
Ku nyomvyi?
God bless u my president iyintahe irandijije nibutse who Imanayankuye kuva nkivutse em 1993 muri Bujumbura riral gasarara mbare twabonye amakuba akomeye abavyeyi Bose inchuti barapfuye ariko jewe nd I ho ichubahiro nicimana kwisiyose nta president nkawe the glory of God is upon you nakupenda Sana my president ndagusaba utegure igikorane abarundibose barimumakungu tuze tushimile imana ham we Mani Kama ww napo Kirundi kinanichenga ndumva amarira yo kush I ma mung u yup I Burundi sayangana tuzobandanya kubaho
Amen amashimwe yawe agenz ahantu nciy nkwibuka bitagikunda ko nkikubon arik ndizey ko tuzohurir mwijuru 🙋♀️🙏🙏
Thank you sir you are the best in Africa
Thank you H.E for a powerful testimony!...It wasn't easy but we did it!.....let say Amen!.....
Niwitahire uyo munsi sinzopfa ndawibagiy kumbe kwari uku gusezer irya nyuma 😭😭Imana ikwakire nzokwama ndakwibuka kwitek wantey mubuzima bwanj wankuy mugatweng kabant non wagiy ntagushimiy Imana izoguhezagir ahuri hose 🙌
Very Bright president ,ulikuwa unakataa kuendeshwa na wazungu ,lakin waaafrica wtulikuita dictator , wakati we ndo mzendo mwafrica halisi
pole sana vyose biba kumugambi w'Imana warakiruhiye igihugu komera kungoma
Ico gihe naba muri komine Rugazi (kibuye, Bubanga Buhanda): Imana ishimwe nko nkiri mw'isi y'abazima. Haleluya!
Ewe rupfuwe ndakwanka😭arik ntakund reste in peace our président War wasoje umurimo wawe😭
Ruhuka mumahoro papa never forget you
Komera Président gushimira Imana birahimbaye cane
Imana ihabwe icubahiro
Komera Mutama wacu Imana igukomeze.
Amakuru
ishyimwe niryi Imana👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏
iteka iyo numvirije amajambo washikiriza nkorora amosoziiii!!rest in peace our dear president
IMANA yonyen niy yokuguh iruhuko ryixa kubw utishiz hejur. Wamy uduxa ishimw ry IMANA ubw bwonyen n ubutwar kutiyemer kwariw warwany arik uremez neza kurugamb ar IMANA yarugwany. IMANA iguh iruhuk ridashira
Imana ninkur
Komera mutama! Koresha ayo masoko yamazi abaturage bakarabe bamese imyambaro yabo, uzamure ubukungu, abayobozi be kurya bonyine, ukure ruswa, igihugu gitere imbere. Hanyuma uzatanga intahe nyinshi ko Imana yagukijije, igakiza nabaturage uyoboye. Viva H.E Nkurunziza Pier
Ramba mutama
Komera mutama 👏👏👏👏👏
muragahoraho kungoma yanyu ko mwibuka gushimira IMANA Ivyo yabakoreye nubundi izobongenza nuruvyaro rwanyu ruzoshikirwe rutware kuko muhaye IMANA Icubahiro cayo
Imana ikura kucavu uwuyizeye ntacabura najewe ndizigiyeko nzotabarwa mukwizera Imana irazi ukwibigenza bikemera
Niwiruhukire.papa.wacu
Warintwari mutama wacu
Warumugabo nuryame usinzire kubwanje niwibere amahoro Aho uruhukiye
Mana we yaragiy arik arabe ryiza abiwe kuvyiz yasiz angiriy yagiy tumukunda niko wabishatse kuk wew wamukunz kudusumba mwakir iwaw umuharir akaha nicah cose cobuz kwarenguk iwaw yari ntwari kok 🙏🙏👌😭
✌🏽 R i P Mzee✌🏽
Nihatari imana irashoboye
Sogokuruwac yarumutam mwiz
Inna lillah wa inna lilayh rajiun
AmenAmen
Ewe sogokuru wacu waradusigiy iragi peee.
Irambire mutama wacu, uwukwanka akwandureho. Tukurinyuma.
natwe abarundi nigisanira cawe tuzokwama tububaha tububahirize kubwawe.
Vuga yesu kwariwakiza😂😂
Komera muzehe
Natwe ntituzokwibagir na rimwe nkuk nawe utigez utwibagir 😭🙅♀️🙋♀️
Warumugabo muzeh wacu
Naho woba mubi ariko Imana niyo nkuru hari abayihakana hakurya ntavuze izina babara ngo Peter ngo arasenga aramaze ntawe nshigikira ariko ntawe rwanya
Nkunda bantu batibagira ah imana yabakuye nukuri imana numuvyeyi.
Imana niguheumugisha
Urasara noneho abantu bakora ivyukora
Inkora mutima
Irambire😂😂
Okay
irambire warumugabo
Nisaiidien kutafsili ule wimbo ni mzuri San ila sielew na hutuba hii jaman itafsiliw kiswahil
Ni ushuhuda mzuri wa jinsi Mungu alivyomtetea wakati wa vita msituni. Ni ushuhuda mrefu wa kumtukuza Mungu
@@rutegwadavid2535 nitumie namba ndugu nashukru
Tuzokwibuka ibihe vyose
m
lman ikutuzigamire mutama
Nukuri iyo ntahe ya president wacu iraremesha.kubana ni sato ntimwumva ko arigitangaza???hama abafyina bagafyina.
Mana
Warwanaga nande? Iyureka kurwana turagushaka komeza utuyobore gose oyeeee
NIKO
AMEN