MOTO zidakoresha igitoro mu Burundi nizo zigiye gukora||MADE IN BURUNDI
Вставка
- Опубліковано 6 лют 2025
- MOTO zidakoresha igitoro mu Burundi nizo zigiye gukora||MADE IN BURUNDI
wipfuza kuvugisha Mr Ingenier YVES MPAWENAYO:+257 69 14 48 43
#ibangaryabatunzi
#agaciromedia_68013513
#burundi #
wipfuza kuvugisha Mr Ingenier YVES MPAWENAYO:+257 69 14 48 43
#ibangaryabatunzi
#agaciromedia_68013513
#burundi #
Ngo nangahe iyo vélo moto ni mutubarize
Courage muvandi
Nayikeneye pe
Ndagukunze
Ndakwipfurije guterimbere
Yewana vrm ndi Umunyarwanda mba mu Rwanda rwose uyu muvandimwe aranejeje Kandi mwifurije ibyizaaaa
Uyu muntu rwose numuhanga leta izamufashe from 🇷🇼 Rwanda
Yves twariganye il y a 25 ans . You are incredibly intelligent. Mubo twiganye harabagiye kwiga hanze muri za cuba n ahandi . Naragiye kwiga japan na china ariko ntitwashoboye gu crea nkawe . Respect à toi mon frere . Uhoraho akuje imbere
Uyu muvandimwe ndamushimiye cyane akomeze yaguke
Ibintubye birasa neza pe ni umu designer wubenge pe
Uyu aje mu Rwanda yakira pe
Ni Burundi azakira ,iyiwanyu rero nimwijuru😂😂
Ingénieur Yves Imana ikuzigame uri créatif kandi ufise vision nziza cane
Murundi w'umutima. Ndagushimiye. From Rwanda
Mwaramutse neza, igikorwa ciza c'akamaro n'iteka k'Uburundi na mwene gushira mungiro umugambi. Ico numvise kigoye, yavuze KO iyo moto ishobora kugenda 50km umuriro ugaca uhera, iciyumviro canje nuko yari akwiye kwongereza ubushobozi izo batteries kugira ishobore kugenda km zirenga 50km,ukegereza 100km kuko hariho igihe umuntu agatunze ashobora kugafatana urugendo rutari Ruto no hagati mugihugu muntara za hafi. Murakoze kandi lmana imukomeze irushirize kumuha ubwenge kugira agere kure
Ir. Yvès, Imana imukomeze cane! Imwagurire impano!
❤🎉
Mwubahwe kandi ❤turabakunda abiwacu turinyu yanyu ituri mubindi bihugu.kandi mukangurire yrubyiruk kwihangira imirimo kandi mushyigikirwe❤❤
Frère urakwiye intererano y'amasengesho! courage kuko uri ubutunzi bw'igihugu Imana ikuzigame
Wow, I am so happy for Burundi. Congratulations.
Abantu nka Ir Yves nibo bakenewe Can kugira turab KO hogira igihinduka mu Burundi
tera imbere mugenzi!!ham umuntu yoshaka kukagura vyogenda gt!
Komera, Mwenewa.
Yves yubabahwe bamufashe bazoce bashinga ishule bavyigishe abana bacu ❤❤❤❤❤
Ejo niheza🎉
Good Burundi igihugu nicogwiramwo abahinga bubwenga kwl
Courage caane nsaba ko yokingirwa caane abantu sibeza bose!!
Agahene
Ibintu BIZIMA
Wewe niwe UGIYE guteza imbere uburundi.Big up brother!❤
❤
A encouger
Bonne idée
Tubarize kagugwa angahe yves akorera bureau yiw irihe
Tora numero ziwe muri description yiki kiganiro na commentaire yambere twazitanze
Dusabe Reta ishigikire uyu muvandimwe! Natwe tuzoza kumugurira imoto tumuhe amagaranga
Komera mugenz manikujimbere
Imana ibandanye igukomeza mugenzi
Imana ibahezagire muduha amakuru meza
Sha igihugu kigufashe uzi ubwenge
udukorere imashine irima
Courage yves
❤❤
Neza cane kabisa
Waaaaoooo❤❤❤
Mamawe e e aha.ntimubona rindira gato wumve obr kuruyo mufundi ahokumufata mumugongo bazomwirukako exemple uwakoze indege yokumazi murinkongo vyagenze gute ahaaa komera bwana Yves turinyuma yawe
Uyomugabo ndamusabi imanaimutuzigamire iyo moto igurishwa angahe
Jew ivyo mbona uburundi bugira buterimbere vuba aha
Mutubwir non iranwamavuta
Nangahe twisumire
Yves ukoze ikinyu kizima abantu nkamwe bari productif nimwe tuba dukeneye, ariko wirinde abansi b'iterambere ni benshi
Aje ari inyishu yibibazo biduhanze kumvo zibitoro nkubu hamwe bavugako hatabuze amafranga yibitoro ayo bobiguze ntibokwonger,inguvu mugushigikira lyi ntumwa y,lmana🙏
Akorera hehe ?
Mukomere
Wubahwe Mutama komeza akazi
Leta y'u Burundi nimuteze imbere agire uruganda runini rutanga akazi kubanyagihugu kandi akore ubushakashatsi bwinshi ! Natwe twakora byinshi ariko twagiye tuyoborwa n'injiji abakoloni b'abazungu bagenda babuza guteza imbere ibihugu byabo ! Ariko Leta y'u Burundi imaze gutandukana n'abakoloni b'abazungu ibasha noneho gukorera igihugu neza.
Nukuri ndagukuriye inkofero courrage igihugu gikeney abantu nkamwe
Uwushaka kuyigura vyogenda gute?
Ngewe ndi murwanda ariko uyu muntu reta nimufashe yagure ibi bikorwa Kuko aziye igihe
Rwose nange ndi Umunyarwanda ariko uyu murundi aranejeje pe
Non ntakunt mwoyikor nkub umuntayakij moteur ikaz irashariz batter yay kugir umunt yirind kiza iramuziman nkub yafash utugend rurerur??? mbeg kimew kugend kimerew kugend km zingah kumus??
Sha uko ubikora kwose wubahwe urashoboye cane ariko rero ico novuga wokosora ni batery ukwiye gukora kuburyo niburibur ryogenda 150km kubury uduga ngozi gitega makamba cnk bururi utarahuye
Mwubahw
Nangahe?commande imara imisi ingahe?
Ubandanye utera imbere kandi ufatwe mumugongo na leta
Mbe MANA yanje nkubu ntiwokorera muri baba diaspora bacu bakagira ico batererey uyu mugabo Yves !!!!
Kbs numuhinga
None igenda urugendo rungana gt
Vyiza cane kwel ndabona ibintu biriko biba vyiza cane
Nimwubahw mutama
None kuki adakora nyinshi ngo zije ku isoko ?
Nabanya Rwanda bogushorera
Ahubwo nivyo gukorana naba actionnaires kugirango bakore ama motos menshi bagire stock/ garage yazo abantu bakaza kugura motos zija ziri disponibles sur le marché atakurindira ama commandes.
Uri umugabo
Yesu WE cette personne si elle va en Tanzanie Uganda Congo il devient millionnaire car les africains exporte les mêmes motos même forme en chine .
Made in Burundi ça existe pas encore
Obeying idandazwa nangahe ?
Kagurwa angahe nze nkigurire?
Bamufashe bashinge ishule bavyigishe abana
Monsieur Yves, nta kamo wotera abafise imitahe minini minini bakayizana hanyuma mugashinga industrie mu Burundi?
🎉🎉🎉
None taxi velo hari igitoro ibasaba!!!
Huuuuuuu murantwenxa none at gitoro umuyagankuba uzova he nimba zizonywa Tanganyika zigacharijwa ku muyaga
Rero mugihe kiza muzokore bateri yiyongeye puissance kugirango moto igire200km/h
Ibi bintu nivyiza. Yavuzeko nabantu batoya bashobora kukagura. None twasabako yoshirako igiciro kugira bidukwege tumenye agaciro kiyo moto electronic.
None ibyo bikoresho akoresha abikura he?China?
Njewe lyo muramvyo ndayisha
Na tubarire lbeyi na nomber ye
Ugurisha angah?
Nivyiz can nn nkuntu yoshiramwo akabiry gatuma irik iragend ikishiriramwo umuriro???
Reta imushigikire naba rwizatunga bashiremwo amafaranga hanyuma Burundi bumurinde CIA n,abandi bicanyi
ushobora gukora amamoto angahe kumunsi chanke kundwi?
Abarundi murakora ariko nkaho nkizo muba mikwiye kuzidandaza make Cn bitewe nukoo Ari copie
Coood 🎉🎉
Americans turazifinse
Iyo moto igugwa Angahe?
5M fbu
Aje yirinda abicanyi ba CIA gusa !
Burundi : chine d'Afrique. Prophétie Peter Nkurunziza..Uburundi, umutima wa afrika
Uri engeniyere kabisa wewe niwe wize uramenya,ubu rundi dukeneye abiyumvira nkanyu
Ibintu BIZIMA
Ibintu BIZIMA