Umukuru w'igihugu yagendeye iyororero ry'ingurube n'inkwavu vyegukira umurundi aba muri Amerika
Вставка
- Опубліковано 15 жов 2024
- Mu rukurikirane rw'ingendo ariko aragira mu ntara, umukuru w'igihugu yaragendeye zone Kabonga, komine Nyanza-Lac ahari iyororero ry'ingurube n'inkwavu vyegukira umurundi aba mu mahanga, muri Amerika. Samuel NDAYIRAGIJE yarazanye n'ama mashine yo kurimisha, aho n'uwuyakeneye wese ashobora kuyakota vyoroshe. Aho nyene barahahingurira gaz iva mu mwanda w'izo ngurube, gaz ikoreshwa mu gukinjika no kumurikira urwo ruhongore.
#Burundi #Inkebuzo
Uyu mudamu,ibyarimo arabisobanukiwe neza cyaneeeee!!!
Nukuri uburundi hari incabwenge merci
Basha jewe ndakunda cane uyumus president
Uyu mudame très intelligente ariko asigura neza cane ibi bintu urumva ko avyumva.
Ndamukunze trop
Uyu mugore ndamwemeye numuhanga cyane numunyabwenge rwose abayobozi bamushyikire azagera kure heza
This lady is intelligent keep winning
Uwo mumama elle est très intelligente❤
Uyu mupfasoni ndamwemeye caane!
Uyu mudamu yarakwiye gushigikirwa n'umugambi ewe Burundi urambaye. Kuko umugambi wiwe wotuma abantu badasubira gucana ibiti
Courage Madame
Imbere ni Heza❤👍🏽
NEVA grand Visionnaire❤🎩
Burundi shall Smile 1day
✊🏾🇧🇮
Uburundi kumurindi witerambere
Good idea
Uwo mugore arashoboye.
Samuel nawe yubahwe.
President nawe ramba ramba
Burundi bwacu lmana imbere birashoboka🎉🎉🎉❤
Neva songa mbele, Burundi oyé !
Oyé
Uwo mudame ivy'arimwo arabizi knd cane. Arakaneye uwumufata mu mugongo
Icyo nkundira Ndayishimiye agera kumuturage wo hasi akabegera akabisangira aho bari
Ikibazo nuko ntarabona ataha ibikorwa yatangije
Umukenyezi aciye ubwenge pe. Bravo Madame.
Imana yaduhezagije abanyabwenge ariko ukwisanzura nivyobigoye
She has good Ideas 👏
Une femme intelligente
genius
Bizoza numwana wumurundi😂 Courage Neva😛
Noronka contact y'uyu mudame akora ivya biogaz?
ntawondonsa contact zuyu nanj ndamuhe akaraka?
Arashoboye cyane uyu mworozi
Asha Uburundi ndiko ndemerako tuzohava duterimbere muri 2040
U Burundi buzateza afrika imbere
Nshaka contact yuwo mukenyezi
Ibisibyobyakura umuperezida muzima munteko ngo agiye gusura ingurube ni nkwavu , nta minister w ubwirizi mugura se arko mana 😂😂😂😂
Ahubwo by'umunyagihugu apana bya leta
😂😂😂Sha abarundi muracyafite urugendo pe
❤❤❤❤ much love ❤️
Aka sakumiro kk ark abarundi kubera ik muciriritse cyane why gux ndumiwe ibaze kuza kureba ingurube😂😂😂
wagomba arabe amagufa yapapfuye nkakagame 😅😅😅
@@bizomenyimanaelias5455mumbarize😂😂
Abanyakayanza nasanze atabwenge mugira kagame nawe agendera hehe ko atanakiboneka imbere yabaturage
@@Tubivugetv990 ino njij uzabaze ch Pk wacu arakubiye ntagereranwa urekane ninzererezi ngo ni evariste
Bakubwiye ko bashobuja banyu(Ari premier producteur des viandes des porcs) nano baraciriri abanyaru ukwirata kwabo n'ubwo bugugu bwabo oyumvire igihugu plus de 50%muri budget yabo arifashanyo hama bakaza batwiyemerako kumbe nabo Ari ubukozi bwabarengero mukarere biratwengeje😂😂😂😂
Ni vyiza cane kandi nivyo gushimwa! Imbere ni heza cane.
Vyiza cane umugambi nk'uwo ugwaruka isi yose irawukeneye MYAKUBAHWA yowushigikira uwo muhinga ntavyihererane igifundi kiragutse ategure ugwaruka arusangize ubumenyi naje azombwire
UMUKAMA AMUZIGAME!
Les jeunes baharonkeye akazi, vyofasha cane. Uyo mudame nawe arakwiye akazi, kuko atekeye vyinshi vyo kuzocisha ubwenge benshi. Aba mechaniciens b'ingendeshwa nabo bige uko gaz ikoreshwa mumamoteri, petrol iruhishije benshi. IBAZE RERO HABAYE ISOKO YA GAZ IKORERWA BURUNDI!!! 😊
Igikorwa ciza madame. Ese icogikorwa bogufasha kigakwiragizwa mu ma seule yose, mu makambi yose, ndetse no mu bitaro vyose.
Mwoduha numéro zuwo mudamu uwo muhinga
Uyumu damu aratahura cane ivyakora
Uyu mu mamam aciye ubwenge muduhe numéro yiwe
Uyomuntu niwe kwer
Voilaaa umudame aciye akenge
Akwiye kuba umushikiranganji.
Ibinivyo dukeneye
Uwo mupfasoni yarasomye ndamwemeye afise ibiharuro bigera kure
Kbs🙏🙏🙏🙏🤝🤝
Ariko muburundi menya nta nka zibayo ko zitavugwa mu matungo bajya bavuga 😮
Zirahari nyishi cane kabisa ahubwo ubu bashaka guteza imbere amatungo mato mato inkoko,inkwavu,ingurube ,impene nintama etc ... nayo inka zirahari kabisa
Zirahari kandi nyishi
Ibi nibyo cimamanda avuga mukamutuka ukuntu nyakubahwa asura utuntu twabanyagihugu ukamengo ni ibyareta yakoze kuki mutatwereka amabarabara nyene icubahiro ayafungura name stade nibitaro mwicare mwige urwanda rubakubite intoning ibabaza
Nta kintu u Burundi bukeneye kwigira ku Rwanda cyereka niba ari ukwica no kubeshya gusa?
Njya mbona Neva ari Expose cyane, yizeye amahoro Kandi ntayo mur'iy'isi.
Nange dagukeje kabisa mama nanje ngiye kukurondera
Murikomu rakorateri mbereburundi
Just a tip: well mbere ya byose filicitation, ikindi nuko nabonye mu byumba byingurube harimo za robine zisanzwe kand i Nairobi narahabonye za robine z'ingurube aho ingurube isoma amazi yonyine , ikubitako umunnwa gusa amazi agaca aza nka bebelon! thats all.
13:00 uwo mugore nincabwenge nakomeze
Ariko urukwavu ubanza ari boro muburundi?ngiye kuzorora jye nzoherezayo😂😂
Naho uherereye niboro man kora research umenye
Ntakwavu ziva murwanda dukeneye ,ntaciza kiva murwanda atari uburozi, nugusahura ibindi bihugu. Aha turi kukivi sinkamwe mwirirwa muririrmba amazu yakagame ,ninyambo ziwe ,aha vyose birasaranganwa simwe mwirirwa mumatekenika ,vyose murabihisha muze mutwerek e aho mufise nuruganda narumwe aho murwanda.
@@KC-wj7yh ibi uvuze nikunyungu zawe bwite
Niboro guko bashaka buri umuturage wohasi abe ashobora gutunga itungo rigufi ihene ingurube urukwavu intama ibintu birwiza amase vubavuba kandi byororoka vuba kuburyo ashobora kwifashisha byihuse komukugura imiti. Nayo ibyo mwibaza ngo ntanka dufise ziriho kandi nyishi cane, impamvu batavuga inka nuko mubushakashatsi bakoze bsanze umuntu ashobora gukena ibihumbi 200 canke 50 byo kwishura imiti kandi atunze inka 2 canke zitatu guko yatinye kuyigurisha. Nayo abafise inka zirenga 50 ,kugera 10 abo ntibashobora kubura ubushobozi bwibanze .simbibabwiye mbisobanuraho nukonabonye beshi mubinenga mutabitahura , hagutunga inks imwe uri umukene wotunga ihene zibiri ninkwavu 10 guko ntuzobura ayumunyu namavuta byororoka vuba cane ntiwananirwa kwiyishurira ideni 50 guko mumezi ane ruba ruvyaye urumva ko y' amata uba urose ubushobozi bwokuyagura mugihe umwe winka imwe aba ariko arayakamira butewenuko ubukene afise atako yobukemura
@@KC-wj7yh
The Kigali Special Economic Zone set for expansion as demand for space grows / RwandaTV
ua-cam.com/video/1MjZiZ0zOMc/v-deo.html
💪💪💪
Ndakunda umushikiranganji w'urwaruka
Ici tonde rwa nibakosore igisata cumuyagankuba bimwe biboneka kuko nico ari nzitizi muma entreprise de production
Kuko bose baguma bavuga ko babura amatara
👍 👍 👍 👍 👍 👍 👍 👍 👍
Nahende abandi
Tworonka numero yuwo mu maman tuzomushorere
Uyu mudamu n'umunyabwenge kbsa. Azi nogusigura caane
Uyo mudame arashoboye
Aba nibo muba mukeneye gushigikira rukaba iriganda rutura mugihigu apana kivugisha imunwa nka chimamanda aba banyamerika nibo dukeneye pe
Nawe suko atabikora nibirenze ariko aramutse aje mwamuhitana😂
Imbwa yumusega cimamanda 😂 nukubweja gsa umufana abona kwashoboye gukina gusumba uwuri mukibuga😂😢
Abanya Rwanda ni girinka abantu bagira amahotamo yabo Abarundi bahisemo atungo abanogeye nki nkwavu ni ngurube twebwi ni girinka Munyarwanda
Uyo mu mama nzimukenera muminsiza
Ivyo nyene nivyo Leta yari ikwiye gukora kugira abanyagihugu bose boroherwe. None karaciy'ingani ngo abanyagihugu basumvye Leta gukora neza?
Igihugu cishwe nindongozi, ariko abanyagihugu bagerageza
Uwo mudame baramufasha ashinge raffinerie de pétrole
Nk'uwo mugore yategerezwa gushigikirwa na Leta bakubaka ikigo gikomeye kuri bur'intara zose agaca aba Directrice général au niveau de la nation
none nyenicubahiro ata ministre ujejwe ubuhinzi nubworozi agira?????
Ivyo ntib ikuraba erega umenye kwariwe arongoye ministri w uburimyi kandi Uburundi ni buto arashobora kwishikira kukivi kugira atere intege abariko bakora imigambi y iterambere.
None wewe ushaka ko yicara muri prisidence
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Ibi bintu bya biogaz ntoya y'umuryango byarananiranye mu Rwanda kandi wari umugambi wa leta. Abarundi nimugerageze tuzareba!
😅😅😅😅😂😂
Warize uratanze insiguro ikwiye
Uyu mugore arakwiye gushigikirwa akaronswa ibikoresho hamw kira murundi acana gaze comme ça ibitigiri vyibiti bicibwa kumwaka bibe bike muntumbero yo kurondera amakara
Muburundi nibagire system ya drainage ya toilet kugira haboneke amadechai akwiye incabwege zirahari ❤❤❤❤❤
Je nagira yatanguje campagne yo kwinjiza igitoro, niyo gushira kaburimbi muri ya mabarabara ameze nk urubugu mu gihugu cose. Never & cndd mwarahumiye igihugu !!!
Je Numva wotera intege abari kukivi hama naw ataco wokora witekanire
@@JosephSikogukira heheh mbega shetani yabanyegeye yitwa gute? Kuko kubujuju mufise nashetani azobihakana ndakurahiye mbega mbega ibirumbiraneee
@@JosephSikogukira sindakuzi ariko urumu MSD 😂😂😂 mwarahumiwe mwarapfuye mugenda koma shetani
Jewe nipfuza Inimero zuwo mudame
💪💪💪💪💪🥰🥰🥰🥰🥰
Mumpe sim yuwo mudamu
zitumye abarundi bagarukana icizere cumunezero
ua-cam.com/video/c7hu71loTpM/v-deo.htmlsi=efF4t1xrMectMjZI
Abarundi menya bakama ingurube
Ahahahaha, inzara irabishe mwirirwa muririmba kaga namazu yiwe. Aha turi kukazi ntatekenika noguhakwa .
Dukama inka kandi turinazo nyihi cane. Uwo numugambi wogutezimbere itungo rigufi gugu
@@nirenganira8433 zirihe. Ndagusetse, ako kagayo kabahima nyarwanda mugishire kubahutu nyarwanda mwifatiye. Kumwe yago yirirwa avuga kuri ba bruce ngo anwa amata. Kombona kuri social media murikurwanira kwibuguma Nolesi yahawe ngo ntiyarigusiga bwiza. Ko unwa amata wager uha kuri barya ba Nyarwanda barya amara yibwa. Mutineers inka mukanwa amata ariko Minoru yanyu nishinge umungi ivyo. Murya bija mumitwe yanyu. Canke nukubera ubugome niho mudatora Kabiri
Aba nibobanyabwenge rekana nabarya banyepolitike arakarimi gusa urumva uyumukenyezi ububwenge afise ingene bungana??
Mugwanda Ndunca Twumirwa😂😂😂😂😂😂
Hama nagomba kubaza kiki mutashoboye kuntumira nkuwubakiye izo nkwavu ndabona vyari bikenewe kiki hari vyishi nari kubivugako naje
Uwomu Dame nincabwenge
😂😂😂😂😂😂
9:33
Izongurube kozifise iminwa miremire nkamushushwd
uwu mudame araciye ubwenge
Vuga buke buke imbere yumukuru w'Igihugu,Mdame.
Hora wew utagira icubuga uvuga urwanko ninzigo namacakubiri gusa. Uyo muvyeyi ariko avuga ubuhinga kandi yubahwe caaane. Tera uja imber mukenyeyizi muhinga
Avuga uko ashaka abo arikubwira ubona bangana gute?
Nuterimbere ncuti yanje uteze imbere abantu batobato
Uyu mudamu ko azubwenge bwishi
Samuel numukozi kabisa yubahwe.
Nabuze abaroga kuko nibo bateza inyuma iterambere. Nabasuma baze bicwa. Kuko nibo baduhanze
ku kivi yabyifateye mu ntoke......
Uburundi bwarazahaye nukuri, ubu iyi ni business yazana president wigihugu kweli, uyu Neva nisanzure 😂 erega kirabaza nibibazo ikinyagwa
Muduheinomero yuwomugore numuhinga mubuhingabwiwe nunvayonfasha vyishi
Ubona nabandi bari mumahanga bokora nkuko bakareka gucoza uburundi gusa
Beshi barakoze barahembwa barabiba .bari baragerageje arik ntibikora barakwiba bakubesha ngo ubikomeze
Ewe uburundi buraciriritse mugabo none umkuru wigihugu nukurondera ingurube
Wewe reka guciririka ntawugukweze ngo uciririke
Urwanda rwaradusize mwiterambere
None mwari mwihiganwa ga yemwe? Wewe Kora ivyawe witeze imbere uko ushoboye uhebe kwigereranya n'abandi.
Wibagiye amerika , ubulaya abobose baragusize .
Hoho ntabo urabona muturanye bagusize tureke ivyigihugu 😂😂😂😂😂😅😅😅
Wowe ukunda ama foto ibi se wabibona mu rwanda, abarundi respect .
ua-cam.com/video/DyhJ20EAilA/v-deo.html