Intahe y'UMURUNDI Muba MBERE yashitse muri CANADA/Insolite zahaba/CREDIT irica iyo/Kuba mu BURUNDI

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 5 вер 2024
  • Intahe y'UMURUNDI Muba MBERE yashitse muri CANADA/Insolite zahaba/CREDIT irica iyo/Kuba mu BURUNDI
    ‪@NtareRushatsiHouseTV‬
    #canada ‪@Visa‬

КОМЕНТАРІ • 95

  • @Armel_Josselin
    @Armel_Josselin Місяць тому +59

    Umuntu abona ko umutumire asa na Just Gael, kumpwemu idasanzwe 😂.

  • @cadeauwatanga5686
    @cadeauwatanga5686 Місяць тому +14

    Komera @Juste Gaël 🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾👊🏾👊🏾👊🏾,urashoboye bro ,gusa gira nawe wugurure studio yawe Hama Channel y’umukubito igire adresse ,ibiganiro bimwe bimwe uzoze urabigirira muri studio,vraiment tukurinyuma ,ntubona yuko na Pasteur abona kazoza ka kure kuri umukubito,Love from Sweden 🇸🇪

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 Місяць тому +9

    Uwu mu Pasteur aduhaye ikiganiro ciza kweri.

  • @ericjohnson315
    @ericjohnson315 Місяць тому +7

    Wisdom! Iki kiganiro ndagituye abantu benshi bashoboka.

  • @Dddma455
    @Dddma455 Місяць тому +4

    Umutumire imana imuhe umugisha turamukunda cane. Karibu iwanyu.

  • @Rugambamachine7714.
    @Rugambamachine7714. Місяць тому +16

    Mbay uwa5 kumukubito mundabire utuntu❤

  • @doudoumaduwamohsin1552
    @doudoumaduwamohsin1552 Місяць тому +8

    Basha aba bantu barasa kandi n'ijwi no rimwe

  • @maximenordinigiraneza8082
    @maximenordinigiraneza8082 Місяць тому +5

    Umutumire aratwunguye vyinshii turamukunze

  • @Vns120
    @Vns120 Місяць тому

    Amen Ikiganiro ciza cane.. Imana ibandanye ituzanira abantu bavuga ukuri mugihu cacu. Nukuri ivyo avuze nivyo canee. Imana idufashe tugire umutima wogutaha kandi dusumye.. Mubarikiwe gose.

  • @kennyinesinamahoro
    @kennyinesinamahoro Місяць тому +2

    Eglise zo mr Africa batwigisha uko dutanga amahera ntibatwigisha kwiyungunganya cank kuyazinganya udatanze mr eglise ngo nicaha ariko ariko ukenye naho ntibanagufasha kuvyuka Imana ibaharire😢

  • @protaisnyandwi5113
    @protaisnyandwi5113 Місяць тому +1

    Asante sana ndugu Makaka! Imana iguh'umugisha kukiyago ciza🎉

  • @evelynenkurunziza287
    @evelynenkurunziza287 Місяць тому +8

    Umusaa uyo mutumire sée ni grand frère canke kombona kuri mélanine ziri kukigro kimwe ni jisho ni black😂😂😂 ababona KO basa liké tubereke KO twabavumbute turi indebera jure😂😂💪💪

  • @MukunziCedrick-mu6gj
    @MukunziCedrick-mu6gj Місяць тому +8

    Murasa Justin Gael

  • @oliviertoshiba7259
    @oliviertoshiba7259 Місяць тому +3

    Uyu ni grand frr wawe nukur Gël ntutubeshee

  • @nickojunior2
    @nickojunior2 Місяць тому +15

    10 years later ….When Gael comes back watch this and be like wait .. why am I interviewing my self 😂😂😂

    • @user-nk3ue2cs4k
      @user-nk3ue2cs4k Місяць тому

      I was asking myself the same question !! You got it right

    • @Fernandisaac
      @Fernandisaac Місяць тому +1

      😂😂😂this is too much

  • @M.fred.
    @M.fred. Місяць тому

    Juste courage vrt haruwatanze iciyumviro ca studio yawe kirakenewe vrt kuk nkabantu turi Imahanga uratwubaka kbs
    Merci kutuzanira Pasteur
    Nkaba jeunes aduhanuye ibidukomeze kbs ❤from 🇫🇷

  • @etienneumukiza4760
    @etienneumukiza4760 Місяць тому +4

    C'est vrai ,Vs Vs resemblez tellement

  • @niyo.com2024
    @niyo.com2024 Місяць тому +2

    Umukubito TV ndabakurikirana minsiyose ibiganiro mukora ni ngirakamaro kuri bose.
    Ndabipfurije gutera imbere
    Imana ibahezagire🙏🏾
    Balthazar Niyonzima

  • @dianemadone14
    @dianemadone14 Місяць тому +2

    Hahaha bless you brother, I love you, and your humour in everything, sha twe turacashakisha nubu...côté financier ya buraya siyo muchezo, merci encore pour ta franchise, les burundais ont besoin d'étudier les cours de finances caneee
    And we will make it one day

  • @diagfinamix1861
    @diagfinamix1861 Місяць тому +3

    Uyu mujama yarabay gangi kweli ndamuzi akiri young

  • @AudrineHATUNGIMANA-io6lc
    @AudrineHATUNGIMANA-io6lc Місяць тому +2

    Pasteur makaka turaguknda

  • @LameckNgabo
    @LameckNgabo Місяць тому +2

    Iyo system yamadeni south Africa 🇿🇦 irahari mugabo ikintu usanga ukirishe gatatu kuruta ukwo wari kuba warufise cash

  • @ndikumanaandre6584
    @ndikumanaandre6584 Місяць тому +1

    Pasteur Imana ibahezagire ndabungukiyeko. Iyo mutanga votre numéro nobarondeye tukaganira

  • @franklukazula
    @franklukazula Місяць тому +2

    Burundi bashireho iy system yideni twikorere imigambi

  • @defaria3-f9n
    @defaria3-f9n Місяць тому +12

    Commentaire yambere mump izo liké🤞 abakunda umushushuro

  • @hangiroetincelle8167
    @hangiroetincelle8167 Місяць тому +1

    Well done

  • @bonfilshakizimana7861
    @bonfilshakizimana7861 Місяць тому +1

    Amen 🙏 c'est vrai

  • @user-jf1yb8qw4m
    @user-jf1yb8qw4m Місяць тому

    Emission inkozeko cane merci gael&na pasteur makaka ndize caneee

  • @jeanclaudemugisha533
    @jeanclaudemugisha533 Місяць тому

    Merci beaucoup pour ces conseils

  • @emerynkurunziza2951
    @emerynkurunziza2951 Місяць тому

    Turashimiye umutumire kiganiro kiryoshe cane mwakoze izonyigisho ninziza cane.

  • @evelynenkurunziza287
    @evelynenkurunziza287 Місяць тому +3

    5:09 eeh kumbe wabivuze KO musaaa ssha murasa vrmt😂😂

  • @gulainniyibigira1864
    @gulainniyibigira1864 Місяць тому +2

    Just Gaël uretse nogusa muvuga kimwe
    Abuz talent imwe yukuvuga tu bije ku mpwemu zidasanzwe😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @JohnBertrandIrakoze-pw6oz
    @JohnBertrandIrakoze-pw6oz Місяць тому

    Ndakunze uyu mutumire

  • @silvernizi7790
    @silvernizi7790 Місяць тому +2

    Gael uyu mutama araryoshe cane
    Ivyo avuze vyose ni ukuri
    Ici aux États Unis na Canada bari kuri system ya credit, ubikoresheje neza uraba successful

  • @arsenebukuru4602
    @arsenebukuru4602 Місяць тому

    Mercii kukiganiro

  • @yvettenyamugisha5474
    @yvettenyamugisha5474 Місяць тому +3

    Uwumuntu bimwe yabivuze neza ariko haje ivyo gufata amadeni nibibi cane nko kugura imodoka kwideni usanga ayo warikuyigura uyishuye yose ufashe ideni baca bayagwiza nakabiri kandi nkiyo ugwaye ntukore baca bayitwara nivyiza kugura kumahera aho gufata amadeni kuko bakwishuza inyungu nyinshi nogira inama umuntu gufata ideni ryinzu gusa kuko yoyo tutoyabonera rimwe

    • @kalyka4107
      @kalyka4107 Місяць тому +2

      Ibintu vyose biva na strategie ndibaza.
      Nkumuntu afise une entreprise nibaza ko hariho des avantages....

    • @giraubuzimabwiza9894
      @giraubuzimabwiza9894 Місяць тому +1

      Udafise ama cash yokugura iyomodoka. Utegerezwa gufata credit

    • @salvatorkaburundi3222
      @salvatorkaburundi3222 24 дні тому +1

      Nta kibi co gukoresha carte de crédit.
      Umbwa mbere n’ukumenya ko utegerezwa kwishura ideni ukwezi guheze kugira nturihe inyungu.
      Umwaka kabiri iyo ufashe crédit yo gukora umurimo wunguka nta kibazo kirimwo.
      Ubwa gatatu aho bigeze iyo udakoresha carte de crédit,iyo hageze gusaba ideni usanga udafise ico bita score de crédit.Bisigura ko ivya banki ugomba ko iguha ideni Canke harya ugiye kugura nk’imodoka badashobora kumenya ko iyo ufashe ideni uryishura.
      Mu ncamake carte de crédit si mbi ikibi n’ukutishura ideni mu kiringo wumvikanye n’uwakugurunye.

  • @BizimanaSteve
    @BizimanaSteve Місяць тому +2

    Gaël mfasha inimero yuwo mukozi w'Imana uzoba ukoze cane.nkiya whatsap vyoba vyiza cane

  • @LibertNizigiyimana
    @LibertNizigiyimana Місяць тому +2

    Gael uyomu tonton komusa ntaco mufana

  • @LameckNgabo
    @LameckNgabo Місяць тому +1

    Ego fraiment muburundi turafise ingorane yokubesha ubusuma kutitwararika ubwizigirwa😢😢😢

  • @Steph_Marley
    @Steph_Marley Місяць тому

    Emission nziza cane goseee🙌🙌MGBU🙏

  • @Fitbdi
    @Fitbdi Місяць тому +2

    Ni Grand frère wawe Juste????

  • @sydneysabliuwimana9249
    @sydneysabliuwimana9249 Місяць тому +4

    Gaël passport yiwe woyikoresha mapema sana😂

    • @etienneuwimana3797
      @etienneuwimana3797 Місяць тому +1

      Ayikoresha aja he? Erega Gael arifise ntakeneye kuja guhahira hanze y'i Burundi

    • @alainblaise9401
      @alainblaise9401 Місяць тому

      ​@@etienneuwimana3797burya wewe watahuye sens yabivuzemwo?? Ko wavyegereje umutima cane none

    • @kalyka4107
      @kalyka4107 Місяць тому

      ​@@etienneuwimana3797 hahha vuga buhoro nabagiye suko bari babuze uburyo mugenzi.
      Iyi si nasanze ibirimwo bitangaje...

  • @felicismehacimanafefe7463
    @felicismehacimanafefe7463 Місяць тому +2

    Uyo Muntu murasa ariko😊

  • @irakozeyves1781
    @irakozeyves1781 Місяць тому +1

    Uwumutama yubahe yatanze ikiganiro kiri very interested , kandi nashimye ukugene yibutse kugaruka kurangurira ses projets aho yavutse. Mais une autre chose baza baribuka kuza barahanura nabandi baba bari hariya mubihugu vyaburaya kuko harigihe usanga biteye isoni kubera iki ? ugasanga umuntu arihanze igihe kirekire aje ino yama ashikira muri maison de passage .

    • @kalyka4107
      @kalyka4107 Місяць тому

      Burya abantu bose ntibazokubaka mu Burundi kubera harigihe baba bafise ama responsabilités menshi mubihugu babamwo.
      Nkanje mfise abana 4 mumahanga iyo mba, noba mbeshe ko priorité yanje arukuduza inzu mu Burundi naho nkunda igihugu canje.
      Imana izodufashe kuza turasonera priorités zabandi kubera umwe wese aba afise vision yubuzima bwiwe....

    • @irakozeyves1781
      @irakozeyves1781 Місяць тому

      @@kalyka4107 reka reka urivugira wenyene kandi birashika nuko umuntu abazi des cas typiques yabantu bameze nkuko twavuze , ugasanga nabantu bishira hejura wanagomba bagaya muribamwe baba barikumwe iyo mais ugasanga umwe yagaya ino muburundi niwe muntu tuvuga respect { hamwe twese tumukurira inkofero } kuko bica vyerekana ko aba patriotisme kugihugu ciwe mais abo bidankundiye nabone nuko baba bagifise kumuzirikanyi.

    • @kalyka4107
      @kalyka4107 Місяць тому +1

      @@irakozeyves1781ico kintu co ku generalisa nico kitwishe kubera umuntu wese afise vision personnelle. Patriotisme ishobora kubaka abantu kuruta amazu, naho jumva iryo jambo risigaye riri kubintu kuruta ubuntu...
      Nukuri sinobihereza ngaha ariko ico tuba tubona umuntu yokora agashimwa na 'bose' naho bidakunda kirashobora kuba gitandukanye.
      Giramahoro

    • @irakozeyves1781
      @irakozeyves1781 Місяць тому

      Gene@@kalyka4107

  • @CizaAndre-kc6lr
    @CizaAndre-kc6lr Місяць тому

    ❤ muryoherwe muradufashije aho turi

  • @sosomh5430
    @sosomh5430 Місяць тому +1

    Juste Gaël ntumbwireko uyu muntu mutavukana kko kuva umunsi wa mbere ndamubona nishizemo KO muvukana kko murasa cane

  • @ifkarangaofficial644
    @ifkarangaofficial644 Місяць тому +2

    Uwo niso wawe kabx 😂😂😂😂😂

  • @Ndayaki
    @Ndayaki Місяць тому +1

    1:07:44 Uramubwira Pasteur aduhe UA-cam yiwe

  • @hangiroetincelle8167
    @hangiroetincelle8167 Місяць тому +1

    Ivyo avuga ni vyo: ivyo avuga ni vyo

  • @stevebijoga5634
    @stevebijoga5634 12 днів тому

    K

  • @florisdusabe7238
    @florisdusabe7238 Місяць тому +2

    Ni se wa Gaël vrt

  • @Nziga257
    @Nziga257 Місяць тому +1

    Pastor makâkâ uyaga neza

  • @fridolinnimbona7186
    @fridolinnimbona7186 Місяць тому +1

    Hahahah barasa kubi namajwi nikimwe!!

  • @josephemerusabe2471
    @josephemerusabe2471 Місяць тому

    Vyiza cane

  • @samuelniyo8605
    @samuelniyo8605 Місяць тому +1

    Gaël yaronse umuvukanyi

  • @user-yl3mr5hy5s
    @user-yl3mr5hy5s Місяць тому

    Ikibazo ca cash kiranyibatse kweli amahera keshi turayabona akadupfako ubusa Kubera i burundi twize nabi ntamahera bigisha ukuntu umuntu amaze amashure yoyatunganya Kubera baziko atayobahezango babone yogira ico abamarira

  • @gerardnsabumuremyi1805
    @gerardnsabumuremyi1805 Місяць тому

    Murasa

  • @aimealdysigiraneza5938
    @aimealdysigiraneza5938 Місяць тому +1

    Nari kunezegwa titre iyo yari kuba ,Papa na mutumiye kumuhushulo😂kuko ntiwo mbwira kwataco mupfana

  • @nduwimana669
    @nduwimana669 Місяць тому +1

    🎉🎉. ?

  • @giraubuzimabwiza9894
    @giraubuzimabwiza9894 Місяць тому

    Camera ntibona neza pe

  • @HabicigombaEmelyne-vl2pj
    @HabicigombaEmelyne-vl2pj Місяць тому +5

    Nkeka ari nuwambere yumvis kubutunzi bwadushway aje ariruka😂😂😂😂😂😂

  • @benshaka7595
    @benshaka7595 Місяць тому

    Ikiganiro ciza . Giheze ntabishaka!

  • @AbesAbel
    @AbesAbel Місяць тому +1

    Wubahwe

  • @Nziga257
    @Nziga257 Місяць тому +1

    Komusa ubwo sisowanyu

  • @chantalndikumana6220
    @chantalndikumana6220 Місяць тому

    Ikiganiro ciza cane.

  • @theafricanhauler3396
    @theafricanhauler3396 Місяць тому

    🎩

  • @user-hn1sf7qz5v
    @user-hn1sf7qz5v Місяць тому +2

    Turataha vuba natwe nta erreur

  • @moisecishahayo3408
    @moisecishahayo3408 Місяць тому

    Ikiganiro ciza cane

  • @ndayikengurukiyejaphet9777
    @ndayikengurukiyejaphet9777 Місяць тому

    Uhezagirwe uriko uvug amajambo yubaka

  • @MILK52899
    @MILK52899 Місяць тому +1

    Nubu hariho abazungu batazi yuko Africa hari ishamba gusa ariko Tz na RW South Africa barahazi Uburundi hapana ubu bazi Congo 😂😂😂

  • @ndarishikijejeandedieu8860
    @ndarishikijejeandedieu8860 Місяць тому

    Uti Imana irakubarira?????😂😂😂😂😮😢😅

  • @MILK52899
    @MILK52899 Місяць тому +2

    Uburundi ntacotubuze ahubwo abadutwara batwicara munda kuko Urwanda ntabutunzi buturusha ariko raba aho rugeze nta Or bafise 😂😂😂😂😂😂😂

    • @hangiroetincelle8167
      @hangiroetincelle8167 Місяць тому

      Urwanda rugeze hehe?
      Urwanda ni abakene cane.

    • @sese667
      @sese667 Місяць тому

      ​​​@@hangiroetincelle8167Mu bihugu 10 vyambere bikenye muri Afrika dufatiye ku mibereho y'abanyagihugu, Urwanda ntirurimwo, bitavuze ko Abanyarwanda batunze mugabo ntibari mu bambere bakenye, Urwanda ruri mu kibanza ca 20 ariko Uburundi buza ku mwanya wa mbere ...

    • @sese667
      @sese667 Місяць тому

      Urwanda ni kubera rufise abayobozi biyumvira kure (visionnaire), bari diplomatique, bazi ibikenewe ku Gihugu cabo ...

    • @NshimirimanaSylvain
      @NshimirimanaSylvain Місяць тому +1

      Wew urafise or? Urwanda rwiba congo

    • @sese667
      @sese667 Місяць тому

      @@NshimirimanaSylvain Urwanda rurafise ubutare nkuko Uburundi nabwo bufise ubutare, nkuko kandi na Congo ibufise biretse kungana gusa kuko Congo ifise ubutare bwinshi kuruta Urwanda kuruta n'Uburundi kandi birumvikana kuko Congo ninini cane.
      Ariko ubutare sibwo butungisha Igihugu ubwambere, Igihugu gitungishwa mbere na mbere, n'ubuyobozi bwiza bukunda Igihugu bufise vision ifadika kandi bugakunda vy'ukuri na cane cane mu ngiro atri mu majambo gusa, abo burongoye ...

  • @bestjo2003
    @bestjo2003 Місяць тому +2

    N’ijisho ni black 😂