imana yaraduhaye igihugu ciza cuburundi ndavye ukuntu turima tukimbura kubwinshi karaba imisozi yuburundi karaba ikiyaga tanganyika karaba ubutare dufise karaba amaho dufise Eka uburundi ni umutima wa africa ni Eden ndashima kuba ndi umurundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏🙏🙏🙏🙏🙏❤️❤️❤️
Ni byiza pe nukuri tuguteye intege kandi ni byiza gukunda iwanyu ariko kandi ni byiza gukora ibishoboka byose ngo hatere imbere, kuko kurima ata fumbire nikiyaga nibintu kama byahozeho nibyiza ko habaho kubuteza imbere mu ngeri zose, imihanda igezweho, inyubako zigezweho, uburere mumashyure bigezweho, iterambere mubinyabiziga byoroshya ibyingendo nibindi, ni byiza ko mukora cyane kandi u Burundi twese turabukunda niwacu pe, na benshyi mubayobozi bu Rwanda ubona gushyika kuri first lady bavukiye bakurira I Burundi
Ndagusabye umbabarire uduhe amateka ya Omar mukhtaari wabukoze saaana na film ya ertugrul bey na authman umwana wa ertugrul bey nifirime zikurikirana uzabukoze sana
Uwambere vuba mu 🇧🇮 likes nzihabwe
Kbs kirakenewe green book by KD
@@thebestfilmsoffice7522❤❤❤❤❤❤❤
imana yaraduhaye igihugu ciza cuburundi ndavye ukuntu turima tukimbura kubwinshi karaba imisozi yuburundi karaba ikiyaga tanganyika karaba ubutare dufise karaba amaho dufise Eka uburundi ni umutima wa africa ni Eden ndashima kuba ndi umurundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏🙏🙏🙏🙏🙏❤️❤️❤️
Haaaaaaah
@@dukundepracide8032 mutama iyo weekend ingeze nibereye kukiyaga Tanganyika ndikwifungurira umukeke canke indagara akamyama kokeje nuburobe karenzako ikiyeri akazuba karikurenga ncabona kwabarundi twahiriwe dufise igihugu ciza Eka ni Eden
😂😂😂😂😂😂
Ni byiza pe nukuri tuguteye intege kandi ni byiza gukunda iwanyu ariko kandi ni byiza gukora ibishoboka byose ngo hatere imbere, kuko kurima ata fumbire nikiyaga nibintu kama byahozeho nibyiza ko habaho kubuteza imbere mu ngeri zose, imihanda igezweho, inyubako zigezweho, uburere mumashyure bigezweho, iterambere mubinyabiziga byoroshya ibyingendo nibindi, ni byiza ko mukora cyane kandi u Burundi twese turabukunda niwacu pe, na benshyi mubayobozi bu Rwanda ubona gushyika kuri first lady bavukiye bakurira I Burundi
@@user-of9gs1mr2k gutera imbere kuri wew niki? muburundi turi kwubaka biteyo ubwo uhereye kumabarabara ikivuko ca Bujumbura ikibuga cindege stade intwari salles de comferance du Bujumbura ibarabara ryindarayi rizova tanzania gushika congo presidence de Gitega ingomero zumuyagankuba jiji murembwe kabu 16 Kirasa nibindi kubijanye nuburimyi hoho tugeze kure nimba wiza kuburundi nabarundi tudateye imbere urikwibesha cane ikijanye namashure hoho carakemutse uburundi buri mubihugu 15 Muri africa Bufise abantu bize
Rochy, ndagukunda cane! Watubwiye ivyerekeye igitabu khadafi yanditse citwa THE GREEN BOOK. wobukoze cane. 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Egooo
Ismael mwanafunzi yaragize ico akivugaho cyose, "waruziko/green book by khadaffi"
Azakitubwireho kbc ❤❤🎉🎉
Jya kuri primo media tv kiriho
Cyakoze perezida wuburundi akundi igihugu abarundi mumutere ingabo mubitugu kbx wauuu I Mana iriho🙋
Abemera Yuko rocky arenze mumpe like
Icyakoze uyu mu president abona Imana mbere cyane kbs kd ntaho yibeshye
Erega kuvuga Imana siko kuba umuntu w'Imana,kuvuga Imana udakora Imana ntibishima
Niba azi Imana se wigeze wumva urupfu rwa Nkurunziza rukurikiranwa(investigation) kubera iki? Byibaze nawe
Burundian MPa like
Izo link murazihembegwa??
Nukuri abarundi barihanze nibo bonona igihugu evarist numu gabo cayane 💪🏾💪🏾👏🏾👏🏾
Nyimba arumugabo wanyoko wambwawe
@@user-lc7oq4ze8rHoya wimutuka nge sinemeranya nawe 1000% ark ntampamvu yo kumutuka
@@ntwaraneadolphe5850genius
Reka wivu 😂😂
@@user-lc7oq4ze8ribipfamurima bibaho pee ntasoni gutuka umuntu nkuko?
Ndasavye abanyarwanda nabarundi twikyndanire dusenyere kumugozumwe politique tuyihebere beneyo basha sivyo none?
Nibyo rwose bana b'Iwacu
Yego rwose ibi nanjye ndabyifuza
Uvuze ukuri kuko Urwanda n'Uburundi turi bamwe ahubwo imitwe yacu niyo yarozwe. Kandi mwoza tukibanira neza ndazi nizo ndongozi zohinduka 🇧🇮💖🇷🇼
😂😂😂😂ego nukuri uvuze neza ariko rero abashaka kwinjira muvya politique nibobabi.
❤
Kuva nabaho kuva Neva yaja kuntebe nubwambere numvise ijambo rikantera amarira kubera umunezero kuko ndabona mu Burundi imbere hararyoshe imana idufashije ikadukiza abasuma bari mur Leta yuburundi
Erega Arazi Vyose gusa abo barikumwe bamugirira Nabi ariko bizohinduka tuu
Mbaye uwambere muntemwo Like abemera ko Rocky arikizigenza ❤
youtube.com/@jaguarhunq?feature=shared
Love from Burundi❤
Mutama wacu tukuri inyuma imana Ibane naw ibigumye ibihindure ivyoroshe🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤
Imana ikomeze kugukomeza 🇧🇮 🇧🇮
Abarundi rwose nimushyire imbere mukurwanya ruswa kuko irikwisonga mubibadindiza kukomufise byishi byabateza imbere icyambere mushyira IMANA imbere❤
evariste ndayishimiye ndamwemera byahatari
Nange sha noneho mbaye uwambere bavandimwe mumpe aka like 👍
Uburundi 🇧🇮bwa nyaburunga Edeni twahawe n'IMANA iduha nindongozi nziza S.E Evariste Ndayishimiye❤❤❤🇧🇮🇧🇮
Reka kubesha sha
cane gose uburundi ni Eden paradiso
😢hhhh@@bizomenyimanaelias5455 mwaeagowe
Igihugu cacu ni Edeni Bien Sûr ark Nabanz Adukorer neza Azan Igitoro
@@IduhangazePrince-pp3pn Ego mutama wanje turikumwe twese birashoboka igitoro kizoboneka reka tubandanye dushigikira indogozi cacu mugukora ibikorwa vyiterambere tuzosanga nutwo tuntu dutoduto twadukemuye
😞😞😞 Turagukunda kandi bizongendaneza cane Turabizi ko arabashaka kukunaniza 🇧🇮🥰
Uwu Nyakubahwa wacu nakomere kw'ibanga ndamukunda cane❤❤❤
IMANA ikomeze ibungabunge uburundi bwacu❤🎉🎉
President wacu turamukunda cane abavuga nibavuge twe turi inyuma yiwe
Uzatubwire kugitabo cya khadafi GREEN BoOK
ndagukunda cyane❤
First like here
Turamukunda cane president wacu
Ndumva KL uwutakoze sabusclibe kuri rock intertainiment arikarahomba kuko rock aragisha avugibintutubadukene rock jewendagufana❤❤❤❤❤
Kuva nabaho niho nkicumva umuperezida avuga ngo reka Imana yikorere
Tuna mshukulu mungu kutupa raisi shujaha wa burundi ❤❤❤❤
😢😢😢😢
Rock uzankorere ikiganiro kubijyanye na ba chef cg abatetsi❤ ndagukunda cyane 👏🙏
ROCK hejuru cane nd umuabonné wawe kugasobanuye nakuze nunva ariwe usobanura nanubu uracabizobereyemwo uzoze kunsura I Burundi 🇧🇮
Urakoze cyane Rocky muvadi kutumenyesha amakuru meza
😂😂 Sawa sawa mzee 🔥🇧🇮 Twe twariye tugahaga ivyo bindi nimutureke 😊 Jewe kwi 100 ryanje ndamanura ivoka ariko umuzungu🇺🇸 5$ atayafise ntakorako 👌 OOOOH EDENI🇧🇮🔥🔥😂
Sawa Boss
We ndagufana😂😂 from Burundi 🇧🇮 makamba nyanza lac
Ndavyishimira kuba ndi umu🇧🇮 ✊✊✊✊
Nduwambere❤
President Ndayizeye ndamukunda kuko akunda Igihugu cye n'abaturage .👍
Très bien Rock, mesage bien reçu
Numvise amarira kubera amajambo mutama wacu avuze nukuri imana ikuzigame ikurinde ikongere nokubaho❤❤❤❤❤❤❤😭😭😭🤲🤲🤲🤲
Umurundi ahaze amenyako bose bahaze😢😢😢
Ne warabonye igihugu abantu bahaga Bose? Canke ngo barire Bose atamasasu. Naharamasasu harababa bariko baratwenga
Burundi ndagukunda sana ❤
Rock wubahwe cyan kbx iburundi turikumw 5 /5
Mutama wacuyubahweb cane 🎉🎉🎉🎉
Rock urarenze kbs uradudamwo utuntu twubweng niwubahwe
Ase rock wazadukoreye kuri madamusamake 😮 tukamenya niba zibaho
😂😂
Anaturangire aho ziri kuko ndayikeneye jewe
Hhhhh madamu samaki kweri
Number uno
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥🔥🔥
Hello rock erega ureter imana niyo iba izi ukuri naho buriwese ntiyamenya umunyakuri God bless you rock🎉
Number UNO
Amen!!!!! ndafashijwe🙋🤗🤗
Welcome again brother😊
Kwambaza Imana ni vyo.
Ariko Imana ntizoza kubakorera mwa bantu mwe.
Rock icukoze uciyubwenge kuki atacowashimye kuvuga kwayamajambo ya nyenicubahiro G.E.Ndayikengurukiye?
Respect our president
Njyewe ndagukunda cyane president ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
Kbs br taho ❤❤ like
Rock urakwiriy igikombe kabisa
Disi uyu mugabo akunda igihugu n'Imana naho yaba adakijijwe kuba ajya ayutezaho akanayishyira imbere mubyo avuga ntizabura gutabara abavandimwe bacu biburundi
Rocy na evariste mwubahwe cane murintwari peee
Thanks Rocky
Imana ishimwe
Imana ifashe abaturanyi bachu baba rundi ❤
Hahaha.Mu Rwanda mwarateye imbere?
Umupfu ntiyinukira.
Urwanda ni co gihugu abantu barwara amavunja, inzara yica...
Mwadishi wa habali mungu kubaliki sana kwa tahalifa zuri kabisa
Caykoza. Nibyo pe
Uburundi imana yamye ibukunda bizohera
Eden yejuru cyane kli 💪✌️
Asante sana raisi wetu
Ndagusabye umbabarire uduhe amateka ya Omar mukhtaari wabukoze saaana na film ya ertugrul bey na authman umwana wa ertugrul bey nifirime zikurikirana uzabukoze sana
Umwansi wambere w'Uburundi numurundi nyen! Intambara turwana nizabarundi nyen badakunda igihugu! Ariko umugani wa Nyakubahwa President, turi kumwe n'Imana vyose bizogenda neza..... umwansi azotsindwa
Hejuru cyane👌🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️🇧🇮🇧🇮
Thank you Rocky
Thanks again
Asante Rocky wazatubwiye Kuri iriya movie nshya ya Rwanda classified cg niba waragikozeho uturangire uko twakibona urakoze
Komerezahooo Rocky ndakwemera n'a genge yawe
Rocky rocky rocky
Amen pastor
Kigali Bujumbura hejuru🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼uratwitse rock kimomo uruwambere❤❤❤❤❤❤❤
Ico utabeshe namba, abasoda n'abapolisi baragukunda caane goose kurusha abandi bakuru b'ibihugu babayeho kuva no kubami....kuko warabagarukiye ubongera amahera menshi caane no kubafungurira neza nk'inyama, ubugari bwa sembe, ibitoke, ibiraya, icayi n'umukate, etc...
Rocky urikimomo kbx niwaza muburundi nzoguha akantu niwirambire
Rock niwubahwe cane 👍👍
Big up rocky
umu President twemera cane ariguhumura amaso abarundi kandi turi mwiterambere ryiza imana ihezagire abarundi nuburundi
Mercie
Ivyacu vyo n'ivy'Imana😂
Kweli🥱😂
Nahimana mugenzi👐
Washaka tubigire ivyawe?
Asante sana msaza rocky kuduha amateka
GAHIZI CHOICE TV❤❤❤❤❤ like back uwa1111
Burundi komera
Mr Rocky wubahwe🤝 turakumva 5/5
Dunia siombaya watu ndoabaya 😢😢
Bokinda bagaramye bubika inda Imana izobigenza neza sinarinzi ko aribatobiya batwugariye inzira z'igitoro.
Courage Rocky
Mbega agahinda uteye isi n'abarundi muri rusangi 😭😭😭 Imana nitabare biteye ubwoba n'agahinda😢😢😢
Sarira iroma wakirwariwe
❤❤❤❤
Abarundi ndabasuhuje🎉🎉
Bwana Neva tuza wubake kuko ubwenge ntabwo
Como Estas Amigos?
Estamos bien
Na boa
Rock uraduha s3ya bel air ndagusavye
Kabisa uvuze ukuri
Wubahwe Mr Everist Ndayishimiye Uburundi burigutera imbere imana ishimwe❤
Ushingiye kuki ?
@@ntwaraneadolphe5850 make research,hariho new projects nyinshi zirigukorwa nkimihanda myiza ibiraro nibindi
Kimomo turakwemera saan burund
Mukuru izo ncabwenge zuburundi uzishire kuri riste kugira zizoze mukazi kweri natwe ntitwica turiko turasatira abavuga ayamuhe bareke bavuge twe tuzoguma kukivi kandi bavyanka bavyemera uzongera kutuyobora nubutaha kuko abenegihugu nitwe tuzagutora ndabivuze uwumva ababaye ashake yimene kwibuye
Arya mwaronse na kurya mwayaronse ni ko bizogenda.Gusa rabe ko mukora neza Hama muce mubona uko muzotorwa
👏👏👏👏👏👏
Ko numva Imana ariyo iyimbere cyane Ra kdi bigendana nogukora cyane twebwe murwanda twazamucyiye kwijambo ryitwa gukora nikare kdi tukanihangira imirimo barundi bavandimwe nimukore cyane byaje kabx
Wangu ntuzokwibaze ngo Abarundi ntidukora ariko nyene Imana yama imbere kandi misi yose
Wangu ntuzokwibaze ngo Abarundi ntidukora ariko nyene Imana yama imbere kandi misi yose
Ndagukunda Papa tugufasha gusenga Kandi never give up turi inyuma yawe