Umu Jeune w'umunyePolitike akiri muto cane mu BURUNDI||Umurundi wese arashobora gusezera UBUKENE mu
Вставка
- Опубліковано 10 лют 2025
- Umu Jeune w'munyePolitike akiri muto cane mu BURUNDI||Umurundi wese arashobora gusezera UBUKENE murubu buryo...
👉 WIPFUZA KUVUGANA NA HAM HAVERST
+257 62 53 25 82 (Watsap)
👉 WIPFUZA KUVUGANA NA HAM HAVERST
+257 62 53 25 82 (Watsap)
Turakunezererewe vraiment. Voilà un jeune digne❤
Abanibobakenewe mugihugu cacu❤❤❤❤Bafise ivyiyumvirobikeneye🎉🎉
Courage ham ,I do love you naho ntarakubona
Hamu my brother ndakwemere terimbere ndanagukumbuye uvuze neza
Réveillez-vous les jeunes Burundais. Mwige mukora Mukore mwiga. Imbere neheza cane.
Impanuro nzima bwana Honorable!
Avuze ukuri kweri
Honorable jew nzi ni ww
Afise imigambi irashe
Uzompe umubonano
Courage ham
Ham tuzogutora humura
❤❤
Ham ham kbx millionaire 🎉
Aba batama ntibishasha pe.reka babe bariberaho barozere ubuzima bwabo neze ariko ntaterambere bazodusigira pe.
😂😂😂😂amafilm ya ba rocky
Asha twari dukwiriy guserukigwa n,abantu nkabo p
Ndabona tugiye gusimbira muri 2060 bitarenze 2030
❤🎉
😂 Basha uvuze ukuri bafise imitima mibi niyo mpamvu gut era imbere bizogorana uteyi mbere baca bakugirira inzigo ukaca usanga biragoye gutera imbere
Umuntu n'uwihaya utwafise
❤❤❤🇷🇼
Turakunezererewe vraiment. Voilà un jeune digne❤
Courage ham