Ijambo ryashikirijwe n'uwaserukiye abana b'Umwungere NDIKUNKIKO Elie ku musi bashingura umubiri wiwe

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 8 вер 2024
  • Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149
    Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
    / @meirratv
    Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
    Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
    +257 79 24 16 79 (WhatsApp)
    +257 79 08 91 49 (WhatsApp)
    YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

КОМЕНТАРІ • 26

  • @SHIMIRIMANAInnocent
    @SHIMIRIMANAInnocent 3 місяці тому +2

    Imanimuzigam mubwam bwayo

  • @ChantalSindayigaya
    @ChantalSindayigaya 3 місяці тому +1

    Ahubwo bantu b,IMANA nimuze dusenge IMANA twisonzeshe kugira IMANA itwereke Aho aruhukiye mukurindira izuka

  • @sylvestremanirambona-bd6fp
    @sylvestremanirambona-bd6fp 2 місяці тому +1

    INTAHE NZIZA CANE

  • @KambertManiraniza
    @KambertManiraniza 3 місяці тому +2

    ❤ télécharger

  • @leoncenininahazwe8551
    @leoncenininahazwe8551 3 місяці тому +3

    Yooooo yesu yarakoze kumwambutsa uruzi

  • @BurundiTablet6
    @BurundiTablet6 3 місяці тому +1

    Muratubarize ibindi bimenyetso yagendereje, yabonye mw'irangiza ry'uyu mugororotsi.

  • @KambertManiraniza
    @KambertManiraniza 3 місяці тому +1

    Kabisapee arimwijur niyiruhukire amahooroo tuzomusangayo pee

  • @user-li2uj8mw2m
    @user-li2uj8mw2m 3 місяці тому +1

    Yesu abahezagire caaane

  • @dzelbahnijmb1765
    @dzelbahnijmb1765 3 місяці тому +1

    UMukozi w'Imana Elijah yoba yagiye mw'Ijuru no nezerwa cane. Kuko, hari benshi twibaza ngo bashitse amahoro. Ariko, ukunva Imana ikubwiye ko itamwakiriye ku mpanvu izi nizi. Na Madengo hari abazi ko ngo yagiye mw'Ijuru. Ni mubure kwezwa no kurinda ivyera vy'Imana muragira ngo Imana ifise amarangamutima nkayacu?! Tube maso ndetse cane. Elijah yoba yaragiye mw'Ijuru koko nanje ndavyizera.Ariko ba maso mukizwe neza. Ndabisubiye mwo ba maso mucunge ivyo mwahawe mwezwe neza. Kuko , kuja mw'Ijuru si ugupfa kujayo ntabwo ari kuva ruguru umanuka bujumbura. Muze twame twiyeza muri gato no muri kanini.

    • @meirratv
      @meirratv  3 місяці тому

      Murakoze cane kur'izo mpanuro muduhaye🙏💖

  • @leoncenininahazwe8551
    @leoncenininahazwe8551 3 місяці тому +1

    Natwe tuze twizigame ntituze duhombe

  • @NdayizeyeEriya
    @NdayizeyeEriya 3 місяці тому +2

    Wvhhhhvhhhhvvhhhhhvhhhhhvhh

  • @lazarentiruvakure3996
    @lazarentiruvakure3996 3 місяці тому

    IPANTALON ISANZWE ITANGURA GUHERA KUAVI

  • @KambertManiraniza
    @KambertManiraniza 3 місяці тому +1

    Kabisapee arimwijur niyiruhukire amahooroo tuzomusangayo pee