BURAMATARI W'I BURURI ASHINGIYE INTAHE IKOMEYE UMWUNGERE NDIKUNKIKO ELIE
Вставка
- Опубліковано 7 лют 2025
- Ibirori vyo gushingurana iteka Umwungere w'Ishengero rya Pentekote ry'i Kiremba Révérend 1er Pasteur Elie NDIKUNKIKO
Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149
Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!
Muvyeyi wanje nkunda k'umutima, Mwiruhukir amahoro
Amen 🙏💖
Yari umunyamahoro yabanye amahoro nabarongoye intwaro Imanimuburuhukiro bwiza tuzobonana
Amen 🙏💖
Nihatali
🙏
😅
🙏
Mwibuka umuntu ko Yari mwiza iyo apfuye ? Abakozi ba shetani nibo benshi mu Burundi !
Yesu Kristo aguharire kuko utazi ivyo ukora!