UBUZIMA BWIWE: Amashure yize, akazi, ibikorwa vy'Imana yakoze... /Rév Pasteur Elie NDIKUNKIKO

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 21 жов 2024
  • Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149
    Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
    / @meirratv
    Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
    Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
    +257 79 24 16 79 (WhatsApp)
    +257 79 08 91 49 (WhatsApp)
    YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

КОМЕНТАРІ • 68

  • @ZéphanieBAYUBAHE
    @ZéphanieBAYUBAHE 3 дні тому +1

    Imana Imuhe uburuhukiro bwiza yarayikoreye cane

  • @bigirimanapapy5253
    @bigirimanapapy5253 4 місяці тому +3

    Muvyeyi wanje nkunda k'umutima, Mwiruhukir 'amahoro

  • @NsengiyumvaBonface
    @NsengiyumvaBonface 4 місяці тому +2

    Imana ibimuhembere, Kandi nanje munsengere, mfisuwomuhamagaro wokumusigaranira umurimo

    • @meirratv
      @meirratv  4 місяці тому

      Yesu aguhe inkomezi🙏💖

  • @MarcienNzisabira
    @MarcienNzisabira 4 місяці тому +1

    Uwo muvyeyi yari yarakoreye Imana .Izobimuhembere.

  • @inzira_y_agakiza
    @inzira_y_agakiza 4 місяці тому +2

    Uyu ni Umwungere wuzuye vraiment!!!!!!

  • @monicamrisho767
    @monicamrisho767 4 місяці тому +2

    Haleluyaaaaaaaaaaaaaaa umugeni arashitse amen

  • @ghffcfggffg6083
    @ghffcfggffg6083 4 місяці тому +2

    Intwari yaratashe,icompa nanj nkazopfa urupfu nkurwa bagororotsi iherozo ry'anje rikazoba nkiryabo🙏🙏

    • @meirratv
      @meirratv  4 місяці тому

      Imana yumve ugusenga kwawe!

  • @ElogeRugeramigabo
    @ElogeRugeramigabo 4 місяці тому +1

    Imana imuhembe ivyo yayikoreye

  • @NshimirimanaEmmanuel-kk6vp
    @NshimirimanaEmmanuel-kk6vp 4 місяці тому +2

    Imana yaramukunze kuturusha.

  • @GlorioseMurasandonyi
    @GlorioseMurasandonyi 4 місяці тому +2

    Umuvyeyi n' aruhuke amahoro
    Imana imutuze aheza

  • @claudinendabarushimana2922
    @claudinendabarushimana2922 4 місяці тому +1

    Imana iduhe ishaka numwete wo kuyikorera kugeza kwiherezo ryacu nkuko iyi ntwari yabikoze

  • @LydiaNizigiyimana
    @LydiaNizigiyimana 4 місяці тому +1

    Iggire amahoro muvyeyi wacu🙏🙏

  • @horanimanaleonard1028
    @horanimanaleonard1028 4 місяці тому +5

    Imana yarakoze kumutabara akitahira amahoro kuko satani yari yateguye umuntu wo kumwanduza kugira bikunde ntaje mw'ijuru,ariko ijuru ryarateguye umwungere samwel kugira amujabutse amahoro.Ndashimira Imana kuko mission ya satani Imana yayihinduye ubusa ,umukunzi wayo akitahira amahoro.

    • @meirratv
      @meirratv  4 місяці тому

      Amen 🙏💖

    • @NISHEMEZWECyrille
      @NISHEMEZWECyrille 4 місяці тому

      Satani yibaza ko afise ubwenge aca sanga ntaburusha Imana kuko yihenda ko yomubuza gutaha ijuru yakoreye. Satani yaramaramaye!

  • @reubenrolin5164
    @reubenrolin5164 4 місяці тому +2

    Ndasenze Uhoraho lmana nyene ububasha bwose idutoranirize uwundi muvyeyi ashobora kumera k'uwomugeni waYesu yitahiye iwabo w'abera❤

    • @meirratv
      @meirratv  4 місяці тому

      Ishengero ni irya Kirtso Umwami Imana. Humura Yaramaze gutegura neza Abakozi bayo b'abizigirwa, kandi barahari benshi: "Hari abashika ibihumbi ndwi Yisigarije batapfukamiye Bayali" (Rom. 11:4)

  • @PhilippeNSABIMANA-g8r
    @PhilippeNSABIMANA-g8r 4 місяці тому +2

    Umwungere mwiza

  • @GemimeNdayisenga
    @GemimeNdayisenga 4 місяці тому +2

    🎉Imana imunzigamirire

  • @NiyonzimaJoselynne
    @NiyonzimaJoselynne 4 місяці тому +1

    Yes nahimbazwe.

  • @اميره-ن1ك9ب
    @اميره-ن1ك9ب 4 місяці тому +1

    Uburuhuko bwira murongozi wishengero yapantegoti turabuze itwari 🎉🎉

  • @celestinntirampeba6349
    @celestinntirampeba6349 4 місяці тому +2

    Umukristu nyawe

    • @meirratv
      @meirratv  4 місяці тому

      🙏💖

    • @JeromeMinani
      @JeromeMinani 4 місяці тому

      Umwunger yaragira neza atagoberew naruhuk neza

  • @jeanclaudevyamungu807
    @jeanclaudevyamungu807 4 місяці тому +3

    Yesu niwe nyen'ishengero, azobiroranya neza kumwe Eliya agomba ajanwe Elisa, yabaye maso asigarana umutamana wiwe, ntivyamugoye kujabuka yorodani kubw'uyo mutamana=ingabire Za Mpwemu Yera !
    Duhanze amaso Data wa twese, Yesu na Mpwemu Yera.

    • @meirratv
      @meirratv  4 місяці тому

      Ukwo ni ukuri!

  • @FeniasNtirenganya-hd8vd
    @FeniasNtirenganya-hd8vd 4 місяці тому +1

    Bitsibo vyibikorwa vyishiii vyiza yakoze lmana ibimuhembere

  • @ElihudiNkurunziza-hz7qf
    @ElihudiNkurunziza-hz7qf 4 місяці тому +3

    Yarintwari yubahwa na bose!yiruhukire

  • @JoelManirambona
    @JoelManirambona 4 місяці тому +1

    Niyigire amahoro Muvyeyi wacu

  • @noebukuru3726
    @noebukuru3726 4 місяці тому +2

    Tuzobonana nitugera mw'ijuru.

  • @EsperanceNininahazwe-c7i
    @EsperanceNininahazwe-c7i 4 місяці тому +2

    Mana ushimwe Kuba Yararemye uyu yari intwari.

  • @IrambonaFilbert-em3dd
    @IrambonaFilbert-em3dd 4 місяці тому +1

    Ruhuka amahoro

  • @UrsinnoelDushime
    @UrsinnoelDushime 4 місяці тому +1

    Ntacinaniwe uwuyizeye ntimumaramaza

  • @monicamrisho767
    @monicamrisho767 4 місяці тому +2

    Twige Ingeso nkizo

  • @الينابروندي
    @الينابروندي 4 місяці тому +2

    Ahohantu ni Ikiremba ariko?

  • @benithasindayihebura6121
    @benithasindayihebura6121 4 місяці тому +2

    😂😂

    • @meirratv
      @meirratv  4 місяці тому

      Utwengejwe n'iki none?

  • @benithasindayihebura6121
    @benithasindayihebura6121 4 місяці тому +2

    😂🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @benithasindayihebura6121
    @benithasindayihebura6121 4 місяці тому +1

    😂😂

    • @meirratv
      @meirratv  4 місяці тому

      Utwengejwe n'iki none??