BIMWE MUBITAZOKWIBAGIRANA,UMWUNGERE NYAKWIGENDERA ELIYA NDIKUNKIKO YAKOZE
Вставка
- Опубліковано 7 лют 2025
- Shalom tubahaye ikaze kuri uru rubuga IRIBA RYIZA aho tubasangiza ubutumwa butandukanye buhindura imitima bukayitumbereza ku mwami wacu YESU CHRISTO. Turabizi neza iyi si ntituzoyamamwo hari igihe tuzoyisezera twigire iwacu kuruhuka.Turagutumirira kwakira Yesu mu bugingo bwawe Kugira akwuzuze amahoro yose. YEsu abahe umugisha
#intahe #emcitv #ytb #ytshorts
Yari intoiri yigire amahoro y'Imana
❤❤❤❤Imana imwakire❤
😮yitwa nirikana eliachim yabay' umupasitor akir' umusore.
Uyo mu pasitori wa kabiri yoba yitwa nde?
Umwungere wacu nukuri ari mwijuru
Reka aribemwo yagendany agakiza igih gitari gito