MEIRRA Tv
MEIRRA Tv
  • 1 925
  • 16 172 742
UGUHUZA - UKUGWA - UKWIYUZUZA (Harmonie - Chute - Réconciliation : HCR)/Pasteur Prosper IYAKAREMYE
Ikiganiro (conférence-débat) categuwe n'Ishengero rya Pentecôte ry'i Gishiha - Makamba
Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149
Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
ua-cam.com/channels/EReRkF8FEs7QyDAfqGviwA.html
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!
Переглядів: 1 076

Відео

INTWARO YA ANTIKRISTO N'IKIMENYETSO 666 - Par Ev HAVYARIMANA Claver
Переглядів 4,2 тис.4 години тому
Conférence-débat: Makamba, 07.12.2024 Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞 257 79 241 679/79 089 149 Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇 ua-cam.com/channels/EReRkF8FEs7QyDAfqGviwA.html Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, in...
UMVA IYI MIGABO ABA MONDIALISTES BAFITIYE ISI / Pasteur VYIZIGIRO Samson
Переглядів 4,5 тис.9 годин тому
UMUNTU WESE ARAKWIYE KUMENYA IVYO TURIMWO N'IYO BITUJANA Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞 257 79 241 679/79 089 149 Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇 ua-cam.com/channels/EReRkF8FEs7QyDAfqGviwA.html Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumw...
MONDIALISATION - IDINI RIMWE - UMUNTU WESE N'UWUMURONGOYE BAKWIYE KWITEGURA/Ev HAVYARIMANA Claver
Переглядів 8 тис.12 годин тому
Conférence-débat - Makamba, 06/12/2024 Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞 257 79 241 679/79 089 149 Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇 ua-cam.com/channels/EReRkF8FEs7QyDAfqGviwA.html Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, i...
Conférence-débat - Makamba, du 06 au 07/12/2024
Переглядів 3,4 тис.14 годин тому
Ikiganiro co mw'Ijambo ry'Imana cabereye i Makamb ku magenekerezo ya 06 na 07/12/2024 Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞 257 79 241 679/79 089 149 Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇 ua-cam.com/channels/EReRkF8FEs7QyDAfqGviwA.html Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tub...
UMUTI W'INTEGENKE WARABONETSE - Ev Claver HAVYARIMANA
Переглядів 5 тис.16 годин тому
Culte du Dimanche 08/12/2024 - Église de Pentecôte de Makamba - Nyaburumba Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞 257 79 241 679/79 089 149 Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇 ua-cam.com/channels/EReRkF8FEs7QyDAfqGviwA.html Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu...
UKWEZI KWA 12 - UKWEZI KWO GUTABARWA - Ev KWIZERIMANA Jérémie
Переглядів 98419 годин тому
Eglise de Pentecôte de Makamba: Culte du 08/12/2024 Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞 257 79 241 679/79 089 149 Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇 ua-cam.com/channels/EReRkF8FEs7QyDAfqGviwA.html Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwi...
FANFARE KAMENGE - Indirimbo baririmvye ku w'Imana 24/11/2024 mu Ruvumera
Переглядів 5 тис.14 днів тому
Culte du 24/11/2024 à l'Eglise de Pentecôte de Ruvumera - Buyenzi Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞 257 79 241 679/79 089 149 Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇 ua-cam.com/channels/EReRkF8FEs7QyDAfqGviwA.html Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo...
YESU NI UMWAMI W'ABAMI - Pasteur SINDAKIRA Augustin
Переглядів 1,8 тис.21 день тому
Ubutumwa Bwiza bwo kuw'Imana 24/11/2024 - Ishengero rya Pentecôte ryo mu Ruvumera Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞 257 79 241 679/79 089 149 Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇 ua-cam.com/channels/EReRkF8FEs7QyDAfqGviwA.html Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicis...
IZINA RYA YESU RIHIMBAZWA MU BUYENZI - FANFARE KAMENGE
Переглядів 6 тис.21 день тому
Culte du Dimanche 24/11/2024 - Église de Pentecôte de Ruvumera Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞 257 79 241 679/79 089 149 Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇 ua-cam.com/channels/EReRkF8FEs7QyDAfqGviwA.html Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, U...
KUGARUKANA UMWAMI IWE - Ev Audace BANYANKIRUBUSA
Переглядів 834Місяць тому
Ubutumwa Bwiza bwo kur'uyu w'Imana 03/11/2024 - Ishengero rya Pentecôte ryo mu Nyakabiga Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞 257 79 241 679/79 089 149 Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇 ua-cam.com/channels/EReRkF8FEs7QyDAfqGviwA.html Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima ...
UKUGOROROKA NI WO MUTAHE W'ABANA B'IMANA - Pr Blaise NDAYISABA - Église de Pentecôte de Nyakabiga
Переглядів 3,1 тис.Місяць тому
Ubutumwa Bwiza bwo ku wa gatandatu 02/11/2024 - Ishengero rya Pentecôte ryo mu Nyakabiga Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞 257 79 241 679/79 089 149 Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇 ua-cam.com/channels/EReRkF8FEs7QyDAfqGviwA.html Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima ...
IVYIZA IMANA IGIRIRA ABAYIKUNDA - Pasteur Blaise NDAYISABA
Переглядів 3,2 тис.Місяць тому
Ubutumwa Bwiza bwo kur'uyu w'Imana 27/10/2024 - Ishengero rya Pentecôte ryo mu Nyakabiga Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞 257 79 241 679/79 089 149 Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇 ua-cam.com/channels/EReRkF8FEs7QyDAfqGviwA.html Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima ...
BIRYA BIVUGWA VYOSE NI IBIHUHA GUSA - Ijambo Rév Pr Onesphore RUKWIRIRIKANYA yashikirije Ishengero
Переглядів 16 тис.Місяць тому
Umwungere Onesphore Arabeshuza ibimaze imisi bivugwa kw'Ishengero rya Pentecôte ryo mu Burundi Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞 257 79 241 679/79 089 149 Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇 ua-cam.com/channels/EReRkF8FEs7QyDAfqGviwA.html Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura im...
KWEGERA IMANA - Ubutumwa Bwiza bwo kuwa 20.10.2024 - Pr Apollinaire/Nyakabiga
Переглядів 923Місяць тому
Culte du Dimanche 20/10/2024 - Église de Pentecôte de Nyakabiga Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞 257 79 241 679/79 089 149 Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇 ua-cam.com/channels/EReRkF8FEs7QyDAfqGviwA.html Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, ...
URUKUNDO RW'IMANA NI RURERURE CANE/Pr Déo NIYONZIMA - Pentecôte NYAKABIGA
Переглядів 7022 місяці тому
URUKUNDO RW'IMANA NI RURERURE CANE/Pr Déo NIYONZIMA - Pentecôte NYAKABIGA
UBUTUMWA BWIZA BWO KUW'IMANA 06.10.2024/Ev. Donatien NTIRUTWA
Переглядів 1,8 тис.2 місяці тому
UBUTUMWA BWIZA BWO KUW'IMANA 06.10.2024/Ev. Donatien NTIRUTWA
IMISI NI MIBI ! HARAGEZE KO INGANO ZIMBURIRWA MU KIGEGA//Rév. 1er Pr Onesphore RUKWIRIRIKANYA
Переглядів 2,1 тис.2 місяці тому
IMISI NI MIBI ! HARAGEZE KO INGANO ZIMBURIRWA MU KIGEGA//Rév. 1er Pr Onesphore RUKWIRIRIKANYA
CULTE DU DIMANCHE 29/09/2024 - EGLISE DE PENTECOTE DE NYAKABIGA
Переглядів 2,5 тис.2 місяці тому
CULTE DU DIMANCHE 29/09/2024 - EGLISE DE PENTECOTE DE NYAKABIGA
Mass Choir UB & UGL - ANIMATION PAR DES CANTIQUES EN KIRUNDI
Переглядів 1,1 тис.2 місяці тому
Mass Choir UB & UGL - ANIMATION PAR DES CANTIQUES EN KIRUNDI
GUMA MU RUGO RW'IMANA - Indirimbo yaririmbiwe mu gikorane cabereye ku Mugomera
Переглядів 6402 місяці тому
GUMA MU RUGO RW'IMANA - Indirimbo yaririmbiwe mu gikorane cabereye ku Mugomera
NIMWIBUKE ZA NKUMI CUMI - Indirimbo yaririmbiwe mu gikorane cabereye ku Mugomera
Переглядів 8022 місяці тому
NIMWIBUKE ZA NKUMI CUMI - Indirimbo yaririmbiwe mu gikorane cabereye ku Mugomera
DUFISE ISEZERANO - Indirimbo yaririmbiwe mu gikorane cabereye ku Mugomera
Переглядів 6312 місяці тому
DUFISE ISEZERANO - Indirimbo yaririmbiwe mu gikorane cabereye ku Mugomera
HAGIYE KUZA IBIHE - Indirimbo yaririmbiwe mu gikora c'Ubutumwa bwiza cabereye ku Mugomera
Переглядів 1 тис.2 місяці тому
HAGIYE KUZA IBIHE - Indirimbo yaririmbiwe mu gikora c'Ubutumwa bwiza cabereye ku Mugomera
UBUTUMWA BWO KUW'IMANA 22/09/2024 - Pasteur Justin/PENTECOTE NYAKABIGA
Переглядів 1,4 тис.2 місяці тому
UBUTUMWA BWO KUW'IMANA 22/09/2024 - Pasteur Justin/PENTECOTE NYAKABIGA
Pasteur Laurent ati NDABABAJWE N'ABANTU BATAZUMVA INZAMBA - Prédication du Dimanche 08/09/2024
Переглядів 1,8 тис.3 місяці тому
Pasteur Laurent ati NDABABAJWE N'ABANTU BATAZUMVA INZAMBA - Prédication du Dimanche 08/09/2024
INTAHE IKOMEYE - PASTEUR LAURENT BARIYUNTURA
Переглядів 2,7 тис.3 місяці тому
INTAHE IKOMEYE - PASTEUR LAURENT BARIYUNTURA
ITANGAZO KU MUNTU AFISE IBIBAZO VYABAYE UMURENGERA - Pasteur BARIYUNTURA Laurent
Переглядів 2,2 тис.3 місяці тому
ITANGAZO KU MUNTU AFISE IBIBAZO VYABAYE UMURENGERA - Pasteur BARIYUNTURA Laurent
Amageragezwa ntiyica kandi hirya y'amageragezwa hari ... Pasteur BARIYUNKURA Laurent
Переглядів 2,4 тис.3 місяці тому
Amageragezwa ntiyica kandi hirya y'amageragezwa hari ... Pasteur BARIYUNKURA Laurent
MENYERA KUDUZA ISHIMWE KU MANA ATARI KUYIRIRIRA - Pasteur BARIYUNKURA Laurent
Переглядів 2,5 тис.3 місяці тому
MENYERA KUDUZA ISHIMWE KU MANA ATARI KUYIRIRIRA - Pasteur BARIYUNKURA Laurent

КОМЕНТАРІ

  • @lornadixon-hall3387
    @lornadixon-hall3387 22 хвилини тому

    Love it, ladies.

  • @VirginieBizimana
    @VirginieBizimana 5 годин тому

    Umwimi Yesu abahezagire cene mon Pasteur

    • @meirratv
      @meirratv 53 хвилини тому

      Amen 🙏💓

  • @NiyukuriSaphire-e1j
    @NiyukuriSaphire-e1j 7 годин тому

    Imana ihezagire uyu mukozi

    • @meirratv
      @meirratv 7 годин тому

      Amen. Namwe mushishikare guhezagirwa 🙏❤️

  • @jeanclaudeNiyonizigiye-b2t
    @jeanclaudeNiyonizigiye-b2t 9 годин тому

    Imana ibandanye ibakorera n'ibindi

    • @meirratv
      @meirratv 8 годин тому

      Amen 🙏💓

  • @LoicNikuze
    @LoicNikuze 10 годин тому

  • @Pierre-h5c
    @Pierre-h5c 10 годин тому

    Merci. Mukozi w'Imana n'abo mwafashanije batanguye kwigisha imbere yawe niho narindi kandi vyagenze uko nyene rero Aho mwakuye Yesu Christo abasubirizemwo vyinshi nawe MEIRRA TV Yesu Christo aguhezagire Aho wakuye akwongerereze vyinshi akwugururire umugisha mwinshi waguke cane abatarumva bumve ubutumwa bubohora.

    • @meirratv
      @meirratv 10 годин тому

      Amen Amen 🙏💓

  • @protogenesimpunga7857
    @protogenesimpunga7857 10 годин тому

    Ko mumeze nka Hoziana y'i Kigali mu Rwanda!? Ndabakunze! Burya tugira abantu b'abarokore mu Burundi!!!

  • @nestnij
    @nestnij 16 годин тому

    Yesu kristo adushoboze guhagarara mwakinogihe canyuma kugira turwane tunesha

    • @meirratv
      @meirratv 15 годин тому

      Amen 🙏💓

  • @Maria-x1m2l
    @Maria-x1m2l 17 годин тому

    Que lindo coral de crianças! Que a luz de JESUS CRISTO resplandeça sobre a vida de cada uma delas. Cantem sempre pra O SENHOR JESUS CRISTO.

    • @meirratv
      @meirratv 16 годин тому

      Amen. God bless you abundantly 🙏❤️

  • @FelixNdayishimiye-g6h
    @FelixNdayishimiye-g6h 17 годин тому

    Neza cane

    • @meirratv
      @meirratv 16 годин тому

      Amen 🙏💓

  • @VyizigiroAshel
    @VyizigiroAshel 18 годин тому

    Amen ❤

    • @meirratv
      @meirratv 17 годин тому

      Amen 🙏💓

  • @nshimirimanajohnsgod2816
    @nshimirimanajohnsgod2816 День тому

    Murakoze cane

  • @mbarushimanacelestin7825
    @mbarushimanacelestin7825 День тому

    Amen

  • @aishaoman108
    @aishaoman108 День тому

    YESU NASHIMWE ndaryohewe sinariziko muburundi bahari

  • @ShantiGurung-v3o
    @ShantiGurung-v3o День тому

    Ndagufite yesu mfite vyosee narakugendanye mpakaa ,

    • @meirratv
      @meirratv День тому

      Yesu aguhezagire 🙏❤️

  • @mucyopascal8337
    @mucyopascal8337 День тому

    Muzoduhe indirimbo ivugango. Nunde musoda wukuri yoshirinkota hasi akarambikaaa intambara idaheze akuzera kunesha. Muzoba mukoze

    • @meirratv
      @meirratv День тому

      Yesu Kristo aguhezagire 🙏❤️

  • @mucyopascal8337
    @mucyopascal8337 День тому

    Naherukaga iyondirimbo keraaaa

    • @meirratv
      @meirratv День тому

      Iyo ndirimbo musavye sinzi ko iri mu gitabo c'indirimbo zo guhimbaza Imana mu Kirundi.

  • @mucyopascal8337
    @mucyopascal8337 День тому

    Ndafashijwe cane

    • @meirratv
      @meirratv День тому

      Yesu ashishikare kubahezagira 🙏❤️

  • @NdikimweJeanClaude
    @NdikimweJeanClaude День тому

    Amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen

  • @etiennebizimana9689
    @etiennebizimana9689 День тому

    Imana ishimwe turakeje abateguye ibi biganiro muzosabe birwize henshi kandi kenshi nanje nakomejwe

    • @meirratv
      @meirratv День тому

      Amen. Murakoze cane🙏

  • @CrypTecSpce
    @CrypTecSpce День тому

    Ibi biganiro ni ngirakamaro gose

    • @meirratv
      @meirratv День тому

      Yesu abahezagire 🙏❤️

  • @GituwitayeHaridi-r6f
    @GituwitayeHaridi-r6f День тому

    Imana ibahezagire kuribi biganiro muduha

    • @meirratv
      @meirratv День тому

      Amen. Namwe muhezagirwe cane 🙏💓

  • @AnaniaMtuta-j3x
    @AnaniaMtuta-j3x День тому

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @JosePedro-f8p
    @JosePedro-f8p День тому

    👍💪❤️🎄✨⭐🎆✝️🙏🇹🇱

  • @horanimanaleonard
    @horanimanaleonard 2 дні тому

    Enseignement ni nziza mais, il faut qu'il soit motivé.Hanyuma sonorisation nibayikosore,binakenewe bagire formation pour améliorer.

    • @meirratv
      @meirratv 2 дні тому

      Merci pour votre commentaire🙏

  • @DeoBallack
    @DeoBallack 2 дні тому

    Amen ❤❤

  • @GituwitayeHaridi-r6f
    @GituwitayeHaridi-r6f 2 дні тому

    Mukozi w'Imana mugume musigwa amavuta

  • @jeannenifasha2665
    @jeannenifasha2665 2 дні тому

    Murakoze cane kuduha Ikaze

  • @ManirambonaMarc-ef7in
    @ManirambonaMarc-ef7in 2 дні тому

    Twahezagiwe

    • @meirratv
      @meirratv 2 дні тому

      Amen. Mushishikare guhezagirwa 🙏❤️

  • @fidelenishimwe6451
    @fidelenishimwe6451 2 дні тому

    Muhezagirwe kudusangiza ubwo butumwa

    • @meirratv
      @meirratv 2 дні тому

      Amen. Namwe muhezagirwe cane 🙏❤️

  • @AaronNiyimpaye
    @AaronNiyimpaye 2 дні тому

    Umurongo wandwi 😮dusenge cne kuk imbere siheza kuwutanditswe mugitabo cubugingo MANA uturwanirire

    • @meirratv
      @meirratv 2 дні тому

      Ego twisengere cane. Ariko kandi duhumure kuko Yesu yaranesheje natwe azotuneshereza🙏❤️

  • @gsgshdhdhdhs1713
    @gsgshdhdhdhs1713 2 дні тому

    🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @CédricNibitanga-f5e
    @CédricNibitanga-f5e 2 дні тому

    ❤❤❤❤❤😊

  • @ing.josuekwizera370
    @ing.josuekwizera370 2 дні тому

    Imana ibakomeze cane Pastor wacu

  • @beatricenkurunziza3136
    @beatricenkurunziza3136 2 дні тому

    Amen Amen YESU kristo ashimwe cane murakoze

  • @reieternosilvanaberto9206
    @reieternosilvanaberto9206 3 дні тому

    GLÓRIA AO SENHOR JESUS CRISTO. BRAZIL

  • @MecimoIhimbazwe
    @MecimoIhimbazwe 3 дні тому

    Ndafashijwe,mwalimu Imana imukomeze 23:14

  • @JeanPacifiqueIRADUKUNDA-i5u
    @JeanPacifiqueIRADUKUNDA-i5u 3 дні тому

    Muduhe ivya dimanche navyo

    • @meirratv
      @meirratv 3 дні тому

      Yesu abahezagire. Ivya Dimanche ni ibi: ua-cam.com/video/0THsrC3BAHU/v-deo.htmlsi=WEOKgEJOFLlkEdbR

  • @JojoNinziza
    @JojoNinziza 3 дні тому

    Amen🎉🎉❤❤❤

  • @mbarushimanacelestin7825
    @mbarushimanacelestin7825 3 дні тому

    Amen

  • @Pierre-h5c
    @Pierre-h5c 3 дні тому

    Yesu Christo yongereze Aho wakuye mukozi w'Imana nawe MEIRRA TV Yesu Christo akwugururire umugisha mwinshi waguke cane abatarumva bumve ubutumwa bubohora

    • @meirratv
      @meirratv 3 дні тому

      Amen Amen 🙏💓

  • @jeremiemateso24
    @jeremiemateso24 3 дні тому

    Mana uramfasha

  • @jeanclaudeniyonkuru7877
    @jeanclaudeniyonkuru7877 3 дні тому

    Iki kiganiro ni nkora mutima kumujajuru

    • @meirratv
      @meirratv 3 дні тому

      Yesu Kristo abahezagire cane 🙏💓

  • @Niyogusengj
    @Niyogusengj 3 дні тому

    Vyari bihimbayeeeee❤❤❤❤❤

  • @IsraelNinziza-gz9bk
    @IsraelNinziza-gz9bk 3 дні тому

    Murakoze mukuturungikira inyigisho nkizi Yesu abahe umugisha

  • @NiyukuriSaphire-e1j
    @NiyukuriSaphire-e1j 3 дні тому

    Imana iguhish ukuzigame

  • @oscarkarenz-l5n
    @oscarkarenz-l5n 3 дні тому

    Abayo yabamenyekeracane

  • @nshimirimanajohnsgod2816
    @nshimirimanajohnsgod2816 3 дні тому

    Imana idufashe cane

  • @octagondatasystems5022
    @octagondatasystems5022 3 дні тому

    Imana ikwongere inkomezi n ubwenge bwijuru

  • @DanielHaringanji-b7h
    @DanielHaringanji-b7h 4 дні тому

    Ariko warikubabwira kohazoba n'umusi umwe madini yose azohurirako wogusenga.wacagikoko cavugwa mur Daniel no muvyahishuwe

    • @meirratv
      @meirratv 3 дні тому

      Yesu aguhezagire cane. N'ivyo birimwo mu yindi nyigisho yiwe izokurikira.