Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Kugira talent ni kimwe, discipline ni ikindi, ntaho bazoshika ata discipline bagira
Très bonne question... Juste Gaël Inyishu nziza aussi kwa Paulin
#Bigfizzo ntako atari yaragerageje kugira abo bahungu babe professional kugira bareke kuza baraba manipulated mais n'ubundi bavyigenzamwo nabi....none ngabo bamwe mubabagumuye ngo bazobafasha nibo bagomba kubicira carrière....much respect kuri #BantuBwoyint kuko bigaragara kwatakabi kabo..... shoutout kuri Dj Paulin kubikorwa akorera aba artistes bamwe bamwe......
Paulin avuga neza
Dj Pauln mumurabe neza ari mubantu badifuza umuziki wuburundi uduga hejuru mumurabe neza nigipinga
Honnêtement si tu as raison ou pas tant ke mutanditse imbere yamategeko barera… muzoze murandike pour vos propre sécurité…nakantu kari banale mais ça protège andika hajeko signature
Number one mumpe like🙏
Uburyarya bwabamusicien babarundi.
❤❤❤❤❤❤
Nichogituma umuziki wuburundi atanaho wushika inzigo urwanko nihatar
PAFU DADY WA BURUNDI, ABARIRIVYI BABARUNDI BARANUKA ARIKO KA DRAMA T KARAMOTA😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Paul reka kuguma uburagiza abo bana bigihugu witwaje amahera
Mutama wubahwe
Urabahindutse none
Indera ukora gose guys
Ni yubahwe uyo mutama wacu
Gusa paulin nawe umenga yibaza ko babageretsek amabuye errga umuntu wese afs ukwimana yateguy ubuzima bwiw knd aracar Muto azoshika kure kuko nawe ahur ntiwaruz kuzohashika tureke kuba twishira hejuru mugucinyiza Burundi bwejo narengana kuko mbon iryo terabwoba rirenze peeee
Kugira talent ni kimwe, discipline ni ikindi, ntaho bazoshika ata discipline bagira
Très bonne question... Juste Gaël
Inyishu nziza aussi kwa Paulin