Ikiganiro ciza 😂😂😂,vraiment ivyo @Kigingi avuze ko @Juste Gäel hamwe na @Hosy Irakoze nivyo kabisa Nino mûri Sweden ni aba stars cane kuko chaque émission ica kuri umukubito na syren vibes turabikurikirana cane kabisa 🙌🏾🙌🏾🙌🏾 kandi ninayo ama Channel UA-cam abiri ari professionnel mu Burundi 🇧🇮,Love from Sweden 🇸🇪
Kigingi is a humble guy.... nagize amahirwe yo gu performing muri show yiwe DC... yarakoze cane ku mpanuro yantekereye, kumukuru muri uwu mwuga wo guteramisha abantu
Kigingi merci bcp gusaba pardon publiquement abantu twakurindiriye kuva 20h muri Maine. Bisaba umutima munini. Kandi ni vyiza k waciye ubihindura muyandi ma states
Bnjr à tous et à toutes so premièrement Juste Gaël ndagushimiye cne hma nukuri Kigingi uri umuntu wumushingantahe cne très intelligent et humble vraiment ndagushimiye hma ibintu uvuze birakomeye cne abarundi iyo bari hanze tugumana kagatima kubukoko cne sinziko arubu bukene turimwo nibi bibazo twaciyemwo j s pas si turakwiye guhinduka cne tugafashanya cne nukuri n'Imana ikunda abakundana.murakoze cne
Uwubona ko Juste Gael akwiye aka Visa kugira akorere interview mumahanga even one time ampe 👍🏾
En plus d'être un bon comédien il est très intelligent. Humilité yiw nayo irarenze
Ikiganiro ciza 😂😂😂,vraiment ivyo @Kigingi avuze ko @Juste Gäel hamwe na @Hosy Irakoze nivyo kabisa Nino mûri Sweden ni aba stars cane kuko chaque émission ica kuri umukubito na syren vibes turabikurikirana cane kabisa 🙌🏾🙌🏾🙌🏾 kandi ninayo ama Channel UA-cam abiri ari professionnel mu Burundi 🇧🇮,Love from Sweden 🇸🇪
Kigingi is a humble guy.... nagize amahirwe yo gu performing muri show yiwe DC... yarakoze cane ku mpanuro yantekereye, kumukuru muri uwu mwuga wo guteramisha abantu
Ikiganiro ciza, murakoze! 🙏🏾 Kigingi yavuze ibintu bihambaye, so smart. ❤❤❤❤
Kigingi merci bcp gusaba pardon publiquement abantu twakurindiriye kuva 20h muri Maine. Bisaba umutima munini. Kandi ni vyiza k waciye ubihindura muyandi ma states
Bnjr à tous et à toutes so premièrement Juste Gaël ndagushimiye cne hma nukuri Kigingi uri umuntu wumushingantahe cne très intelligent et humble vraiment ndagushimiye hma ibintu uvuze birakomeye cne abarundi iyo bari hanze tugumana kagatima kubukoko cne sinziko arubu bukene turimwo nibi bibazo twaciyemwo j s pas si turakwiye guhinduka cne tugafashanya cne nukuri n'Imana ikunda abakundana.murakoze cne
Jew kigingi ndashaka kumubona amasomuyand vrema ndacikundira niigihep kiradutwenza neza kigi vrema❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉ndachaka kuzahura naw
1:02:00 mpole mpole 😢😢😢ivyobintu birababaje vrt ariko buriya iterambere riva kure umus’umwe IMANA izoduhezagira kbx
Just gael🎉🎉❤ grd comedie kigingii ☑️
Kigingi, ubivuze neza cane❤
Nkubu ntiwababwiye ibeyi yiryo rori vraima 😂😂😂thx you for coming Arizona.we love you.
Kibrike mwaramurishije show 😊😅
Gaël iyo murikumwe na kiging murantesa ikiganiro caanyu Kiba gitesa saaana amashurwe yanyu nimuyakir 🎉🎉🎉🎉kiging naw at karibu iwanyu
I was waiting this interview kigingi........... Love.............. You
Nukuri iki kiganiro kiraryoshe cane, duciye dutangura gutahura ivya mona walda, ngirango nivyo vyamushikiye hariya pe. Kuko ntiyohemuka gurtyo nyene. Elle est si intelligente. Merci Gaël. Merci kigingi🎉
Kigingi your talent is amazing
Umugisha uba rimwe mubuzima.
Ivyo bro Kigingi avuze nivyo, umukubito ndawuraba everyday
Uvuze ukuri kwuzuye Mr Kigingi ndagushigikiye
Kweli Kigingi uraciye ubwenge,,utanze ikiganiro ciza kirimwo inyigisho kumpande zose haba abategura ibiteramo naba artiste
Bonne chance🎉
Nukuri abarundi nabaryarwanda nibo nabonye batwengana vraiment
Kbs Hosy&Justin Gaël muri abakozi beza✍️
Juste Gaël ntibakubeshe ndiko nteka ndaba nabana ndiko numviriza umukubito 😀😀😀😀
Umukubito turamukwirikira ici à Atlanta 5/5
Bro ukuri kwuzuye vraiment.kuki bashaka kubaraza munzu zabo kweri ntibishoboka vraiment raba ukuntu ivyo bagiriy Monna walda.Aba événementielle ba Diaspora bikebuke nukudutukisha.
Ivyo kigingi avuze vient de confirmer ivyo nahora nibaza. Nciye ntahura igituma uburundi bukenye malgré les diaspora bufise, iyaba twogiyehamw tukarek kwigungirako tugatezanya imbere iyoturi n'igihugu co shikirwa.
Ndkwemer cane kigingi ibiganiro vyawe bib bisobanutse 👊
Man ,Kigingi you are intelligent
Nugukora share ya link tumugeze kuri 200k
Kigingi n'umushingantahe kbs
Nakubali grand frère komera kumuheto
Kigingi ikiganiro ndagihejj ubunyne vrt urincabwenge ndasubiyemwo bandany ukebur mutam uvuz ijambo rizima abarundi turankana Ariko ntaco tuzoter Imbere IMANA izokingura amarembo mugende muvyitegurire
Ndagushishura hahaha uvuze ukuri abarundi ntiduta ingeso
Pôle sana
Yewegay yaje ryari uwomugabo
Nij ngaha ndakuraba imisi yose ndiko ndakora😂😂😂😂 niberey 🇧🇻
👌👏👏👏🤜
Ivyiyumviro ni vyiza yuko bobubahirza mukazi kanyu arko namwe muze muriyubuhirza kuko hariho bamw bamw bababwiy kuja hanze batamanza kuganira neza nababatumyeko
😂😂😂😂😂😂😂Gaël urajayo naw urek kumuhaririz
Da way da way da burundi way ❤❤
Courage Kigingi
Kigingi nta beef akene only chicken 😂😂😂❤✌️
Ivyobintu vyogupingana muri Europe nukuri aba Diaspora bo muri Europe ntakarangamutima bafise buzuye nishari
😅😂
❤❤❤❤❤❤
😂😂😂😂😂 akanyuma niko kabiiii
Nukuvuga ukuri vyaba vyiza canke bibi
Maine ifise nabarundi beshi gose bazinanye bashizehamwe
🇨🇦🎉
Kigingi Ndagushimiye
Cane kukuganuro utanze
Wagitanganye ubuntu bwinshi
Uhezagirwe
Rungika umwana wawe kwiga ino,kuki mugira imigisha mukayengako?amahera na famille yawe bige heza..
Il fait que les 2 côtés soient tolérant sinon vous perdez tous
Ako ga toucher à 1h09 karanryoheye
Très bonne émission!
Courage et bonne chance à toi KIGINGI dans tes projets..
Much love from @famousTV 🫶🏾
Sindumuja😂
Kigingi na Gaël murumvirizwa
Uvuze ukuri kigingi. Tubumviriza mu gikoni mu modoka mu ma pause ku kazi….
Muguma tuguma turi abarundi
Gaëlle nawe yabay comédien, va de l'avant
😊😊
numvise ngo ibibera muma "Cuisse"tutamenya?
😂😂nagira nije jenyene navyumvise
Ni coulisses
Kigingi jewe nta vyishi nvuze ariko ni bon hama ico nsavye nuko woza urajana numu journaliste
❤❤❤😅😅😅😅
Oya! Gaël ashiramwo ubwishime ntayo nomuha kandi ntakundi dupfa arafise ukugayana kandi si vyiza
😂 ayomashari nayiki 😅
Oya ntagayana ahubwo aracokozanya
😂😂😂
Kigingi avuze ukuri,umukubito na sires nivyo turaba,ariko amatwi ansumira,kuko jewe nta barundi njamwo,baridoga ngo Gael yarahinduye content,hari nabibaza ko yayigize chaine politique,v,est dommage kuko niwe arabwa cane kurusha na Hosy
😂
❤❤❤❤❤❤
❤❤❤
❤