We usigaye uri umubona cane kubera ushaka gucinyiza impano mukubakamisha gusa, ivyo bakubwiye ukore kugira uronke indirimbo vyarakunaniye uzana uburofa bwo kubesha abarundi, ijambo ngo aba bana bakuburira indero ni ribi cane muri business ako nagasuzuguro abana ni barya wavyaye si abo mukorana ivy’unguka, you need to be professional at least
Paulin tekereza ukubise swata😅
Ayoo mahirw wayampaye jew noyakoresha neza mfis talent please help me
Dj Paulin nubureka kwigira ubuki butegeka wew nta mahera ufise yokuriha collabo nugusubiza impano zabanyamuziki inyuma ntakindi ushoboye uzikurongora abahungu inyuma
Dj polin wewe icara umenyeko gusubiza hasi talent yigihugu kuko bilimani boy=BURUNDI
Ukure nitetabwoba Kutana bana Burundi
Umugabo wibwa dj paulin
I agreed. Berekeko uri umugabo. Big man 🙌🙌🙌
Umva mureke amatiku kuk arica Reba ibir kubera Kgl bro ni miriro l ur fan from 🛏️🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Sha nkaha aba bahungu ba Double Jay boca berekana izi menace yoca asaba Asile Belgique ni cadeau ubahaye pe nuko abarundi tutazi gukina deal peeee
Pauli tu as raison ivyo vyana nta ndero bifise nicogituma bilateral imbere
Tekana ah ww urayifise ikwiriye
Yahumye pe
Abobajama nibobazononera nabandi bashaka guterintambwe
Turekr abasor bacu kirikou yakubwiy ti rera abaw nani😂😂😂
Ndafise ikibazo kuri Paulin. None kuzana Camilioni wamurishe wumva ufise uburenganzira bwo guca ufata umuririmvyi w’umurundi bakorane indirimbo uyitware utamurishe nawe? Abarundi nabiwawe rero kuburyo bagukorera kubuntu?😅
Abaririmvyi babarundi baragoye ifasha pe! Big up to you Mr Paulin.... Ntucike intege kubufasha bwawe kubaririmvyi ndundi. Take your 🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Ngo baragoye ifasha!!! Aho ntasoni!? Uyo arabafasha canke arab’exploita? Urabona umuririmvyi ataramenyekana akorana nawe? Nkaho wumva akomeye ngo kuko yazanye Camiliyoni acamusaba gukorana numurundi indirimbo hama ngo iciba iya Paulin!! Kuri contrat yangahe? Abarundi niwe bakorera rero!? Niwe atuma abaririmvyi bacu badaterimbere ahubwo
@richardniyungeko5803 sha nibaza ko utazi canke waribagiye ivyo amaz gukora, Dj Paulin ngo niwe asubije inyuma umuziki wuburundi? Urazi amahit amaze gusohoka ari Paulin atanze amahera yo gukora indirimbo?! Nta bantu amaze gutwara hanze gukora ibiteramo batopfuye bagiye yo vuba? nta ba star bo hanze amaze kubazanira? nta promotion yumuziki ndundi hanze amaze kugira? sha harihabarundi batashima kweli.
Jewe ico numv kowaje kubivugira aho numva ,vyoba vyiza uje urikora mugahogo ukaziririmbira 😷😷😷
P diddy wacu😂😂😂😂
Mutama ivyo vyana nimureke kuza murabifasha bizoteba bitore indero
Kbx bro
Imana nibyosepe
Ako nagahimbe mufise sha muhimvye za muhimb nkabantu mudahimba nkimbwa
Double jay numu gtg wiwacu ariko aho sindamushigikiye i gtg twararezwe neza ntiyishinge kirikou ubu vouyou Beiwe
None ivyo birajanye je naho numva ariwe utarezwe
❤ felicitations 🎉
Uwo mugabo arirata nagende hiyo ndi double jey nafute amajwi
Double jay ndazi numwana twakuranye kandi yamye arumwana windero kuva kera, ninumwana yamye yitonda yavuga make caane, kuva aciga kuri les irondeles, arumwana muto tumutwaza ishakoshi kubera ubuvyibuhe bwiwe,namba yarabikoze nuko nawe utera, ururimi rwumwe rukamwa amata ah twobaza jiji naw yovuga ibindi. Rero don't judje double jay mureke atere imbere. Hakim moza nawenyene twarakuranye numuntu avuga make cane kandi ntahubuka. Aceni fitna watu wa buja tunawajuwaaa roho mbaya yenu.. Gitega tuyoboje inkoni yicuma umva kirya kigoma uriko ugirira inzigooo. Sinokwilalana imana yompana .nikirundi tugendeeee
Umudimudimu yashishwe ndake
Numurundi twe nivyo tuzi ivyobindi birakuraba
Aache ushoga uw mze
Uwo mugabo arwanya impano zabana buburundi ntakindi
Nohanura Dj Paulin gukorana Na Drama T, amuzanira ivyunguka. Kuki utumwanya kubantu atanibirenze bakuzanira?
𝐼𝑟𝑎𝑛𝑎𝑏𝑖𝑠ℎ𝑒😂😂
Nene icokingabo kuriki yama afise ibibazo nabasani nawe mumurabe abantubose ntiboba babikuko ntamusani numwe nibazako bahuza kugeza iyisaha
Kuki abarundi mufise amatiku
Kuba udafisubwenge ibintu vyose uvyita amatiku
Urikigugu
None umusaza yamana i beef
None ko nunvise Dj Paul avuz ko azobarega kwa Big Fizzo?
We usigaye uri umubona cane kubera ushaka gucinyiza impano mukubakamisha gusa, ivyo bakubwiye ukore kugira uronke indirimbo vyarakunaniye uzana uburofa bwo kubesha abarundi, ijambo ngo aba bana bakuburira indero ni ribi cane muri business ako nagasuzuguro abana ni barya wavyaye si abo mukorana ivy’unguka, you need to be professional at least
Nabanze agende arere umwana wa Colyse ! Areke kwifata nk’umuntu yica agakiza!
😂😂😂
Marlech 🤣🤣 colyse aje gute muri business kwli 😂
Fyoto fyoto genda umurere nawe waramupimye usanga arisewiwe