Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Nice one 🙌🏾🙌🏾🙌🏾
King
Maximum rispeck mi General 🫡🫡
@@bfaceofficial yes
@@bfaceofficial woooh
@@bfaceofficialkayanza system, kayanza imuhira 🫡uyumudundo Womu Kayanza iwacu tubiravye neza uruta iyindi yose😀🤝mweho muwuvute🤷
D one Voice killer wallah Abatananirwa abemera ko umuzigo ari Hit like zanyu zirihe?
Twawubomye numuzingo mwizap
Hittop tv nashaka muzombarize kano kabazo umuririmvyi nyene ino ndirimbo ariwe B~Face on the Flow kuko Ikintu nabonye murino ndirimbo sinzi ko abandi mwoba mwakibonye nashaka rero mumbarize kuki biiyumviriye kwambika D-one amabara agize idrapeau y'igihugu ca 🇹🇿 hama B~face nawe akambara amabara agize idrapeau ry'igihugu 🇷🇼?
@@Engenny248mukwambara nkivyo wiyumviriye ntavyo biyumviriye bo bariyambiriye gusa…kandi ntaco bitwaye
Here I,m brother🎉🎉
B Face in Love Songs🤌🏽D one voice🤧🔥
mb kwer
Ndabakunda abanyamuzikiwacu mwirambir
Uwuyumvirije 3fois zirenga Nkanje nampe likes
Wauuuuu hit Song nukuri😂
Mapema sana hawajakosea
Ndemeyeeee💥💥💥 Kayanza ku ntebe y'imbere caanee😂
Rwanda turabakunda cyaneNowadays muri mu kazi
Abahungu banje babirekere 😍🙌🏾Everything about this🔥😍 you guys know what you’re doing!👏🏾😉
B face nukuri. Nkunda indirimbo zaw arko iriya urikumwe numuzungu yoyarankomye courage bro
Donne ndakwemera tu na B face mwubahwe cane burundi retomber fédérée référer..............🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇹🇧🇹🇧🇹🇧🇹
Country music kutoka kwa wakayanza ejo azoba ari anniversaire yanje nshaka utulike two kuzoyiserebura murakoze
Bazeee ico gikorwa kiratesa
Kayanza boys collaboration 🎉 wow this is incredible
❤❤❤
😅😅@@Moustaphasalim-c1d
@@blaisevf3 follow me
D one mubikoz nez pee
Very song🎉🎉🎉bona bf nabwo abiroeje❤❤❤❤
Bombo crat muzotwica kuma hit song yibisazi gusa
Uwemeranya nanje kano ga song ari so special ampe like 👍 nukuli 🎉
Ababahungu bomukayanza batuyoboj inkoni yicuma wallah
Abanyakayanza baradukomye hit mumuji abavyemera muntemwo izo like zanje
Kayanza yubahwe cn knx hara bana bintwari gus❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Rek nsige comment nzogaruk kurab likes mwampay 🎉🎉🎉🎉🎉
Waooo🎉🎉 iyi ndirimbo niyo gu herekeza 2025 kbx (B &D) mwubahw can murabantu babagabo ➡️from 🇷🇼🇷🇼
Big song 🎶🔥📌🚀
Official_akilishow duw song 🎶 Amwe na b face cnk d one please 🙏🔥
Kayanza monument niyantu ❤❤❤🎉 kur beat na rap ni aba slaughters🎉
Mi like dis brodasBig up kbsa it's a banger🔥
Uwukunda Abanya kayanza numuziki ndundi nampe like
Erega bavukan amashure atandatu
😂😂😂 nikobiri@@ReineFlorentineBizindavyi
It is the number one song in the week❤❤🤗🤗🤗🤗
Hit song🔥🔥🔥 ubundi izi nizo ndirimbo tuba twipfuza ko muba muduha nkaba fans, indirimbo yitondewe, iteguwe neza, imyandikire myiza, amajwi ajanyeBig congras to @D-one @B-faceofficial
Washaaa kayanza represent 🔥 🔥 uwaryohewe nkanje agonge like ngaha 🔥🔥🔥
Kayanza imana ibirimwo uwemera ko umuzigo Ari hit song like zanjye🎉
Ndayisubiyemwo10 fois vyaseko ndayigimba
I love you mr D-ONE nice song
Kazi nzuri sana
Garuka imihira mukayanza💪
Nubon rero Yuko muriko murahaturira 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥 abasan bachuu babarundi nagaruke pe nagashishe Diwan niwirambie wee ubikora neza 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇹🇿🇹🇿🇹🇿
Fire fire.i love you so much.God bless you and my kayanza province.
ababonako d one asa na jean christophe matata bampe like twimanukire
Ubundi D one niwo wanje kabisa uyumusore azonatwica😍😍
Kayanza City mwubahwe basore biwacu igikorwa niciza cane
Kayanza juuuuu vichou love, b face, d one, lino G, n'a le pro
Ibisigo birahuye, indirimbo yanditse neza🎉
Nice one batoto biwacu my KayanzaMwaratumye Kyz iba capital musical du Burundi
Kuv iyi song inshikiriy izonar nsanganywe zose Ngo fyeeeeeee zaciy zifuta
Abahungu banyumani mwabikoze neza courage ❤❤❤❤❤
Artistes, producteur from kyz paradize❤❤ Kayanza hejuru cane
Uwuyinviriza akarenga 5 kumusi nkanjye ampe like ❤❤❤❤
My big brother on the flo I love you 💖
Uwaryohewe nkanj ankubite like dushigikire abarundi bacu
Isongiratesa san Big up
❤🎉 I buja my home but🎉🎉 d-one and b-face kayanza imuhira❤ kabisa
Beautiful melody 🔥🔥👌🏾
Igikorwa ciza cane B face & D one hejuru 🇧🇮🔥🔥🔥🔥🔥
Big up ours artists
Cool up Gee mwabikoz nez sana my people kure can reo muduge
Safi sana 👌
Mostly stunning tune 🎶🎵🎧👂❤️
Big thing from. My brother
Waaaaooh good vibe 🔥🔥🇧🇮🇧🇮🙌🙌🙌
Uwo vyase kwayihaga kuyumviriza nkanje like
B-Face big UP bro i like your songs , God bless you
Ibaye indirimbo yambere y'a Bface numvirije ndikumwe n'umuvyeyi akambwira ngo ongeza volume ✔️✔️✔️
😂😂😂
😂😂😂😂😂😂😂🎉🎉
Izindi vyahor bigenda gt k ata gishegu yahor aririmba gusa🤣🤣🤣
What amazing song from kayanza to the world
Uwayumvirije incuro 5 nkanje ampe ayo ma like
Uyu mwaka ni uwa D-One kweli, arabizi cane uyu mujama
Uwukiyumviriza nkaje gimme like😊
D One the Vocalist dufise muri East Africa❤
Wooooooow ndaryohewe sana abantu banje nkunda bagize collabo je vs aimes bcp mes artistes
Best collabo from kayanza in zambia turi prêt
Mubikora neza brothers, Again and again
From Kabarore to Matongo.This is it
Song nkiyi vyukuri vyagenz gte hahere 6jr ntarayiraba this song is very nice
Kayanza good vibe ❤❤ uwumaz kurab iyondiromb incuro zirenga cumi namp like
Nice one bro 👍👍👍
Big Hits my lovely brother s
Capitale musical de l East Africa kayanza big up saana b face and D One
Keep up the good work u gyz❤❤❤❤
B face guhibomgoza asigaye asumvya n'abandi🎉🎉 big up my rap commando 👊👊👊
Imuhira ,KAYANZA hejuru,nice song
Abatananirwa bahuriye kugikorwa many flowers of yours🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Noé nduge kuramutsa abavyeyi canke ❤❤❤ i muhira abahukumbuye mumpe like
U Burundi hejuruuu ❤🇧🇮🇰🇪
Good song kbsa 🔥🔥🔥🔥 kbsa muntu wacu dukunda urarenze kbsa
Kayanza hejuru indirimbo tuyiduz kundwi2 tuzoba dukwije 1 million
❤❤B face on the Flo hiyo nyimbo yenu muko pamoja na D one ni kali sana muendelee kufanya vitu kama ivo kabisa mutafikaga mbali sana
Hmmmmm ntaswata yabayeho ubundi mubirimwo neza💞💞
Verse ya on the flow❤ nubuki
eee respect 🙏 iyondirimbo irikumwanya kbs
Burundian in 🇿🇲🇿🇲🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇿🇲
Awesome song.. respect Brothers
Uburundi buri kukivi, cane cane kayanza hejuru cane 🙏🙏🔥🔥🇧🇮🇧🇮
Burund boys ❤On the flow and d one❤🎉🎉🎉🎉🎉good song. Can't finish ❤🎉🎉🎉😊
big thing wagwaniiiii musaza its goodo
❤❤Big UP basaz
Imuhira umuzima buguma bwaryoshe, kyza collaboration
Abahungu Bamba kumutima kbx Nice song brother 🇷🇼 ntayindi turi kubyina kbx
Nciye nkumbura muhira ❤❤❤❤
Dahu from TANZANIA, more likes to you brodah D 1
Indirimbo niyi apana imwe washiramw DJ Fernando ❤❤❤
Yes guys song hiiiiii inautamu Zaidi
My star Big UP pe
Good song manzeeeee !!!!!kufunish kumalooooooo!!!!!❤❤❤
Kyz hejuruuu kbsa mubikora neza knd❤❤❤❤
Umuzigo urareunze walah 👊👊🇧🇮
The Big collabo in the Banger🥶💯
Nice one 🙌🏾🙌🏾🙌🏾
King
Maximum rispeck mi General 🫡🫡
@@bfaceofficial yes
@@bfaceofficial woooh
@@bfaceofficialkayanza system, kayanza imuhira 🫡uyumudundo Womu Kayanza iwacu tubiravye neza uruta iyindi yose😀🤝mweho muwuvute🤷
D one Voice killer wallah Abatananirwa abemera ko umuzigo ari Hit like zanyu zirihe?
Twawubomye numuzingo mwizap
Hittop tv nashaka muzombarize kano kabazo umuririmvyi nyene ino ndirimbo ariwe B~Face on the Flow kuko Ikintu nabonye murino ndirimbo sinzi ko abandi mwoba mwakibonye nashaka rero mumbarize kuki biiyumviriye kwambika D-one amabara agize idrapeau y'igihugu ca 🇹🇿 hama B~face nawe akambara amabara agize idrapeau ry'igihugu 🇷🇼?
@@Engenny248mukwambara nkivyo wiyumviriye ntavyo biyumviriye bo bariyambiriye gusa…kandi ntaco bitwaye
Here I,m brother🎉🎉
B Face in Love Songs🤌🏽D one voice🤧🔥
mb kwer
mb kwer
Ndabakunda abanyamuzikiwacu mwirambir
Uwuyumvirije 3fois zirenga Nkanje nampe likes
Wauuuuu hit Song nukuri😂
Mapema sana hawajakosea
Ndemeyeeee💥💥💥 Kayanza ku ntebe y'imbere caanee😂
Rwanda turabakunda cyane
Nowadays muri mu kazi
Abahungu banje babirekere 😍🙌🏾Everything about this🔥😍 you guys know what you’re doing!👏🏾😉
B face nukuri. Nkunda indirimbo zaw arko iriya urikumwe numuzungu yoyarankomye courage bro
Donne ndakwemera tu na B face mwubahwe cane burundi retomber fédérée référer..............🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇹🇧🇹🇧🇹🇧🇹
Country music kutoka kwa wakayanza ejo azoba ari anniversaire yanje nshaka utulike two kuzoyiserebura murakoze
Bazeee ico gikorwa kiratesa
Kayanza boys collaboration 🎉 wow this is incredible
❤❤❤
😅😅@@Moustaphasalim-c1d
@@blaisevf3 follow me
D one mubikoz nez pee
Very song🎉🎉🎉bona bf nabwo abiroeje❤❤❤❤
Bombo crat muzotwica kuma hit song yibisazi gusa
Uwemeranya nanje kano ga song ari so special ampe like 👍 nukuli 🎉
Ababahungu bomukayanza batuyoboj inkoni yicuma wallah
Abanyakayanza baradukomye hit mumuji abavyemera muntemwo izo like zanje
Kayanza yubahwe cn knx hara bana bintwari gus❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Rek nsige comment nzogaruk kurab likes mwampay 🎉🎉🎉🎉🎉
Waooo🎉🎉 iyi ndirimbo niyo gu herekeza 2025 kbx (B &D) mwubahw can murabantu babagabo ➡️from 🇷🇼🇷🇼
Big song 🎶🔥📌🚀
Official_akilishow duw song 🎶 Amwe na b face cnk d one please 🙏🔥
Kayanza monument niyantu ❤❤❤🎉 kur beat na rap ni aba slaughters🎉
Mi like dis brodas
Big up kbsa it's a banger🔥
Uwukunda Abanya kayanza numuziki ndundi nampe like
Erega bavukan amashure atandatu
😂😂😂 nikobiri@@ReineFlorentineBizindavyi
It is the number one song in the week❤❤🤗🤗🤗🤗
Hit song🔥🔥🔥 ubundi izi nizo ndirimbo tuba twipfuza ko muba muduha nkaba fans, indirimbo yitondewe, iteguwe neza, imyandikire myiza, amajwi ajanye
Big congras to @D-one @B-faceofficial
Washaaa kayanza represent 🔥 🔥 uwaryohewe nkanje agonge like ngaha 🔥🔥🔥
Kayanza imana ibirimwo uwemera ko umuzigo Ari hit song like zanjye🎉
Ndayisubiyemwo10 fois vyaseko ndayigimba
I love you mr D-ONE nice song
Kazi nzuri sana
Garuka imihira mukayanza💪
Nubon rero Yuko muriko murahaturira 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥 abasan bachuu babarundi nagaruke pe nagashishe Diwan niwirambie wee ubikora neza 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇹🇿🇹🇿🇹🇿
Fire fire.i love you so much.God bless you and my kayanza province.
ababonako d one asa na jean christophe matata bampe like twimanukire
Ubundi D one niwo wanje kabisa uyumusore azonatwica😍😍
Kayanza City mwubahwe basore biwacu igikorwa niciza cane
Kayanza juuuuu vichou love, b face, d one, lino G, n'a le pro
Ibisigo birahuye, indirimbo yanditse neza🎉
Nice one batoto biwacu my Kayanza
Mwaratumye Kyz iba capital musical du Burundi