La roue de l'histoire ne cesse de tourner, tantôt bas, tantôt haut, on avance. Les erreurs du passé=leçons pour les générations actuelles et futures; à chacun de prendre le meilleur chemin= Travailler pour la vision du Burundi pays émergent 2040, pays développé en 2060. Ok.
14:24 nta muhutu avyemera, atari ba bandi babihakana, yari mu gisoda muri 1993. Aho nibaza k wihenz cank wabivugany amarangamutima 37:32 Aho urahjj kuvuga ko ata muhutu wumu officiers yararimwo muri 1993
ces patriotes soldats qui ont fait cette opération préventive contre le genocide des tutsis sont considérés comme des suprhéros nayo wew rukindikiza mwebw muri abahemu. ndadaye ni umu menja mubi. 1993 ntamatora yabay habay itera bwoba. ntiyishwe yicishijwe na ideologie yamacakubiri.
ua-cam.com/video/_Ba0R_sztKU/v-deo.htmlsi=Y2qQwdnLcnKtbG5Q
Kabisa ukuri nuko kandi avuga ivyazi namwe muvuge ivyo muzi.Nuduhe umuco kubabihakana.
Mw’isi yose si i Burundi gusa, ugukunda amaronko ku buryo burenze nivyo bituma aba politiciens bicana. Umukunzi w’inda ntagira nkunzi kandi nkuko Rukindikiza abivuga n’igipfamutima n’ikibura bwenge. Iyo ni système y’ibihugu nka vyose vy’Africa
Amaraso yiw azohimire uwowes yagiz uruhara mugusesa amaraso yinzirakarengane yahowe ubwoko, nivyiza yarazaniy uburundi na Barundi ahubwo iconsaba abategetsi bahash uwowes yabigizemwo uruhara nimiryangoyabo bose kuko umwana winzoka niyonzoka ivyobinwamaraso ninavyo vyakwegey uburundi mukaga 1968,1972,1988,1972,1993 Umuhutu ahirwa yicwa
Duhe umuco kuri abo bavurwa mugitabo ca RUGIGANA bariko barabihakana kandi aribo bamwishe
Amaraso ya prezida Ndadaye Melchior mwish muziza kukwanka k abatwara ngo ntiyotwara abatutsi, azobahamurira.
Amaraso yiw azoguma abavugiramwo, ababuza amaraso aho muzoba muri mwes
Rukindikiza yarakomeye mpaka igitero kigasubira inyuma kubera wewe?? !!himmmm ati mpaka izam yanje iheze?gusa mw,Ijuru hari iyica iziroranye ,ikindi naco icomwakoze mwarakozeeee
Uriko urabesha KUKO ntanuwo uvuze yari kumusubirira.Abatutsi akenge kanyu karazwi
La roue de l'histoire ne cesse de tourner, tantôt bas, tantôt haut, on avance. Les erreurs du passé=leçons pour les générations actuelles et futures; à chacun de prendre le meilleur chemin= Travailler pour la vision du Burundi pays émergent 2040, pays développé en 2060. Ok.
None mushaka ukuhe Kuri kandi Abo bose mwavuze ari abasoda bakaba bize kwica.
Si je bien compris il y'a les Rwandais ds le dossier!!!!.
Abahutu bari banyotewe gutwarwa neza
Ntamu Officiers w'umuhutu yari ahari nimutekane
Ibinyoma birimwo
" ... Abatutsi bibagwako" kandi benshi barabigendera.-😢😢😢
Ihonya bwoko I Burundi. Ryakorewe abatutsi canke abahutu? Twibukiranije kuva uUburundi bubaho 1972,1973 ,1988,1993,.
Yaco muba mupfundikanya basha. Ayo mayeri ntagikora abarundi barazi ukuri
Noronka gute iki gitabu ? Ndagikeneye .
Kiri kuri Librairie Saint Paul, kigurwa 42.500frbu
Mwoshobora kudusangiza ico gitabo #LatrahisonauBurundi
Namba uri mu Burundi,kuri Librairie Saint Paul kirahari,42 500Fbu
14:24 nta muhutu avyemera, atari ba bandi babihakana, yari mu gisoda muri 1993.
Aho nibaza k wihenz cank wabivugany amarangamutima
37:32 Aho urahjj kuvuga ko ata muhutu wumu officiers yararimwo muri 1993
None ko yari yabwiwe ko president azokwicwa kuberiki atamuburiye canke ngo amuhungishe?
Ntiwumvise koyavuze ko yagiye kumuvyura aramubwira kandi uriko uramwuva urumvako nawenyene abamutwara bagerageje kumunaniza
Mon Dieu !! Ukuri kurateba kukavurwa pee !
Amakungu n'Abarundi mwese mutahure ko Inkozi z'ikibi zahekuye Uburundi bwacu n'Abarundi bononeye AbeneGihugu batuzanyemwo INDYANE n'ihonyabwoko bitari bikenewe
" Akagwi ", un langage codé usé dans la criminalité de l'armée burundaise de l'époque.-
Abarundi 🇧🇮 twese turiko turamenya ko Inkozi z'ikibi zahekuye Uburundi bwacu n'Abarundi aho rero nizereko bitwigisha kubana neza tuzinanye
Barasubire turabe
Baramunize ,baramunyonga ,baramucumita ,baramukatakata, nivyo abamajor ,aba officer bose bari abatutsi barayanyoyeee amaraso yiwe kabisa .hakuna yagandaguwe n,abatutsi muache uongo wenuuuuu ,
Chef protocol na chef de cabinet barabahutu kandi nibo babigizemo uruhara rukomeye mukurungika Rukindikiza hanze kuko baribamaze kubona ko kumukura muminwe yiwe arikibazo ivyo rero bitahure ureke gutahura ivyushaka kuko arivyo biri kumutima wawe uwomugabo avuga ukuri genda ubaza cank urondere igitabo ntibantunganya yanditse
None bikomago yishwe nande
Amabi yooose nibo bayazanye abo bamenja
Murabesha abandi ubwobwenge mubukuraho urandika nibindi bitabo bisumbaho ahubwo nawe bizinezako arimwo
@@eliasmboneye3196 wewe uvuga ko vyagenze gute?
👏🏽👏🏽🙏🏽💪🏽♥️
None, iryo jwi ni irya Rukindikiza Koko? Inkuru irumvikana ko Ari amateka yacukumbuwe. Mugabo, uyo sinizera ko Ari Gratien.
Uribazo ko twebwe dutangaza ibihuha?
Baraguhenzeee ngugende kw,urira indege?urumva wacuye umenya kobamwisheeee,vyarakubabajeee, abo basoda bari abahutu canke abatutsi? Yasubirirwa n,umuhutu kandi yishwe n,abatutsi??gusa mwarakoze kumwica kiziyamaze kuduha democracy nincugu kubari baranyikijwe ,so ayo majambo yanyu y,ububeshi twarayahaze ,twariyakiye ,
Superman rukindikiza.
Umubeshii
Un affabulateur complice qui veut de disculper. Toutefois, beaucoup de vérités dans ses dires.-
Duhe ikivyerekana.-
Huuuummmm none abamwish ntibazwi ????? Ntampamvu yibiganiro ihari ntikenewe !!!!
Ni bande?
Gratien ko atakuvugwa ubu Ari h?@@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga
@@Ijisho.ugutwi-Vya.NyaburungaNi Bikomagu n'abo arongõye
.mwebwabarundi muribisambo indayarabasubye mwenyine muzamarana
ces patriotes soldats qui ont fait cette opération préventive contre le genocide des tutsis sont considérés comme des suprhéros nayo wew rukindikiza mwebw muri abahemu. ndadaye ni umu menja mubi. 1993 ntamatora yabay habay itera bwoba. ntiyishwe yicishijwe na ideologie yamacakubiri.
😂😅😢 mbega wewe
@
Jew iki?
Kuko mvuz ivyo mutinya kuvuga?
Ndaday yagizw icungu i Arusha ariko abarundi turazi ko katawo yaj gucungura atarabo yatay mu rudubi.
Ataraza uyo ndaday U Burundi bwari butekany abantu barima bakarya bakaryama.
So, ndaday ninkumwaku igihugu cagiz ko niyo cndd fdd yica abantu mwizina ryiw
@@dieudonnendabaneze3761 reka tube turiganirira ntuze mbona Uzi ikirundi ,
None ga sha ntiwozana abanyamugisha bagatwara iki gihugu KO mbona n'ayo macakubiri ataco atumariye
@@CESARIEHAKIZIMANA
Turindir Igihe c’Imana kigez bizohibduka kuko niyo ireka ubutegetsi bukabaho bwaba bubi cank Bwiza.
Rero hagez i binyoma bizovaho ukuri gutsinda.
Gusa dukwiy kumenya ko igihugu kikidendera kuri kahis gashingiy kubinyoma vy’amacakubiri kidashobora gutera imbere.
Non ndaday bagiz intwari kndi vyose ari vyaturutseko isinzi ry’abarundi rigatikira mbega ababishwe bose batemwe cank bakicwa na leta ya Buyoya tutibagiy abo cndd fdd yagiy ituririra tuvug kari iki?
Aba president bacunguy u Burundi nibatatu Micombero, Bagaza na Domitien ndayizey.
Ivyo bindi ni farce