Tabara:
Вставка
- Опубліковано 21 сер 2024
- #amakuru_atarikwivumbi
#urugendo_news_amakuru
#Updats_zurugendo_news
Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
Amakuru ya RPA yihuta
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye
Imana yama yigaragaza .Ntiraba igitinyiro c'umuntu ntihengama. Ihabwe icubahiro .
Shetani ntihura n'Imana
Imana ni bigirwamana ntibibangikanwa
Mu vyo uvuze numva yarasangiye yanka kurya indya !
Yariko aramedita ku majambo y'Imana !
😂uri gito
Nivyaha vyishi,. Kuko yarari ahantu hari Imana ibimurimwo bizirana nImana
imana=: Imana Aho hejuru
none muvyo watweretse Reverien ko ataboneka, ntubona ko mu mutwe wawe huzuye ibinyoma gusa vyo gutyoza abantu. uri ikigugu gusa c'umu CNL
Mugisha ntabesha ahubwo wew usa na reverien
Réverien ndamwemera ❤❤❤❤100/100 at gute?tugiye gusenga ntituba tujanwe n'inda:ijambo ry'lmana rivug riti umunt ntaturw nivyokurya gusa nijambo ry'lmana riragutunga rero yashatse kuberako ibibanza vyiteka birimwijuru
Gusa ivyuvuga ntavyo Uzi abatamba mw'isengero siwe bariko barigina.bigina Imana.
Yari akeneye kwigumira murushengero imbere y'Imana😂😂😂😂😂
Suuuko
Nsanze udakwije neza Daniel bwabundi mumutwe vyaragucanze
Pha nabi ya zege😊
Nihatari nugusengera abategetsi
yafashwe n'umubabaro kubw'igihugu Kiriko kirasubirinyuma arumuyobozi ariko araraba yariko ashikiriza Imana umubabaro afise mu mutima yatinze mu rusengero yereka Imana amarira y'abarundi arimwo asengera
Yarabasengeye Koko guteza Abaturage ni Gihugu Imbere ntibiva mumasengesho bivamugukora cyane ibyoburi Muyobozi ashinze ubundi Imana ikabibiha umugisha
Agaca avyerekana muri ubwo buryo???
Nukubera padiiri yamubujij gusangira ngo hasangir abiteguy nawe rer umugore ntiyamuteguye😂😂😂rer yagumy amaramara😢😢😢
Nari narindiriye ndabura none ndabiguyeko😀
Ewe urumubwa p, none nkah uvuz ik , j ico numvis nuko batagushize muri CP erega CP siyagatoreka.
Erega mungoro y'Imana sikirimbiro ryama dayimoni Imana izobagaragaza polepole
Aba dd nka bose bwaragurutse
😂😂😂😂
Wewutanziyinkuru wobawarabajije abobariko bamuhagurutsa ijamboyabishuye kirazira kwinjirirumuntu uwosumwana arazicakora
Sivyo n'a gato,yarasenze munyuma aja muri réception niho twari. Rer reka gucafuza umuntu
Utagira ivyaha nagume amuvuga. Uravye ingene udendekeranya ibintu biraboneka KO uriko urabesha
Wamubesheye.imisa na reception ni kihe gitangura ko wavuze ko bamubujije gusangira Kandi inyifato yagize vyabaye imisa iheze vumva ivyo wavuze bijanye?
God help u
Ndamwemera abantu si abo kwizigira.Yakozevyo.
Urakina Numuyobozi utajyayumva Amakuru mumutwe nizero ariremereza yumvaga nomurusengero ahayoboye 😂😂😂😂
noe yanse harico vyaribitwaye cnk yarivyo bashaka kumuha
🎉
Birababaje , iyaba yesu yarahari yaranabarimwo barabasabira imbabazi kumana bakobaha imitsima bose bagasangira , aho ntakantu mwunva ??? Mwibazako harimwo abera nkayo makanzu mbonye 😢😢😢 amacakubiri mubantu , no guciranira imanza bavyihane .
Bro nagukund,ariko naw ivyowumva bitwunguriki?
Imbwa zirama zitabaye amavoka w ngaho uhimvye sapor
Vyagucanz bro
Aba dd !!!! Ntabo twamenye aho uribwiye,ngo amanyanga: Emera utwarwe n'abizigiwe n'isinzi ry'abatoye neza ,n'ubu nta digidigi izojamwo ubeshe ukiriko 2025 irashitse mujuragirike nka mbere
Urabesha wew vahooooo
Ngira yari yiyononyeko
Burya rero abasokuru batayamaze. Ivyo ubitumwa n'urwanko wanka umugambwe CNDD-FDD? Wibuke iyi myibutsa:
1. Inzigo y'innyo ntitobora isi.
2. Ishavu ry'imbwa riherera mu murizo.
Bandanya ubesha bagenzawe kuko bo baravyemera! Uzopfa wararushe ndakurahiye!
Yarafise ivyaj guhamura biramwanka mumutim 😂😂😂
Iyi nkuru yawe ntitomoye none bamuharugutsa isangira ryaranda ritaraba nahora nkurikira ibiganiro vyawe ariko iyo nkuru ntiwayireguye neza.
Mwabiboneyehe?? Kwariho twari kwatavyo twabonye urahumba sha
Muri bose wabonye Révérien
Ivya patiri ntitubizi arakabonavyanse Aho bomugandika ntazosubire kubitaba
Urazokwiga nokuvuga ijambo,,0,5/10
Uri ikijuju ,none ikosa yakoze niryah?hariho impamvu yabikoze kko naw sikijuju,
Ivyo kubikora nuburenganzira bwiw umuntu yanse mwirekereeeee
Bwabundi urikijuju kwel . Noe guhaguruk suburenganzir bwie? Warasaz hasigayek wambar ivyats ukiruka
HYPOTHESIS 1: yibajije ko abakozi b'Imana bahava bamuha ishano agapfa, ubona ko atinya gupfa, ivyo akabibwigwa n'amangetengete yiwe akoresha;
HYPOTHESIS 2: ashobora kuba yibutse ingene yishe Kaburimbo kandi yabanje kuvyigamba bugatuma amata kuntebe bikanka kwaja mw'ikoraniro ry'abakozi b'Imana
HYPOTHESIS 3: Ubwenge bwaramujanye atakaza contrôle de soit même, ashobora kuba atamenya ivyarimwo n'inyishu ariko arishura (....)
Ivyo nibisanzwe none burya apatiri nabakozi bimana yitwande? Bazokubitwa intahe mugahanga
None ntituri muri democratie? Ukora ico ushatse, wumva ko gikwiye.
Icutumva NTIGIKUNDA,
Twerek vidéo yerekana ivyo uvuze kwarivyo.hama imisa iheze kwari guca yitahira ntabindi
Ego ntitugomba ivyo atu ugira natange video twumvirize ntavug ko hatariho camera
Yari akirorera abatamba agasimbo siko wavuze ko bariko barigina imbere yiwe ikindi aho binginga uwtabishaka iyobahitana uwuciye bugufi ntawariho ko Yezu avuga ati ntimutumire abatunzi gusa tekana yarinimpamvu yiwe ntakwinjirira umuntu sikazima yari yafunguye hamw nabandi ijambo ryimana ikindi ubeshe kirazira gusangira aho udasengera puuuuu
Jew ndamwemera nb Ubu nayo kugenda wasamye kazima yasenze
Abbaye jewe uvuze uko noca ndakwicish'amaboko
Akira aka like wamusweranyoko wumwicanyi nka ba sobuja
Nimba n'aba anglicane bahora basangiraa ,vyoba vyagenze gut ko iyo Mupatiri abakumira ntabwo nagomba gukumira Abo banyacubahiro. Erega nivyo vyoba vyamubabaje ati n'ibindi bavyisangije kd arivyo vyakamaro ,erega hari hasigaye ivyisi ivyijuru bavyigungany koko nawe uti"iyaja gusangira ntibamuha "Nn ko tuzi arumu catholique bamuhoriki?
Ntiyarabizey
Yariko aravugana kaburimbo nga amuvugire kwarurwma aronke ikigongwe
None ingwanyi wibaza ngo n'ugupfa kujana iyo ushaka!
Iyo ni ingabo wa mugabo!
Amatiku wanjijiwe umunya politike niwe uzi impamvu atavuye aho yari yicaye arko nge ndi umunyarwanda nongere nti uri ikigorwi😮
Ivyo bintu biragoye gutahura kimwe gusa Imana imuharire ivyaha vyiwe izomuhe iherezo ryiza
Urakoze mutama.iyareka gufungura agahaguruka Bravo ta fini raye. Aho bomuvuma.
Yariko avugana na Yezu.bari bahuye.
Ivyoo nimba ariko vyagenze Imana nitabare kandi Aho nimba yaragararije musenyeri asha.........reka nigumye naje gusa birababaje
None mwababajwe Nik ? Niba umuntu adashaka gukor ikintu nagira womureka .kuk ans afise impamvu .nikabamunge Reo .Erega ntarya yashak wakintuwe . Nyambushonje we yarikomeje.yase kuguma agorwa nizo ngegera zitaruhiye igihugu .niyabahagurutsa mwijuru barareka guhaguruka !!!!
Mwanyoye ibondo!!! Umupadiri n'a musenyeri nibo bapanga holaire yumubahwa nkurya!
Nukuri IMANA imuhezagire YONGERA imurinde Shetani! Kuk Icimani yamushakako yarakirangije ivyobibanza navyo biruta ivyomwidengero uragenda nawe uvyicaremwo ninbabatararonka abavyicaramwo
Mugisha wew uri ikirofa
Ahubwo turwizemwo ibiganiro bitujana mwiterambere
Ukure kutuzanamwo ibitatugirira akamaro !
Mwe twarabatahuye canee!
Nayubundi ama vues yoyo na ma s’abonner ukura mububeshi ntaco azofasha bene wanyu ni Gihugu cakuvyaye !
Kuko Umwana wisema avuma ibere ryamwonkeje !
Nari aho mugabo ivyo kwanka kwicara mu kibanza ciza sivyo, yaragiye muri réception avayo hageze
Tangumuco urumvako hari ukurementanya
Iyonkuru muyitondere harimwo kwitiranya ibintu, harimwo nugutukana
Daniel imbere yogutanga inkuru wobaza ukayitohoza neza
Muvyo wavuze birunvikana kohari ivyo mudahurizako nuwo Uriko uravuga
Dukundane tureke gucafuzanya,kandi twubahane,
Daniel nusenge wisabire kuba mukuri.
Très honorable asanzwe asengera muri Église catholique aranakora ibikorwa bitaribike
Vyiterambere
Aho akunda gusengera aba muzi baramuzi
Kandi ntaho ndunva bamwagiriza ivyo Uriko uravuga,
Ikindi womenya inyuma yinkuka yamisa hariho abafata akanya bagasenga gutemba mwisengero inyuma yimisa ntakosa turimwo
Kandi kuja muri Réception si obligatoire
Bivanye nibifatira abantu
Ntakosa riromwo.
Umukama aduhe kuba mukuri dukundane
Tureke kwama dusamburana
Kandi twese Turi kurugendo
Weho ubivuga warujejwiki mubirori urumubeshi bitwerek none mumu video vyaragucanz
Uwibaza ko Hon Reverien ivyo yakoze ari ikijuju kwoba ari ukwihenda, bacumugani mu Kirundi ngo amafuti yumugabo nibwo buryo bwiwe. Murihenda cane ntamu Col ahagarariye umugambwe utwara igihugu ibyakorwa ari ubujuju ntimwibagire ko afise documentation imurabira vyose.
Mwitonde
Nukuri reveriyano yarakoshej vyizabirutibindi yosibabazi kuko inyumayivyah iyunaniwekwihan nurufyunumuriro utazima
ubwo nuburofa uriko uradebagura
Uwo yariyavangiwe
uratubeshe gooose.urabanza umenye ingene Imana zikurikirana.hagati ya réception no gusangira mw'isengero habanza iki?urabanza utondeke neza uko ibintu bigenda.
None ivyobashaka kumunyegeza vyaribiki twarabameny kobafukamy uburundi munda katorika ntiyera ubusuma kuzingamika ibihugu vya african nabambere !
Usanga babimubwiye mucongereza ntiyatahuye
😅😅😊😊
Rek urusaku wamugabowe
Ayo ma commentaire yose muriko mutanga siyo kk Reverien yama yasengeye muyandi ma Paroisse kd nama réceptions akauajamwo ,nn Aho niho honyene Imana iri ,biboneka ko hari akamibakiye nawe dusanzwe tuziko atarungurukwa mu bwonko
Toka wabwaw urabesh turabaz ukunt mubesh
Ati n'inkoni y'ubushumba. Abisi baragoye
I mana yubahwe kuk sidagoni crank Bahari land irumva irabona.
Yarikugifyiti ntimuze muranika kuba dd yanse kwinjira murubanza yarinuvye ngo bohava bamufyeta arik umuti wiwe urikuziko pe😊😊😊
Mbega mukorerahe?kumengo muratey amakenga?
Ivyo none ngo bimariye iki abenegihugu! Ubwo nubu lofa bro,vuga ibifise akamaro! Kwicara ahantu erega sikwitegeko,ubwenge bwiwe bwose mushaka kubu controla? Ntivyokunda kuko nubwiwanyu bwarabacanze
Ubu aho bigeze umusazi abona ko abakomeye aribo basara😂😂ndagusuhuje cane
Reverien ndamwemera burya catholic siyo kwizera irayoboye,uravye nkurupfu rwa ndadaye uko rwagenze,havuzwe vyishi,rero reverien araciye ubwenge can
Urazoshirako ifoto ivyemeza ariko nawe ntiwobeshera kuri réseaux sociaux koba kabaye akamaramaza
Ivyo bintu uvuze ntamuco bifise ucha uongo
Yayatira hariya nturi mugisha urimukoshi none nkaho ubona uduhayiki toka
Shatani nukuru ni wewe uvuga amakuru yububeshi ziba
Gsakire twebwe ivyo ntavyo turimw hoh mwoyaronka mwoyaduhako?tubabarore kl
Kwuzuzwa muri mpwemu no muri Catolika biboneka ko birabaho. Uwo mwubahwa yujujwe numva ari ivyo gushima!
Ewe Daniel uri intore 😂😂❤❤
Iyo nkuru yawe niya feke ntagitangaza ngaho kirimwo🤩🤩🤩🤩🤩
Gusa ntiwakoresheje ifoto ya Musenyeri wa Bururi uwo munyacubahiro Musenyeri wakoresheje suwo hiyo za Makamba oya !!!!!!!!!!!!.
Harya yari yamaze kwakira amakuru yubutasi
Ntaye umwanya nkwumviriza .
None nk'aho kutubwira ubwo burofa uba wiyumviriy umusaruro wavyo?
Utahire aka gacommentaire!
Urarushe kwer
Mugisha usigaye utubesha inkuru ntuzitohoza neza. Imigirwa ya catholique ntayuzi iko ikorwa.
Nihatari shaa
Reverien rero yaba ibyo yacishije cg amangetete , yaba ubwoba bwibyaha bye,
Ntugire afite amahoro mumutima kireka nagenda bakamusengera aharuhuka. Kandi aca aryama agasinzira.
wee nibakujane kwa rojanti
Urarwaye mumutwe we nono kutamwerekanye yaseguhaguruka rekamatiku karworwa
Ntabirebire