URUGENDO NEWS
URUGENDO NEWS
  • 1 804
  • 11 974 431

Відео

NDUWIMANA Désiré n'Umugore wiwe NGERAGEZE Noëlla bafashanya m'Ubunyonyezi bwo guhembwa imishahara 3
Переглядів 1,3 тис.9 годин тому
𝗨𝗯𝘂𝘀𝘂𝗺𝗮&𝘂𝗯𝘂𝗻𝘆𝗼𝗻𝘆𝗲𝘇𝗶 𝗯𝘂𝗯𝗲𝗿𝗮 𝗺𝘂 𝗯𝘂𝘀𝗵𝗶𝗸𝗶𝗿𝗮𝗻𝗴𝗮𝗻𝗷𝗶 𝗯𝘄'𝗮𝗯𝗮𝗸𝗼𝘇𝗶 𝗻'𝗮𝗸𝗮𝘇𝗶. 𝗡𝗶 𝗯𝗮𝗻𝗱𝗲 𝗯𝗮𝗵𝗲𝗺𝗯𝘄𝗮 𝗶𝗺𝗶𝘀𝗵𝗮𝗵𝗮𝗿𝗮 𝗶𝗯𝗶𝗿𝗶 𝗰𝗮𝗻𝗸𝗲 𝗶𝗿𝗲𝗻𝗴𝗮? Nk'uko twabibemereye,kuri runo rubuga tugiye kuzoza turabashikiriza amatohoza twakoze ku mazina y'abakozi ba leta bahembwa imishahara myinshi.Kenshi hagaragara abategetsi bahindurirwa ubushikiranganji bakoreramwo,ariko bagaca baguma bahemberwa mu bushikiranganji bubiri canke bureng...
Igice.2 Umukenyuro wa gukura CnddFdd izingamitse igihugu cacu cu #Burundi ciza bahinduye umusaka
Переглядів 4,9 тис.12 годин тому
#amakuru_atarikwivumbi #urugendo_news_amakuru #Updats_zurugendo_news Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango Amakuru ya RPA yihuta Amakuru ya Haguruka yihuta Amakuru yinzamba yihuta Amakuru ya Peace FM yihuta Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye
Umviriza ijambo rya #Neva ryavugishije beshi,nyuma yo kwirengagiza ingora abarundi turimwo02/07/2024
Переглядів 5 тис.16 годин тому
#amakuru_atarikwivumbi #urugendo_news_amakuru #Updats_zurugendo_news Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango Amakuru ya RPA yihuta Amakuru ya Haguruka yihuta Amakuru yinzamba yihuta Amakuru ya Peace FM yihuta Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye
Imodoka z'umwana wa #neva zinywa igitoro mwibido ca magendu || Amakuru atarikwivumbi 01.07.2024
Переглядів 11 тис.4 години тому
MAGENDU Y'IGITORO KUMUGARAGARO!! kiva muri Congo kikagurishirizwa kw'ibarabara ry'igihugu no.5. Abadandaza ibitoro barangurira muri Kongo ubu bashika mu ntara ya Cibitoke na Bubanza kuri transversal ya kane i Nyamitanga muri komine Buganda, gushika kurya mbere mu Rukana urubibe rwa Ruhwa ku rubibe n'u Rwanda muri komine Rugombo mu ntara ya Cibitoke (uburaruko bushira uburengero bw'Uburundi). Kw...
Congo M23 Ivyikoreye FARDC n'abasoda bu BURUNDI nyuma yo kwigarurira KANYABAYONGA Amakuru 🅱🅱C Gahuza
Переглядів 8 тис.4 години тому
#amakuru_atarikwivumbi #urugendo_news_amakuru #Updats_zurugendo_news Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango Amakuru ya RPA yihuta Amakuru ya Haguruka yihuta Amakuru yinzamba yihuta Amakuru ya Peace FM yihuta Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye
#Abazungu batamvye #INGOMA i #Gitega kumusi mukuru wo Kwikukira Burundi 1/7/2024
Переглядів 3,7 тис.4 години тому
#amakuru_atarikwivumbi #urugendo_news_amakuru #Updats_zurugendo_news Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango Amakuru ya RPA yihuta Amakuru ya Haguruka yihuta Amakuru yinzamba yihuta Amakuru ya Peace FM yihuta Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye
Ijambo rya #NEVA ritangaje (kwiyemera) mugihe abarundi bagowe ayikivumvu ubukene buzurinzara😭
Переглядів 14 тис.4 години тому
#amakuru_atarikwivumbi #urugendo_news_amakuru #Updats_zurugendo_news Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango Amakuru ya RPA yihuta Amakuru ya Haguruka yihuta Amakuru yinzamba yihuta Amakuru ya Peace FM yihuta Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye
Burundi: Défilé y'abasoda n'aba Polisi kumusi mukuru wo kwikukira || Gitega le 01/07/2024
Переглядів 6 тис.4 години тому
#amakuru_atarikwivumbi #urugendo_news_amakuru #Updats_zurugendo_news Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango Amakuru ya RPA yihuta Amakuru ya Haguruka yihuta Amakuru yinzamba yihuta Amakuru ya Peace FM yihuta Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye
Video: abapalakomando bakoroka mundege bakoze amateka kumusi mukuru wo kwikukira kwu Burundi
Переглядів 2,2 тис.4 години тому
#amakuru_atarikwivumbi #urugendo_news_amakuru #Updats_zurugendo_news Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango Amakuru ya RPA yihuta Amakuru ya Haguruka yihuta Amakuru yinzamba yihuta Amakuru ya Peace FM yihuta Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye
Abanyagihugu bavuye hasi kwiyamiriza VARISITO na leta mpotozi arongoye || ASABWA GUKINJURA VYIHUTA
Переглядів 3,7 тис.6 годин тому
Abanyagihugu bavuye hasi kwiyamiriza VARISTITO na leta Mpotozi arongoye/ASABWA GUTANGIMIHOHO VYIHUTA #amakuru_atarikwivumbi #urugendo_news_amakuru #Updats_zurugendo_news Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango Amakuru ya RPA yihuta Amakuru ya Haguruka yihuta Amakuru yinzamba yihuta Amakuru ya Peace FM yihuta Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye
Amakuru ya Haguruka yihuta 30/06/2024 ntucikwe
Переглядів 2,3 тис.6 годин тому
#amakuru_atarikwivumbi #urugendo_news_amakuru #Updats_zurugendo_news Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango Amakuru ya RPA yihuta Amakuru ya Haguruka yihuta Amakuru yinzamba yihuta Amakuru ya Peace FM yihuta Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye
Diaspora : Abarundi 2 baba muri #south_sudan baraye bishwe urupfu rubabaje||Jonas Nibitanga naband
Переглядів 1,3 тис.6 годин тому
R.I.P Jonas Nibitanga Sudani y'epfo : urupfu rubabaje rw'umurundi Jonas Nibitanga. Hari Umurundi yagandaguwe ejo haheze (27.6.2024) i Juba mu gihugu ca Sudani y'epfo (Sud-Soudan) aho yakorera akazi ko kwunguruza abantu kw'ipikipiki. Jonas Nibitanga yavuka muri komine Ruhororo mu ntara ya Ngozi. Igandagurwa ryiwe ribaye inyuma y'abandi Barundi bari bamaze imisi bahakwa kwicwa muri Sudani y'epfo....
Prezida wa #Tchad Mahamat Idriss Deby Itno yakiriwe nk'Umwami Melchior Ndadaye International Airport
Переглядів 4,5 тис.6 годин тому
Umukuru w'igihugu ca #Tchad ahejeje gushika, aho aje kuramutsa mugenzi we w'Uburundi, no kwifatanya n'Abarundi mu guhimbaza isabukuru yo kwikukira 🛬✈️ Kuri uyu wa 30 Ruheshi 2024, isaha zitanu zuzuye neza (11h00), umukuru w'igihugu ca Tchad Mahamat Idriss Deby Itno aramutse agendera Uburundi niho yarashitse, aho aje kuramukanya na mugenzi we, umukuru w'igihugu c'Uburundi Evariste Ndayishimiye, ...
Kenya Abarundi barahonye bicwa || Impunzi z'Abarundi n' aba #south_sudan bari kwicwa kubwinshi
Переглядів 13 тис.6 годин тому
Kenya Abarundi barahonye bicwa || Impunzi z'Abarundi n' aba #south_sudan bari kwicwa kubwinshi
#Reverin& #NEVA #bigiye ahabona || ananiwe kuvuga English || Leonidas Hatungimana aduduriyeko
Переглядів 27 тис.6 годин тому
#Reverin& #NEVA #bigiye ahabona || ananiwe kuvuga English || Leonidas Hatungimana aduduriyeko
Abajije Pacifique Ibibazo bihambaye/#Maitre_Bashirahishize #Diaspora kuvugana nabo mugihugu!#Kenya..
Переглядів 7 тис.8 годин тому
Abajije Pacifique Ibibazo bihambaye/#Maitre_Bashirahishize #Diaspora kuvugana nabo mugihugu!#Kenya..
Igice.1#Diaspora ihaye ubutumwa Imbonerakure Medal nk'Umuvugizi wa CnddFdd ,ntucikwe n'iki kiyago
Переглядів 9 тис.8 годин тому
Igice.1#Diaspora ihaye ubutumwa Imbonerakure Medal nk'Umuvugizi wa CnddFdd ,ntucikwe n'iki kiyago
Amakuru ya Haguruka yihuta 28/06/2024
Переглядів 6358 годин тому
Amakuru ya Haguruka yihuta 28/06/2024
Abanyagihugu bahase ibizo Abashikiranganji bishuye || Ndakugarik acunzwe nka Prezd Evariste.....
Переглядів 8 тис.8 годин тому
Abanyagihugu bahase ibizo Abashikiranganji bishuye || Ndakugarik acunzwe nka Prezd Evariste.....
Ngayo y'amakuru mwari murindiriye avuye #Kenya nu #Rwanda na #Congo nu #BURUNDI 🅱🅱C Gahuzamiryango
Переглядів 1,9 тис.11 годин тому
Ngayo y'amakuru mwari murindiriye avuye #Kenya nu #Rwanda na #Congo nu #BURUNDI 🅱🅱C Gahuzamiryango
#Gervais_Ndirakobuca na #Albert_Shingiro Umupaka wu Rwanda ,ntuzugururwa, bataduhaye NIYOMBARE
Переглядів 7 тис.11 годин тому
#Gervais_Ndirakobuca na #Albert_Shingiro Umupaka wu Rwanda ,ntuzugururwa, bataduhaye NIYOMBARE
Abasoda bu Burundi bagiye kurwana Congo na M23,vyose abivye imuzi nimuzi,ukobangana,impamvu bariyo
Переглядів 4,1 тис.11 годин тому
Abasoda bu Burundi bagiye kurwana Congo na M23,vyose abivye imuzi nimuzi,ukobangana,impamvu bariyo
Martin Niteretse#Amakinga na #Moto&#Bajaji ntibigiye kwongera gukorera mugisagara hagati i Bujumbura
Переглядів 3,8 тис.11 годин тому
Martin Niteretse#Amakinga na #Moto&#Bajaji ntibigiye kwongera gukorera mugisagara hagati i Bujumbura
Urubanza rwa #General_Alain_Guillaume_Bunyoni #NEVA yari yahenze kwamurekura none amwongeye ibihano
Переглядів 23 тис.11 годин тому
Urubanza rwa #General_Alain_Guillaume_Bunyoni #NEVA yari yahenze kwamurekura none amwongeye ibihano
#TUYISHIME_Alexis_CNL yarahungutse acaranyurazwa na #shabani_NIMUBONA na #NEMEYIMANA_Isaac_Rastacar
Переглядів 2,4 тис.11 годин тому
#TUYISHIME_Alexis_CNL yarahungutse acaranyurazwa na #shabani_NIMUBONA na #NEMEYIMANA_Isaac_Rastacar
Amakuru ya Haguruka yihuta 27/06/2024 Umugambwe Cndd-Fdd watanguye Imyiyamamazo,hatari bwagere
Переглядів 2,7 тис.13 годин тому
Amakuru ya Haguruka yihuta 27/06/2024 Umugambwe Cndd-Fdd watanguye Imyiyamamazo,hatari bwagere
Amakuru yihuta,Umushingamateka #NEVA n'Ikijuju kuko amabanga y'igihugu yayagaruriye Umuryango wiwe
Переглядів 14 тис.13 годин тому
Amakuru yihuta,Umushingamateka #NEVA n'Ikijuju kuko amabanga y'igihugu yayagaruriye Umuryango wiwe
Inkurumbi kuri General Bunyoni,ngurwo urubanza,aciriwe nyuma yo kuvumbura ubundibutunzi yanyegeje...
Переглядів 8 тис.13 годин тому
Inkurumbi kuri General Bunyoni,ngurwo urubanza,aciriwe nyuma yo kuvumbura ubundibutunzi yanyegeje...
Amakuru ya Haguruka #Chimamanda_Moses Uburundi Imana itabugarukiye bugiye gufudika kubera Cndd-Fdd
Переглядів 12 тис.13 годин тому
Amakuru ya Haguruka #Chimamanda_Moses Uburundi Imana itabugarukiye bugiye gufudika kubera Cndd-Fdd

КОМЕНТАРІ

  • @graceumulisa8268
    @graceumulisa8268 3 години тому

    Félicitations

  • @wellarsmukezamfura3160
    @wellarsmukezamfura3160 4 години тому

    Aho nyene nca ndagusubiza, kuki uvuga ngo amatora yaribwe!? Imyaka ine ntiheze, ... ndagutwenze kandi😂, aho uracakorera mukahise, ntaho uzoshika nabo muri kumwe, ...@! Twebwe rindira dufatishe neza umushinge witerambere, muzotangara!!!

  • @iradukundaideale2673
    @iradukundaideale2673 5 годин тому

    Iryo yavuje itarikimwe ntiwaryunvise uko yatujoje eme 23

  • @NshirimanaInnocent
    @NshirimanaInnocent 6 годин тому

    Harakenewe ivyunviro nkivyo

  • @OlivierNiyomwungere-be5ql
    @OlivierNiyomwungere-be5ql 7 годин тому

    Oe hageze inama zaba directeur nind yacaseruka???

  • @NtunzwenimanaEgide-mz6tr
    @NtunzwenimanaEgide-mz6tr 8 годин тому

    Jewe sintahura vyukuri?none uburundi bwakenye kuva 2005?kuki ubutegetsi bwa c.n.d.d-f.d.d kubera iki mubugwanya?none abatwaye 40 ans zose,mbe uburundi twari duteye imbere kurugero rwi 100/100?abishe uburundi n'abantu bishe indongozi kuva za 1958 za 1972.umuntu agashika Naho yica umwana yiga 5 ème année primaire?amuhora ubwoko bwiwe.

    • @DeeNero-ie2rd
      @DeeNero-ie2rd 7 годин тому

      Wewe ushaka rero bigume bimeze nkuko ngo kubera nabandi barivye barishe turekerane oya ubu turi iyindi generation twamenye yuko bose binyegeza inyuma yubwoko kugira abakene bagume baba victim raba cndd imaze imyaka 20 abantu bamaze kwichwa kuntwaro yabo beshi nabanywanyi ba Rwasa ubona ko hakiri ikibazo cyamacyakubiri no ubu dukeneye gukuraho intwaro zose zibi zitadukunda zitwicya

  • @ButoyiThierry-j8e
    @ButoyiThierry-j8e 8 годин тому

    Nibibazo igitoro nico kimbabaje cane utakora

  • @Josephat-cw6co
    @Josephat-cw6co 8 годин тому

    Kwatamubaza nabo hageze mubazuru afyase ko batabica Burya abanyarwanda bobesha 'umuntu atabanonye Ayo bakoreye abarundi mu 1996-1997

  • @user-zp3ki3ek9d
    @user-zp3ki3ek9d 8 годин тому

    Aho mwese murahaze jewe ndaye ndiye basi ibindi mungu mber

  • @NtibankundiyeAthanase-dp8sq
    @NtibankundiyeAthanase-dp8sq 8 годин тому

    Amatora yaraheze ibisigaye ni ndinde ?

  • @NtibankundiyeAthanase-dp8sq
    @NtibankundiyeAthanase-dp8sq 8 годин тому

    Nawe urasega co kimwe n'abandi bose Reka kuduhenda uretse kubomara Mutakura,kinama na carama ikindi ubesha wakoze n'iki? Nyakubahwa Mubomozi ntaco utumariye wa ndyarya we puuuù

  • @user-wm9op5tt9n
    @user-wm9op5tt9n 8 годин тому

    None mubinyegezakuberîki urwo nurusaku

  • @MahoroLaurent
    @MahoroLaurent 9 годин тому

    Courage

  • @johnphiri-vf3ih
    @johnphiri-vf3ih 9 годин тому

    Ariko ntabona kobos batanezerew? Aravuga nta mashi,ntakwitabira,urudubi gusa.

  • @JesperManirankunda
    @JesperManirankunda 9 годин тому

    Daniel, iyo mvugo ya harageze nicokimwe n'imvugo buyoya yakoresha hageze abakoze amakosa, kwica abantu no kunyuruza, yavuga ngo tugiye gukora amatohoza. Niyo discours yababeshi, ariko kirya gihe igitoro caraboneka. Ariko intango ya reta gukoresha nabi amafranga yari mu ma societes publiques et paraetatiques ni Buyoya na bo batwarana batanguye gutembangaza ayo ma societes. Buyoya niwe yavuze ngo abarundi biyungunganye, bisigura ko aho umukozi wa reta yicaye arye igiturire. Aba DD bobo baje ari agahebuza. Abishe igihuga nabo batwara ubu

  • @johnphiri-vf3ih
    @johnphiri-vf3ih 9 годин тому

    Ariko ntabona kobos batanezerew? Aravuga nta mashi,ntakwitabira,urudubi gusa.

  • @felicitenibogora8569
    @felicitenibogora8569 9 годин тому

    ndayishimiye est juste un délinquant. Il fait honte tout simplement. Le ridicule ne tue pas

  • @mykeke3255
    @mykeke3255 9 годин тому

    Abobaki dandaza Ejo muzoyunva Ngobari mwibuye Ataruko reta Ibivangemwo Ayobaca bayagabure Guko nuwiyubakiy Inzu yogupangisha Kandi yubatse muri ngwiwe Ukazubora Reta Ije kwivanga mwemwunva Uburundi na bamurundi Azoterimbere gut😢

  • @JesperManirankunda
    @JesperManirankunda 9 годин тому

    Kandi bose barazi ko ari umugore wiwe afata ingingo, nabirya aja kuvuga hanze, nukugangabuka. Agenda ukwo, ntari stable, aba yanyonye inzoga, akavyuka afise amacica, indarane, None yoronka umwanya ryari wogusoma ama dossiers araje ishinga abarundi. Hanyuma ngo yize amategeko, iyo diplome yamagendu. 😑

  • @JesperManirankunda
    @JesperManirankunda 9 годин тому

    Never n'umusazi, ntihagire ico mwokwizera ko azohindura mugihe yitwa president. Leonidas nabandi bamuzi barabivuga. 😑

  • @JesperManirankunda
    @JesperManirankunda 9 годин тому

    Bwana Daniel, hari amakuru ariko arakwira hirya nohino, ngira nawe wayumvise. Karya kagabo kitwa ko gatwara tchad kaje kwifatanya na never, karungitswe na tshisekedi, ngo kagiye kurungika abasoda baja kugwanya M23, ariko bavuga ko ari ukuja kugwana n'urwanda ngo bakureho kagame na systeme. Na Burkina faso ngo yoba yararungitse abasoda baja gufasha ico bita coalition FARDC. Uronse ayo makuru uzoduhe ikiganiro. Twumve abo bagabo, Never na Tshisekedi ico bamariye abanyangihugu, hamwe nakarere, ninyuma yako. Never na Tshisekedi mubona batagwaye mu mitwe, kabisa. Nka never nukuri😊

  • @user-qg5gl6ok6f
    @user-qg5gl6ok6f 9 годин тому

    Uburundi burambaye---?😮

  • @AkimanaJeannette-tz1to
    @AkimanaJeannette-tz1to 10 годин тому

    None bigenda gute ngira bakora amasaha ewe burundi urambaye😃😃😃

  • @raissafabien4285
    @raissafabien4285 10 годин тому

    IMANA itabare

  • @user-ti1ol3ti9j
    @user-ti1ol3ti9j 10 годин тому

    Nareke kubesha twisozeye nukwahaze sha 😮😮😮😮

  • @NiyonsengaJususMarie
    @NiyonsengaJususMarie 10 годин тому

    Nn ikizanikize tukironke nn twogira gt

  • @user-or2wr6mj2j
    @user-or2wr6mj2j 10 годин тому

    Jyewe ndaraba igene biseke kweli😂😂😂😂😂

  • @ERICKSHIANYULA
    @ERICKSHIANYULA 11 годин тому

    Nanje babiri avyarirehehe hama akazorya iki niyigire kare kwarimwe yerekanye uko batoba isoko

  • @ERICKSHIANYULA
    @ERICKSHIANYULA 11 годин тому

    Mbega arabonako abantu boshika muri 2060 nareke kwitwenga ahubwo abarundi barakwiye kukugira nka Kenya ukaraba

  • @ERICKSHIANYULA
    @ERICKSHIANYULA 11 годин тому

    Amazu yo k'umabarabara akabomorwa areba ubu uwuhejeje foroma ntahe angana nuwize muyagatanu yakera rero nitwasubira ku mashure niyo nkuru tuzoherako kwandika mubitabo ntituzomwibagirwa abarundi ukwikukira yatuzaniye

  • @ERICKSHIANYULA
    @ERICKSHIANYULA 11 годин тому

    Amatara akabura abona amakara abona amashure Agata akaranga abona ibapfira mumahanga abona ibibuze vyose mugihugu bikaba areba

  • @ERICKSHIANYULA
    @ERICKSHIANYULA 11 годин тому

    Ndashimiye president cane ati gute ndamushimiyeko abantu bapfa abona bakangara abona igitoro kikabura abona ubukene bukinjira abona

  • @AkimanaJeannette-tz1to
    @AkimanaJeannette-tz1to 12 годин тому

    Ivyo bavuga ntibabishitse igihugu ciza cane cuburundi kiryoshe nokubamwo abo mumahanga ntibakubakugwa nkatwe turi mubindi bihugu baratwica shaa nibagerageze turabe kbx vyose nimana😆😆

  • @user-xc5fd2ve5r
    @user-xc5fd2ve5r 12 годин тому

    Mugisha naraguhinyuye urumucangero wa m23