What a beautiful voice❤ @benisesweetbeats. Iyakugiriye ubuntu bwo gushika muri iryo higanwa niyo izi the right thing to do rero don't fight yourself but give everything to God and he will do the right😊.Nryohewe cane n'uko wamenye ko peu importe uwo abantu bakubonamwo, Imana ariyo ifise agaciro ka mbere muri vyose🎉🎉🎉. Jewe nisabiye featuring am also a gospel singer😅
Ndagukunze ark ako kantu ka mafr wari kubaza uwo mu cashier vraiment nawe ni umuntu ashobora kwibeshya. Sinzi uzasabe Imana ikwereke neza ko utihenze apart ça nkunda abarundi cyane muri bene wacu.☺️
Isi irakwiye kuronka ba Benise benshi kuko ni umuntu w'igitangaza ukwicisha bugufi, ukumenya Imana ivyiyumviro birashe vyubaka si ingabire ya bose en tout cas kwumviriza kino kiganiro ni ecole ni formation ni renforcement des capacités pour nos jeunes
Nivyiza cane kubona umwana winkumi nkawe akwirikira Yesu. Ni intahe ko Yesu ataruwabakene, abarushe.... wewe na mama muri intahe ivuga koyesu abera n'abatunzi
Aho warinze, wagombaga kwera imbuto ukayasubiza ugakora ibyo abandi badakora ugahera aho ubabwiriza ko ari Yesu utumye udatwara ibitari ibyawe, warariganyijwe pee, umwuka agusure aguhishurire icyo gukora, sinzi niba satani atabikurengesha, nukuri Imana igire icyo iguhishurira, usayasubizayo ayo 450 USD, uhereko ubabwire imbaraga za Yasu n'uburongozi bwiwe. If not I put a question mark on what you call good works
Warundi wana itaji kazi😊 sio music ya madini😊 iyo music 🎶 ya madini ina saidiya nini😢 leo Burundi Bujumbura akuna petrol 😅 leo Burundi Bujumbura akuna shakula😢 leo Burundi Bujumbura akuna maji😢 uyo yesu wenu ata aza kuja Burundi ao kwao Israeli 😅 towa orofa😢 today in Burundi no any petrol, today in Burundi no any food 😢 today in Burundi Bujumbura no any job's 😢 today in Burundi no any job's 🙄 in Burundi live is so hard 🙄 nothing working in Burundi 😢 u Dad have big supermarket in all Burundi 🙄 now u Daughter lel us about Jesus 🙄 Jesus he will come to Burundi who in Israel😢 very funny 😢 we don't need u music in Burundi now😅 in Burundi we need job's, food, and water 😅 go to make song to u Dad Sioni😅 atutaki urofa. Sisi kwetu Burundi Bujumbura tuna shida ya kila kitu😢 akuna maji, akuna electricity, akuna shakula, akuna kila kitu😅 tulisha washoka bisuma😅 tuna taka soko ya Ville 😅 muna uguza soko ya Ville 😅soka ya Baba yako iko adi leo😅 fuck u and Dad Sioni😅 imana imana kuko muna iba warundi 😅 fuck u and u Dad Sioni😅
@garagebettermotors4998 towa orofa. Tuna itaji mahendeleo Burundi 🇧🇮 iyo imana yenu adi leo wako na nini? Burundi Bujumbura 🇧🇮 ni ishi masikini! Akuna kitu Burundi 🇧🇮 we need food in Burundi Bujumbura 🇧🇮 we need peace all Burundi Bujumbura 🇧🇮 we Good hospital in all Burundi Bujumbura 🇧🇮 we Good education All Burundi Bujumbura 🇧🇮 we Good security all Burundi 🇧🇮 Bujumbura. We need job's all Burundi Bujumbura 🇧🇮 no Jesus 👎 in Burundi Bujumbura 🇧🇮 🙏🏿
Benise’s song: ua-cam.com/video/fInENDVEqxg/v-deo.htmlsi=Ao_lFu7q-IeBoBNT
Reka nsimbireyo
Merci Benise pour ce message ''tout le monde a besoin de Jesus!"
Benise aritonda sana IMANA ikumberumugisha sana
Benisse we commentaire yanje nuko wompa amafaranga kuko yesu ndamufise kandi turakundana nawe 😊
Gloire à Dieu kub ubona umwana wumugwizatunga ameny Imana kururwo rugero vrm Imana ikomez kubana nawe di Benise❤❤❤
Benise ndazi ko iyo nzira itoroshe, imana izo kuje imbere kuri ico gikorwa ngirakamaro ukora co gushingira intahe imana ko ari umuvyeyi ❤.
What a beautiful voice❤ @benisesweetbeats. Iyakugiriye ubuntu bwo gushika muri iryo higanwa niyo izi the right thing to do rero don't fight yourself but give everything to God and he will do the right😊.Nryohewe cane n'uko wamenye ko peu importe uwo abantu bakubonamwo, Imana ariyo ifise agaciro ka mbere muri vyose🎉🎉🎉. Jewe nisabiye featuring am also a gospel singer😅
I'm blessed by your testimony
Go my sister in Jesus
benise nikobiri,uri mwiza cyanee ❤
Ndagukunze ark ako kantu ka mafr wari kubaza uwo mu cashier vraiment nawe ni umuntu ashobora kwibeshya. Sinzi uzasabe Imana ikwereke neza ko utihenze apart ça nkunda abarundi cyane muri bene wacu.☺️
Shalom BENISE ndaryohewe caane kukubona no kumva intahe yawe kandi ukaba n'umurundikazi uzi kuririmba indirimbo z'IMANA surtout mu congereza kuko YESU yagize neza kuduha umuhanzikazi mu vy'Imana abizi mu rurimi rwo hanze kuko birakenewe . Rero YESU agukomeze muri uwo murimo ; indirimbo zawe YESU azisige amavuta songa mbere .sois benie ma soeur
Sha ndagukunze kweri Imana igushigikire uzohindura benshi
Imana ibahezagire uri umugisha kumahanga mwana w'Imana uzoshika kure muranyubatse caane ingene uri sincère warahezagiwe
Imana sh iziguhe umugabo mwiza aguhamahoro nkayushaka.
Uhoraho Akuj,imbere Mukobwa mwiza. Uze ubere umugisha benshi. Ndanezerewe n,intahe yawe❤
Isi irakwiye kuronka ba Benise benshi kuko ni umuntu w'igitangaza ukwicisha bugufi, ukumenya Imana ivyiyumviro birashe vyubaka si ingabire ya bose
en tout cas kwumviriza kino kiganiro ni ecole ni formation ni renforcement des capacités pour nos jeunes
Merci di Beni ndakwipfurije guter'imbere utez'imbere nabandi
Be blessed Yesu akuje imbere. Uriheza❤
Yes uzoshike kure cane❤❤
Ndamukunda caaane abimeny ariko sinarinziko ari umwana wa Sion ari muribakeya caane baciy bugufi iwabo bifise
Ugwaruka rukwigireko,Imana yaragukunze,abavyeyi bawe nibubahwe
Go ahead please, It's wonderful and I liked your success stories
Nivyiza cane kubona umwana winkumi nkawe akwirikira Yesu. Ni intahe ko Yesu ataruwabakene, abarushe.... wewe na mama muri intahe ivuga koyesu abera n'abatunzi
Imana ikujimbere cane uzofashe beshi.
J'adore le type au micro urazi kubaza ibibazo du courage
Imana iguhezagire Béni twese turakeneye Yesu
Benise imana ikuzigame mubikogwa ukora burimusi
Imana igukome mwugo rugendo.ufise aho ukura impano komera .nahandi izohakugeze kuko imana yagutoye ube urumuri kubabona imbuto wama👋🏽👋🏽👋🏽
Oh kubiryoshe kumva vraiment
Imana ibandanye iguhezagira kandi ikugirira neza kuko yarakwiyeretse
Uwakumpa tukazabana burundu pe. Ndagukuuunze pe ❤❤❤❤ much lv from pichou Paul in Kenya Mombasa exactly cost ❤❤❤❤❤❤
Huuuu
Ndatwenze
Courage Mlle Bénise and be blessés.
Felicitations Benise . Ndumva waratahuye ubuzima ico ari co. Satan yari kuguhama amaso akakubesha ngo ntaco ubuze. So keep it up
Donc Abana babarwizatunga barakizwa....nubuntu bénisse ....uze ugum usengimana pe
Ninde yabonye hosy face mur Denise face
Bénise asa na Hosy cane.Narinzi ko ari Hosy yavyibushe😊
Venise you're right now.
Harumugenzi wanj twarigany enplus yitwa Bénit nikobiri
UHORAHO ABAHEZAGIRE AMAJA N'AMAZA
Afise ubwenge mukwishura ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Nikibaju❤🎉🎉
Umutama Sione yareze nez' Abana biwe Ndateye intege Benise munzira nziza yagakiza
Courage Benise usanuwahezagiwe
She is so beautiful
Wooooooooow ❣️ azi no kuririmba congratulations pe but plz
Mpuza nuyu murundikazi
Waaaou nukuri ni mwiza kandi reka je ngende kumutora , gusa ntimwaduhaye link yindirimbo ziwe
Asa na hosy wa Siren vibes
Kabisa
Umwana ari humble ndakunze ukuntu afise ituze
Nimwiza cane kandi arazi ubwenge!
Araryoshe ❤❤
She laughs well 😆
Gukizwa neza ntibivuze gushinga intahe y ubuzima bwokwi6 abadafis Yesu Christ iyo bavuze ivyo banyuramwo bigoye bivuze ko uba ukijijwe neza nsinibaza
Vrema she's beautiful
Nicuki kbxa❤😂 Ham bro courage uraduha ibiyago vya bien✌️
Ok uyu mukobwa arafise impano idasanzwe. Kandi araciye ubwenge. Abandi bana bo mwigirako bakaronka vision ya kazoza kabo.
Mwiriw neza Belise namwe bamenyeshamakuru inkuru nintahe nziza cane kurwaruka mwodusabira numéro kugira tumwisabire KO uzoza kutubwiriza
Aho warinze, wagombaga kwera imbuto ukayasubiza ugakora ibyo abandi badakora ugahera aho ubabwiriza ko ari Yesu utumye udatwara ibitari ibyawe, warariganyijwe pee, umwuka agusure aguhishurire icyo gukora, sinzi niba satani atabikurengesha, nukuri Imana igire icyo iguhishurira, usayasubizayo ayo 450 USD, uhereko ubabwire imbaraga za Yasu n'uburongozi bwiwe. If not I put a question mark on what you call good works
Amezeneza cne aratagase neza atwenga neza ❤
Amahera
Jewe mama wanje mama wiwe yitwa nikobiri
Hey magic mwampaye nimero zuyu mukobwa koko
Urumukobwa wintanga rugero
Ndifuza number ziwe
Ivyo vyamahera sindavyemeye,aba banquier barihenze guharura!!!
Waouh!
WEWE UZOGERA KURE CANE MUKOBWA
KO USENGA UKOMEZE USENGERE N'URUGO RWAWE UZE UGIRE AMAHIRWE
Abahindi barayakunda kubi😂
Amasegesho arakora iyo wizeye nasenganye numuntu ari muri America arakira
Ni mwiza kandi avuka kumu mama mwiza kabisa
Ni mwiza kandi avuga ikirundi neza
Anatubwire amazina akoresha kumbuga nkoranya mbaga ze murakoze
Be blessed
Arafise ingabire yarahezagiwe
Benisse arenze
Ndi zigamasabo muri mirror ndabakunda
Waoooow 💋❤️😊
Habaye kwihenda nta milacle
Kuritso camahera,yarivye nta miracle .kiki atabajije umu banquier kwatihenze?ivyo kubantu bakora muri banque,birashika.ikitihenda n'Imana gusa.yoye kutubesha azocihane yaramukoreye icaha kibi.
Ibindi vyose wavuze kuko n'intahe knd nivyiza niyo ndemeshanyo kubizera ariko ivyayo mahera ndemeza neza ko yari kameremere
Benise wubahw bishikira bake
Gusa muce mumunsabira aka numer🧘🧘
Nshimye ko arumukobwa wa Soyoni .siyoni numugabo wintwri yicishabugufi,atishira hejueu.Nifuza ko nawe yobanka se.
Go ahead , I mean
Uri umwana warezwe neza. Arya mahera umugani wawe ntivyaheze uko hariho uwayarishe yihenze akayaguha, kuko muri bank bararara kw'ijoro barondera ifaranga rimwe bataritoye ntibataha. Si igitangaro cabaye,ni ikwihenda kw'umuntu kandi yararishe ivyo atariye.Uwo rero waramurenganije,aho niho Satan yagufatiye. Ko ukiri muzima rondera ubunywanyi n'Inama usubize ayo mahera. Ibukako wayatwaye utari umukene nawenyene ntabirekuriwe. Ntuzire akamanyu k'umutsima. Wakoze kubivuga Inama ishakako uhanurwa agakira totalement. Gira imigisha y'Imana itaharuye.
Nimwiza. Pee
Nice,
kubera connexion zigoye muburundi babwire uwushoboye gushika muri zirya catégorie atere afyonda kuri numéro 13 artiste gospel de l'année en Afrique centrale acabona izina ryawe nigihugu uburundi.Si non kuvyugurura vyoose urondera uburundi niyi faible connexion benshi vyobagora ntibohashika knd nashaka kugutora.jewe nahejeje kugutora
Naduh link
Mumpe numéro yuyu mukozi w'Imana. Please
Yoba afise indirimbo yiwe? Kuri you tube?
Uruwakaranga muri bibre
Mbentarabona na 100💲muntoke iwanje ncanumva 500 umengo nigitangaza😔
Benise arashoboye
Ivy ww ivuz novyemera kuk ntanzara ufise aril barya bandi ni njaaaa tuu😂😂😂
❤️🔥🔥🔥💯
Mbeg’ihasa rya Hosy Irakoze!!
NANJE NUKO NABIBONYE
Nogutwenga
ni benise pas denise
❤❤❤❤❤❤❤❤
Kwasa na Hosy irakoze?
Ego barasa nanje nagira niw nkitangura ikiganiro
Jewe nama nibaza ko avukana na Hosy ,barasa cane ahubwo n'ukuraba neza
Aho akaba yarayatwaye kandi abona ko yihenze yarivy azogende yihane canke ayasubize kuko uwo mu banquier wewe yarayarishe urumva aho yarivy can rwose
Igitangaj nukwo kuntu avug ko yakiriy agakiza akaba ataratahura ko arya mahera yayivye! Ico nicaha kimwomekereyeko gushika igih azokwihanira nivyaba bigikunda ko ayasubiza ategerezwa kubanza kuyasubiza en plus yabikoz arumwana w'umurwizatunga ndumiw
🎉🎉C
Soo bisomanura iki?
Merci Benise.hama nkubaze,woba warize kw'ishure Arc-en-ciel?ndashobora kuba narakwigishije wiga 3è primaire.Monsieur Héraclite si je ne me trompe pas.
climaafrica.org/central-africa-gospel-artiste-of-the-year/
I’m glad to see someone representing my country Burundi 🇧🇮 🎉🎉🎉
42:35 42:36
Warundi wana itaji kazi😊 sio music ya madini😊 iyo music 🎶 ya madini ina saidiya nini😢 leo Burundi Bujumbura akuna petrol 😅 leo Burundi Bujumbura akuna shakula😢 leo Burundi Bujumbura akuna maji😢 uyo yesu wenu ata aza kuja Burundi ao kwao Israeli 😅 towa orofa😢 today in Burundi no any petrol, today in Burundi no any food 😢 today in Burundi Bujumbura no any job's 😢 today in Burundi no any job's 🙄 in Burundi live is so hard 🙄 nothing working in Burundi 😢 u Dad have big supermarket in all Burundi 🙄 now u Daughter lel us about Jesus 🙄 Jesus he will come to Burundi who in Israel😢 very funny 😢 we don't need u music in Burundi now😅 in Burundi we need job's, food, and water 😅 go to make song to u Dad Sioni😅 atutaki urofa. Sisi kwetu Burundi Bujumbura tuna shida ya kila kitu😢 akuna maji, akuna electricity, akuna shakula, akuna kila kitu😅 tulisha washoka bisuma😅 tuna taka soko ya Ville 😅 muna uguza soko ya Ville 😅soka ya Baba yako iko adi leo😅 fuck u and Dad Sioni😅 imana imana kuko muna iba warundi 😅 fuck u and u Dad Sioni😅
Eshimu imani ya kila mtu kila mtu analuusiwa gucagua imani
@garagebettermotors4998 towa orofa. Tuna itaji mahendeleo Burundi 🇧🇮 iyo imana yenu adi leo wako na nini? Burundi Bujumbura 🇧🇮 ni ishi masikini! Akuna kitu Burundi 🇧🇮 we need food in Burundi Bujumbura 🇧🇮 we need peace all Burundi Bujumbura 🇧🇮 we Good hospital in all Burundi Bujumbura 🇧🇮 we Good education All Burundi Bujumbura 🇧🇮 we Good security all Burundi 🇧🇮 Bujumbura. We need job's all Burundi Bujumbura 🇧🇮 no Jesus 👎 in Burundi Bujumbura 🇧🇮 🙏🏿
Better you write in kirundi bro