Inyigisho zatanzwe na Pasteur Isidore Mbayahaga mumasengesho yo gushimira Imana yabereye mu Cankuzo

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 18 жов 2024
  • #Burundi Inyigisho zatanzwe na Pasteur Isidore Mbayahaga ku munsi wa nyuma w'amasengesho yo gushimira Imana yabereye mu #Cankuzo. Yashimikiye ku kwumvira indongozi y'igihugu, ari wo mutwe w'igihugu.

КОМЕНТАРІ • 16

  • @MitimidacyaMitimidacya
    @MitimidacyaMitimidacya 9 місяців тому +1

    Urumukozi,wisumba vyose Kandi inyigisho zawe ziva kumana muzumba vyose!! Turagukunda cyane horana agateka n,umugisha mwinshi UVA kumana!!!

  • @OlivierTuyisenge-bv8tj
    @OlivierTuyisenge-bv8tj 4 місяці тому

    Amen ❤❤❤

  • @nkundaburundi1597
    @nkundaburundi1597 9 місяців тому

    Imana iguhezagire mukozi wayo uvugukuri

  • @mukenyereyebernard2362
    @mukenyereyebernard2362 9 місяців тому

    Jamani paster nakubali kabisa unaweza wavuga nuko intumva zitumva pe

  • @JocelyneHabonimana-tf3mb
    @JocelyneHabonimana-tf3mb 9 місяців тому

    Vyukuri ahuriko wigishiriza Yezu Christu?

  • @ViateurGirukwishaka
    @ViateurGirukwishaka 12 днів тому

    turakumv mug nijur ribe rikwemer kand uzorangiz nez 😂😂😂

  • @vitalniyokwizigira906
    @vitalniyokwizigira906 9 місяців тому

    Biragoye…: ne jugez pas vous ne serez pas jugés. C’est façon de prêcher…gusa ubu benshi Turafise ingorane ya « interprétation des écritures »….

  • @muslimmuslim512
    @muslimmuslim512 9 місяців тому

    Iyi nyigisho niyanditswe muri bible iyahe gayemwe

  • @ufitinemaFlex
    @ufitinemaFlex 9 місяців тому

    0:23 0:24

  • @IGAHUBTV-
    @IGAHUBTV- 9 місяців тому +1

    Umukozi w imana atigera anigisha yesu uwo sinz kbsa jewe mbambna Ari umu politicien

  • @vitalniyokwizigira906
    @vitalniyokwizigira906 9 місяців тому

    Imana niyo yobaye iyitagirwa inama none nayo iri mu butatu bweranda…son action est toujours trinitaire…jamais une action solitaire….no mu rugo (ariko sinubatse….) umengo intumbero yo si Ukwiganza kwa SE NAKA … kuko genèse itubwira iti: « …Imana irabarema: umugabo n’umugore….=pas de domination mais = dignité,….donc umugabo nyawe n’uwumviriza akanahanuza imbere yo gufata ingingo,… Ku Mwami naho bavuga mu kirundi ko yagirwa n’a bagabo,…. Pour dire que yaba afise abamuhanura…. Donc iyo theorie ya pastori… à prendre avec des pincettes….

    • @AubinJaurèsCubahiro-p8j
      @AubinJaurèsCubahiro-p8j 9 місяців тому

      Osée 4:6 «mon peuple périt faute de connaissance».
      Premièrement, Imana c'est un Dieu unique qui se révèle en 3 personnes ; je ne dis pas 3 personnes différentes qui forment la trinité, non ❌; je dis un seul Dieu, un Dieu unique qui est Dieu tout Puissant, le premier et le dernier, le commencement et la fin, l'Alpha et l'Oméga, Amen !
      MAIS c'est un Dieu qui se révèle à nous de 3 manières : il se révèle à nous comme étant Dieu le père, il se révèle à nous comme étant Dieu le fils et il se révèle à nous comme étant Dieu le Saint-Esprit. Mais c'est toujours le même Dieu unique.
      Car il est Omniprésent, Omnipotent, Omniscient ! Rien ne lui est impossible !
      Donc quand tu dis que son action est toujours trinitaire et jamais solitaire, c'est vrai dans le sens où Dieu, dans son action, est un Dieu unique qui se révèle de 3 manières différentes mais c'est toujours le même Dieu unique.
      Par contre si c'est dans le sens où il y aurait 3dieux ou 3 divinités différentes qui formeraient une trinité, alors là c'est faux !
      Deuxièmement, muri Genèse, Imana yaremye Adam na Eve ariko Imana yaremye umugabo Adam ubwambere hama ica irema umufasha w'uwo mugabo ariwe umugore Eve. Vyerekana ko dès le départ umugabo yamye afise supériorité sur umugore. Puis l'Éternel Dieu forma de la terre tous les animaux des champs et tous les oiseaux du ciel, et il les fit venir vers l'homme, pour voir comment il les appellerait, et afin que tout être vivant portât le nom que lui donnerait l'homme.(Genèse 2:19).
      Aho tubona ko Imana yacaguye umugabo kugira abe ariwe aha amazina ku bikoko, Kandi Imana ntabwo yacaguye umugore abikore canke bose babikorane, oya négatif ❌ ariko Imana yacaguye umugabo wenyene gusa; muyandi majambo tubona ko umugabo afise ikibanza kiri hejuru y'umugore. Il n'y a pas d'égalité entre l'homme et la femme ! C'est tout !
      Ariko tugiye imbere hamaze kuba icaha, turabona ko mu bihano Imana yatanze kuri Adam na Eve, hariho aho Imana yavuze iriko ibwira umugore Eve ati : « et tes désirs se porteront vers ton mari, mais il dominera sur toi. » (Genèse 3:16)
      Bisigura ko Umugabo afise domination k'umugore.
      Troisièmement, umwami canke umukuru w'igihugu aragira abamuhanura, ego c'est vrai kuko habaho les conseillers nivyo MAIS iyo UMWAMI canke UMUKURU W'IGIHUGU afashe décision yiwe que ça soit avec ou sans l'accord yabamuhanura, akavuga ati jewe ndatanze itegeko canke décision kanaka, nta muntu ashobora kuyanka, ahubwo wanashaka kuyanka woyanka canke ntuyishigikire iyo ni affaire yawe ariko ntushobora kubuza ko sa décision entre en vigueur !
      Négatif, ntikibaho ! Kuko UMWAMI canke UMUKURU W'IGIHUGU aba ari numéro 1 w'igihugu !
      Kiretse Imana yonyene ivyanse kuko Imana ariyo UMWAMI W'ABAMI, le Roi des rois, le Seigneur des seigneurs, JÉSUS CHRIST, amen!
      Inyigisho zuyu mu pasteur ndabona utazitahuye, ntabwo yavuze ko Umwami canke umukuru w'igihugu afata ingingo atabanje guhanuza, oya sico❌ kuko nubundi yahanuza ibi na biriya, fin de fin inyishu itomoye batora ni Umukuru w'igihugu niwe ayitora kandi niwe ayishikiriza abenegihugu !
      Ahubwo inyigisho zatanzwe nuyu mu pasteur nuko dukwiriye kugendera kuvyo Indogozi itubwira kuko Indogozi iva ku Mana
      «Que toute personne soit soumise aux autorités supérieures; car il n'y a point d'autorité qui ne vienne de Dieu, et les autorités qui existent ont été instituées de Dieu.» (Romains 13:1)
      À méditer...

  • @chales08
    @chales08 9 місяців тому +2

    Ariko yigisha abantu bamusumvya ubwenge!!! Hama gukoma induru ngo IMANA ISHIMWE CANE...ALLELUIA, BWANA ASIFIWE ntibikenewe...N'umu escrot!!!

  • @ndiondajey3066
    @ndiondajey3066 9 місяців тому

    Urabeshe ubushuhe baranabupimira mu gutwi, mu kanwa canke muri anus
    Uyu mugabo ni umucangero 😕

  • @AubinJaurèsCubahiro-p8j
    @AubinJaurèsCubahiro-p8j 9 місяців тому

    Amen🙌