Harageze ko ubutare buri mu Burundi bwimbwa hanyuma bukaramira Abarundi bose.

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 11 вер 2024
  • #Burundi: Umukuru w'Igihugu asaba urwaruka rwize ibijanye n'ubutare gushira ubuhinga bwabo hamwe kugira ngo ntirusaze rutabonye ubutare bw'uburundi bucukuwe nk'uko vyashikiye abarundi bize ibijanye n'ico gisata mu myaka yaheze. Hari mu nama yagiranye n'urwaruka rwize gisata c'ubutare bari kumwe n'abigisha muri ico gisata muri Kaminuza y'Uburundi.

КОМЕНТАРІ • 301

  • @theogenenshimiyimana203
    @theogenenshimiyimana203 21 день тому +30

    Rwose komeza ukunde abarundi nabo bajye bakumva kuko bafite umuperezida mwiza ubakunda. Imana ikomeze ikurinde.

  • @nemelsa8584
    @nemelsa8584 21 день тому +36

    Ko mu Burundi 🇧🇮 twashize Imana imbere mu kubwimba muzobanze mukoranye abakozi b'Imana bose bemera Imana basengere igihugu cacu kugira ntihaze haseseke amaraso nko mur DRC
    Kandi bongere basabe Imana ihishure n'ibundi butare bunyegej Imana itarerekana ko buriho Imana ibwerekane hama u Burundi 🇧🇮 butunge butunganirwe ariko niyo mutabikora ndabona ko ataho muzoshika. Murakoze ndahanur sintegetse❤❤❤❤

    • @suavisndihokubwayo-cc3id
      @suavisndihokubwayo-cc3id 21 день тому +4

      😂😂muzama murivyo harumusi butimbwa 😂😂

    • @nemelsa8584
      @nemelsa8584 21 день тому +1

      @@suavisndihokubwayo-cc3id non ga Mutama tuvyakire gut? Erega ntakundi ,iyo bavuze natwe ntitwohora

    • @fatmahaf4951
      @fatmahaf4951 21 день тому

      Ngo abakozi bimana hhhhhh yewee mana yanje 😂😂😂😂

    • @nemelsa8584
      @nemelsa8584 21 день тому

      ​@@fatmahaf4951Non kuva aho babwibiy ko atabarundi barabahasha kandi ukaba uziko iminsi y'igisuma ari 40 erega biciy mwiyo nzira Imana yohangana nabo basuma ubwo butare bugashikira bose

    • @shukurujface8119
      @shukurujface8119 20 днів тому +2

      Waberewe nyakubahwa president imana ikudutungire natwe nkabarundi turagushigikiye m

  • @habinezaeric2549
    @habinezaeric2549 21 день тому +31

    Barundi ntihakagire ababaca intege mukore cyane (amanywa n'ijoro) mushyigikire na Président wanyu maze muteze imbere igihugu cyanyu

  • @user-oz6wo4sz9w
    @user-oz6wo4sz9w 20 днів тому +11

    Nditeguye guterera 10000 fr ndumwenegihugu muto. Muga twubake ihinguriro naho ryoba rimwe. TUBISHIRE MUBIKOGWA

  • @ndengabaganiziregis772
    @ndengabaganiziregis772 21 день тому +28

    Mutoma nanjye kuva nakumva naragukunze njyewe ndi umunya Rwanda
    Nagukundiye ukund abenegihugu bawe

  • @KananiCyprien
    @KananiCyprien 20 днів тому +8

    Nyakubahwa ndanezerewe cane ndaciriritse ariko ngomba guterera 30000frw tukubaka igihugu cacu nyakubahwa ndabakunda cane.❤❤❤❤❤

    • @ekaiesikiria2104
      @ekaiesikiria2104 20 днів тому

      Banza umenye gutandukanya( frw na frbu)kwanza

    • @innocentjeshi257
      @innocentjeshi257 20 днів тому

      ​@@ekaiesikiria2104iyo siyo ngorane , nayo ni amafranga tu

  • @NtuyenaboJoshua
    @NtuyenaboJoshua 20 днів тому +2

    President wachu Imana ikomeze kukurinda ikongere ninkomezi kuko turi mumisi yanyuma aho mubihugu bibanyi bariko bugara amashengero Abarundi dufise amahigwe kubatugufite Ushir Imana imbere wubahwegose❤🙏🙏🙏

  • @KasendrLukadi-pj7xy
    @KasendrLukadi-pj7xy 21 день тому +11

    Son excellence mufanye kazi sasa muache maneno

    • @panacool978
      @panacool978 21 день тому +1

      Neno ndiyo ina umba. C'est la parole qui crée. Arrêtez votre fausse philosophie. Tout vient de la parole...

    • @KasendrLukadi-pj7xy
      @KasendrLukadi-pj7xy 19 днів тому

      @@panacool978 ok lakini mujuwa watu wako nawa wekea macho waki tarajiya makubwa unaona nawa burundais wana stahili maendeleo leo hii wanyarwanda wako naji vuniya sana kwajili ya ile magorofa yao burundi iko nautajiri kuliko rwanda rwanda inashi kwa ujaja ujaja burundi nayo inapashwa waonesha kama iko capable miye naminiyaka warundi sana tu

  • @PabloNininahazwe
    @PabloNininahazwe 19 годин тому

    Son Excellence wacu yubahw cyaann abarund bensh barikunda ariko koresha abo banyabwenge nabakoreshe kandi bose hama bucukurwe kandi neza mumahoro muravyicarire nkamezi atandatu hama uburundi bwibere Dubai yo muri africa nkuko gitwaza yabivuze .Mumpe like aba bibona nkanje❤

  • @NyirimanaBenoit-mz9sx
    @NyirimanaBenoit-mz9sx 20 днів тому +4

    Nyakubahwa komeza. Uhatanire icyateza imbere abanyagihugu natwe abanyarwanda turakemera komereza aho

  • @LionnelManirakiza
    @LionnelManirakiza 21 день тому +5

    ❤❤❤❤❤❤❤❤ Burundi bwacu Burundi buhire❤❤❤❤❤

  • @ksinternationalvlogs
    @ksinternationalvlogs 20 днів тому +4

    Kintu cambere coteza Imbere Burundi ni UKWUBAKA AMASHULE Y'UBUMENYI SCUENCES NA TECHNOLOGY MENSHI KANDI AFISE LABORATOIRES! N'AMA UNIVERSITÉS ARI KURI STANDARD ZO MUBINDI BIHUGU n' AHINGURIRO RERO, Aya mahera turiha tuja kwiga hanze nabo bakayariha baje kwiga iwacu❤

  • @alintakirutimana6938
    @alintakirutimana6938 21 день тому +6

    nanje nditayari guterera❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @ProspectorB
    @ProspectorB 21 день тому +7

    11:49 ndibonye !! Notre président yubahwe
    ni uwaba jeunes 🤍🇧🇮

    • @JeanBoscoHabiyaremye-s3r
      @JeanBoscoHabiyaremye-s3r 20 днів тому +2

      Congratulations bro ❤

    • @jmc2196
      @jmc2196 17 днів тому +1

      Ubwo uyu mutama k umengo ariko avuga ukuri kwinshi niki cinyegeje inyuma?! IMANA yonyene igushoboze kuko basesa nkuyoze baruzuye

    • @jmc2196
      @jmc2196 17 днів тому +1

      In white color ndabona wari wateze ugutwi twizer k mwshize kumuzirikanyi

    • @ProspectorB
      @ProspectorB 17 днів тому

      @@jmc2196 tuguma tubizirikana 🙏

  • @emmanuelibereyegushimwa
    @emmanuelibereyegushimwa 21 день тому +5

    I lov u Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @nyenyeri-v2r
    @nyenyeri-v2r 11 днів тому +1

    Mutama wirambire muvyeyi wacu❤

  • @NahimanaHermes
    @NahimanaHermes 21 день тому +5

    Nyakubahwa, ariko Imana tuvuga tuyishire imbere vyukuri ubundi ivy'uburundi ntavyo tuzomara kuko nivyinshi.!!!

  • @jmc2196
    @jmc2196 17 днів тому +1

    Mutama turagusavye turatakamvye abansi barakaka singombwa k vyose muguma mubivuga bimwe bimwe muvyibikire ibikorwa bibe vyinshi amabarabara amatara amazi ubuvuzi services izarizo zose ziharwe ababikwiriye nivyo bizokurusha kuko ufise abo mukorana bamw bamwe bari gito ariko hamwe n'Imana birashoboka ikuturindire niba batazoca kubiti nokumabuye ngo duhekurwe. Amen

  • @gabrielmanirakiza6731
    @gabrielmanirakiza6731 21 день тому +6

    Tanguza uwo mugambi nyenicubahiro twiyubakire ico gihinguriro

  • @user-vu6pv9xv6d
    @user-vu6pv9xv6d 20 днів тому +4

    Good lucky

  • @user-xp6ep6et3d
    @user-xp6ep6et3d 20 днів тому

    Nyakubahwa ,uvuze neza🎉🎉🎉tanguza batoze ayomahera 'natwe duterere ' uko dushoboye🇧🇮🇧🇮🇧🇮💙

  • @PabloNininahazwe
    @PabloNininahazwe 19 годин тому +1

    Ukwiye kuzotwara gushika 2040 nyenicubahiro

  • @user-yo7xx1ls5q
    @user-yo7xx1ls5q 19 днів тому +1

    Ndagukunze cane gusumbuko vyahora

  • @FrancineJollyofficial
    @FrancineJollyofficial 20 днів тому +1

    Igikuru dushime Imana imbere vyose bizogenda neza

  • @user-ld5jl5mz6t
    @user-ld5jl5mz6t 21 день тому +2

    Nta mpano yo kuyobora igihugu mufise nyakubahwa ,igihugu kitagira igitoro ,isukari ,ibaze na bière mukaba muriko muvuga amajambo ya buri gihe atagira ibikorwa !!Abantu batize nibo bonyene bakumva gusa

    • @bizomenyimanaelias5455
      @bizomenyimanaelias5455 21 день тому

      akakagabo nama mbona imisi yose gatukana ahubwo nsanze urushe aho wibaza ubwobukomantaire bwawe koharuwo buzoca intege uzisanga ariwe usigaye ukenye twebwe tugeze kure nkajew kuva ntanguye gukurikiza impanuro ziwe ndamaze gutera intambww intarinto mubuzima ndamaze kwiyubaka imbonakazoza ndayigejeje kuri nkiri umujeune

    • @user-ld5jl5mz6t
      @user-ld5jl5mz6t 20 днів тому

      @@bizomenyimanaelias5455 akagabo ni so

  • @NahimanaHermes
    @NahimanaHermes 21 день тому +6

    Imana igufashe ntutinye abantu utinye Imana yonyene.

  • @Numwumutsomediaofficial
    @Numwumutsomediaofficial 21 день тому +6

    God bless burundi My country

  • @Burundibwacunews
    @Burundibwacunews 20 днів тому

    ❤iryo jambo nukuri ndarishimye. Kandi uko abivuze nivyo cane.

  • @emilebihibindi5822
    @emilebihibindi5822 21 день тому +1

    Reka kwidoga muta imyaka4 iraheze uguma uvuga gusa ata bikorwa ariko ndagukunda cane my pres

  • @duhuzebosco6207
    @duhuzebosco6207 21 день тому +6

    Yes Aho ndamushigikiy ingorane z ubutunzi dufise n ikubera ivya 2015 uko n ukuri ingorane z ubutunzi turimwo n ikubera ivya 2015

    • @sofunnystars5557
      @sofunnystars5557 21 день тому

      sivyo nagato. Ibintu vyagiye kuba nabi mutama Nkurunziza apfuye.

    • @panacool978
      @panacool978 21 день тому

      Mukurikire ibyo Amnisty international yavuze ejo....baratangiye...

    • @ryitangiyemoise5258
      @ryitangiyemoise5258 21 день тому

      Vyose mon frère ningaruk 2015 kuk igihugu imyaka 5 carafatiw ibihano president Waco atava mugihugu kuri wew ubon kwaribisanzw gus imana irakunda uburundi

    • @sofunnystars5557
      @sofunnystars5557 20 днів тому

      @@ryitangiyemoise5258 Iyo myaka itanu Nkurunziza yamaze adasohoka igihugu ntagitoro cigeze kibura canke ibindi vyankenegwa.
      Hama imyaka 4 uwutwara ubu ayimaze asohoka kandi aronka nimfashanyo murabona ukwo vyononekaye.

    • @duhuzebosco6207
      @duhuzebosco6207 20 днів тому

      @@sofunnystars5557 Eka suko harya vyari vyaramaz kuyangara gusa bigenda Buk buk Ni nka kumwe bokurasira Muri Nyakabiga ukaguma wiruka ukabimenya ugeze kw Ijabe n ibindi n uko

  • @deonahimana2449
    @deonahimana2449 16 днів тому

    Nyecubahiro ,gira itegeko abarundi twese tuyatange tugire
    industrie.

  • @FrancineJollyofficial
    @FrancineJollyofficial 20 днів тому

    Nikuri nibabikore duterere Imana iguhumugisha president wacu❤

  • @user-rn8oo7nj2h
    @user-rn8oo7nj2h 20 днів тому +1

    Abazungu bamaze gushika muburundi naciye bagira icegeranyo cabari bami guhingura ubutare Bose. Bacabarabahamagaza ngo bagiye kubungurira ubumenyi.ijisho ryabaye iryo.ubu muburundi natwe Hari gihe twari kuba tumaze gukora imodoka,indege ....Abazungu ninkozi zibibi zirengej.Ndasaba ko hobaho munyigisho icigwa mu masomero cerekana ububi bwabazungu kuva kera gushika uno musi.

  • @v0kasisamsoni598
    @v0kasisamsoni598 12 днів тому

    Komera mutama wanje! Obeyeri yorohereze umudandaza wi mitayi mitomito kuko ino mumahanga ya Zambia ntitworohewe! Twifuza gutaha gukorera iwacu kuko ino duhigwa nk'impongo!

  • @giftmata5308
    @giftmata5308 20 днів тому

    Mon General ndagukunda gusa nuko uriko uravigiriza impene igitari abarundi ntibumva twararozwe
    Imana Ukuje imbere

  • @JeanLucNdayisenga-x3i
    @JeanLucNdayisenga-x3i 21 день тому

    Banyakubahwa muranezereye cane kuko abasokuru bacu baari bazi gukora umuhoro ishoka isuka nibindi kandi batari barize ariko abikigihe niyo bokwiga bakaminuza ntakintu bariko barakora ngo bavyaze umusaruro ivyo IMANA yaduhaye,babwire babwire

  • @mbongo879
    @mbongo879 20 днів тому

    Uburundi jewe ndabona kobuterimbere kabisa akarorero jewe navukiye munzu yivyondo nibiti mucamuyimenya beshi muri twe bisanze gutyo wewe urazi imyaka wamaze ugenda nibirenge utagira na pireri irato cipine ariko ubu wirabe uko umeze nivy utunze ucuharura imyaka umaze hama urabe imbere mumyaka irenga 1000 urabe uburundi bukayangana 🤝🤝

  • @NshimiyimanaDavideDavide
    @NshimiyimanaDavideDavide 21 день тому +5

    President Neva arigutanga isomo nyaryo muri African nimutirwanahomubyubukungu muzaguma mukennye ukomuri Niko ibihugubibakikije bibashaka kugirango muhore kumavi Neva mumushyigikire muzamure uburundi twishimiye imiyoborereye jye ndimurwanda annyibutsa magufuri wa Tanzania numukozi wanyawe ashishikajwe nokubona uburundi bujyambere ❤❤❤ turagukunda abanyarwanda

    • @user-ry5pm9ni1b
      @user-ry5pm9ni1b 21 день тому

      Ntavyuzi ivyo ngaha kazibe

    • @MelchiolKayobera
      @MelchiolKayobera 21 день тому

      ​@@user-ry5pm9ni1bNoé nkahoo umuhoy ik vrmt

    • @christella5092
      @christella5092 21 день тому +1

      Murakoze cane Imana iguhe umugisha oya Imana izobikora muvandimwe urakoze

    • @christella5092
      @christella5092 21 день тому +1

      ​@@user-ry5pm9ni1bnone nkaho umutukiyi????ntanisoni gutuka umuntu akwipfurije ivyiza akakubwira ko anakunda president wacu uzi ijambo ngo ndagukunda????niryagaciro ntugatuke umuvandimwe ntanisoni????ivyatazi nibiki??vyose ntibiri kukarubanda???niki gihishijwe muri 2024 nivyawe barabizi kuko ubu isi ninka cartier

    • @bizomenyimanaelias5455
      @bizomenyimanaelias5455 21 день тому +1

      murakoze cane ubu abarundi twarahagurutse kandi dutegerezwa gutera imbere duteze imbere igihugu cacu

  • @nduwaemma8588
    @nduwaemma8588 21 день тому +1

    Tuzanire uwurongoye ubutare muburundi amaye adusigurire ihihe amaze cose amahera amaze kutwereka nico yakoze kuko jw sindavyumva pe

  • @user-qi1yl6cd3d
    @user-qi1yl6cd3d 13 днів тому

    Mundondere jew nditeguye guterera ibihunbu cumi kugirango duteze inbere igihugu cacu

  • @epimaquendayikengurukiye
    @epimaquendayikengurukiye 21 день тому

    ❤abobahinga nabonyene mbona ari abakiri bato bisaba kubakwirikirana kuko nabo nyene shetani yohava abatera bagakora bashaka guca munzira abandi baciyemwo.

  • @CharlesMPAWENIMANA-wv1zl
    @CharlesMPAWENIMANA-wv1zl 21 день тому +1

    None mwotanguza hoho ivyobikorwa uwudashiririye azobamwo? Mbe abo nyenicubahiro avuga k ar abasahuzi n'abatavuga rumwe n'umugambwe uri kubutegtsi? Nibitange icirwa mube nka Ibrahim Traoré

  • @CharlseChima-tj7tu
    @CharlseChima-tj7tu 21 день тому +1

    Ivyo bizotunga abo bari muri CNDD gusa reka babazirike kukatsi amatora arageze baduhende ngo bugomba burere imbere ku 2025 kugeza ubu ko mutarabuteza imbere akarore nkahaeya muri rompoint kuri cotebu harya haba hari amabarabara aca hejuru nayaca hasi ibarabara rya mutakura ryabananiye gukora

  • @TumainSophonie
    @TumainSophonie 3 дні тому

    Nyabahwa turabahinga mukwimba ubutare muduhe ikiganiro dushobore kubwimba

  • @gervaisntirenganya470
    @gervaisntirenganya470 21 день тому +1

    Turakemeramutama wacu uringabire IMANA yaduhaye nimwatangura guterereza iyontererano yokubaka iryohinguriro muruguruza Conté yomuri BRB tuzoyashirako mushirekonumuntu azoza arayakurikirana umurundiwese yumvakobimubabaza iyobavuze kuburundi aribwobukenye kwisinzima uwumvabavuze iryojambo rikamubabaza ategerezwa kuzoterera atagahato kabayemwo umwewese aho aherereye kwisinzima akaba arumurundi akundigihugu camwibarutse azoterere ayumutimanama wiwe uzomuteheka kuko biratubabaza iyutembereye mubindi bihugu ukavugako kurumurundu bakumenyaningoga ukumva avuze nguburundi cagihugu gikenyecane kwisi tubishatse iryozina tworihindura tukaba abatunze ❤❤❤

  • @philiberthabogorimana3904
    @philiberthabogorimana3904 20 днів тому +1

    Le japon est riche avec un sous sol pauvre. Le burundi est pauvre parce que il lui manque des hommes integres.

  • @TharcissCiza
    @TharcissCiza 20 днів тому +1

    🇧🇮komera kw' ijambo nyakubahwa prezida🇧🇮

  • @remynsengiyumva911
    @remynsengiyumva911 20 днів тому

    Ndashimye cane iciyumviro co guterera twese kubikorwa ngirakamaro rusangi. Hariho ibihugu vyakze ibikorwa vy'inguvu atamfashanyo yo hanze. Igihambay ni bonne gouvernance et transparence dans la gestion de fonds collectées , amahera agakora ico yagenew.
    Akarorero nkubu abaturongoye bakorany n'abahinga bagashikiriza plan itomoy bagaca basab umurundi wese gutanga 1000 mumez nkabiri ni amahera menshi cane.
    Inyuma y'ikiring kanaka bagashikiriza Ku mugaragaro icubatsw mur ya ntererano y'umwenegihugu.
    Ex.: ATI mur ay amezi atandatu dusubiremw ibiarabara iri, tugatanga inyuma y'i co kiringo bakatwerek ibiarabara ryasubiwemw atakunyonora vyabaye
    Twogumana inguvu y gutanga n'ayandi pour d'autres projets

  • @BerchimasBigirimana-do2sf
    @BerchimasBigirimana-do2sf 21 день тому

    Nyakubahwa birukeko kabisa Imana imbere

  • @user-xj4pb7tx7s
    @user-xj4pb7tx7s 20 днів тому +1

    Nyakubahwa, igihugu n'icacu na effort de guerre twarayitanze ,none umutahe uzoduteza imbere niwo tutotanga? Ahubwo sohora itegeko tuyatange hashigwe iryo hinguriro iBurundi bwacu busayangane !

  • @CharlseChima-tj7tu
    @CharlseChima-tj7tu 21 день тому +1

    Igisagara CA Bujumbura kirimwo igitoro harya hose asiatique huzuye igitoro

  • @ericnsengiyandemye7422
    @ericnsengiyandemye7422 20 днів тому

    Fata ingingo nka HE Magufuli umuhisi. Vyorara bitanguye bikava munyandiko twama dusoma. Ivyo ko twabimenye aho bipfira koromuti turaremvye.

  • @Mafia1984Ayirwanda-ge4ty
    @Mafia1984Ayirwanda-ge4ty 21 день тому +1

    Ntagihugu nakimwe cyafrica cyidafite ubutare icyingenzi nukumenya kububyaza umusururo nah ibindi wicecekre barugigana batakwirenza utayariye

  • @KananiCyprien
    @KananiCyprien 21 день тому

    Merci bcp de Notre president a a vos conseils

  • @interviewpressconferences6834
    @interviewpressconferences6834 21 день тому +1

    2015 intarambara yakwezwe na petero kuko yaranse gutanga mumahoro,mbe KO président ndayishimiye avuga kwabiba abazi kwatabafata??mbe izo colta yirirwa avaga kandi inzara yishe abanegihugu,amajambo turayamenyereye

  • @JamesNyandwi
    @JamesNyandwi 8 днів тому +1

    Nihatari

  • @yesunijibu1534
    @yesunijibu1534 21 день тому +1

    Nukuri abanyafrica dukwiye kwisubirako tweye kwemera uruhendo gw'abana ,abazanye amacakubiri nayokubuza iterambere kandi n'abana ba wamubi.Imana ni Urukundo none abobandi nabokwande??

  • @stansiyomana1239
    @stansiyomana1239 20 днів тому

    Twemere ko perezida yaronse abahinga (jeunes ingenieurs des mines), igisigaye yari akwiye kutubwira iyo azokura nka 50 canke 100 millions de dollars zikenewe kugira ngo yubake mine, kandi iyo azokura umuyagankuba ukwiye mugihe ubu igihugu kidafise 100 megawatts d'electricite.
    Jewe nihagire uwumpa exemple y'igihugu ubu ari Reta iriko irimba ubutare.

  • @user-ee3je6dv2f
    @user-ee3je6dv2f 20 днів тому

    Hakenewe génération z niyo izohindura ibintu abobasaza bose kuramwo Exallence.

  • @isaya4819
    @isaya4819 20 днів тому

    Imana ukurinde ❤❤❤❤🎉🎉

  • @SindayigayaDeo-ox8bx
    @SindayigayaDeo-ox8bx 20 днів тому

    Asha nibatubwire twebwe nyene abarundi iryohinguriro turyiyubakire turaterera sha mukwezi kumwe tuzoba turangije mutama 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

    • @Innocente257niyobuhungiro
      @Innocente257niyobuhungiro 10 днів тому

      Ahubwo nyenicubahiro iyongingo yogutereza abarundi bose amafaranga ijana mbere nabipfuza gugerera nayasumbaho yarikwiye kuja mungiro kuk abarundi turarushe nokumvako turi mubihugu bikenye knd dufise itunga imana yaduhaye

  • @DirectorZombieTV
    @DirectorZombieTV 16 днів тому

    ❤ from z👽

  • @mariesinadatuma9641
    @mariesinadatuma9641 21 день тому +1

    Ni wewe nyene shetani ya mbere yishe Uburundi.😱😱😱😱😱😱

  • @philiberthabogorimana3904
    @philiberthabogorimana3904 20 днів тому

    Mbega iyi Mana uvuga niyihe.? Nimwe igutuma gufungira abantu ubusa. Kunyuruza abantu bigacika umugenzo.

  • @user-ui2cc4bk6m
    @user-ui2cc4bk6m 21 день тому

    Uze uvuga amazina yabo my president tubamenye😊

  • @alexissandro2040
    @alexissandro2040 21 день тому +1

    Eden yacu hejuru

  • @johnnyclaud
    @johnnyclaud 21 день тому +1

    Chukua maamzi sabiti uache maneno kwasababu we ndo muamzi wa mwisho

  • @Bobleeswagger586
    @Bobleeswagger586 19 днів тому

    Beshera hiyo mwabibeshimwe vyibi senedede efedede

  • @OscarNyabenda-t9y
    @OscarNyabenda-t9y 17 днів тому

    Mutama komeza imana ikujimbere.kugeza ushikanye ahowipfuza kuburundi bushika.abenegihugu turipfuza kubona .uburundi bwahindutse.kikaba igihugu.cifashe kandi gitunze .imana ikujimbere pee

  • @philiberthabogorimana3904
    @philiberthabogorimana3904 20 днів тому

    Reka gusamaza abantu twaramenye iyo bipfira. Uri president ukaba utazi ico amategeko agurekurira. Uguma uboroga gusa ngo abasuma nibenshi.

  • @NdayisengaEvariste-n5b
    @NdayisengaEvariste-n5b 4 дні тому

    Amezi atanu dutanga 1000fb harimwo industrie ikomeye ndakwemera Nyakubahwa benshi narababwiye koboreka kukwanka kuko uvuga uvyubuhanuzi kugihugucacu .Hakenewe amaraso mashasha apana abobagabo bafise ivyiyumviro bifunganye .Inyigisho ivuye k 'Uhoraho gusa amaso namatwi yacu ntibikora neza bigwaye amacakubiri nokwishira hejuru gusumba abandi

  • @user-yo7xx1ls5q
    @user-yo7xx1ls5q 19 днів тому

    Turwize amahinguriro

  • @Benizungu7774
    @Benizungu7774 21 день тому +1

    Have sha
    Ayo naya Rubaya na mwacukuraga,
    Ubu naho ko M23 yabatesheje muzacukura hehe..😂

  • @JuvenaryAugustino
    @JuvenaryAugustino 19 днів тому

    Vizuri sana ❤❤🎉

  • @maryamarya4161
    @maryamarya4161 21 день тому

    Ndagukunda❤❤❤❤❤❤

  • @mpozenzipeter4007
    @mpozenzipeter4007 21 день тому

    Imana iguhe kuramba ushikane abarundi kwitunga imana yabikiye abarundi ibindibihugu bize gusaba abarundi nakare imana yarabivugishije abasavyi bayo.

  • @Qpieq
    @Qpieq 18 днів тому

    uwu mutama wacu ntanguye kumutahura kurusha kare.burya haraho tugira mu kivunga,tukavuga vyinshi bivanye n'ivyo twumvanye abandi...kumbe President we agendera mw'ihishurigwa mu gihe natw twiberey mu kuraba ivy'uwu musi gusa.IMANA iturindire igihugu cacu

  • @AmyStale-d6u
    @AmyStale-d6u 20 днів тому

    Ndamukunda cane🕊️

  • @user-cb1ew9we6i
    @user-cb1ew9we6i 21 день тому

    Wubahwe mutama wacu songa mbere

  • @MUHIZIHESRON
    @MUHIZIHESRON 20 днів тому

    Uzofate amahera y'amatora yose ukatishirize muri industrie

  • @nyandwienock1885
    @nyandwienock1885 21 день тому

    Ayo nanje ndayatanga kugira igihugu canje kibehoneza

  • @JeanBaptiste-uv1ek
    @JeanBaptiste-uv1ek 21 день тому +1

    Gutera igipindi abaturage byo urabizi pe.reka kubeahya abantu mutama kora babibone va mumagmbo

    • @bizomenyimanaelias5455
      @bizomenyimanaelias5455 21 день тому

      wew urumunyarwanda raba ivyiwanyu urekane nuburundi

    • @user-jm2ld3mf8k
      @user-jm2ld3mf8k 21 день тому

      Ubujiji,bwawe nubwo!!! Engeniere ashushanya plan yinzu,,abubatsi bakubaka!! President atanga imirongo migali igihugu kigenderaho wa njiji we!! Kandi nivyo ariko arakora!!! Ko ntarumva ugira icyo uvuga kumu president wanyu!! Aho abasaba kwica ngo ntibimutera isoni!!!!??

  • @user-jf8gw4cu8l
    @user-jf8gw4cu8l 20 днів тому

    Ahubwo igihe caraheze

  • @travelsfam
    @travelsfam 20 днів тому

    Umurundi ameze kumusaza ukuri invunja umwereka aho iyowihorera ugatangura kubwimbisha bakabona amahinguriro yubakwa amabarabara yubakwa agezweho ugacuza ukababwira ayomajambo bari kuvuemera ijana kwijana.ubu babonako ari amajambo gusa,ariko ndakwizeye ntuvuga ibinyoma,sinari bwigere mbona president nkawe yinginga abanyagihungu gukora uruwambere Imana ikurinde muvyeyi.

  • @jeredyndikuryayo6061
    @jeredyndikuryayo6061 21 день тому

    Vyose birashoboka turikumwenimana

  • @panacool978
    @panacool978 21 день тому

    Mwumvise ibyo Amnesty International yatangaje kuri NEVA ? Dayimoni za tangiye...

  • @Mathildemath-j3j
    @Mathildemath-j3j 21 день тому

    Umunyakuri yama yiteguy guhagarara wenyene.komera mutama

  • @Jeannelysa
    @Jeannelysa 20 днів тому

    Yes Never❤ le burundi a besoin des chimistes,des ingénieurs , Aussi ingokorane de prière de prophète car Israël marcher avec les prophetes.etc (prêtre) pour Umuvuduko Imana yerekana ibifuse.❤❤

  • @DonatienMvuyekure
    @DonatienMvuyekure 20 днів тому

    Ubutare bwaribukwiye kwimbwa naba pasture naba Patiri naba bikira

  • @ndigimunaziri3575
    @ndigimunaziri3575 21 день тому

    Shiraho compte bancaire mutama yitwa ( burundi mon pays ) abakunda iguhugu dushireko amafaranga nturire nguhongore mutama abarundi bashaka kubaka igihugu bariho

  • @NdayisengaEvariste-n5b
    @NdayisengaEvariste-n5b 4 дні тому

    Abobagabo baduza iminkanyari babiterwa niki kandi ubutwarikanguye turindiriye impanda y umukuru wigihugu tuvyuke tuve mubitotsi

  • @baramparurutsej.dedieu5361
    @baramparurutsej.dedieu5361 21 день тому

    Uvuga neza sebarundi wacu komera Burundi bwacu

  • @jox1738
    @jox1738 20 днів тому

    Ndi umwenegihugu muto ariko mbemereye kurihira abenegihugu 1000 badashoboye! Ubwo umwe dufate kwazoterera amafranga 100
    noneho uhere kumuyagankuba kuko uruganda rusaba vyinshi pee

  • @AliceKabanyana
    @AliceKabanyana 18 днів тому

    Mutama nukuri bikore abarundi turabe kotwokwikura murubwo bukene kwl

  • @Iranzifabrice24
    @Iranzifabrice24 20 днів тому

    Nimutumbwire twitange mpaka twubatse ihinguriro nibitagira akamaro duhora tuvyitangira

  • @LevisKubwimana-u3y
    @LevisKubwimana-u3y 20 днів тому

  • @user-jm2ld3mf8k
    @user-jm2ld3mf8k 21 день тому +3

    Bashingantahe!!! Ntakuntu mwajya mukora n,inama mumuhezo!!?? Ntabwo ibintu vyose mukwiye kubitangaza!!?? None sivyo ga Ye!!!!

  • @kazungugerais252
    @kazungugerais252 21 день тому

    Uvuze ukuri mutama wacu ntagihugu nakimwe kiba igihangange kitimba ubutare

  • @ntizzolehardi1914
    @ntizzolehardi1914 20 днів тому

    Mzee komeza kabisa uriko ubikora neza

  • @TrustInGod1331
    @TrustInGod1331 20 днів тому

    Uko n'ukwimamaza! Mbega ubu niho amenye ko mu Burundi hariyo ubutare? Ivyo mu Burundi turabimenyereye