Wao ...impanvu yo kwihisha si mbi ,just ko igihe kitari bwagere Sintegwa isoni na Yesu❤dusengere aba jeune ,abafis abana babatoze kubaha IMANA no gusenga ,ndasenga ngo incuti n'imiryango yanyu irindwe iki cago
Yagize nez gushinga intaho kuk arinzira yokubohoka ham alvella umube hafi umusenger ndets nabandi bumv k baseng en twes twam twibuk gusengeranir ham ntihagir uwukumira umunyavyah KK ntamwerand twes turacumua
ALVELLA nukuri mfite inkuruyubuzima nifuza kukuganiriza
Umezute ndagukunda GS urigutinda kuduha ikindi gice
Imana idutabare nukuri hama imana igufashe ko wahisemo kubivuga bigaragaza ko ubihevye 😢😢😢😢😢gusa birababaje😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭
Wao ...impanvu yo kwihisha si mbi ,just ko igihe kitari bwagere
Sintegwa isoni na Yesu❤dusengere aba jeune ,abafis abana babatoze kubaha IMANA no gusenga ,ndasenga ngo incuti n'imiryango yanyu irindwe iki cago
😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭
Ariko mana we🙆🙆🙆
Sandra Imana iguhezagire kuntambwe ubashije gutera hama iguhe gushikama ntusubire mw'iborero wahituyemwo
Mbega non akabazo filime yarahagaze canke yaraheze???
Nanj nivyo nabajije nubu sindaronka inyishu ??
Ikindi kwari gushimira Alvella Wew wiyumviriy ikikintu uhezagirw cane
Ariko bakundwa ba Kristo dukizwe mukuri vyokumutima Pana kwizina habakucaha gito nakinini imibiriyacu tumenyeko arurushengero gw'Uhoraho vyabivyotwikora kumibiri yacu gusiga iminwa gukora imishatsi kwambaramahereni kwambara ipataro kubakobwa nibinda tutarekanyenavyo ntajuru ryabakorivyo twiyeze.
Manawe dutabare ivyaha birimuriyisi vyabayumurengera ndagushimira kdubohora ukadukura mubaja bwa Satani🙏🙏
Manawwwww narizik biri mubahug sinarizi yuko nomubakwobwa babijamwo😢😢
Ko numva nagukunzeukobwa mwiza
Intahe turayumvise ko isi iracakeneye amasengesho,ariko uyo muntu iyo mwamutwereka tukamubina
Yuuuu jew narizi kwariwewe wabibayemwo ngusa jew muraryoheye
Imana idutabar cne
Thanks you Sandra
Amen iranyuzuje
Yagize nez gushinga intaho kuk arinzira yokubohoka ham alvella umube hafi umusenger ndets nabandi bumv k baseng en twes twam twibuk gusengeranir ham ntihagir uwukumira umunyavyah KK ntamwerand twes turacumua
Kuk aho mubamurikufash abandi imitima yabesh inzokira
Mana tabara ubwoko bwawe jewe ivyo bintu mpora nibazako arabarundi bari mwiyo nzira
Ooooh
😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭
Ndagukunda cyn gs wanyimye uko nakubona 😢
Iman itabare ubwoko bwayo satani numugome gusa gerageza uze wambara impuzu zabakobwa zurufasoni wifate nkumukobwa lman izobikoretako igutabare😢😢😢😢😢😢😢
Cici 3tv nawe warahageze ndakwemera ❤
Iy mpamv niy kwr,knd mpor
Hmmmm 😢😢
ndamagay
Mpor mach😢😢
Alvella ndashaka numéro yawe
❤❤❤❤❤
Is time of the world hapene emergence of a long sustyme but jusus is begger dan olvers .he will protexte oure christian paeple.
Ntakindi cokuraho iyo Mpwemu atari ugukizwa gose ugashika kumusaraba.ikindi naco sinzi uko wambara.ariko vyiza wirinde ipantalo nikabutura.nimba wimwesha wirinde kwimwesha nkabahungu.nimba usuka n'aho wirinde gusuka idred.ambara ikanzu ijipo nintambuko uyihindure.kuko ndumva muri wewe Hariyo rôle yumuhungu.ivyo utabikoze ntushobora guhinduka.kuko satani ntiyigendera agira ico ahagararako
Twiyerek
Hmmmm 😢😢