Impanvu yo guhisha isura si mbi ,ni just ko igihe kitari bwagere , Sintegwa isoni na Yesu dusengeranire,abafise abana ba batoze kubaha IMANA no gusenga ,ndasenga ngo mwebwe ,abana banyu n'incuti zanyu murindwe ico cago.merci
None ko yinyegeje niyihe mpamv yatumy yinyegeza? Nimba koko ariko ashinga intahe nuko ariko aramaramaz ivyo satan yakoz rer mugihe acinyegej hari ibang akibikiy satani
Mwizinanyayesu imana igufashe kweri Kandi pore sana kweri imana ibafashe kweri nomurusengero kweri imana ibafashe imana unfashe nkweri imana ize ibindinde ntubizambero none numumama nihatari
Mana aruvella kozeza gusengera Sandra kweri imana imufashe cane kubera ntivyoroshe
Impanvu yo guhisha isura si mbi ,ni just ko igihe kitari bwagere ,
Sintegwa isoni na Yesu
dusengeranire,abafise abana ba batoze kubaha IMANA no gusenga ,ndasenga ngo mwebwe ,abana banyu n'incuti zanyu murindwe ico cago.merci
My life story komuyitevya ntimubon komuriko mwirukan abafana bayikunda😏
Sandra courage inzira wafashe yoguhinduka urayigumamwo Imana irikumwe nawe uzobwire ubutumwa nabandi mwabikorana nabo bahinduke .
Turagukunda mwiza❤turakumbuye My Life Story 🇺🇲
Imana ikubohore mwana ndumva waraboshwe kandi ivyo uvuze nukuri abantu benshi bakora ico kizira biba bifise inkomoko kubuzima babayemwo
Alvella love you from rwanda
Courage.Alvella gusa turakumbuye Film hama kutatweretse uwo mutumire
Ndunva uwo muntu yaciye mubibazo.vyinshi.ariko twizer ko mugice ca kabiri tuzomubon ishusho kk nti mumutweretse.kandi arunze abivuga ndazik Imana yamubohoye .kandi murakoze cane.Imana izoduhe ijuru
Imana Idufashe cne kk mw'ino si ibigeragezo nivyinshi
Arvella vyiza cne
Alvella disi ❤❤
Imanituregere.birateyagahindap
Uri umunyamwuga nibaze bagushuke ngo garagaza umutumire wawe ntago aringombwa
👍👍💯
Ikindi abantu benshi barabaye dessus kubwo kwizera abakristo bakabahemukira ariko ukomere cane kandi usenge cane kuntambwe nziza wagize yokubivamwo imana ikubohore rwose
Amen
Ndumiwe koko
Ivyo navyumvise Arik my life story ndayikeney
Arriver uraduha nimero yawe vyobavyiza
Alvella nanj ndafise my life store nimero yawe noyibona gute??
Iyo filme igezehe ko mutayibandanije
Amajwi y'uwo mutumire wawe ntiyumvikana
Kutamuhays micro?
My life story turayikeney cane🙏🙏🙏
Ego sha murakoze cane ndanyuzwe
None umutumirwa kwatagaragara? Wewe Urumu host niwe uguma kuri camera umutumirwa mukamunyegeza? Nimba atariwe yabisavyi sivyizaa mwarikubitumenyeshaa
Mmmmm
Ndumva biragoye none nabakobwa babibora gute ga yemwe 😒
❤❤❤❤❤
ndumiw
Gusa turakumbuye my life story urabe udukorere umuti
🙄🙄🙄
Munguwe🤦♀️
Ibi ndavyumva ark duhe cinéma ihere woba ukoze !
Alvella ndashak number yaw
😂😂😂😂😂
None ko yinyegeje niyihe mpamv yatumy yinyegeza? Nimba koko ariko ashinga intahe nuko ariko aramaramaz ivyo satan yakoz rer mugihe acinyegej hari ibang akibikiy satani
@Eugenie Larson yanka KO tumubona vyerekana KO ataramaramaza mukwihana
Ivyo birabaho kandi nuburenganzira bwiwe.y
Uzorabe kwa gahongahire kenshi ntakunda kuberekana ari ubwambere.baje kuvuga ivyababayekwo.
Nuburenganzira bwiwe kutiyerekana kuko kwihana sukwiyamamaza kandi ivyo yakoze uretseko aricaha kumana nimbere yamategeko nicaha rero kutiyerekana nikuneza yumutekano wiwe
Non ko mutamwerekan, hoh ivyobint Arik arabikor yararyohegw Cank?