Amarira y'UMURUNDI yarenganijwe//Maze imyaka irenga 23 mburana//Intuntu mfise//Ingorane twahuye nazo

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 27 лис 2024
  • Amarira y'UMURUNDI yarenganijwe//Maze imyaka irenga 23 mburana//Intuntu mfise//Ingorane twahuye nazo
    ‪@NtareRushatsiHouseTV‬ #presidentevaristendayishimiye

КОМЕНТАРІ • 34

  • @juddygael1569
    @juddygael1569 Рік тому +1

    Natunganirizwe vrt😢😢

  • @salha9186
    @salha9186 Рік тому

    Imanza nihatari jewe ndafise umugabo baramufunze bamushira mumpimb turavyirukamwo umugabo araburana aratsinda yatsinze amaze amezi abiri mumpimba mukwezu amae gutsinda prokirere yarabonye kwurubanza yarutsinze ariko yarase kumusinyira ngwasohoke yamazeyo amezi indwi kandi urubanza gwaraheze nukuri reta ikwiye gukurikirana abacamanza cane

  • @WIZZOMEDIATV
    @WIZZOMEDIATV Рік тому

    🔥Yariye Karungu noneho 🔥👇👇
    Semavumba nishavu at BRARUDI nigiki yugara niyo ipfukamye Munda music 🎵 Indundi Alvin smith arya udufaranga duke😭nzotumanpfira umuziki wuburundi🇧🇮na nyakubahwa president 👇👇👇👇
    ua-cam.com/video/usmiFAs1Ok4/v-deo.html&feature=share

  • @anicetnkorerimana4604
    @anicetnkorerimana4604 Рік тому

    Big up sana just hama pole kuyo mu papa

  • @benitenigiraneza9081
    @benitenigiraneza9081 Рік тому

    Abacamanza buburundi bambire ruswa (igiturire) aho barakwumva naho igihugu c'uburundi kitagira amategeko bitebe bitebuke bizohinduka

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 Рік тому

    Igihugu gikwiye:
    -Restructuring /Ugusanurwa
    -Therapy /Guhumurizwa
    -Healing/Kuvurwa
    N'ugukuramwo imbuto mbi zose ziri mubucamanza.
    uBurundi bwicwa n'Ubutungane bwacitse Ubwami bw'Ahimbiri.
    Uwugiye kwiga Droit,aba agiye kwiga kurenganya!

  • @alainjuniormugisha1212
    @alainjuniormugisha1212 Рік тому +2

    Natunganirizwe n'ukuri birababaje caaane gooose...iyo dossier 15698 nikurikizwe

  • @johnsiebritz7447
    @johnsiebritz7447 Рік тому

    Ubutungane bwikubitagashi kukwo nibwo igihugu gihagazeko bareke gucanishamwo imiryango nabenegihugu muri rusangi

  • @irakoze3762
    @irakoze3762 Рік тому +2

    Abacamanza ijuru bazoryumv kumatwi 😢

  • @niyonkurupelagia8775
    @niyonkurupelagia8775 Рік тому +1

    Ndarengewe nuwiwacu mana uwumu papa nintungane numunya kiganda ahantu bita kundengo muri muramvya

  • @ferdinandbangirinama7664
    @ferdinandbangirinama7664 Рік тому +1

    Sinabonye Take 5🥺

  • @thienakwizera5092
    @thienakwizera5092 Рік тому

    Urubanza iyo rucitse rukaba ntabanduka ni nk'itegeko! None aba avocats babiri Me Raphael Gahungu na murumunawe Me Bosco Bigirimana batwaye barreau nyakuri y I Gitega boba atavyo bazi??????

  • @Bestof257Official
    @Bestof257Official Рік тому

    Nibamutunganire vraiment 😢

  • @niyonkurupelagia8775
    @niyonkurupelagia8775 Рік тому +2

    Abavukana ahobaryana uko ndarengewe

  • @aubinken9527
    @aubinken9527 Рік тому +1

    Yes yes yes ✊✊

  • @richardsabiteka3314
    @richardsabiteka3314 Рік тому +1

    Uzotironderere other side kugirango habe équilibre d’info si c possible?

    • @caiusndikumana8578
      @caiusndikumana8578 Рік тому +1

      C’est très différent kuko ntibakiri mumburano, ikibuze ni execution yurubanza rwaciwe !!!

  • @nanina6428
    @nanina6428 Рік тому +1

    Komera leta nikore harabantu barenganywa abacamanza bakore ukovyategerezwa

  • @gerardineakima1766
    @gerardineakima1766 Рік тому +1

    Nihatari kbsa urubanza rumaze imyaka 23 rutaracibwa humura kuri Neva ruzocibwa ndakurahiye

  • @rwamosalomon4720
    @rwamosalomon4720 Рік тому

    Impanuro nziza cane Gael,

  • @anne-mariekazoviyo2568
    @anne-mariekazoviyo2568 Рік тому +1

    Ha ha ha turetse ko bitwara uburyo birica psychologiquement émotionnellement et moralement! Mon frère komera komera jeho ntaco novuga ! Narumiwe😢

  • @sunduma-official8069
    @sunduma-official8069 Рік тому

    Nibagutunganirize

  • @cimpayeclairia
    @cimpayeclairia Рік тому

    Oyaa nukuri nibarave bakurenganure

  • @richardburundi3090
    @richardburundi3090 Рік тому +1

    Uyumusi nta vya Tek 5😀😀😀😀

    • @benignenibitanga2051
      @benignenibitanga2051 Рік тому +1

      🤣🤣uzewihweze arumuntu yiyubash ntavyo yigera agira abigirira abobari muri generation imw

    • @masengesholandry5254
      @masengesholandry5254 Рік тому +1

      @@benignenibitanga2051 dj Paulin arabimugirira noe ury barangana

    • @benignenibitanga2051
      @benignenibitanga2051 Рік тому +1

      Oya nuko urya arumu star iyarumuntu asanzwe vrema batangana ntavyo yigera agira uzewihweze neza

    • @richardburundi3090
      @richardburundi3090 Рік тому

      @@masengesholandry5254 mumbarize Benigne neza

    • @gerardineakima1766
      @gerardineakima1766 Рік тому

      @@benignenibitanga2051 oya ntubeshe ko Apôtre mbayahaga yabimubwiye uyo nuko arimugahinda sha ntivyokunda ko amuha five😂😂

  • @magicfriendsburundi7115
    @magicfriendsburundi7115 Рік тому +1

    Mbe muriko muvuga ubutungaaane????

  • @FB-df6bp
    @FB-df6bp Рік тому

    😥

  • @thienakwizera5092
    @thienakwizera5092 Рік тому +1

    Dossier Rc 15698, 15 ans y imburano , 8 ans urubanza rwaraheze hasigaye ikurikizwa rwayo.. ubu dossier iryamwe muri ibiro vy uwuserukira Sentare nkuru y igihugu Muha . Maitre GaHUNGU Raphael & son frere Maitre Bigirimana J Bosco, bafukamwe munda uwo Ferdinand( video)
    Kubera igihagararo bafise, ubunyonyezi bakoresha, mu ubutungane bw Uburundi .

    • @niyonkurupelagia8775
      @niyonkurupelagia8775 Рік тому

      Ivyobintu sivyo nagatoya none mwiyo myaka yose ntabucamanza bwari mugihugu