Oooh mpore mpore birababaje.Alvella b ugendana nk aga papier mouchoir kuber haraho umuntu asanga yarize bivanye na story ariko aravuga akaza yumva amarira.umuhaye aga pièces ka papier mouchoir bisa neza kurusha.so knd THX kutuzanir Giti
Quelle life story 😭😭😭😭 Fiston uri uwudasanzwe vrema, Imana ikomeze kuguhezagira! Alvella, muri life story uzohore witwaza papier mouchoir kko benshi baca bibuka ubuzima bubabaje baciyemo bakarira.muri umugisha
Nta habi🙅🏾♀️ cane IMANA itokura umuntu kandi nta Kure🙅🏾♀️ cane IMANA itogeza umuntu🗣️🗣️🗣️
Twese dufise aho IMANA yadukuye gikuru nikugumana ivyizigiro ico nize kuriy,isi ukiri muzima ugihumeka umwuka w,abazima haba hakiriho ivyiringiro vyuko mubuzima hazobaho impinduka ugahindurirwa amateka kubera IMANA gikuru n,umwuka wabazima🙌🙌
Ikigeragezo c,ubuzima nubwo kirusha cane umutima tuba dukwiye kugumana ivyiringiro kuko tuba tukiri bazima
Yooo pole Sana Imana ifise inzira nyishi
Ooooo Alvella ndumva uwomu papa tuzi nkagiti yaciye mubuzima bugoye gusa Nizerako ntakure Imana itakura umunu gusa alvella warakoze kutuzanira ikikiganiro kuko ubuhamya bwabandi bwubaka abandi♥️🇷🇼🙏
Uzuragabanya background music kugira twumve neza 😊
Mpore Chef wanje
Imana niyo urera umuntu giti vyukuri amateka yawe ntawoyakunzingako Imana yarakunginze incitengererezo cuhiriwe hangati yibiguhinga komera Imana igukomeze cane🙏🙏🙏🙏
Ya ya yaaaaaa,mukombozi yabiririmvye neza ati isi irakwigisha udafise,,,,,,,,,.mubuzima ducamwo kwisi tubucamwo uguta ndukanye,iki kiganiro canyibukije bimwe muvyo naciyemwo canke kuvyo nagiye ndabona kubagenzi,harigihe bitaba vyoroshe kandi ataninzira iboneka yo kubihunga ariko kimwe gusa nuko iyumuntu atumbereye umuryango w,Imana iramutabara ,murakoze cane kurino nkuru🙏🏻🙏🏻🙏🏻
Umuntukugir akure acamurivyinsh inkuruyubuzima bwaw irababaj ikonger ikigisha 😢😥😥😥😥Rekanshimir alvela kubayariyumviriy ikintunkik imana iguhezagire🥰🥰🥰🥰
Ariko amajwi arihasii canee
Yoooooooo birababaje caaanee 😭😭😭😭
Humura muhungu wancu iman yarabikoz nibindi inzobikora kuko nukur imibabaro yawe iman irakubon kandi turizeyeko imbere hawe arihez
Alvella bwirira giti ATI pol sana naj mpawe gukomera maze kuva ubuzima yaciyemwo😭😭
Yooo giti pole sana kubuzima bwawe vrt
😭😭😭😭😭😭 pole sana mugenzi ariko hashimwe YESU yakurinze
Soory abobose babikoze uyumunsi barakubona kndi bishwe nibimwaro
Mpole mpolee mugenzi 😭😭😭😭😭😭😭😭ubwo buzima burababaje nukuri
IYI NTAHE ALVERE NUBWO IDASA NEZA NIYANJE IRANKOZEKO CANE KUKO INYIBUKIJE NANJE AMAKUBA NACIYEMWO ARIKO KUBERA IMANA NDIHO PE.WUBAHWE CANE ALVERE
Giti warahuye namakuba akomeye cne ariko Imana yabanye nawe lgukura ahakomeye. Tuvug at Shimwa Mwami🙏🙏🙏
Inkuru yawe inkoze kumutima gusa inyigishije byinshi gusa Imana izomuhe gushika kundoto ziwe
Fiston ndakwipfurize kuramba kumenyimana kurusha ukuyizi nugushika kundoto zawe ndabigusabiye mwizina ryumwami wacu Yezu kristu ndagukunze cane ngiye kugutezimber mubikogwa vyawe mugukwirikirana film zawe❤
Yoooo fisto Imanishimwe koyumvisugusenga kwawe kandi Imanikujimbere mwiyo ntumbero yogufasha ico ciyumviro niciza courage
Mwavuze polepole gose nukuri ntivyumvikan jew ndagihevy ik kiganiro kweri
Ntakure habi IMANA itokura umuntu ntanakure heza IMANA itoshikana umuntu😘IMANA yacu ninziza cane nukuri .love from Fafa Fanny official🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦
Pore san ncut nukuri ntaho imana itakura umuntu nukuri ndarize numvise agahinda nukuri pore sana wihangan ariko Iman ishimwe ko yabany nawe murivyo bihe
Yoooooo gati mpole nukuri ibihe nkivyo wabayemwo ntivyari vyoroshe kandi urandijije vraiment
Imana iguhezagire
Yooooooo mungu wangu nisanza mumarira adasazwe nukur 😭😭😭😭😭😭🤲🤲🤲
Ariko rekamvugati imanishimw can kukirimuzima🙏🙏🙏 Kandi courage mukaz uzuvyitwaramw neza Iman ninziza Can 🙏🙏
Pole sana nkr waciy mur hyish nkr
Ndarize nukr pp sefu pole sana birababaj cne.
Oooh mpore mpore birababaje.Alvella b ugendana nk aga papier mouchoir kuber haraho umuntu asanga yarize bivanye na story ariko aravuga akaza yumva amarira.umuhaye aga pièces ka papier mouchoir bisa neza kurusha.so knd THX kutuzanir Giti
Fifield ❤❤❤
Quelle life story 😭😭😭😭 Fiston uri uwudasanzwe vrema, Imana ikomeze kuguhezagira!
Alvella, muri life story uzohore witwaza papier mouchoir kko benshi baca bibuka ubuzima bubabaje baciyemo bakarira.muri umugisha
On mungu wangu we😮😮😮birababaje nukur gusa imanishimwe kub uwumunsi ubuzima bwarahindutse❤ témoignage ibabaje
Poresana komera kandukomere imaniragukunda😢😢😢
Komera
Giti porenukuri waraciyemumakubameshi arikontaho imana itokurumuntu canke ngimushikane iyintahe iciyinyibutsa ivyakahisekanje
Imana ibahe umugisha Mr giti pole sana nanje nisanze narize ariko humura nta wuhora atarize imbere ni heza cane ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Nunvise ngagahinda keshi ntawuruhuka atarushe 😭😭😭😭
Yaaaaa giti weeee courage ivya flm muvyifatamwo neza knd ntaho Imana itokura umuntu
Wakoze cn Gti inkuru yawe irakomeye cne vrt. Imana ihabwe icubahiro❤
Iyintahe iranteye agahinda 😭😭😭
Mpole mpole
Pol sana mzee. Uri n intahe y ubuzima kweri
Kimw coco ntawofata umuntu ngamugire ivyashaka Kuko ejo humuntu ntawubahazi kwr
Ivyo twaciyemwo ntibiduce intege ahubwo bidukomeze kandi bigire nico bidufasha mulbuzima
Yooooo mpore nukuri waciy murivyish
Yoooo pôle sana bro
Ub ndatahuye impamvu witwa giti🤗
💔💔💔💔😭😭😭🤦🤦🤦
Pol sana kijana 😢
❤❤❤ hezagigwa mwananje
wihangane muvyo waciyemwo ubuzima buragoye
Imana ninziza ikinezera nuko wibukako vyos biva k,uhoraho,iyo Mana ubandanye kuyumirako izobandanya igutwenza
😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭
Alvella impa número ya giti afise indoto naj nifuza gushikako yogufasha abana
Yooo
Kahise kabi katwigishe
🥰🥰🥰
😢😢😢😢😢😢
😭😭
😢😢😢😢
Fiston ndakwipfurije gushika kure hashoboka Imana ikuronse ivyo wasengeye vyose.kuko waciye muri Vyishi bikomeye Imana ikomeze kubana nawe.
😊😊😊😊😊😊😊
❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
😭🥱😭😭😭😭❤❤❤
Gusa giti sinziko warumunbabaro wavuze bukebuke.kandi nti watubwiye nn uwomwigish yagukubise akana guta muruzi mbega aracariho??? Nkubu wo mumenya??? Ntaco womubwira??!! Cnk abarezi gito,ntacowobabwira