Bravo ALVELLA!!!!! Je n'arrive pas à croire que ivyo vyose biva mu mutwe iwawe kabisa!!!!!! Harakantu mu myaka iza!!!! Uri umuhinga w'incabwenge wubahwe!!! Ugira neza kuduteramisha no kutwungura ubwenge ukoreshej talents zawe! Merci saana!
mbe ni gute noshirako like 2zikurikirana??? Alvella mbwira kk mbon uciy ubwenke bwinshi,mbwir uk nobigenza. Alvella ko uciy ubwenke cane? mbega film weeeeeee!!!alve ndahimbawe na iyi film iraryosh cane p courage,amajambo yawe mez uherejeko arampimbaye knd cane.ivy mugir vyos rr estime akubitwe intah mugahanga kk ufis ivyemezo,🤣🤣🤣🤣
Yoooooo Mungu weeeeee mbega ibihemu nah nagendey Estimé naw ni final.Arik guhora n'ukw'Imana Hama aba tantine nk'uwo wa Alvella sibo.Arik akananiy umugabo kananira n'uwundi.Alvella Big up wubahwe ndagukund❤❤❤
Esemvugeeee ndeke? Oyasinogenda ntavuze alvella uranyemeje iyifilm ndayihejej umutima uriko uradiha amamarira yandenze😭😭 uwugize agahinda nkakongize ampe utwotuntu komerezaho mukobwawacu tukuri inyum💖💖🙏🙏🙏
Waoooooo alvella courage ubikora neza nazindutse mumpe link dukomeze kwimanukira tuhaturire ubirimwo neza can alvella courage
Inyigisho kurwaruka Alvella ndagukunze cane IMANA ikujimbere muvyukora vyose iguhunde imigisha ♥️♥️♥️♥️
Cane gose .urwaruka rwumvireho
Amen
Bravo ALVELLA!!!!!
Je n'arrive pas à croire que ivyo vyose biva mu mutwe iwawe kabisa!!!!!! Harakantu mu myaka iza!!!!
Uri umuhinga w'incabwenge wubahwe!!!
Ugira neza kuduteramisha no kutwungura ubwenge ukoreshej talents zawe!
Merci saana!
😭😭😭😭😭❤️❤️❤️❤️ ariko ndagushimiye Alvella urashoboye cane 🙏🙏🙏
Kuberik estime akiba arumwana mubo
Nacerew ark rek ntor agateb abar murukund niyi flm murab mundemer twatunt
😭😭😭😭😭😭 Alvella ndakwinginz mur part 4 uz ubakorerek kugir natw turyoherw kk ub uraturijij😭😭
Alvella ndagukundira amagambuvuga akomeye estime yumvekonawatabwoba so, turikumwe kubakurikira cyane big up❤
Film ndundi imwe maze kureba sinsimbeshe nagato niyi Nyene script arashoboye sana Best Cameraman AKA Nyama big up sana 😅
Uwubonako Alvella. Yakinye. Neza cane. Ikirushirije. Azikurira PE
Iyi filme irateyikigongwe yoooo alvella waranse kwumvira abavyeyi😭😭
Yaravyanse namwe arayabonye kwl
ndagukunda cyane Alvella!!! nkwigiraho byinshi!!! am in RWANDA
Munyarutse vrt muguhe part 4 bamwe bamwe tutaraxubir kw'ishure kuko iyi film irigish vyishi cie numva nibishika vyishiz vyokuraba part4 Estime big up xn mtama uranymez🥰🥰 Rôle yae urayikina neuza 💪💪💪💪
Iryambere mbaye uwahafi Alvella urakor nukur umwanya urakwiy ariko ntuyimare plz
Alvella komez uduh show turaryohew kabisa to.🎉
Weweeeee harashushe 🤭 épisode 4 nyarutse 🤪🙄
Jewe ndabaza estimé ko imisi yose akina ama rôles y'ubugome mu buzima busanzwe abamuzi ameze gute ? kuko ntakuntu bokwama bamuha rôles z'ubwicanyi cnk ubugome films nyinshi ndamuzimwo nivyo gusa nayo Alvera wewe indero yaramugoye ariko knd ugwaruka mubonereho iyo n'isomo rikomeye courage lero. Naho bibabaje
Oooh my JESUS Alvella Much Respect ♥️♥️
Naracerew shaaa gusa ntakundi big up ALVELLA shaa abakunzi ba ALVELLA tumenyane plz
Me nshiramwo vrmtkabisa
Wow alvella vrt urategur neza film. Kand urumukinyi mwiza, courage vrt estim agiy kuyabon
Respect Alvella tu es talentueuse
Estime numuhemu mubi
Sinameny ko part3 yamaz gusohok weeee naracerew arik ntaco so courage Alvella
Ntubona reo kubarisawa courage NCT yanj
Alvella my sweet ndakunze ukuntu wactinze iryo kofe yararikwiye uwo mushenzi ngo ni Estimé vella ucumpa lumicash yawe
Mbeye 6 courage mumpe amajame
Guhemuk nibibi Guynemer nibib vyose bizan ingaruk Alvella ihangan Iman izoguhorer 🔥🔥🥰🥰💪💪
Respect to you Alvella 🗣️🗣️🗣️
Umenga alvella ntazobishobora kubababaza nkuko ndabishaka umenga noza kumufasha pls arvella bikore nabo bumv uz amarira ndize
Iyi film irimwo inyigisho zihagije🥰🥰, courage ma soeur 🙏🙏
Iz,impanuro zishike k,urwaruka rwose kuko zishika k,umutima cane❤️
Mbaye uwambere
Estimé urumuhemu pe abahungu mumeze uko mwikebuke alvella Big UP sana estimé urashoboyeee vrmt
Respect alvella komez gufashimitim yabenshi🙏
Uzogaruke kugatumba utuzaniye umwana ndabona nimvuka uyo naw akwirukanye ntaco yihoye inzu kugatumba irakwiye iyizire kugatumba
Rusitime yama ahemuka 😳😳😳😳😳😳shaa yumve ko ndamutinya no muri life😳😳😳😳😳🏃🏃🏃🏃🏃
Thank you alvella 💞💞💞💞💞💞💞
Alvella 😭😭😭 pole sana Chri wangu abahungu nka Estimé nukuri muzobona ibaraaa ibihemu gusaaa😭😭😭
Alvella courage vyukuri ndashaka kubona iherezo rya etsime nakokakobwa barikumwe alvella ukorebishoboka ntusubira kuturuza😭😭😭😭😭😭😭 ndarizekubwawe nimpanuro nziza cane gose mwubahwe🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯💯✅✅✅✅👌🙏
Ndarize kurinda ihera icongarukanira papa nomenya agaciro kumuvyeyi 😭😭😭😭😭😭😭iyi filme ninyigisho zikwiye yoooo Yesuweeeeee😭😭😭😭🙆♂️🙆♂️🙆♂️
Mpole, urafise papa womwijur umuvyeyi watwese🙏.
Waaaooo scène yanyuma weee mbega scène iryosh Alvella i lv uu
mbe ni gute noshirako like 2zikurikirana???
Alvella mbwira kk mbon uciy ubwenke bwinshi,mbwir uk nobigenza.
Alvella ko uciy ubwenke cane?
mbega film weeeeeee!!!alve ndahimbawe na iyi film iraryosh cane p courage,amajambo yawe mez uherejeko arampimbaye knd cane.ivy mugir vyos rr estime akubitwe intah mugahanga kk ufis ivyemezo,🤣🤣🤣🤣
Courage Alvella 💪💪💪,ham uc utunyarukiriza part 4 ntutwicishe inyota please!!!
Ngew ubwang ndagukund alvella hano irwanda.❤❤❤❤🎉.
Alvella respect vraiment urashoboye
Waaaaooo very good muraduhimbay cane ariko mukora ibintu bibabaj Hama natwe tugaca tujaho tugatuntura ngo alvela abaueho nabi kumbe yibereye mumunezero gusa nyen bug up sana alvera utashoboye
Machérie Alvella komerezah kuduh inyigish mukobw mwiza turagukund courage ma belle❤❤❤👍👍👍
Mutunyarukirize part 4 😍😍😍😍😍😍😍😍😍😍muratwigisha
Waooo courage ndabona estimé atagiy kworoherwa
Waaaooo mukomez muduh turyoherw bant bac 💞💞💞💞🙏🙏👍👍
Alvella wubahwe cane mukobwa wa Yesu nukur Imana igushire hejuru ndakund ukwicish buguf cn film nziz cn iteguy cn irimw ninyigish nyinsh cn
Nar ndavyitez k azaguhemukira. Ark inyigish zirimwo. Courage ma belle Alvella ❤️
Yoooooo Mungu weeeeee mbega ibihemu nah nagendey Estimé naw ni final.Arik guhora n'ukw'Imana Hama aba tantine nk'uwo wa Alvella sibo.Arik akananiy umugabo kananira n'uwundi.Alvella Big up wubahwe ndagukund❤❤❤
Namw abasore bibaber isomo kudahemukir uwakwizeye
Umwana wImana Alvella nukuri Imana niyoyabonyekowarukwiye kubaho kugira wubake imitima yabeshi
Ubundi kubagira numugisha mutwigish vyishi. Alvella courage ukomez guterimbere
Gusikintangaza flm estime akina zose ziba arizo yica cnk ahemuka Ubu Aho bigeze 'ndamutinya naho twohura nukuri nokwibaza koyica kwr Alvella courage
Waooooo🥰🥰🥰💃💃💃irambire mukobwa inyigisho irahagije hezagirwa
💥💥💥💥💥 MY life hejuruuuuu weeee film yumwak niyi🥰
Alivera nabandi bigeme badahanugwa ngo bumvire abavugishwa abavyeyi ivyo nivyo bogenda bahura navyo.kurundi ruhande ndaguteye intege jewe firm zawe sinari bwazirabe guko indundi sinigeze ndazikunda ariko kuva ntanguye kugukurikirana vyaranse koryorenga ntakuravye.
Gusa chr wawe numugome mubii
Alvella urabihiwe nukurira urira nabi
Kirikumaso 😄😄😄😄
Muri umuti wamenyo 🥱😄
Mbega ubugome bwa tantine 😭😭😭😭
Alvella ❤❤bahane itunga rya so rigaruke film iheze ukibabaye twobabara nipfuzako yogera usubijwe ibisirwa vya so
Alvella wubahwe mwiza wnje nkunda cn Imana ikujimbere wateguye neza story yawe Imana ikomeze ikwagura can
Urya incuti ukinivora intuntu. Inyigisho zirimwo pe. Courage Alvy
Ngewe icyambabaje nuko nabuze finare yayo rwose nukuntu ndayikunda cyane
Iyi flime utumyenanywa. Mazi nibagira ifanta. Gusa Estime araduhaye. Isomo
Film iryosh irimw inyigishooo komez alvella uduh twiryoheregw
Courage Alvella turarindiriy part4 izoba ari fire fire kbx
Courage Alvella murashoboy vrt part 4 tuyihabwe
Courage sha Alivella film nziza
Alvella ndemeye cane warakuze kera muri film. Urusha abandi nukur harimwo agafaranga 👍
Ako kantu!!! Eego vraiment urakinye neza ,bakorereko bumve ntamuntu aronka amahirwe yakoze amaraso,Alvella courage kibondo.
Alvella congratulation.Game igiye kuryoha.ndagukunze kurushaho.iga kubaho mubuzima buciriritse hanyuma wihore abansi mwana.ntuzusubire gukorora amosozi ayo warize arahagije
Alvella anyibukije nkurumwana muka papa yankubise ingene agahinda kahakwa kunyitsa nkahakwa guturika 🤔🤔😭😭😭
Yooo mukama wanj nivyoroshe kwrr congratulations Alvella turinyuma zanyu ikintu tugusaba dushak wihorer vrtm
Gusa estimé umugome kand Ama film yos ukin ukor ubugom gusa alvera pole kand Big up
This is such, a big lesson to learn thank you very much sis God continue to bless you. ❤️❤️❤️❤️ Love from Australia ❤️❤️😍😍😍
Courage alvella inyigisho utanga ninziza.hama ukomez guterimbere Imana ikujimbere ♥️♥️🙏🙏🙏🙏🙏
komer mwiza wanje
I really appreciate the way you're doing your job. Very talented. 🇨🇵
Alvella hejuru cane niho nkwipfurij kugera ❤
Alvella pole sana umwana wimbeba azir urwanko rwanyina naw urababay kubera maman waw
Yoooooooo vizuri. Good
Amahirwe yogutsinda kuri Muhimbare❤️❤️❤️❤️
Courrage mukobwa wa Yesu, gusa part 4 tuyihabwe vuba, estime ndabona amyoy amaso kuko ntacemeza ko Alvella yiyiciye nyina afise
🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦 ndagukunze kuriyincuro alvella komeza wigish ugwaruka ruriko rurutish ivyagaciro urukundo🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Woow good actor Alvella hejur caan🎉🎉
Iyi film mamaaammmmmmm amajambo yanyuma alvella aherejeko anyigishije vyishi
Alvella waoo vrmt harimwo inyigisho nini cane ukomereze ahonyen
Alvella wararirivye turahezagigwa na movie urimwo🇧🇮
Wubahw aluvera ubikor nez kwr nab murikumwe so imiss you 🙏🙏🙏🙏🙏🌹🌹🌹🌹🌹💕💕💕💕💕💕💕💕💯💯💯💯💯💯💯
so touchinh bambi.sorry alvella but you refused to listen to your parents.youth who who don't listen to their parents deserve that.
Alvella shahuuu usiritse uraryoshe kuraba ,iyind part yihuta😍😍😍😍😍😍😍
Alvella. Ndagukunda. Kunyigisho. Uduha. Urateba. Gusohora. Ariko. Uzana. Inyigishozakamaro
Mbega uwuzokur alvella mugahinda Ninde kwameny kwar estime yishe papa wiwe ndabona bitorosh courage Ma chr
Much respect on you beautiful family, I can't wait for part4
Inyigisho ikomeye biragiy kumenya uwugukunda urwanyarwo😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭
😭😭😭🧁🧁
Imana yaguhaye iyo ngabirano yo gukina neza nk'uko ikuzigame !! Jewe nasanze ari bwa buzima umuntu abamwo gusa. Ce sont des vraies réalités ! Courage !
Pet 4 numuriro muduhe bub
Courage alvella nice movie💞
alvella impanuro nziz cane arik urashboy kundiza 😢😢😢umwanya munini can.courag.Mon Dieu!tres talentueuse fille.que le saint esprit ns aide de gerer les emotions amoureuse.我真的没有见过像这种才女。加油alvella
Yoooo mbeg film weee nukur inyibukij vyish guhemukirw biraryan alivella ndagukund uzonduh ikind gic ndagusavy kuk irimw inyigish zikomey👍👍💋💋
yoooo Abantu😭😭cobikoz isomo ryiza Alvella courage 🙆🙏
Wubahwe nukur urafise impano😍😍😍courage 👌👌
Ohoooo man ibihemu biram kwis tsim ivyukoz iman ikugendehoo😢😢😢😢😢😢
Alvella ndagknda pe nahonyn nteba respect hazosh kbx