Ubumwe bw’abarundi - umudiho n’amajambo

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 27 лис 2024

КОМЕНТАРІ • 12

  • @THVMEMONXITVOo123
    @THVMEMONXITVOo123 Місяць тому

    Lyi nkuru ni nziza cane Ndakunda cane iyi nkuru
    Lgihuru uBurundi

  • @josephitangishaka960
    @josephitangishaka960 5 місяців тому +1

    I'm proud of my Country Burundi

  • @hatungimanasimonpierre7859
    @hatungimanasimonpierre7859 9 місяців тому +2

    Ndaramukije abantu twaciye kuri lyceé du lac Tanganyika

  • @abelruvayo147
    @abelruvayo147 2 роки тому

    Kuko ivyindirimbo bigise amategeko aremereye, biranababaza kubona umuntu aruha hama n'importe qui akaza kwihagira, ndababaye kurugero utokwibaza mudame, alors twubahirizany mugateka, twirinde ibindi , merci

    • @uburundimukirundi
      @uburundimukirundi  2 роки тому

      Ntukababare mwiza w’Uburundi, ntawe twipfuza kubabaza mu gutangaza amajambo agize urwo ruririmbo.

  • @prospertv9090
    @prospertv9090 10 місяців тому

    MWese mupfa îvyisi

  • @abelruvayo147
    @abelruvayo147 2 роки тому

    Ndabona unoroshe no gutora , rero ntiturinde tugorana, pliz kurako iyo ndirimbo, kiretse nimba wumva ubifitiye icemeza ko ushobora kuba ufise droit kuriyo , un mois niyo muhawe guhera Uyumunsi merci

  • @josephgahungu5165
    @josephgahungu5165 2 роки тому

    Bien

  • @abelruvayo147
    @abelruvayo147 2 роки тому

    Madame Mélissa kora ivyo biganiro wirinde ivyindirimbo kuko vyogukwegera utazi ivyavyo, en plus ukubahuka indirimbo iri kurundi rubuga? Gerageza ubaze ikintu bita droit d'auteur n'Ukuri kubaye kukwubaha kuko mbona ukora ibiganiro vyiza , muga ivyindirimbo vyihoze madame svp

    • @uburundimukirundi
      @uburundimukirundi  2 роки тому

      Muradutunga mwitiranije urubuga n’umuntu. Ibibazo bijanye na runo rubuga bishikiririzwa aha : uburundimukirundi@gmail.com . Kaze tuyage

  • @abelruvayo147
    @abelruvayo147 2 роки тому

    Wewe washize urwo rurimbo kuri youtube urabifiye uruhusha? Urinde? Urazi ko bihanwa n'amategeko y'igihugu n'aya UA-cam, kuneza yawe yikureko

    • @uburundimukirundi
      @uburundimukirundi  2 роки тому

      Muvuze ukuri , murashobora kutwandikira kuri : uburundimukirundi@gmail.com, kugira ari ivyo twuzuza tuvyuzuze. Murakoze