Ni nde wundi yumvirije iyi ndirimbo ikamutera "Urumeza" (haire de poule) nka nje? Aba bana bayiririmvye neza kbsa. Ntabwo bagiye kure y'Umwimerere wayo haba mu majambo, umudiho. Big up! Burundi weee! Uzosubira gutemba amahoro, icizere kuri bose ryari??
Forever Burundian Ndagukunda Gihugu canje♥️♥️♥️🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Ndagukunda Burundi bwacu bwiza❤️Imana yakuduhaye ikudungire Amen
Nagukundabulundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮🌠🌠🌟⭐️🏃🏹📖🌙️🦁👏👏
Uwugikunda igihugu cacu c'uburundi mur 2024 ampe like
Wubahwe mutama ❤
Moi
Ni nde wundi yumvirije iyi ndirimbo ikamutera "Urumeza" (haire de poule) nka nje? Aba bana bayiririmvye neza kbsa. Ntabwo bagiye kure y'Umwimerere wayo haba mu majambo, umudiho. Big up!
Burundi weee! Uzosubira gutemba amahoro, icizere kuri bose ryari??
Sikera cane
Gone are the days visiting my sister at bwiza, during school holidays...From kiliba onds drc... Ewe Burundi... Awesome country indeed...
Igihugu ciza cane gitemba amata n'ubuki uko kori kose uko gisa kose ntakizoza gisumba Mon pays Natal Burundi❤
I am Rwandan but I travelled #Burundi for 3days. When I hear this song makes me love #Burundi again
nciye nkumbura muburundi igihugu canje ca mavuko uburundi nigihugu ciza Kandi niwo mutima wa Africa Makiadi nciye numva agahinda r.i.p canco hamisi tuzokwibuka kubutumwa bwawe bwiza
I'm proud of my Country , Burundi Live for ever
My favorite Country I will never forget you
Abaririmvyi bacu bakera bakwiye amashure menshiii,baribashoboye
❤❤❤
I am proud to be a Burundian 🇧🇮🇧🇮🥰🥰🥰
Viva Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
S ku x s..
UK
Un j'
Imana y uburundi yahavuy ib JÉHOVAH 😂
Bituma ndukunda Burundi cane gose notre parti
ohh!!! really there is no country like Burundi.
RIP my brother C.Amisi. I will be always missing you .
I'm proud to be a Burundian ❤️❤️🙏
I miss my country and my family so much. Only God knows.
Izo ndirimb nizo zadukjjij😮😮
BURUNDI usa n'IMANA yakungabiye
My favorite motherland is BURUNDI
oooooh Burundi igihugu ciza cane
❤️🙌🏾🙌🏾burundi wangu
Soyons toujours fiers des artistes de chez nous
4ever Burundiano
ewe burundi ngira ndakuririmbe ewe burundi ngucurarange yooo burundi bwacu. urateye igomwe
Yeweburundi.ndagikunda.cyane.buru.ndi.bwiza
I was at home MABAMBA KIBONDO AT BAHANZAS HOTEL WITH MUSICS
Ndakunda uburundi mon patrie
All the way from 🇷🇼
Ndagukunda
Burundi
Turikumwe
Twese
I
Mooi
ndabizi wangu , buzoteba muje mumutekano
Ndagukundaburundi
Burundi.ndagukunda.ngihungu.cyanjye.nabukiyemo.uruwambere
Niko mwanza tz .
Mugabo hari kera.
No place like Home
Wowww
Ramba BURUNDIIII
Mwari muziko haciye imyaka 26 Canco yitavye Imana ? Uburuhukiro bwiza
Maintenant en 2022 mai le chanson est toujours magnifique 🥰🥰🥰😥🥰🇧🇮🇧🇮🇧🇮
I love you so much my country
I miss you so much my country 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮
Murakoze kuyinyibutsa
#Burundi je 💓
My country Burundi 🇧🇮 ❤️
Ubu Burundi bwatureze neza ariko wapi kabisa .
My favorite song
Ewe Burundi gihugu canje
Iyo nibutse urwo rurimbo nibuka nkirimuto nararwuva cane !! ..
nc muzic
❤❤❤❤
I love you burundi
Ababaririnvyi bagaruke nukuriii
Indirimbo ifise n'a majambo meza k'uburundi bwacu🙏🏾. N'aho atari hymne national,
Itwari kuri musique
Burundi 😭😭💞💞
KBS tura gukunda Burundi bwacu
KBS tura gukunda Burundi bwacu
Komera can mutama imana ibaje imbere
well done
Our national
Good song
Miss u my country
Ninde acumva izindirimbo ( Ncanco Amisi )
Miss bijei.
Nostalgie
❤❤🎉
Uburundi nubwa mbere
Iteka ryose
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤❤
BON
Mwarakoze kuri comment’s zanyu Imana ibandanye ibagirira neza
🎉
Bartoletti Manors
💪💪💪👌👍👍🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Ilambile
Ilambiebulundi🇧🇮🇧🇮🇹🇿
Lov
😭😭😭😭😭😭🫶🫶💫😘👌👌 burundi
💕💕💕🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Techarger
Indirimbo ni nziza cane.
vyiza goose
H!
Bituma ndukunda Burundi cane gose notre parti
Good song