Igisagara kiraryana - inanga ya Donasiyano NINTERETSE//..inyota nyinshi , Donavina ahishije
Вставка
- Опубліковано 5 вер 2024
- Iyi nanga irimwo agahinda n'amaganya. Nkako ngo ishingiye ku magume Uburundi bwaciyemwo . Muri iyi nanga Donasiyano yigana amarushwa y'Umurundi ari kure y'umuryango, yishwe n'intuntu kuko igihugu cari mu magume, imiryango ntibonane . Aranegura kandi utugeso tumwe tumwe nk'ubururyarya bw'ukurya ingero ntushitse amasezerano ( nk'ukwurutsa imodoka uwarishe utaramushikana iyo aja),...
Donasiyano arangiza mu majambo meza y'umwizero, y'amahoro, y'ukubabarana, y'ugukora n'ugukuzanya.
The one and Only song , Igisagara kiryana I'm From Rwanda Harivyinshi nakumva ariko One Love let's Spread Love Biggy Energy
Imana ikuzigame mwubahwa wacu Donasiyano.
Iyi nanga ni nziza n'ubwo amagambo yose ntayumva. Gusa ndumva ivuga ibibazo by'impunzi, yatuma umuntu arira
Ntur umurundi??
Iyo nanga nari narayibuze kweli! Murakoze cane.mishireko nizindi za Donasiyano
Ndaunda akiwacu
Vyiza cane kwer
Uratunezer san.
Umuco ukaba uwu🎉 murakoze kunryohereza umunsi. Aya maganya naho ahita aja i Mutima, ni intahe aduhaye
Ibi bintu nivyiza cane,mukomeze kumbure imico nakaranga vyokwongera gusubira itoto
Uwompa izindi Nanga ziwe azimpe
Inanga zacu ni nziza cane,murigora muzishire kuri Spotify kugira tuzumvirize turi benshi kandi naho umurundi yoba m'urugendo azumviririze aho ari umwanya uwariwo wose. Murakoze
Mbega inanga iryoshe kandi irarijije 😘
Neza cane inanga yiwacu imana ikuje imbere
Akomere cane inanga nziza cane,turamkeje cane
Murakoze kuduteramisha
❤ I love you, brother ❤️
Imana iguhezagire cane
Ijwi ryawe nivyo uririmba biranezara mutama wanje
Good boy❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
komera Donatiyano kandi ukomeze gufasha abarundi gukunda igihugu
Vungiriza iyamacoco wobukoze cane
Ukomere donasiyano!ndagukunda nari narakubuze
Murakoze kuri iyo nanga ahubwo mutwongere nizindi nanga za donatiyano
Ego nukuri wavuga ntuvura
Ubundi abarundi bacuranga inanga bongorera. Nibwo bwa mbere numvise inanga ndundi barongorora ijwi batariho barongorera!
❤
Uraduhimbara muntu wacu duh nizindi nanga za Donation
❤❤❤❤
Wonderful.
👍🇧🇮
Uravuga ikirundi
Harakantu nama niyumvura ngo 'gukina politique utagira na diplôme ' nicogihe vyariho nkabaraho barara kwojoro wubahwe dona
Akaba akihari uwomenya nimer yiwe ayimpe
Uwomuntu yakoze prophesi yimyaka myishi
Ati kata ugaramye😊😅
Aya majambo yo muriyinga yankumbuze imuhira guko naje ndi mumahanga ndi mugahinga maze imyaka myishi
Wabuze ticket ku igihugu ari nyabagendwa?
ndasavye uwogira inanga ambwire ndamuhe whatsap azimpe azoba akoze
Vyiza cane
Umuntu ayizanye ndamushimiye nari narayibuze mukomre
❤❤❤❤❤