Uburundi Mu Kirundi
Uburundi Mu Kirundi
  • 68
  • 524 959
Umwami ari he? - inanga ya TOROBEKA Yozefu//inkuru y'igihe Mwezi anyegezwa abazungu
Umwami ari i Muramvya, mw'iteka rya Mbuye, i Kiganda i Fota, .... ari he akangabira akanganza?
Iyi nanga yigana igihe Mwezi Gisabo asagirizwa n'abazungu, agahishwa baba abazungu canke igihugu ntibamenya aho ari.
Nimwiyumviririze namwe mumenye aharangwa umwami n'ukuntu igihugu caba coro kitabona umwami.
Переглядів: 7 562

Відео

Ikembe - Torobeka: ryoherwa n'umudiho, unyurwe n'amajambo// abarundikazi mu mvutano baraberwa
Переглядів 1,1 тис.Рік тому
Ikembe - Torobeka: ryoherwa n'umudiho, unyurwe n'amajambo// abarundikazi mu mvutano baraberwa
Turerere Uburundi - inanga ya Donasiyano//umukobwa yishima, yambara atikwiza atukisha abavyeyi
Переглядів 18 тис.Рік тому
Muri iyi nanga NINTERETSE Donasiyano ahamagarira abavyeyi kurera neza , abana nabo kuzigama indero. Harerekanwa ubworo bw'umwana w'icanke agenza ibintu ukwo ashaka .
Ugusaba umugeni : ijambo ry'usaba umugeni, Kinyange na Torobeka babaye bamwana
Переглядів 115 тис.Рік тому
Ijambo ry'ugusaba umugeni ni ijambo rya gishingantahe, barivugana ubwenge kandi rikaryoha kwumviriza. Muri runo rugero twatanze, Kinyange asabira umugeni umuhungu wiwe atakirya, atakiryama ari ukwiyumvira umukobwa wa Torobeka . Kinyange na Torobeka baheruka gusabana ubumwe, igihe bayagira mu mbaramake banama akajambo kamwe ari ko kazinduye Kinyange uno munsi. Emwe Torobeka nk'aho umenga iyo nku...
Inanga y'ibisuma - Torobeka Yozefu// ndakambura abamvyaye sindayisiga
Переглядів 6 тис.Рік тому
Abasuma ari bo baronsi bafata ingeso yabo nk'ubuhizi. Iyi nanga yerekana ukuntu umusuma w'inka yigamba abo yasahuye. Abanditsi benshi nka NSANZE Gusitino (muri LE BURUNDI ANCIEN)na Rodegemu ( muri ANTHOLOGIE RUNDI) baravuga ku ngeso n'amayagwa vy'ukwiba inka. Ijambo amaronko rishobora kuba risigura ubutunze umuntu aronka yanyaze abandi, kuko ibisuma mukwivuga vyiyita abaronsi.
Gusaba umugeni: intore ziratoranye, umuhungu wa Kinyange yashimye umukobwa wa Torobeka
Переглядів 12 тис.Рік тому
Ubumwe bw'imiryango y'abarundi muri vyinshi bushingiyeko harimwo guhana abageni. Iri ni ijambo ritegura iry'ugusaba umugeni. Kumbure muhora muvyumva mu majambo y'ugukwa bavuga bati : " ..hari akajambo twayagiye mu mbaramake" baba bashatse kuvuga ijambo nk'iri. Kinyange afise umuhungu, atakirya atakiryama kubera yashimye umukobwa wa Torobeka. Ico ni catumye Kinyange ahaguruka agana Torobeka ngo ...
Igisagara kiraryana - inanga ya Donasiyano NINTERETSE//..inyota nyinshi , Donavina ahishije
Переглядів 97 тис.Рік тому
Iyi nanga irimwo agahinda n'amaganya. Nkako ngo ishingiye ku magume Uburundi bwaciyemwo . Muri iyi nanga Donasiyano yigana amarushwa y'Umurundi ari kure y'umuryango, yishwe n'intuntu kuko igihugu cari mu magume, imiryango ntibonane . Aranegura kandi utugeso tumwe tumwe nk'ubururyarya bw'ukurya ingero ntushitse amasezerano ( nk'ukwurutsa imodoka uwarishe utaramushikana iyo aja),... Donasiyano ar...
abakobwa nibikwize, hari abagabo bagwaye igisigo kizira hejuru y'amavi//Donasiyano akebura atwenza
Переглядів 22 тис.Рік тому
Abarundi bacuye ibikorwa, barakiranura ibicurarangisho bagaterama bacuraranga. NINTERETSE Donasiyano ari muri iki kiganiro ni intahetwa mu gucuraranga inanga. Yabigize umwuga, ageze ku bikorwa 48 vy'agahore. Muri vyo ku rubuga rwacu murahasanga : Rya kete wampa mukobwa, Igisagara kiraryana, Turerere Uburundi . Muri iki kiganiro Donasiyano arigana ukuntu inanga yamumariye vyinshi: yamufashije ku...
Rya kete wampa mukobwa - inanga ya NINTERETSE Donasiyano// harageze ko ngukumda mwiza, nkundira
Переглядів 14 тис.Рік тому
Rya kete wampa mukobwa - inanga ya NINTERETSE Donasiyano// harageze ko ngukumda mwiza, nkundira
Kinyange: amazina y'ukwihaya uwakugabiye
Переглядів 1,7 тис.Рік тому
Kinyange: amazina y'ukwihaya uwakugabiye
Warubizi 3 : wari uzi ko igisagara kitari ic'abakuru ahubwo cari ic'abakungu? Umve insiguro!!
Переглядів 294Рік тому
Warubizi 3 : wari uzi ko igisagara kitari ic'abakuru ahubwo cari ic'abakungu? Umve insiguro!!
Warubizi 2 : wari ubizi ko tuvuga igihindi, icarabu n'ikidagi twibaza ngo ni ikirundi ?
Переглядів 578Рік тому
Warubizi 2 : wari ubizi ko tuvuga igihindi, icarabu n'ikidagi twibaza ngo ni ikirundi ?
Warubizi 1: wari uzi ko uvuga ikiganda wibaza ngo ni ikirundi ? Aya majambo si ikirundi
Переглядів 611Рік тому
Warubizi 1: wari uzi ko uvuga ikiganda wibaza ngo ni ikirundi ? Aya majambo si ikirundi
Kireko 2 : icompa agakumi nokwisazura//aho ivunikiye yorima.
Переглядів 1,2 тис.Рік тому
Kireko 2 : icompa agakumi nokwisazura//aho ivunikiye yorima.
Kireko 1 : bikunda nogira abagore batanu// utingishije ibisusu wambaye pacanga umukobwa yarigemura.
Переглядів 12 тис.Рік тому
Kireko 1 : bikunda nogira abagore batanu// utingishije ibisusu wambaye pacanga umukobwa yarigemura.
oya si umurizo..//ni akaminuramuhini
Переглядів 448Рік тому
oya si umurizo..//ni akaminuramuhini
Ubumwe bw’abarundi - umudiho n’amajambo
Переглядів 9 тис.2 роки тому
Ubumwe bw’abarundi - umudiho n’amajambo
Ibicuba: Kinyange arahibongoza amajambo asosera ugutwi ||uwukunzwe n’indanga yohorana agatima keze
Переглядів 6 тис.2 роки тому
Ibicuba: Kinyange arahibongoza amajambo asosera ugutwi ||uwukunzwe n’indanga yohorana agatima keze
Erega abagore barakubita abagabo..||Kinyange ntavuga aravura , ni umurundi w’indanga
Переглядів 19 тис.2 роки тому
Erega abagore barakubita abagabo..||Kinyange ntavuga aravura , ni umurundi w’indanga
Umve ingene Kinyange yivuga amazina mu kirundi kiryoheye amatwi kikanyura ubwenge
Переглядів 30 тис.2 роки тому
Umve ingene Kinyange yivuga amazina mu kirundi kiryoheye amatwi kikanyura ubwenge
Inanga: Intagabana ziragowe - Torobeka ||umviriza ingene i bwami abagabanye bahaya uwabahaye
Переглядів 2,7 тис.2 роки тому
Inanga: Intagabana ziragowe - Torobeka ||umviriza ingene i bwami abagabanye bahaya uwabahaye
vya bigore vy'ibinebwe...// ibicuba n'amazina y'inka - Torobeka
Переглядів 7 тис.2 роки тому
vya bigore vy'ibinebwe...// ibicuba n'amazina y'inka - Torobeka
N’aho nakagendeye umutama w’imararungu||urya aririmba “mudigadige”||ubu umukobwa yubaka ari umugore
Переглядів 42 тис.2 роки тому
N’aho nakagendeye umutama w’imararungu||urya aririmba “mudigadige”||ubu umukobwa yubaka ari umugore
Inanga : Ku gasumo ka Mwaro - Torobeka Yozefu||umve ibanga ry’ibihweba !
Переглядів 10 тис.2 роки тому
Inanga : Ku gasumo ka Mwaro - Torobeka Yozefu||umve ibanga ry’ibihweba !
Star Boy wa StarTV257 atanze impanuro zibereye|| warasambana, umwana wawe akabikora ikosa ni rwawe
Переглядів 2172 роки тому
Star Boy wa StarTV257 atanze impanuro zibereye|| warasambana, umwana wawe akabikora ikosa ni rwawe
Ibanga ry’ukurera : ikiyago twagiranye n’abubakanye
Переглядів 1762 роки тому
Ibanga ry’ukurera : ikiyago twagiranye n’abubakanye
KUBERIKI UMUKOBWA AGIYE KUBAKA ARIRA?||NI IBIHE BINTU VYEREKANA KO AGEZE KUBAKA?
Переглядів 3413 роки тому
KUBERIKI UMUKOBWA AGIYE KUBAKA ARIRA?||NI IBIHE BINTU VYEREKANA KO AGEZE KUBAKA?
NONOSORA IKIRUNDI :IMBWA IRARIRA?KIRABANIYE IYUMVIRE INYISHU BATANZE
Переглядів 1,9 тис.3 роки тому
NONOSORA IKIRUNDI :IMBWA IRARIRA?KIRABANIYE IYUMVIRE INYISHU BATANZE
Francine Niyonsaba mu kiganiro n’abamenyeshamakuru
Переглядів 3873 роки тому
Francine Niyonsaba mu kiganiro n’abamenyeshamakuru
Karaciye ingani tuyoberwe n’ibihimba vy’umubiri mu kirundi!!!
Переглядів 7753 роки тому
Karaciye ingani tuyoberwe n’ibihimba vy’umubiri mu kirundi!!!

КОМЕНТАРІ