Ijambo rya President Ndadaye Merchior 1993 ahejeje gutorwa kuramutswa u BURUNDI

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 23 сер 2022
  • Ijambo rya President Ndadaye Merchior 1993 ahejeje gutorwa kuramutswa u BURUNDI
    Join this channel to get access to perks:
    IYINDIRIMBO IHAYAGIZA UMUKENYEZI W'UMUHUTUKAZI
    • Umuhutukazi Mawe Song ...
    / @dj-danielvideoarchives

КОМЕНТАРІ • 40

  • @user-yt5rz8qh9p
    @user-yt5rz8qh9p 22 дні тому +5

    Abarundi twarahonvye umu president nyawe Imana imwakire mubwami bwayo, satani nabambari bayo baramenye amaraso yanyakwigendera Ndadaye bituma igihugu kirwa mukaga abarundi basubiranemwo ariyompanvu ubukene butwugarije😢😢😢

    • @wilsonwilson6833
      @wilsonwilson6833 18 днів тому

      Twabuze umugabo wijunjanijambo nicogitu matwasu biyinyumankibi rengegusa hurigihugu bikabankubu hizi

  • @user-yt5rz8qh9p
    @user-yt5rz8qh9p 22 дні тому +2

    Imihimbiri yatwiciye president yaratugiriye nabi ubu tubatubayeho neza.

  • @ngendakumanagregoirengendakuma
    @ngendakumanagregoirengendakuma Місяць тому +2

    Niyiruhukire Amahoro
    Votre passage reste vivant❤

  • @kabuturachupi1389
    @kabuturachupi1389 Рік тому +5

    Répose en paix mon président. Une occasion manquée pour le Burundi.

  • @sinomiles
    @sinomiles 6 місяців тому +2

    Dj Daniel urakoze , uri mwenewacu

  • @user-eq9xo8vy4c
    @user-eq9xo8vy4c 8 місяців тому +2

    Que DIEU le tout puissant l' accorde le don eternel sur le bienfait de sacrifice de vie qu' il a offert pour la democratie des burundais

  • @libetztanzania-kiswahilina2845
    @libetztanzania-kiswahilina2845 Місяць тому +2

    DAMU YAKO RAIS NDANDAYE THAMANI YAKE, WARUNDI WALIIKUMBUKA BAADA YA KIFO CHAKO CHA KUSIKITISHA CHA KUUAWA, REST IN PEACE MR PRESIDENT.

  • @nicitegetseetienne6921
    @nicitegetseetienne6921 15 днів тому

    Ego me warumugabo warakoz nukiri ❤😂turasima iyotukwibuc frodebu ntitwibagire umunezero twagiz tubwiw koducinz nukuri😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @user-xt9yg9xu5r
    @user-xt9yg9xu5r Місяць тому +1

    WE need this excellent now !to day WE have man problemes because WE missed you .i wish you to Take the rest in peace

  • @NdaiMoses
    @NdaiMoses Місяць тому +1

    Warintwari NNE ubuturi mumarira 😢 ariko uwitek a arih

  • @sikobizamadonatien5809
    @sikobizamadonatien5809 21 день тому +1

    Mama buyoyo wakoziki ubu URI hehe?

  • @user-ll4fz3jm5c
    @user-ll4fz3jm5c 16 днів тому

    ❤❤❤❤❤❤😢😢😢😢😢😢𝒾𝓃𝓉ℴ𝓇ℯ 𝓃𝒾𝓏𝒾𝓇𝒶𝓂𝒷𝒶 𝓅ℯ 𝓊𝓇𝓊𝓂𝓋𝒶 𝓊𝓀ℴ 𝓊𝓋𝓊𝓰𝒶 𝓃ℯ𝓏𝒶 𝒸𝒶𝓃ℯ🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏

  • @JuvenalBandyatuyaga-gi4yb
    @JuvenalBandyatuyaga-gi4yb 8 місяців тому +1

    Ruhuk'amahoro Mushingantahe.

  • @user-mw1hn7ju9c
    @user-mw1hn7ju9c 13 днів тому

    Abagize uruhara mwigandagugwa ryuyunyakubahwa nkuko yabivuze Amaraso yiwe azobakwirikire naje ndavumye

  • @BahatiTido-hj6cv
    @BahatiTido-hj6cv 28 днів тому +1

    Koyamwishe ntiyamuzanzeyo

  • @arcadeniyubahwe5663
    @arcadeniyubahwe5663 10 місяців тому +1

    Continue to rest in eternal peace my president.

  • @FurahaElie
    @FurahaElie 6 днів тому

    Igendere warintwari

  • @Iranzifabrice24
    @Iranzifabrice24 Місяць тому +1

    Wari intwari tuzokwama tukwibuka

  • @RamOG-xg5my
    @RamOG-xg5my 23 дні тому +1

    Urakabaho

  • @umurerwasolange4788
    @umurerwasolange4788 Місяць тому +1

    Nta muryango w'uyu muntu mwamenyera ko numva ngo ni bene wacu yenda ko namenyana na data! Numva ko uyu muperezida yari se wabo na papa

  • @user-db7ye8uq2k
    @user-db7ye8uq2k Місяць тому

    Twizer yuk abakugandaguy batazokwumir kur iyis 😢

  • @ondndkddkddk4612
    @ondndkddkddk4612 19 днів тому

    ❤❤❤😢😢😮

  • @ngabonzizacadeaupatrick5705
    @ngabonzizacadeaupatrick5705 8 місяців тому

    Ese yazize iki?

  • @SedricMugisha-wx4pv
    @SedricMugisha-wx4pv Місяць тому +1

    Ivyo vyose wabivuga abansi b'amahoro bakubona muzehe

  • @moseshabarugira7598
    @moseshabarugira7598 8 місяців тому

    Yigenedere yarumugabo!

  • @CyongeraDennyFrancois
    @CyongeraDennyFrancois 22 дні тому

    Sha uyu atorwa nari I Burundi naranamutoye peeeee arko nasize ntamenye ibyakurikiye kuko nahise nanjye ntaha iwacu nubwo teabaga Aho mu Burundi arko twari abanyamahanga....gusa yari umugabo yarangwaga nibyo yaragaragaje yaragiye gukora peeeee.....

  • @JeanMinani-oq9pe
    @JeanMinani-oq9pe 2 місяці тому

    Niyubahwe umusazawacu ntituzomwibagira

  • @NgaboJeanvier-iw4yu
    @NgaboJeanvier-iw4yu 4 дні тому

    ariko aba extremist tutsi ntibagira isoni peee iyo babonye ko tuziko bishe HE Ndadaye bamuhora ko ari umuhutu ibyo gusa eh barangiza kandi ngo barashaka gutegeka uburundi kandi😜😜😕😛😛😛abarundi babonye undi Ndadaye HE NDayishimiye songa mbere CNDD-FDD songa mbere
    ndabibutsa ko mubishe President ndadaye harimo GEN MAJOR Paul kagame ubu ni president
    aracyariho abandi bafatanyije barapfuye ba Major buyoya na col bikomagu hariho kandi Gen kazura jean bosco aba mungabo za kagame nawe yagize uruhare runini mwiyicwa rya Ndadaye.

  • @didididier9722
    @didididier9722 8 місяців тому

    Igihugu carahomvye cane.

    • @SallmaXg
      @SallmaXg 2 місяці тому

      Cane gose😢😢iyo Jardin d'eden Evariste Yamavuga Ndadaye iyaba agihari ibari Jardin nya Jardin nyabuna😢😢nihatr aheza nimwijuru iruhukire mu mahoro notre President 😢😢

    • @libetztanzania-kiswahilina2845
      @libetztanzania-kiswahilina2845 Місяць тому

      DAMU YAKE 😢 ILIMWAGIKA NA DAMU YA MAMILIONI YA WARUNDI NA WENGINE WAKABAKI WAKIMBIZI MPAKA LEO. MUNGU MWENYEZI TUEPUSHIE VITA

    • @libetztanzania-kiswahilina2845
      @libetztanzania-kiswahilina2845 Місяць тому

      Chane 😂😂😂😂

  • @JeanDamasceneBIMENYIMANA-ok2et
    @JeanDamasceneBIMENYIMANA-ok2et 19 днів тому

    Imbwa ziraho zatwiciye umunyamwaro wiwacu zaratugiriye kbx imwana imwakire

  • @sikobizamadonatien5809
    @sikobizamadonatien5809 21 день тому +1

    Mama buyoyo wakoziki ubu URI hehe?