Yesu ni muzima ahindura vyose akakugira mushasha ataravye kahihise kawe,n'ibindi, abamwakiriye t'umugumeko,abataramwakira nabo ni iki gihe mu mwakire hari ivyo yohindura muri mwebwe Amen
Icubahiro coose kigaruke ku Mana warakoze Lacia guha Yesu ubugingingo bwawe ntuziger uvyicuza na rimwe ham kandi na Maman Imana imuhezagire cane kuba yaragufashije mururu rugendo
Uw n muvyeyi vrt yubahahw can vrt atandukany naband ba mam can ahubw yarakwiy kutwigishiriz aband bavyey ndamukunz can ingen yavyitwayemw YESU arushiriz ku muhezagir caaaneee
Ishimwe ku Mana yacu yadukirije umwana mbere no kuri we yemeye gusenya irigara agahinduka agaheba abagenzi babi.Cette maman là est vrt brave ,ndamwisabiye Aka numéro Wats UP ico anyifashiriza.
Nshimye n’Imana caaane yatabaye uwo mwigeme mwiza,Ikamuha kuyimenya, Ikamukuramwo ivyaha vyarivyamwigaruriye. Que Dieu soit loué 🙏🙏
Yesu ni muzima ahindura vyose akakugira mushasha ataravye kahihise kawe,n'ibindi, abamwakiriye t'umugumeko,abataramwakira nabo ni iki gihe mu mwakire hari ivyo yohindura muri mwebwe Amen
Rondera Imana yawe apana Imana y' umuvugishwa. Ndafashijwe Yesu aguhe umugisha
Ndabashimiye ku bw'iyi ntahe, njyewe najyaga nkarira abana cyane rwose,ariko ubu hari isomo nkuyemo kubera uyu mubyeyi ryo kuba inshuti na bana ndetse no kubaganiriza aho kubakubita nkuko najyaga mbikora.Murakoze cyane ❤
Mbega Umukobwa Mwiza Yesu Yatoranije🥰 umuvyeyi wiwe asa numu maman adasanzwe yuzuye ubwenge bw’Imana
Ntusa numuntu yoba mubi, waramaze kuba mwiza. Keep that pure soul shinning
Icubahiro coose kigaruke ku Mana warakoze Lacia guha Yesu ubugingingo bwawe ntuziger uvyicuza na rimwe ham kandi na Maman Imana imuhezagire cane kuba yaragufashije mururu rugendo
Yioooo maman wiw yaranyigishije mur 3è primaire...umwigisha mwiza yitonda..mwigisha Odetta Imana ntiyari kwemera ko amaramara num maman witeka❤
🎉🎉🎉🎉
Umuvyeyi mwiza nukuri ndakwigiyeko vyishi ngiye guhinduringendo kubana❤❤
Gloire à Dieu pour ce témoignage y’ umu jeune mwiza😍ni vyiza kumenya Imana, tuyisabe ubwenge pour nos jeunes et nous meme 🙌🏽
Imana ibandanye ibakomeza muri uru rugendo. Merci kuri partage yanyu
Waouh iyo ntahe iramfashije cane uwo muvyeyi Imana imuhezagire
Merci 🙌pour le partage mubereye umugisha benshi nivyo mutazi🙌 thkyouuuuu🤗
Maman Lacia ur'umuvyeyi mwiza cane .warez abana nkuko papa wacu yaturez.kuganiriza abana utekany kandi umukebura.Imana ibiguher umugisha.🙏🙏🙏
Imana ishimwe ivyovyavuye Kubuntu bw'Imana no kukwihangana kumuvyeyi❤
Iyi ntahe ni nziza kweli iranezereye mu mutima. Imana ibahezagire
Nukuri Imana yacu yarakoze ukuntu yahaye ubwenge uwo muvyeyi
Abavyeyi nkabo nibake mugihugu Imana imuhe umugisha
Iman'Ishimwe cane kubwa Lacia kandi Umwami Yesu Christo agukomeze murugendo watanguye kandi ubere umuco urwaruka rwinshi❤Maman Lacia Umugabane wawe urahari Kumana
Imana ishimwe yaguhaye ubwenge bwoguhitamwo Neza mukobwa mwiza❤
Nanj nkaba ndi mukobwa yakiriye yesu muri 2022 ,kubwo kwironderera iyo mana
Imana ihabwe icubahiro ibihe vyose ❤❤❤❤
Mwaramutse neza. Imana iradukunda yaduhaye abavyeyi neza. Natwe turi abavyeyi iyo ntahe idufashe kuyaga n'abana bacu mubugwaneza. Tubatureko ivyiza.
Amazing and great testimony
Imana ishimwe ku bwa Lacia,Maman Lacia uri umuvyeyi mwiza caane landi natwe nk abavyeyi harico udufashije .Muhezagigwe
Uko Imana yakwiyeretse yongere yiyereke urwaruka rukiri aho wavuye. Lacia warakoze kwumvira Imana ugahinduka. Iki n’igihe cawe co gufasha abakiri aho wavuye. Merci
Iman igukomeze mwugwo rugendo mukobwa mwiza ndafashijwe
Imanana Ishimwe cane iyo ntahe iduhaye umwizero
Merci beaucoup Lacia pour ton témoignage très édifiant❤❤
Maman ndakwifurije kuzogira iherezo ryiza canee gose nahora ndagukunda nubwontari bwabikubwire .uyumunsi nongeye kugukunda cane abavyey nkawew nibo baba bakenewe
Umukobwa mwiza canje turagukunda❤❤❤
yemwe ntimushobora kwibaza ico iyi ntahe iriko irankorera🙌🙌🙏🙏🙏
Murakoze cane kubw iki kiganiro, kubw'iy'intahe
Yeremiya 1:5-10
Elle est une servante de DIEU
Merci aussi à maman vrmt
Icubahiro coose kibe ic'IMANA
Intahe itera intege yesu abahezagire cane
Wow intahe nziza cane Hama uwizeye IMANA ntiyigera imutetereza hama abavyeyi Bose bakwiye kugira abana babo abagenzi nkuko maman lacia yabikoze 🥳🥳🥳merci pamella
Hashimwe Imana yagukuyeyo🙏izoguhe urugo rwiza mukobwa mwiza😘
Ohhh Mme Odette.umuvyeyi wa benshi yaranyigishije mur 3 ème primaire. Ubwitonzi bwigendera. Merci pour tout.uhezagirwe cane Maman Lacia
Komera mur Yezu naw Lacia et merci pour le témoignage
gloire à Dieu. la fille est maintenant Joyeuse
Umu maman yuzuye ubwiza bw Imana intahe iryoshe cane Lacia warahezagiwe❤
Imana ihezagire caaane mman Lacia atanze inyigisho nziza caaane ku bavyeyi ko abana bacu twobagira abagenzi.
Mbega intahe iryoshe Imana nihezagire pam chanel tv idahengeshanya kutuzanira abatanga intahe zubaka zikiza abandi❤
She is beautiful and wise
Imana igirire neza uwo Muvyeyi
Wow Maman Urumuhizikazi Kweli
Yooo Marraine wanje. Uritwari Imana ibandanye igusiga. Amavuta intahe ya Lala izopfasha benshi cane imana ibahezagire ubu ni bihe vyosee ❤
Wow Imana ni nziza ihindura ivyanse guhinduka
Ndafashijwe🙏
Imana ishimwe cyane yabanye n'umuryango wa Papa na Mama Lacia.
Mama Lacia, une mama courageuse, exemplaire ! Vraiment
maman lacia uru mu Maman mwiza vraiment .
Que Dieu te soutienne dans le chemin de la foi.
Nawe Lancia warahezagiwe.Ushimire Mama wawe usabe imbabazi papa wawe. Hezagirwa .
Lacia, t'es vraiment une beauté in&out..et Merci beaucoup à ta Maman chérie 😍
Pame, Keep it up!❤❤❤
Merci infiniment
Intahe nzoza cane Ku bavyeyi Bari mu bibazo vyabana
Waouuuuuh merci Lacia na maman Lacia umuvyeyi wumutima💖
Ndabanezererewe cane kuko ndaziko musanzwe muri umuryango mwiza. Imana igume ibiyereka
Imana ihimbazwe ihindura ibihe
Et moi aussi j'ai compris que Dieu est partout
Ndunva mama wiwe yarumuntu mwiza naho ntamuzi IMANA imugirr neza,tuba dukeney abarundi nkabo
Muribeza.Imana ikomeze kubakoresha ivyubutwari
Mugire umugisha
Maman lacia Imana imuhezagire vraiment.
Imana ni nziza!
Lacia na mama wiwe Imana Ibahezagire. Nakunze uyo muvyeyi cane.
Yooo, Sha wowe ndagukunze dufite testimonies zijya gusa
lacia IMANA ibandanye igukomeza
Ameeeeeeeeeeeen ndaryohewe😊😊❤❤❤
Mbega umuvyeyi wakarorero weeee😂😂😂. Umuvyeyi aganiriza ibibondo, umuvyeyi yihangana kandi agatanga intumbero. Muragahezagirwa.
Ni mwiza cane
Umukobwa avuga i kirundi ciza
Madame uranezereje cane ,urumuvyeyi wakarorero
Mbega abarundikazi beza wee!!!Lacia mbandanya urugendo watanguye.maman wawe naw akora uko asa
Ndamuzi ,naramubona yaraboneka Kari umu maman mwiza numungendo.larcia ubandanye ukorera UHORAHO niwe GITANGAZA.urakoze
Uri keza Lancia Imana yarakoze kugukura murubwo buboh bw satan
intahe yawe iramfashije
Nukuri ndaryohew kubwa maman Lacia,n umuvyeyi mwiza can Imana imuhezagire
Mon amie lacia vrmt félicitations ndanezerew cn nokwumv intahe yaw
Merci kuri testimony iryoshe👏👏👏
Wow Odetta wanje ndagukunda cane
When you think the girl is beautiful, wait until you see her mum.
Uwo muvyeyi wa Lancia yaravyitwayemwo neza Mana duhe abavyeyi batsinda ishavu!
Amen Amen
Uyu muvyeyi yareze abana nk papa 😅 urandika amakosa hama ukaca umwemerera k utazosubira😢ntiyagukubita cane
Uwu muvyeyi n'Umuhizi
Gloire à Dieu
Umukama akura kure ncuti
Uw n muvyeyi vrt yubahahw can vrt atandukany naband ba mam can ahubw yarakwiy kutwigishiriz aband bavyey ndamukunz can ingen yavyitwayemw YESU arushiriz ku muhezagir caaaneee
Cette maman est vraiment formidable ❤
Courage maman
Yoooo mama kiki sha,mama wanyu ndamuzi can knd kuva kera twarabanye numufasoni arenze umurwaneza
Merci Lacia, merci beaucoup à Maman Lacia.
Merci à vous
Turashimiye maman Racia.
Na Racia yemeye umuhamagaro w'Imana naho bitari vyoroshe.Imana ibahezagire cane
Amen amen, wahisemwo inzira nziza yo gukurikira Yesu Kristo.Pamela nawe Yesu aguhezagire kubw'igikorwa ukora.lsengesho ry'umuvyeyi
Urakoze cane🙏
Muchuchuuuuuu love uuu❤
Uyu mumaman ni umunyabwenge
Yooo!!arasa na mama wiwe
GLOIRE À DIEU🎉🎉🎉🎉
Ishimwe ku Mana yacu yadukirije umwana mbere no kuri we yemeye gusenya irigara agahinduka agaheba abagenzi babi.Cette maman là est vrt brave ,ndamwisabiye Aka numéro Wats UP ico anyifashiriza.
Aba bantu beza bazogaruke kuko biraboneka ko bagifise vyinshi vyo kudusangiza.
Sinoreka gushimira Pamela wo ku kayi😂
Slalom shalom Racia n’umuvyeyi wiwe mur’abagaciro mu maso ya Ndiho. Nobasaba igisabisho cimaise kk ndiko nca mu bihe nk’ivyo n’umwana wanje w’umuhungu. Umuherezi mu bahungu babiri n’umukobwa umwe. Uwo mwana aratugoye pe. Maman Racia réro atumye n’igira inama y’utuntu ngiye guhindura coe stategie mubiganiro nzogira n’umwana. Muvyeyi wo kukayi tv naw uhezagirwe magie ibihe voilà. .
Waooo.