Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Divorce iragatsindwa ndipfuriza abubatse nabimirije kugubaka divorce ihunge Mwizana rya Yesu kristo Amen
Amen
Amen Amen 🙏🏼
Ivyo gutembereza impuzu buja birarwiriy.kand akazi kica uwicay.uzitemberej ukagurra abana agafu ntaco biba bitway.❤❤❤❤❤❤ can sister wanj
Félicitations Madame Your dreams will fulfill, do never give up
Femme indépendante 💪💪💪 strong woman dodo ❤ p'tit cœur à toi mwiza 🫂🤗
Wow 👏 n'umukenyezi yitahuye vrt kand she's so strong 💪nakomeze gukora ater'imbere kurushaho ivyiza bir'imbere
Brave femme 🎉
Kabisa umuntabaye munzu zabantu ntaco yabonye ndabizi vrt ndakwikundira komera mama❤❤❤
Yooo madame vrma coup de chapeau.Urikuvuga Ukuri abashobora kutavyunva nabantu bakuz babana nabavyeyi iwabo.icukoz urantey intege ndagushimiy.Duh adresse tuzoz ahukorera uduh impuzu dushaz.
Ndagukunze cane.sha uwisi itarakaranga ibikumuhigira ibirungo,iyo wigenga naho usanga witunganije
Wow uri umugore kandi ukaba numugabo keep it up brave woman
Wao Dodo wabayintwari pe ariko Imanimbere bizogenda neza vyose
Dodo shn wubahwe ,Nkanda hill we love you to
Eeeh Baah Ouiii.Urugo ubuze amahoro uraheba!!!
Cane gose vyans urahebaaaaaaa
Dodo komera kuko ntibibavyoroshe ndagutahura %sindi divorce ariko nz'ukobimera Reo komera imbere niheza chr❤❤
Aho sha dodo.tu es brave
Wa kayanzaaa Dodo big upAbiwacu tumenyane😂😂😂
Eg shn juste courage cne kubiganiro vyiza utugezaho dodo Nawe courage uranyubatse shn maboko igihumbi🥳🥳🥳
Ntashobora kuba umu papa ngo yongere Abe umwana mwiza.turakwiye kwiga ikirundi kweri.numuntu mwiza sumwana mwiza.
Pole san 🎉🎉
Ndakwikundira disi💖💖💖💖
Sha intah yaw ni Sawa ndayikunze, sh nanj ndashak kugira iconkoze niteze imbere nkumugore ntashirahamwe ndimwo
Nigutarataza kugira mwiteze imbere gusa nokuja mw,ishirahamwe birafise ico bifasha
Igitumbura Cubawe nanje narabigurisha kwishure ,kandi ubu ntacombaye kabisa courage mama nibitumbura vyawe.
Ego kweli kndi cnee
J aime cette femme
Urumumama wintwari wubahwe ❤❤❤
Pole sana❤❤
Abantu bose baciye mu buzima ngubwa Dodo Imana izobahanagure amosozi Ibitumburz vy ubahwe😂😂😂sizobivuga nabi
Reka aha twaratuntuye
Burya uwozana Albert ngaha nawe akavuga ivyamushikiye mwokwumirwa
🤣Ahubw nyn
Dodo fashion 😍😍Femme de valeur
Dodo thanks warakuze
Uyu mugore ndamukund kabis ariko wihagan kuko bishikir Bose kuko ndabon waramaze gukormer ❤❤❤❤
Femme forte keep it up
Dodo ndakwikundira mwiza.courage
Imyenge y,inzu imenywa namyeneyo✍️ umvugiye umugani nkunda kbs🥰
Pôle mwiza😘
Mmmhh uyonawe yari yababaye cane pole nukuri mukobwa wuburundi
Gaiel,ubandany mwiyonzira!utuzanira abatumir
Mwizina rya yesu shetani divorce izohungee
Courage vrt dodo vyose nuhoraho
Jamani pol san
Uyu mu maman Dodo, aganira neza vrmt; God bless sh 🙏🙏❤❤
Uvuze ukuri imyenge yinzu imeywa na nyeneyo
Pole mwiza
Merc dodo amajambo uvuze aramfashije kuko ibihe waciyemwo bisa nivyanje usivye ko jew nkifise abavyey
Imyenge yinzu imenywa namweneyo kbs🫱🫲🤝
Courage ma cherie isi nikwimeze baduhe numero yawe
MERCI
Ewe Dodo shaa ndipfuza kukubona nzokurondera pe ndumva hari ico womfasha
Kugira ingesoo mbi nivyo bibishee urimwiza umuhabo yokwqnka utarikinyagesombiii
Polesana kimwegusa nukwiha nganaha nyumahazo zauwundi ivyakugo yeuzomenya ukouvyi twaramwo kumbure
Raba kuri yesu
Je mundons aka numéro ka Dodo!🙏🙏🙏🥰🥰🥰
Sha dodo ahurabeshe umugabo atitaho abana nabo barabibina naho wobabeahe ngo numwana mwiza.
Urintwari pe!
Sha ntibiba vyoroshe
Very smart mind
Jew nyerek ishirahamw njemwo ndavyipfuza
Usaneza cane ivyobishitse ndatangara shetane nimubi Sana Jew ndiburundi
Yesuu wewe IMANA igukomeze disii 😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
Courage dodo❤
Sha Dodo ndasubiye kukubona yoooo mpa tel zaw please ❤❤
nukuri Dodo wubahwe uratanga impanur urumupfasoni wubwenge jewninaza nzokuronder unshire mwishirahamw
Ter'imbere mukobwa wanje mwiza
Dodo ukomeze gutera imbere ibisigaye nanje sindaja mwishirahamwe uwompa numéro yawe.
❤❤❤❤🎉🎉
Kbsa kuba mu nzu z'abantu ntivyoroshe
Kabis hubak umutima nah umutima urush uba urushe kabis
Icutanya ntukagihe uwundi
Dodo ndagukunda,ariko nkwibarize ntaco mupfana na Ornella ( nella)wo muri film?murasa pe.
Nanje nabonye ahubwo umengo niwe Kuko ijwi ni urya mukinyi kwerri
❤❤
Aho uvugukuli ntawuvuga ichatumye batandukana nuwo bubakanye
Ukwo nukuri abagore nugukora kugira umugabo Abo KO harico uriko urinjiza niho niteka riba
Pol sana dodo
Gusa nintaha nzokurondera unyigish business
Noe mbabaz abadame Bose baba youtubeurs naba divorcé abandi bananiwe amago? nihatari
Malheureusement nuko nagize imana Ako kantu
Naje nakihojeje
😂😂😂😂😂
Komera
We dodo nanje nshwanye numugabo akandega kumuntu emwe ndamubeshera bikarangira atsinzwe tubisuboramwo munyuma turi babiri
😂😂😂
Pôle sana kuvana kububakanye bibaho kandi ubuzima burabandanya
Courage maman uzogera kure
Ndakeneye Aho akorera dodo n'a numéro yiwe
Dodo uzuje ugumiza hamwe micro
Eg vrt dodo rwarurwan rwiza twarabany murupangu
Et finalement abakinyi ba Film nka bose kwubaka vyaranse?
Burya ibintu vya film biragoye wubatse ntiwopfa kubishobora udafise umugabo yihangana nihatari Kabisa
@@jeannenirere743 Bivuzeko ivyo bakina vy'inkundo batanabishoboye nabo ubwabo.
Reka ku generaliza
Ibisigaye urabona kuriho nugushimimana izobakuza
Ikiganiro kiryoshe cane😂
Dodo ndashaka kuvugana nawe ukampa coaching vrt
🔥🔥🔥🔥🙏🙏
Vugishukuri uko vyagenze
Ingo umuvugire
Nivyo,abahukanye nibo bazi ivyo bapfa
J ndagutahura pee uwukuvuga ngo wananiwe nukubaka arumukobwa cnk umugore uzomureke azobona
Vrt
Ndasavye num za Dodo,
Nimba uri mu Burundi woja muri le parisien 109
Uzaze mu Rwanda
Uzomuha umugabo😂
Yoooooooo pore
Dodo wanje mwizaaa...
Jew ndagushak rer unyerek uk noj mwishirahamwe
🤐🤐🤐🤐🤐😎🙆🙆🙆
Babyloniens hoshîiiiiiiîiiiiiiiiiii ✊✊✊
Komera dodo
Dodo ndakunda ariko jewe ndibaza wewe harico mupfana ornella kuko murasa cane yooooo mpore ihangane
Ngo ni umwana mwiza???? Adasumira abana biwe? Oyaaa Madame geza aho pe ! Nta sincérité irimwo muvyo uvuze umugani wawe ukuri kurahishwa
Nanje numva bitumvikana.ngonumwana mwiza? Yamwise umu divorcer ? Umu Single Mum? Wapi
,😂😂😂ngukwera kwiwe hewe
Ubu ubarizwa he ?
Mbeg'abana wobakundisha Se wabo gute nawe atabakunda?je iyaba ndonse num za Dodo harico nomubajije
Divorce iragatsindwa ndipfuriza abubatse nabimirije kugubaka divorce ihunge Mwizana rya Yesu kristo Amen
Amen
Amen
Amen Amen 🙏🏼
Amen
Amen
Ivyo gutembereza impuzu buja birarwiriy.kand akazi kica uwicay.uzitemberej ukagurra abana agafu ntaco biba bitway.❤❤❤❤❤❤ can sister wanj
Félicitations Madame
Your dreams will fulfill, do never give up
Femme indépendante 💪💪💪 strong woman dodo ❤ p'tit cœur à toi mwiza 🫂🤗
Wow 👏 n'umukenyezi yitahuye vrt kand she's so strong 💪nakomeze gukora ater'imbere kurushaho ivyiza bir'imbere
Brave femme 🎉
Kabisa umuntabaye munzu zabantu ntaco yabonye ndabizi vrt ndakwikundira komera mama❤❤❤
Yooo madame vrma coup de chapeau.Urikuvuga Ukuri abashobora kutavyunva nabantu bakuz babana nabavyeyi iwabo.icukoz urantey intege ndagushimiy.
Duh adresse tuzoz ahukorera uduh impuzu dushaz.
Ndagukunze cane.sha uwisi itarakaranga ibikumuhigira ibirungo,iyo wigenga naho usanga witunganije
Wow uri umugore kandi ukaba numugabo keep it up brave woman
Wao Dodo wabayintwari pe ariko Imanimbere bizogenda neza vyose
Dodo shn wubahwe ,Nkanda hill we love you to
Eeeh Baah Ouiii.Urugo ubuze amahoro uraheba!!!
Cane gose vyans urahebaaaaaaa
Dodo komera kuko ntibibavyoroshe ndagutahura %sindi divorce ariko nz'ukobimera Reo komera imbere niheza chr❤❤
Aho sha dodo.tu es brave
Wa kayanzaaa Dodo big up
Abiwacu tumenyane😂😂😂
Eg shn juste courage cne kubiganiro vyiza utugezaho dodo Nawe courage uranyubatse shn maboko igihumbi🥳🥳🥳
Ntashobora kuba umu papa ngo yongere Abe umwana mwiza.turakwiye kwiga ikirundi kweri.numuntu mwiza sumwana mwiza.
Pole san 🎉🎉
Ndakwikundira disi💖💖💖💖
Sha intah yaw ni Sawa ndayikunze, sh nanj ndashak kugira iconkoze niteze imbere nkumugore ntashirahamwe ndimwo
Nigutarataza kugira mwiteze imbere gusa nokuja mw,ishirahamwe birafise ico bifasha
Igitumbura Cubawe nanje narabigurisha kwishure ,kandi ubu ntacombaye kabisa courage mama nibitumbura vyawe.
Ego kweli kndi cnee
J aime cette femme
Urumumama wintwari wubahwe ❤❤❤
Pole sana❤❤
Abantu bose baciye mu buzima ngubwa Dodo Imana izobahanagure amosozi Ibitumburz vy ubahwe😂😂😂sizobivuga nabi
Reka aha twaratuntuye
Burya uwozana Albert ngaha nawe akavuga ivyamushikiye mwokwumirwa
🤣Ahubw nyn
Dodo fashion 😍😍Femme de valeur
Dodo thanks warakuze
Uyu mugore ndamukund kabis ariko wihagan kuko bishikir Bose kuko ndabon waramaze gukormer ❤❤❤❤
Femme forte keep it up
Dodo ndakwikundira mwiza.courage
Imyenge y,inzu imenywa namyeneyo✍️ umvugiye umugani nkunda kbs🥰
Pôle mwiza😘
Mmmhh uyonawe yari yababaye cane pole nukuri mukobwa wuburundi
Gaiel,ubandany mwiyonzira!utuzanira abatumir
Mwizina rya yesu shetani divorce izohungee
Courage vrt dodo vyose nuhoraho
Jamani pol san
Uyu mu maman Dodo, aganira neza vrmt; God bless sh 🙏🙏❤❤
Uvuze ukuri imyenge yinzu imeywa na nyeneyo
Pole mwiza
Merc dodo amajambo uvuze aramfashije kuko ibihe waciyemwo bisa nivyanje usivye ko jew nkifise abavyey
Imyenge yinzu imenywa namweneyo kbs🫱🫲🤝
Courage ma cherie isi nikwimeze baduhe numero yawe
MERCI
Ewe Dodo shaa ndipfuza kukubona nzokurondera pe ndumva hari ico womfasha
Kugira ingesoo mbi nivyo bibishee urimwiza umuhabo yokwqnka utarikinyagesombiii
Polesana kimwegusa nukwiha nganaha nyumahazo zauwundi ivyakugo yeuzomenya ukouvyi twaramwo kumbure
Raba kuri yesu
Je mundons aka numéro ka Dodo!🙏🙏🙏🥰🥰🥰
Sha dodo ahurabeshe umugabo atitaho abana nabo barabibina naho wobabeahe ngo numwana mwiza.
Urintwari pe!
Sha ntibiba vyoroshe
Very smart mind
Jew nyerek ishirahamw njemwo ndavyipfuza
Usaneza cane ivyobishitse ndatangara shetane nimubi Sana Jew ndiburundi
Yesuu wewe IMANA igukomeze disii 😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
Courage dodo❤
Sha Dodo ndasubiye kukubona yoooo mpa tel zaw please ❤❤
nukuri Dodo wubahwe uratanga impanur urumupfasoni wubwenge jewninaza nzokuronder unshire mwishirahamw
Ter'imbere mukobwa wanje mwiza
Dodo ukomeze gutera imbere ibisigaye nanje sindaja mwishirahamwe uwompa numéro yawe.
❤❤❤❤🎉🎉
Kbsa kuba mu nzu z'abantu ntivyoroshe
Kabis hubak umutima nah umutima urush uba urushe kabis
Icutanya ntukagihe uwundi
Dodo ndagukunda,ariko nkwibarize ntaco mupfana na Ornella ( nella)wo muri film?murasa pe.
Nanje nabonye ahubwo umengo niwe Kuko ijwi ni urya mukinyi kwerri
❤❤
Aho uvugukuli ntawuvuga ichatumye batandukana nuwo bubakanye
Ukwo nukuri abagore nugukora kugira umugabo Abo KO harico uriko urinjiza niho niteka riba
Pol sana dodo
Gusa nintaha nzokurondera unyigish business
Noe mbabaz abadame Bose baba youtubeurs naba divorcé abandi bananiwe amago? nihatari
Malheureusement nuko nagize imana
Ako kantu