Maman Alice ngushimiy kurico kiganiro kugr abavyay sans mari bibuk kubuzima butaba burangiy arabantu nkabandi peu importe uko umwana yazananye ABA umugisha kumuryango ndetse n'amahanga
Na société imenye ko ifise uruhar kubuzim bubi abavyariy muhr babamwo . société nihindure ingendo .Abana nabo biyakir uko baj kw'isi KK nabony urashobor nokubaho nabi kand wakuriy hagati yabavyeyi babiri
Beau témoignage 🙏! Et comme l'invitée l´a si bien dit, Dieu est le père de ts les orphelins et mari de tes les veuve/mère célibataire
Gloire à DIEU
N'ukuri ndabihamya Imana Ni Se w'imfuvyi❤️
Sujet nziza gose , merci beaucoup Pam Channel TV
Bravo
Wooooow komera diiii Maman Lolo ❤️❤️
Merci beaucoup ma Cocolove❤️
Uzashakire umugore wu murundi ndabakunda cyane nifuza kubana nawe
Eh,kubwira jmwana ko papa we yapfuye kandi ariho namakoaa akomeye cyaneeee
Imana Idufashe kbx tuba twiravye twenyene ibikomere canke déception akaba arivyo bituma dushaka gufuta uyundi à tout prix
Birahagije kubwira umwana ko papa we yamutaye. Umwana we ubwe akaba ariwe wihitiramo gushaka papa we (kumubabarira cg kumureka)
Alice ndagukunda cane....Yesu akumbere hafi ibihe vyose❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Urakoze mwiza mfise...amen amen amen
Nawe bikubere gutyo
Maman Alice ngushimiy kurico kiganiro kugr abavyay sans mari bibuk kubuzima butaba burangiy arabantu nkabandi peu importe uko umwana yazananye ABA umugisha kumuryango ndetse n'amahanga
Na société imenye ko ifise uruhar kubuzim bubi abavyariy muhr babamwo . société nihindure ingendo .Abana nabo biyakir uko baj kw'isi KK nabony urashobor nokubaho nabi kand wakuriy hagati yabavyeyi babiri
Alice ndifuza bazogutumere kugr ushimangire cane cane kubavyeyi nabavukanyi buwo aba yibarukiye muhira
@@joselineilumva6721❤urakoze cane kuri ico uvuze ubuzima ntibuhagarara kubera uvyariye muhira umwana ni nk'uwundi kandi ijambo rya nyuma ku buzima bwacu Ni Iry'Imana
Courage
Mbega mbega muriko muvuga ivyanshikiye. Mukomere Yesu abahezagire. Jewe Yesu yampinduriye izina. Abo vyashikiye mwihangane ' mukomere
Kristo Ashishikare kubitaho muvyeyi❤️
Urakoze muvyeyi kukiganiro ciza waduhaye,kirubaka kandi kiraruhura.muhezagirwe.
Nuwagutumiye turamushimiye.
Pleins de bisous pour toi Alice et ta famille.....
Des bisous à toi aussi Ghis❤️
Waoh umu mama mwiza ku mutima❤❤
Ubuntu gusa dear...muhezagirwe
Ndabakurikiranira hafi mama Alice
Urakoze mwiza mfise ❤️
Uvuze neza cane Alice
He hari uwuvuze ngo ashaka umurundikazi ' sha barazi kubaka urugo kabisa
Alice uri umuhizikazi Kabisa komera ncuti Yanje bamwe n'Uhoraho cyose birashoboka
Murakoze cane Kristo Aracaduturetse...imbere hari ivyiza