Umurongozi wa Diaspora Ndundi yerekanye kumugaragaro igicapo c'inyubako ya Diaspora Ndundi.

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 22 вер 2024
  • Samuel Ndayiragije arongoye Diaspora Ndundi yaraye yerekanye inyubako ya Diaspora igiye gutangura kwubakwa hano I Bujumbura. Ni inyubakwa izotwara hagati y'imiliyaridi 50 n'imiliyaridi 60 z'amafaranga y'amarundi ikaba itegekanywa kwubakwa mu kiringo c'imyaka itatu atagihindutse. Samuel Ndayiragije yasavye abarundi bose bari mu mahanga kwitangira iyo nyubakwa kuko ari icirore abarundi bose baba mu mahanga bazokwibonamwo, berekane ko uruhara rwabo ari runini mu guterera mw'iterambere ry'igihugu.

КОМЕНТАРІ • 3

  • @MarieNiyogusenga-ip1rq
    @MarieNiyogusenga-ip1rq 5 днів тому

    🎉🎉🎉🎉🇧🇮🇧🇮👊👊

  • @irambonageorges5280
    @irambonageorges5280 8 днів тому

    uuuuh

  • @HonneurDivin
    @HonneurDivin 5 днів тому

    Muvyumve turikumwe namwe kk habuze abaserukira abandi bukuri kk abarundi dufise ingora yokwikunda ninayompamvu tuguma turabanyuma mubihe vyose ariko the kukivi