DICOBU TV
DICOBU TV
  • 166
  • 267 712

Відео

Umukuru w'igihugu c'uburundi asaba CENI gutunganya amatora mu muco
Переглядів 3164 години тому
Mu nyigisho umukuru w'igihugu Evariste NDAYISHIMIYE yatanze Ku Ndongozi zitandukanye zo mu ntara za Cankuzo,Ruyigi, Muyinga,Ngozi,Kayanza na Kirundo (Intara nshasha za Butanyerera na Buhumuza), umukuru w'igihugu Evariste NDAYISHIMIYE yamenyesheje ko yumvise igihugu abanyagihugu bari mu myiyerekano biyamiriza Umugwi ujejwe amatora muri Ico gihugu (imyiyerekano yarabaye cane muri GHANA muri ino n...
Arsène Bucuti yagabiwe ibibuguru 10 n’umukuru w’igihugu c’uburundi.
Переглядів 4724 години тому
Arsène Bucuti yagabiwe ibibuguru 10 n’umukuru w’igihugu c’uburundi.
Umukuru w'igihugu c'Uburundi avuga ko adatahura igituma Sosumo iheruka kuduza igiciro c'isukari.
Переглядів 3,3 тис.7 годин тому
Umukuru w'igihugu Evariste NDAYISHIMIYE abona ko igiciro c'isukari ya SOSUMO kiri hejuru aho umufuko udandazwa na SOSUMO ku mafaranga 400.000 mu gihe avuga ko umufuko uvuye mu gihugu c'ubuganda ushika mu Burundi kuri 243.000fr. Umukuru w'igihugu aranagabisha umuntu uwariwe wese yogerageza gukora amanyanga ayariyo yose mu bijanye n'igitoro. Uwurôngōye igihugu yabishikirije kuri uno wa kane mu nt...
Ibisabwa kuba diaspora mu kuronka uruhusha rwo kutariha ikori.
Переглядів 3577 годин тому
Mu kiganiro cabereye kuri hotel source du Nil catunganijwe n'indongozi za Diapora ngo abarundi baba hanze bashikirize ukwo basanze mu gihugu vyifashe batange n'intumbero yivyokorwa; baragarutse kukibazo kijanye nokuronka uruhusha rwokwinjiza ibikoresha canke ibidandazwa kubarundi baba hanze batamanje kuriha ikori canke amatagisi.Hano umuyobozi mukuru mu kigo kijejwe ubudandaji yaratanze umuco.
Ir David asiguye ivyaya nyubakwa ya Diaspora uko bizogenda vyose.
Переглядів 8559 годин тому
Umuhinga (Ingénieur) ajejwe kwubakisha ya nyubakwa ya Diaspora arerekana neza uko iyo nyubakwa y'ubuserukizi bw'abarundi baba mu mahanga izoba imeze. Iyo nyubakwa izoba igizwe n'ibice bitandatu harimwo uburaro, ahabikwa imiduga (Musi y'inyubakwa), amazu y'idandarizo n'ibindi.
Igice ca 1: Ivyiyumviro aba Diaspora bashikirije mu nama bagiriye muri Hôtel source du Nil.
Переглядів 46812 годин тому
Abarundi baba mu mahanga, barashima uko bakiriwe mu Burundi , ariko bakanegura ibisata bimwebimwe hamwe n'inzego zitaborohereza iyo baje ngaha mu Burundi. Kurikira bimwe mu bibazo hamwe n'amakenga abo barundi bashikije mu kiganiro uburongozi bw'abatundi baba mu mahanga mu ntumbero yo kuraba ingorane bahuye nazo mu ngendo zitandukanye bagize ngaha mu Burundi
KURIKIRANA AMAKURU YARANZE INDWI KURI DICOBU TV
Переглядів 85816 годин тому
AMAKURU YACU KURI DICOBU TV UNO MUNSI ASHIMIKIYE KU NGINGO NKURUNKURU ZIKURIKIRA: UMURONGOZI MUKURU WA DIASPORA NDUNDI SAMUEL NDAYIRAGIJE YARAFASHE URUGENDO AGANA MU GIHUGU CA AMERIKA MU RUGENDO RW'AKAZI INYUMA YO KUGENDERA ABARUNDI BABA CANKE BARANGURIRA IMIRIMO MU BIHUGU BIGIZE UMURYANGO WA AFRIKA Y'UBUSERUKO NKA TANZANIA,UGANDA NA KENYA.UWO MURONGOZI NYENE AHAMAGARIRA ABARUNDI BABA HANZE KWI...
Inyishu kubibazo bivugwa kukibuga c'indege mpuzamakungu Melchior Ndadaye.
Переглядів 1,2 тис.19 годин тому
Mu Kiganiro cihariye Tereviziyo yanyu Dicobu TV yagiranye n'umuyobozi mukuru w'ikibuga c'indege ca Bujumbura Ambassadeur Joël Nkurabagaya, uwo muyobozi mukuru aremeza ko utunenge tutabuze mu bijanye no kwakira ingenzi N'aho bagerageza kudukosora. Anamenyesha ko hari n'abarundi baba mu makungu bagerageza kwinjira mu gihugu c'uburundi mu gihe urupapuro rwabo rw'inzira (passport) rw'uburundi ruba ...
Umurongozi wa Diaspora Ndundi yerekanye kumugaragaro igicapo c'inyubako ya Diaspora Ndundi.
Переглядів 72919 годин тому
Samuel Ndayiragije arongoye Diaspora Ndundi yaraye yerekanye inyubako ya Diaspora igiye gutangura kwubakwa hano I Bujumbura. Ni inyubakwa izotwara hagati y'imiliyaridi 50 n'imiliyaridi 60 z'amafaranga y'amarundi ikaba itegekanywa kwubakwa mu kiringo c'imyaka itatu atagihindutse. Samuel Ndayiragije yasavye abarundi bose bari mu mahanga kwitangira iyo nyubakwa kuko ari icirore abarundi bose baba ...
IHURIRO DIASPORA CONVENTION CENTER : Uku niko izoba imeze
Переглядів 3,4 тис.21 годину тому
Iyi nyubakwa izoba yubatswe kuri hectare 6 ikazoba igizwe n'ibisata bigera kuri 6. Izoba igizwe na Ihuriro Hôtel,inzu y'uburaro izoba ifise ivyumba bishika 300, inzu y'amanama yo kurwego mpuzamakungu izoshobora kwakira abantu ibuhumbi 5, Ibibanza vy'ubwogero n'ibibanza vyo kudandarizamwo n'ibindi.
Ikiyago kuvyo aba Diaspora babonye mugihugu hamwe nivyokorwa.
Переглядів 1,2 тис.День тому
Ikiyago kuvyo aba Diaspora babonye mugihugu hamwe nivyokorwa.
#Samuel Ndayiragije : Kuja hamwe vyotuma amabi akorerwa abarundi baba hanze agabanuka.
Переглядів 650День тому
Samuel Ndayiragije arongoye Diaspora Ndundi ahamagarira abarundi baba hanze kwiyunga bakaja hamwe kugirango ibibazo bahura navyo bari hanze baronke akaryo ko kubishikiriza kugirango bishobore gutorerwa inyishu.Ivyo yabishikirije kuri uno wakabiri mukiyago yagiranye n'abarundi baba hanze basanze bari mu Burundi , ico kiyago kikaba cari cerekeye gushikiriza ivyo babonye vyiza na bibi mugendo bagi...
Gabriel Rufyiri arongoye Comité des Sages ya Diaspora Ndundi avuga koiharanira iterambere rusangi.
Переглядів 749День тому
Gabriel Rufyiri arongoye Comité des Sages ya Diaspora Ndundi amenyesha ko Diaspora Ndundi yo muri kino gihe idakorera inyungu za politique ahubwo ko intumbero yayo ari uguharanira iterambere rirama kuko ngo iterambere atari iry'imigambwe ahubwo iry'abarundi bose.Ivyo yabishikirije kuri Uno wakabiri mukiganiro cokurabira hamwe ukungene abarundi baba hanze basanze Uburundi bwifashe mu ngendo zita...
Diaspora Ndundi irabandanya ibikorwa vy'iterambere.
Переглядів 598День тому
Diaspora Ndundi irabandanya ibikorwa vy'iterambere.
25.08.2024 : AMBASSADEUR W'UBURUNDI MURI TANZANIA YARASHIMIYE UMUKURU WA DIASPORA NDUNDI
Переглядів 273День тому
25.08.2024 : AMBASSADEUR W'UBURUNDI MURI TANZANIA YARASHIMIYE UMUKURU WA DIASPORA NDUNDI
AMAKURU KURI DICOBU TV 08 09 2024
Переглядів 66414 днів тому
AMAKURU KURI DICOBU TV 08 09 2024
#Tanzania Diaspora : BAMWE MUBARUNDI BABA MURI TANZANIA BIYEMEJE AYABABA $10 000 ( 25.08.2024 )
Переглядів 35014 днів тому
#Tanzania Diaspora : BAMWE MUBARUNDI BABA MURI TANZANIA BIYEMEJE AYABABA $10 000 ( 25.08.2024 )
UMUSHIKIRANGANJI WAMBERE GERVAIS NDIRAKOBUCA AHAMAGARIRA ABENEGIHUGU KWIRINDA IKIZA MPOX
Переглядів 22514 днів тому
UMUSHIKIRANGANJI WAMBERE GERVAIS NDIRAKOBUCA AHAMAGARIRA ABENEGIHUGU KWIRINDA IKIZA MPOX
IVYAPFUNDITSWE MUNAMA YAHUJE INDONGOZI MUBISATA VY'UBUZIMA BW'IGIHUGU
Переглядів 13414 днів тому
IVYAPFUNDITSWE MUNAMA YAHUJE INDONGOZI MUBISATA VY'UBUZIMA BW'IGIHUGU
Prezida Evariste Ndayishimiye yahamagariye abarundi kwisansumisha.
Переглядів 38514 днів тому
Prezida Evariste Ndayishimiye yahamagariye abarundi kwisansumisha.
#Nairobi : Martin MURERANGABO atweretse iduka na business akorera muri Kenya
Переглядів 30514 днів тому
#Nairobi : Martin MURERANGABO atweretse iduka na business akorera muri Kenya
AMAKURU KURI DICOBU TV 01 09 2024
Переглядів 1,8 тис.21 день тому
AMAKURU KURI DICOBU TV 01 09 2024
Umushikiranganji wo kumenyesha amakuru avuga ko ikirundi kigiye kuja vuba kuri google.
Переглядів 50921 день тому
Umushikiranganji wo kumenyesha amakuru avuga ko ikirundi kigiye kuja vuba kuri google.
#KENYA : Angela MARINDICH talks about OPTIVEN Group
Переглядів 27721 день тому
#KENYA : Angela MARINDICH talks about OPTIVEN Group
28/08/2024 : AMAKURU MUKIRUNDI
Переглядів 29421 день тому
28/08/2024 : AMAKURU MUKIRUNDI
#Tanzania : Kuja muri Diaspora Ndundi uba muri Tanzania birafasha kuhaba.
Переглядів 63121 день тому
#Tanzania : Kuja muri Diaspora Ndundi uba muri Tanzania birafasha kuhaba.
#Samuel Ndayiragije yatanze ikiganiro kubanditsi n’abamenyeshamakuru akigera kukibuga c’indege.
Переглядів 1,5 тис.21 день тому
#Samuel Ndayiragije yatanze ikiganiro kubanditsi n’abamenyeshamakuru akigera kukibuga c’indege.
Samuel Ndayiragije yabivuze inyuma yuko Vitalo'o intsinzwe ibitsindo 6-0 na Young Africans.
Переглядів 1,4 тис.28 днів тому
Samuel Ndayiragije yabivuze inyuma yuko Vitalo'o intsinzwe ibitsindo 6-0 na Young Africans.
Vitalo'o FC yatsinzwe 6 na Young FC.Constat Michel arongoye Diaspora Ndundi muri Tanzania yabivuzeko
Переглядів 14928 днів тому
Vitalo'o FC yatsinzwe 6 na Young FC.Constat Michel arongoye Diaspora Ndundi muri Tanzania yabivuzeko

КОМЕНТАРІ

  • @umutwenzi
    @umutwenzi 3 години тому

    Mwakoze cane. uwo muvyeyi turamukûda cane aritanga canee

  • @gratiennduwayo1446
    @gratiennduwayo1446 4 години тому

    Vyiza cane! Abakosora nabo ntibabura,nivazane vyiza vyobo bari bamaze gukora.Go forward.

  • @prospermugwanashaka210
    @prospermugwanashaka210 5 годин тому

    Birateye isoni muguma mwerekana isura itarinziza yaho tuva mbese dusigara inyuma murivyose Muri embassy ndahazi bafite jardin nziza EPFO ya parking ariko ndabira ahohantu mwicaye vraiment !!hama iyo microphone nayo Aho ntasoni mugira ivyo biracabaho ? Ukura kumunwa wongera umuhereza kuki mudashobora kumenya ibigezweho

    • @umutwenzi
      @umutwenzi 3 години тому

      Abarundi mwarabuze ihero ry’imiti, burya ntimwoshima basi niyo effort… jewe ndakeje DICOBU TV vrema barigora cane kandi bakora neza ibaze nko mumyaka nkitanu irimbere

    • @dicobutv
      @dicobutv 3 години тому

      Urakoze kuciyumvuro ariko nibaze ko wagishikirije nagashavu.

    • @prospermugwanashaka210
      @prospermugwanashaka210 2 години тому

      @@dicobutv oya ntagashavu karimwo turashaka natwe ko tubona abacu mubintu vyiza ,tubone dicobutv mubintu vyicubahiro ,Kandi comment ninziza muzikunde ziratuma mubona ivyoguhinyanyura kuko ntabwo bivuze kotwagaye ivyomwakoze àriko nimurushurize

    • @dicobutv
      @dicobutv 2 години тому

      Murakoze cane​@@prospermugwanashaka210

  • @sagevyizigiro457
    @sagevyizigiro457 5 годин тому

    Mukosore neza microphone imwe numwubahwa canke nuwo muza mukorana ikiganiro si sawa.

  • @BerchimasBigirimana-do2sf
    @BerchimasBigirimana-do2sf 7 годин тому

    Ahubwo uyomuserukizi wabenegihugu ciza cuburundi azogire urubuga abenegihugu barikenya tumuvugishirizako vyoba vyiza gusumba

  • @theafricanhauler3396
    @theafricanhauler3396 День тому

    😊❤ 👍🏾🎩

  • @PascalineIradukunda-zs4lk
    @PascalineIradukunda-zs4lk 2 дні тому

    Président wacu muri kurira natwe tukarira bizohererahe?

  • @GyslaineMugisha
    @GyslaineMugisha 2 дні тому

    Tera imbr boss.

  • @graceirakoze2868
    @graceirakoze2868 2 дні тому

    Abagise inda ndende Bava mumugambwe CNDD FDD umukuru wigihugu ntafata ingingo kuko aba Ari igikoresho batoye

  • @niyorukizaelias8142
    @niyorukizaelias8142 2 дні тому

    Abobagabo mukorana emera bakwanke na Magufuli nikovyagenze kugira agire icamarira Tanzania kandi niho izina ubutwari riva

  • @habibumasenga6213
    @habibumasenga6213 3 дні тому

    Samuel Ndayiragije, well done, you better prove them wrong komera kumuheto true Burundian ❤❤❤

  • @nizigiyimanayves9485
    @nizigiyimanayves9485 3 дні тому

    Muze mwibuke kuhashira ama guichets electrónics en devise et en fancs burundais kuburyo nuwuhari ashobora kuba retirant vyoroshe amahera yipfuza

  • @akanyuzotv6213
    @akanyuzotv6213 3 дні тому

    ua-cam.com/video/rpBaDH1OflQ/v-deo.htmlsi=2_SL6lnbWGrbDOyf

  • @akanyuzotv6213
    @akanyuzotv6213 3 дні тому

    ua-cam.com/video/rpBaDH1OflQ/v-deo.htmlsi=2_SL6lnbWGrbDOyf

  • @akanyuzotv6213
    @akanyuzotv6213 3 дні тому

    ua-cam.com/video/rpBaDH1OflQ/v-deo.htmlsi=2_SL6lnbWGrbDOyf

  • @akanyuzotv6213
    @akanyuzotv6213 3 дні тому

    ua-cam.com/video/rpBaDH1OflQ/v-deo.htmlsi=2_SL6lnbWGrbDOyf

  • @onanikubwimana479
    @onanikubwimana479 4 дні тому

    izoba iri Bujumbura majahe!?

  • @kwestmotivationtv9831
    @kwestmotivationtv9831 4 дні тому

    🎉🎉🎉🎉 Kabisa Ades Designs

  • @Burundian-k3q
    @Burundian-k3q 4 дні тому

    Mukomere cane gose, ntimunyiganyige 🎉🎉🎉 By Jeremiah Burundian man ❤️

  • @LéonidasNahishakiye
    @LéonidasNahishakiye 4 дні тому

    Ikibazo. ? None. Kubazobabatanzuburyo. Niyuzurabazoronka. Inyungu. iyihemumwimbuwiyonzu

  • @LéonidasNahishakiye
    @LéonidasNahishakiye 4 дні тому

    Turumvumugambi

  • @ClaireInamahoro
    @ClaireInamahoro 4 дні тому

    Wow, great idea to join and support

  • @gratiennduwayo1446
    @gratiennduwayo1446 4 дні тому

    Neza

  • @SeraphineNahayo
    @SeraphineNahayo 5 днів тому

    ❤😂🎉😢😮😅😊 ABAKINYI BA NINDE MURAGAHORAHO. JEWE NDAKUNDA NINDE.😊

  • @SeraphineNahayo
    @SeraphineNahayo 5 днів тому

    Abakinyi ba ninde

  • @MarieNiyogusenga-ip1rq
    @MarieNiyogusenga-ip1rq 5 днів тому

    🎉🎉🎉🎉🇧🇮🇧🇮👊👊

  • @MarieNiyogusenga-ip1rq
    @MarieNiyogusenga-ip1rq 5 днів тому

    Twes turibamw kwl

  • @HonneurDivin
    @HonneurDivin 5 днів тому

    Muvyumve turikumwe namwe kk habuze abaserukira abandi bukuri kk abarundi dufise ingora yokwikunda ninayompamvu tuguma turabanyuma mubihe vyose ariko the kukivi

  • @MarieNiyogusenga-ip1rq
    @MarieNiyogusenga-ip1rq 5 днів тому

    Komera turabantubany p❤❤❤

  • @EspéranceKANYANGE-i3p
    @EspéranceKANYANGE-i3p 6 днів тому

    Ubutungane butunganirize abarundi Bose babwituye bisunze amategeko .kugira abarundi Bose bumve ko atabiturire bikihari.

  • @EspéranceKANYANGE-i3p
    @EspéranceKANYANGE-i3p 6 днів тому

    Mumahoro numutekano,nubutungane buvyuvye,bace imanza ubumenyi baronse,bisunze amategeko, surtout cour d'appel ya mukaza.bisubireko. 11:37

  • @NdayizigaViateur-q7r
    @NdayizigaViateur-q7r 6 днів тому

    Iyo gwara muyirpnderere umuti kandi itegerezwa gukira vanka vyakunda❤

  • @Bihomebuja
    @Bihomebuja 6 днів тому

    Ingeso yogusabiriza amahera irakwiye gucika ngaho muburundi. Ntamusi numwe umuntu ahaca ngo habure abakozi barnga batatu nagusavye amahera. Aho naho batitoje amakosa atabaho kugira ubahe amahera. Mbega iryo kosa cank ico kintu gikomeye ingezi iba ibuze gitora intushu atanze 50 mille mwumva muvyukuri kiba gifashe? Iyo ukunda ukavyemera ugatangura amatohoza yigenga nkumuyobozi.

  • @VincentMbeshiminwe
    @VincentMbeshiminwe 6 днів тому

    Ramba ramba. Mwubahwa wacu tubari inyuma .

  • @FrankeIgiraneza
    @FrankeIgiraneza 6 днів тому

    Mukomere cane

  • @nzambimanaedward2160
    @nzambimanaedward2160 6 днів тому

    Gabriel Rufyiri uze utubere intwari ntituze dusubire kwibwa nuburongozi murorera. Amateka yanyu turayazi kwari meza. Vyaranezereye cane kubona Gabriel muri comité exécutif vyatumye tugarura icizere. Ubu butumwa bumushikire🎉

    • @youandme-m2u
      @youandme-m2u 6 днів тому

      Baze barumviriza ama experiences menshi mabi y'Aba Diaspora, bayakorereko, baze baratorera umuti basi kimwe kimwe. Bazibire ntihagire abikika mu kiza basubiza inyuma imigambi ya benshi. God blesses you all.🙏🙏🙏

    • @emerynimbona6515
      @emerynimbona6515 6 днів тому

      Aho ubutumwa burashitse

    • @AimeHakizimana-q4v
      @AimeHakizimana-q4v 6 днів тому

      Twende kazi.

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 7 днів тому

    Jwigiriza Shetani

  • @IsaacNsengiyunva-yc6vy
    @IsaacNsengiyunva-yc6vy 7 днів тому

    🎉🎉🎉

  • @aminakamariza4180
    @aminakamariza4180 7 днів тому

    Aba police bakunda kutwaka amahera nabakozi ba immigration

  • @aminakamariza4180
    @aminakamariza4180 7 днів тому

    Harya bakora controle mwari mukwiye kongera abakozi kubera hakora umwe kd harigihe cacuma cigeze gupfa 😢

  • @NduwayezuMarc
    @NduwayezuMarc 7 днів тому

    Irambire bwana Emery Nimbona💪💪💪

  • @JohnRayPierre
    @JohnRayPierre 7 днів тому

    Oya ibibazo duhura navyo umengo ntanakimwe mwavuzemwo, Kuri airport harakwiye guhindura uko bitwara, ndiko ndavuga abakozi bahakora, barafata abantu nabi kbsa, indero ntayo bagira, kandi nigiturire kiracyahari. Hama usavye gufashwa muri service kantaka baca bakwaka igiturire. Vyambayeho ishuro nyishi cane. Mugire mwikubite agashi kweri, Kuko birateye agahinda kandi bigacamfuza igihugu cacyu.

  • @dismasniyo5641
    @dismasniyo5641 7 днів тому

    Mbe ho nikubera iki umuntu yibagiye ikintu isakoshi ku kibuga ayo agarutse kuyitora bamusaba amahera kuva ku mu police uba utumye kandi kubindi bibuga vy ‘indege bafise lost/found iyo bagutoreye ikintu bakiguha atagisabwe ariko aho mu Burundi ni agahomerabunwa.

  • @kagabomankero2160
    @kagabomankero2160 7 днів тому

    Abobakozi mukwiye kubaha stage ahandi bakaraba uko bakira abantu.

  • @rafikiwakweli2049
    @rafikiwakweli2049 8 днів тому

    Barakabije nogufatanabi abanyamahanga dusubira inyuma twidoga

  • @irambonageorges5280
    @irambonageorges5280 8 днів тому

    uuuuh

  • @lesjumeauxmusic
    @lesjumeauxmusic 9 днів тому

    One Burundi , One Diaspora , One Destination

  • @onanikubwimana479
    @onanikubwimana479 9 днів тому

    Nn bazoyubaka he!?

  • @MarieNiyogusenga-ip1rq
    @MarieNiyogusenga-ip1rq 9 днів тому

    🎉❤❤❤

  • @MarieNiyogusenga-ip1rq
    @MarieNiyogusenga-ip1rq 9 днів тому

    Courage ❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉