Aussitôt dit aussitôt fait 🎯❤ voilà ibinivyo dukeneye🇧🇮 apana ibiherera mumajambo may God grant you bro Fab healthy and more years to live abarundi tukuri inyuma
Fablice Manirakiza, Imana yakuduhaye ikudutungire maze ivyiza yagushizemo bitsinde intambamyi z'amadayimoni yoooose yashira mu nzira zooose ucamo.Abakunzi b:Uburumdi nuteye imbere turagusabira Imana yagutumye kudushira hamwe ikurinde , ikuzigame gushika urangure ico gikorwa ciza kandi c'iteka k''uburundi n'abana b'uburundi. Turi kumwe, komera kw'ibanga ntaco uzoba Imana mushobora vyose iragukikuruje kandi Dubai mu burundi iraje.Abatavyemera uyu musi bazera ejo ni soni mu maso yabo. God bless you sana our dear Fablice. From Tanzania with love and appreciation.
Good for you Fabrice.May the Lord keep you safe and bless you with a long life as you give an example for someone who thinks beyond his own life but the whole nation
Ntuzoramba Fabrice nubwo abarundi batokwica kubumenyi ufise urarenze abazungu kuko ugize ubwenge buruta bwumuzungu acakwica be careful God first you'll make it all together we can amaboko kumirimo 🎉
Aussitôt dit aussitôt fait 🎯❤ voilà ibinivyo dukeneye🇧🇮 apana ibiherera mumajambo may God grant you bro Fab healthy and more years to live abarundi tukuri inyuma
This is what we need, uburundi nubwiwacu, gimme a 5 umurundi wese are proud nibikorwa vyacu
✊🏾🇧🇮
@@theafricanhauler3396❤❤❤
❤❤❤❤
@@theafricanhauler3396😅😅
1:05 2:31 2:31 2:31 2:31
Twishimiye iterambere ry'abavandimwe b'abarundi Iryo soko natwe rizadutunga Imana Ibibafashemo 🇷🇼
Amen Amen😂 Murakoze kudusabira bavandi😂
Amen
Karibu Iwacu
Numvanorira kubwumunezero. Kubara. Fabrice wacuwe akira❤❤❤❤❤❤
Muri Make Abashobora kuyobora igihugu bakagikura mubuja ninkaba, si non politique ntanahamwe izotugeza😢 tudakuye amaboko mumpuzu tugwanye ivyiyunviro vyaboze vya politique, muze rero mwese tumushigikire kandi tumukingire💯👏👏
Jew kubwanj bakwiy kumuha nibitoro vyose bakamuha transportation yose nimba ariko akora ivyiza akavyubaka muburundi ikibazo nuko atariko agura amazu za 🇨🇦 canada'cnk mububirigi ubaka mwana wa maman imana ikuje imbere
Imana ikuje imbere Fabrice urekane Na Bobo rugurika Agumavuga Amajambo yubushenzi kugira aguce intege
Reka gukomeza kuvuga rugurika, nta myuka mibi dukeneye mur'iki gihe c'imihezagiro.
😂😂😂😂😂
Mumpe likes barundi bene wacu ... Bikumze mumpe subscribes
Biraryoshe cane nukuri!
Fablice wacu yubahwe cane kandi Imana imuje imbere yongere imube hafi.
Na jewe aho bukera ngomba nshiremwo udutahe dutatu mumarundi.💟💟💟💟💟💟
Fablice Manirakiza, Imana yakuduhaye ikudutungire maze ivyiza yagushizemo bitsinde intambamyi z'amadayimoni yoooose yashira mu nzira zooose ucamo.Abakunzi b:Uburumdi nuteye imbere turagusabira Imana yagutumye kudushira hamwe ikurinde , ikuzigame gushika urangure ico gikorwa ciza kandi c'iteka k''uburundi n'abana b'uburundi.
Turi kumwe, komera kw'ibanga ntaco uzoba Imana mushobora vyose iragukikuruje kandi Dubai mu burundi iraje.Abatavyemera uyu musi bazera ejo ni soni mu maso yabo.
God bless you sana our dear Fablice.
From Tanzania with love and appreciation.
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Nta majambo ngifise yo kuvuga kiretse gushimira Uhoraho Imana Umuremyi w'Abarundi n'Uburundi ❤🎉
Turagushigikiye Fabrice. Guma kukivi
Ucunge neza ntibaze bakugire nkayo barimwo kugirira Dr Christophe Sahabo. Nawe wenye yaj, afise projet nkiyo rwawe yo gukiza Uburundi n, abarundi bose. Noe ayarimwo kubona ubu, namwe imbwa yaboneye ku mugezu
Imana itabare Dr Christophe Sahabo imukure mukanwa k, intare
Sha nukuri birababaje ariko Imana Imurengere kabisa
I projet nkiyo n'ubwambere ibayeho kw'isi. Un capitalisme social. Nihatari kweli Imana imukomeze Fablice .
Kandi shaaa capitalisme social bigigwa hake kwisi
Muri Éthiopie barayigize mu kwubaka ya barrage yabo kuko banques zari zabimye crédit...
Ariko kweli ntamuntu avuka ingozi agashima lmana kubavuka muriyo ntara ngozi mukomere❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Vyabigugu ubunaho bizovugako wivye ikibanza Leta😆😆😆. Mutuze muze dukoran iki aide kuko nanj ngiy gusaba akazi💪💪 muragapuuuu😂😂
Bureau mwari mukwiye kuzikwiza mugihugu kuko hari benshi bitorohera kuza buja
Uzokwegera agence ya bancobu ubiture bazogufasha diii
Ico gikogwa nta muntu numwe atogikunda
Imana imurinde fabric kuko nimana yamuzanye burundi 🙏🙏
Good umunyarwanda ushaka gushyiramo umutahe mwamwemerera mugikorwa kuza murimo gukora murakoze.
Wunva harumunyarwanda bavuzemwo😂😂😂😂😂
@@mariamsakora2818 gusaba bibaho
Oya
Ego
Courag fabrise iman ikytuzigamire
Respect fabrice.gusa ikiringo cogushiramwo imitahe mwatanze gito mwogira nkamezi abiri canke atatu kugira abarundi twisanzure twubake igihugu cacu
True kabisa
I like u. Mbony ko atamikino iri muri vyabintu. Imana imbere
Muvukanyi Fabrice, Imana iguhezahire.
Ivyiyumviro nkivyo vyawe birakwiye ko umurundi wese yovyisunga mu ntumbero yo guteza imbere igihugu cacu.
Ariko mfise impuwe z'abanyamitahe mitoya ko batazosanga abanyamitahe minini babarenganya
2024 !! Courage Grand garçon !! Que Dieu te protège ibisambo vyongaho ntibize bikugirire nabi .
Courage kbx ibikogwa imbere kbx
Good for you Fabrice.May the Lord keep you safe and bless you with a long life as you give an example for someone who thinks beyond his own life but the whole nation
Its not only good for him it's good for all of us Burundians. We are so blessed to have him
Wow fabric ❤🇧🇮❤❤❤🎉🎉
Fabrice Imana iguhe umugisha
Fabric akiraamashugwe❤❤❤❤❤❤❤❤
God bles you
Hezagirwa hezagirwa Fabrise turagushigikiye imitahe turayifise nukuri turayatanga pe From Australia 🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺
Ntuzoramba Fabrice nubwo abarundi batokwica kubumenyi ufise urarenze abazungu kuko ugize ubwenge buruta bwumuzungu acakwica be careful God first you'll make it all together we can amaboko kumirimo 🎉
Ese Imana yohanshikana nonezerwa cane mbonye iryosoko ndaribonye ese ingene uvuga neza Imana ikujimbere Fabrice
Aho vyoca hose isoko ikubakwa tuzogushimira, mukure ivyinzigo nishari, mutangura kuvuga ibitagira muta, aha Fabrice n Imana yamuduhaye nk malaika
Wewe nanjye turikumwe gikuru iwacu hubakwe
Nanje turikumwe sha uyo nibindi azobikora adukure kugasuzuguriro kibindi bihugu
Mukomerezaho 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Big up
Wawoo
Les idées nouvelles pour impulser le développement de notre pays , le Burundi.
Imana ikuzigame.
Ba rwagasore baracariho
Yesu weeeee Fabrice amosozi yumunezero ariko araseseka ku barundi benshi Komera musore wacu
Fablice turashima Imana yakuduhaye. Urumukozi adakangwa vraiment wewe uzoba nka Massa Moussa wewe ndakubonamwo icirore c'uburundi kuko urumuntu yuzuye ukwizera
Fabrice Manirakiza Imana yo mwijuru imuhezagire cane kuvyiyumviro vyiza vyiza.
Well
Urumugabo pee nayakubahwapresedent
Fabrice ndakwinginze,ntuzahirahire,ngo uze ikigali batazaguha uburozi,kdi ugomba kwirinda Umuntu wese,uturutse murwanda!!!kuko iterambere urikugeza kugihugu cyawe,risya inyenzi.
Aramaze kujayo
Iryo terabwoba subiza iyo ukuye. Abarozi bari hose, kandi Fablice yama yagiy mu Rwanda. Hama inyenzi n'abantu canke na Fablice bihuriye he? Ibikoko n'abantu ubivanga gut?
@@jayavatar1577 namubwira iki?ajye akomeze aze!!!
@@themagnet4236 Azakomaz aza ko nubundi siw wamuzana
Imana ihimbazwe,utushitire ko inimero za comité exécutif ijejwe iyo nyubako y'iyubakwa ryiyo soko,ushaka kubaza aroke inyishu zitomoye murakoze cane.
Jewe naho atamahera nfise nzoyagurana ntange umutahe kugira dutere imbere
Naj iryo raki ndaritanga
Nanj vrt vuba ndayatanga! Nivyiteka
❤❤❤❤
Bob Rugurika naje muri RPA atubarize aho Fablice akura Amahera n Ibibanza yaka Abanyagihugu😅😅😅
I Love this Young Man Manirakiza🎩
✊🏾🇧🇮
Arimenya 😂😂😂 nta mutima aturya😂😂
Mumpamagarire kimamanda aze hano urya mushenzi,komera bwana Fabrice,urintwari,urakwiye kubakirwa statut nukuri
Courage bro❤
Imana imbere ntagitashoboka
Hejuru Burundi ❤❤🎉🎉🎉
Congratulation
🙏🤜🤜🤜🤜
Unviriza mwebwe barundi munyunva??
Uyumwana wigihugu murabe Mumukingire!!!
Atarukwo birabasha biraducika ivyiza, kndi ivyiyunviro vy'abatama vyaraheze 😮 ivyamoko ugwaruka ntavyo tuzi🤔 politique mbi niyo tuzi yakahise, kandi turandurane n'imizi abaduhenda dushireho abavuga bgashitsa nk'aba ba Fabrice ❤❤❤💯 kwa Mia
Imana Imfashe muri ukwo kwezi nzobe naronse iyo mitahe
Fafa❤❤❤❤
imana ikuje imbere uburundi buje kuyindi ntambwe
Ntakundi ko wadutanze twoyiyubakiye muma Pi nubundi open mainnet ibe vyinshi tuzobigura muma Pi
Bigira bigendeneza amen 🙌🙌💃💃💃💃💃
Nne ni Fabrice azodandariza mwiryosoko kweli sabarundi bintara zose bazodandarizamwo nukuri
Fabi ntakuntu wokwitoza ugatwara uburundi??? konubundi uburundi bufise isezeranoko buzotwarwa numuntu ngoyakuriye hanze yagiyeyo akirumwana ubu ntiyoba ariwewe??
😂😂😂😂 Abarundi kweri turi umuti wamenyo 😂😂 none nkivyo uvuze birajanye niki gikorwa
Bonne chance gusa mutumvikanye na l'ETA étape par étape bizokugora
Nukuri Imana imuturindire Fabrice ntabaduhekure nkuko baduhekuy muri 2015,Imana imuducungire turagusengera mutama
Fabrice courage urokore uburundi nabarundi, mais usenge imana yaw ikurongore, abanshi nibenshi batagushaka,kuko babona kugiye kubasesera ifu
Komera kwibanga Fabrice,turagushigikiye caneee
Nukuri tworonka nka5 nkaba igihugu mumisimike coba nka dubai
Arakabibaka kuko ivyo bibanza ntaco bariko barabikora nne ikibazo nahakura amahera cnk dushaka twebw inyuko gusa
Nkunze ukuntu amajambo avuyemwo ibikorwa iyaba bose bavuga bakora much respect
Aba diaspora ntavyoguca pembeni.
Spirit yabazungu yaratwinjiye ❤🎉
Shira ibiro mugihugu hose, compte mugihugu hose
Duhe iyo numerous ya comp
Fab que la bénédiction de l'éternel soit et sur ton chemin
Ark jew ndibaze ko atabazungu bazogura imitahe?? Nico nabaza
None twocahe kugira Durante umutahe please
Ahubwo niyongere atange details zabashaka gushiramo shares
Fabrice twe tuba hanze muga dushobora kuyarihira kuri limikash ariko tukafotorera za karangamuntu ivyo vyangombwa vyemezako washizemo imitahe ntivyokunda?
🎉🎉🎉🎉
Abarundi twarakanzwe nabampema yuzuye.
Ahubwo nimwihute kugura imitahe uyo Fabrice n'umurundi kurukoba ariko mumutwe n'umuzungu wumunya Australia agira yereke abatunzi babarundiko batunze amahera ariko badatunze mumutwe.
Fabrice aje guhagurutsa uburundi
Ku mvo zo kwiyunguruza zigoye, Buri intara birakwiye ko murondera mwofasha kwegeranya izo formulaire zo Gu completa izo formulaires.
Ukwiye gusengerwa cane abarundi mufise umutima wokwubaka atari bamwe biyumvira kwica gusa abica bahinduke mwizina Rya YEZU
Ntimuratubwira criteria zizogenderwako kugira ngo ibibanza vyo muri iryo soko bitangwe?
Kabisa Fabrice yubahwe Bob rugurika naw nagume ayavuga natwe dukora azumigwa nne agomb tugume mwiryo yarara isoko nubwo yoba Iya Fabrice gusa twebw turira isoko gusa ntabindi
Turakwemera can
Umutekano wiyongere abansi nibenshi
Nanje ndipfuza kugura umutahe none ndawugura nciye kurinde
Jew ndafise icizere kuburundi bwacu buzohinduka 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇷🇧🇷🇧🇷🇧🇷
Ibinivyo bikenewe shiremwo umutahe hama mbone inyungu kandi vyubatse bikahera naho nobona inyungu nakibazo kabisa kuko nanje nzoba ndatereye igihungu canyibarutse🇧🇮🇧🇮🇧🇮 siyo kwitanga biba vyabantu.
Komera fabrice turinyuma yawe ramiriza IMANA ikuzigame cane
Erega si FabRice; ni FabLice! Ba usoma neza!
Bwabunyarwanda uzoza wumva ngo Fabrice numunyarwanda ngo nyina ngoyari umunyarwanda😂😂😂😂😂😂uyo niwe murundi nyawe abushitse yitezimbere akongera agatezimbere n'a benewabo babarundi
Korakazi urekane na rugurika na Pacific na sinduhije baguma basaragurika barya barwaye ibifukunyi iyobibafashe baca batangura guta wakuba batukuboko nukuguru umunwa nawo ukavqmwo ibinuka gusa
Fabrice mwana wacu mwana wigihugu muntu wimana imana ibandanye ikurinde ikuzigame nta co novuga kinini ndakuragije amaraso ya yesu akurinde abandanye gukunda igihugu cacu 😂
Quelqu'un qui n'est pas burundais mais ami du Burundi intéressé pour le développement du pays, est autorisé à y participer?
Seulement les Burundais. Merci
Uwiteka akuje imbere.
Duhe iyo compte natwe tuyatange
Iyo myaka kutayivuze imyaka 20 nimike cane ntanyungu ishimishije muzoba muraronka
Komera.turagushigikiye
Fabrice nibatamuciramwo arise vision nziza Kandi uko ndamuzi yiyemeje ikintu aragikora
Erega si FabRice; ni FabLice! Ba usoma neza!
niryokosa wabonye?
Vyabintu turatanguy kubon katarimikino
UBURUNDI bwabuze INTWARI nkizi,ntituba twandikwa mugihugu gikenye cambere