Cher apotre... La grandeur d'un home de Dieu sivyo vyose udondaguye... Si amashure Si America Si imiduga Eka si ibitangaza... Namba. Plz... Mwige guca bugufi. Thanks
Oohoo Yesu ati muzabemenyera kuvyo bama Mbayahaga ntavuga ngo cakira Ijuru avuga mwihane ariko muri kwirata Ama étage n'a za kaminuza mwize imuduga mufise Yesu nawe ati uwirata yirate KO yamenye Imana
Kuri iyi isi abantu benshi batwaw n ivyaho.bpfuza ivyiza vyaho gusumba ivy ijuru,ariko bakibagira ko Yesu ata miduga,n amazu yari atunze.Je kugiti canj niyumvira ko mworeka umwe wese mu kwizera kwiwe mwo mureka agatumbera ku rusengero cank ku mu pastori yiyumvamwo.Nayo Uwiteka we mbona imvura yiwe irwa kuri bose,kuko abakire ba mbere kuri iyi isi sinibaza ko aribo abasenzi ba caane.
Ageze Ku modoka ya 16! Abakirisitu biwe batubitse uwavubi! Abana biwe nkubu usanga bageze USA we bakoresheje inoti ya vrai,akizeza abakirisitu KO visa izova mu kwizera! Aca bongo,ninkuwabahenze ngo muri abakozi bimana, twebwe turi Abana b'Imana! None kwa So icushaka wogituma umukozi?
Man of God uri mu kuri cane 100% kuko gucakira ntibibuza ntibisigura ko umuntu adakora ahubwo urashobora gukora bikanka. Rero niho umuntu aba akeneye gucakira mu buryo bw'impwemu. Man of God Uhoraho akomeze agushigikire mu vyawe no mu bawe
Ewe Yesu dutabare umva nukuri jewe ndi muruhande rwa pasteur Mbayahaga Umugisha Imana irayitanga sinobiharira ikaguhindurira ubuzim ariko idusaba kubanza kwitwararika ubwami bwimana ibindi ikazobiduha nkinyongera non wokwigisha Ivya cakira utababwiye ubutumwa bwiza
Tuvyumv kumwe uyo mugabo nigisambo pe
Apôtre Mbayahaga n' imfura rwose. Uwiteka Imana ikiranuka imuhire.
Past Mbayahaga komera mu mwami turagukunda kuko utwigisha ko tubanza kurondera ijuru ibisigaye turavyongerwa .tureke ivyaha ibisigaye tuzovyongerwaaaa ntucike intege.na Yesu yigisha ukuri bakanabibona ntibaretse kumuhenagura .komera rero
La vérité est toujours blessé. Kwizera kutagira ibikorwa kubagupfuye.reka kutubesha
Yewe yewe,Mbayahaga abarusha ubupfura nimutembere mukorere Imana mucakire Imana niyo ibizi,ntiwirengagize ko hari abaza batitaye kubo bigisha bazanwa no gukacira, Imana ibane namwe
Genda vaho Pasteur mbayahaga Yansha💪🏽💪🏽💪🏽
Umukozi w'Imana wa vrai ntabwo yirata
Apotre Mbayahaga yubahwe. Twarabahinyuye.
Cher apotre...
La grandeur d'un home de Dieu sivyo vyose udondaguye...
Si amashure
Si America
Si imiduga
Eka si ibitangaza...
Namba.
Plz...
Mwige guca bugufi.
Thanks
Ukwizera kutagira ibikorwa kuba gupfuye🤝
Imodoka naho utoba wizera Imana woyironka ariko ijuru ntaryo uzojamwo utizera Yesu
Yaraguseseye agafu nicogituma urikuvugivyo.Imana yavuze kwizohezagira ibikogwa vyamabokoyacu.Mbayahaga yavuzukuri .ntiwirate ngowagiye amahanga niwirate kowamenye Imana
Ewe wa si we,waragushije ishano koko! Nimba dusoma ijambo ry'Imana,ubwibone ni igishisha Imana!
Nimwizere Imana ibindi vyose muzovyongerwa ntakwizera ibiboneka kwirata kwose kuva kuri sekibi
Mbonye wirata cane muvyubu bugingo amenye ivyo Yesu yatanze nagakiza ibindi vyose vyuhira kugakiza
Oohoo Yesu ati muzabemenyera kuvyo bama
Mbayahaga ntavuga ngo cakira Ijuru avuga mwihane ariko muri kwirata Ama étage n'a za kaminuza mwize imuduga mufise Yesu nawe ati uwirata yirate KO yamenye Imana
Apostle Mbayahaga turamwemera woe wibeshya
Ijambo ry' Imana riravuga: kw'igisha ,gukora ibitangaza ....si yo biranka Umuntu w'Imana! MUZOBAMENYERA kuvyo Bamako!!!!
Mukorere Imana naho guhamgana ntacyo bimaze hato satani atabayobesha guhangana mugasanga mwakorere ubusa,
Buri wese azi ukuri , mukomeze mukore yesu kristo azabahemba
Apostle Emmanuel jewe ndamushingira inahe “n’umukozi w’Imana wukuri “ nasenganye Nawe imisi myinshi ndamuzi neza n’intumwa y’Imana kandi imbaraga akoresha n’izimana.
Iyo rero abantu badashiboye ikintu nimujr mwegera ababishoboye aho kubabeshera ivyo mutazi.
Nukuduza ukwizera tubeshejweho nukwizera kuko na kristo yaragaburiye abantu ibihumbi bitanu 'ibitangaza ni vyinshi vraiment amen merci
Yesu ati,ntitwa senda,abadayimoni mwizina ryawe ,ntitwakiza abarwaye mwizina ryawe, niho nzobajinjiburira ,ntinviraho mwabakora ibiziramwe sinigeze mbameya
Nivyiza kubwira abantu ko Imana ihezagira ariko gikuru mubwire abantu kwihana ivyaha ubwambere ya vyose.
Simvuka ko ivyo avuga hatarimwo ukuri mais nuko avangatiranya , kandi abakozi b'Imana ntibasamburana ahubwo baruzuzanya. Paulo ntiyigeze yigisha abantu kugira mu butangaza gusa ariko yarababwira no gukoresha amaboko yabo. None umuntu yokwirirwa yicaye mu rusengero ngo bizomusangeyo?Ahubwo arasenga,akizera akarondera ukwabaho ,Imana ikamutumberereza inzira zaho ivyiwe bica. Mvuga nti dusenge, twizere hanyuma dukore. Kuko Imana ihezagira igikorwa c'amaboko yacu. Kandi ahantu aba pasteurs benshi mwihendera nuko abakristo bose badashobora kuba aba pasteurs, ntushobora kwitangako akarorero kuko imihamagaro simwe. Haanyuma kwirata ivyo utunze ivyo biraciriritse cane gutunga imiduga, amazu n'ibindi hari ababikurusha ariko batuje, bagenza gake.
Nibareke kuyovya abantu uwudakoze ntakarye. Nibacakire impwemu mgb ibintu ntibabicakira barabikorera
Voilà Uvuze ukuri nivyo na Pastor Mbayahaga yigisha bakore bacakiye imodoka badakoze vyovahe
Haraho yoba yabujije abantu gukora mu vyo yavuze?
Apôtre Mbayahaga arigisha abantu gukora nk'abandi bose. Kandi ntahakana ko ibitangaza bitabaho kuko narakurikiranye intahe ziwe zerekana neza ibitangaza Imana yagiye iramukorera. Izo ntahe zigaragaza neza ko ivyo yashitseko vyose atabishitseko kubera yakoze cane kurusha abandi. Nk'intumwa rero abwira abantu ko batorera amaboko ngo bizere GUCAKIRA GUSA nk'uko biri ku batari bake. Apôtre Emmanuel na we akagira ati nimba amashure vyaranse, inzu upanze wabuze ayo kuyiriha, ukaba unywa inzoga winyegeje kuko vyans ko uyiheba ati Imana irafise ubushobozi bwo kubihindura kuko ubutumwa bwiza atari ubwo amajambo gusa ariko ari ubwo ubushobozi. Intahe yiwe na we nyene iragaragaza ubwo bushobozi bw'Imana. Bose rero ntawe mbona yigisha ibitari mw'Ijambo ry'Imana. Ikibazo intumwa Emmanuel ahura na co nk'uko agira démonstration de sa foi agakora ibitangaza nk'uko Ijambo ry'Imana rivuga ngo "MUZOKORA IBITANGAZA" abantu na bo batari bake bakaba batabimenyereye. Muri make nta mukozi w'Imana yovuga ngo vyose bizova mu maboka yanyu kuko yoba ariko yigisha l'HUMANISME, iyo nayo akaba ari juste un Courant philosophique. Nta kibazo cari gikwiye kuba hagati y'aba bakozi b'Imana, pour moi ndabakunda bompi kuko singombwa bamere kumwe. Gusa nimba hari amahera canke ibindi basaba abantu kugira ngo "IMANA IKORE IBITANGAZA" aho abantu bohagabira kuko birashobora kubamwo ubwambuzi na manipulation.
Nihaze ngaha abantu batatu gusa,basengewe nabo bapastori bizeza abantu ngobacakire amamodoka,amazu meza,ama visa;bashinge intahe kobabicakiye;komuhendwa mubona ninde mupastori yogusengera ngo "" cakira imodoka"" kandi na ration uyironka kumagengera???? Bakibagirako imoka iboneka habanje kuboneka akazi,akazi kagatanga iyo modoka,HAMA NGO CAKIRA😢😢UYICAKIRA IVUYEHEHE? ITIBUKA IVA MW'IJURU??? MUNYISHURE!! Apôtre Mbayahaga yubahwe!!!
Harabantu batabanzanokwiyumvira urafata ivyogucakira imodoka namavisa ukavyitiranya namaraso ya Yesu mbega nanje ndamubaze niyihentumwa muri bibiriya yigishije nkubwo butumwa bwogucakira ivyisi ngomwize gusumba abandi😂mukigisha amahopo nkayo nimuhenda abadasoma bibiriya nahokwirata kowagiye mubihugu bitantukanye ntacovyakumariye muvyimpwemu
abantu ndibaza ko batahura nabi ibintu . ntushobora gucakira utakoze . kandi ucakira kuko Imana yaguhaye inguvu . vyoose Imana itabishatse , ntaco wohanoba . ntiwonaja ngaho ngo urere amaboko, ngovyogusanga aho uri , Imana isaba ko twizera ivyayo hamwe nugusenga hama ugakora kuko nayesu yarakora
Komera mukozi w'Imana ndafashijwe nukuri peee
Mumpe nimero zuyumu Pasteur mwobamukoze
Niwi Hane ureke kudutuki umukozi wImana Bayaga Impanoyi weniy Imana
Woe twaraguhinyuye ariko imana irihangana Abo bazimu ukoresha nimbaraga zimana ipuuuu ndakuvumye wakiyovyabantuwwe uzobabazwa shaaaaa Abo woyobe je niwewe
Umva yemwe. Ndababwir. Ijambo. Cakira. Muri. Bibiriya. Ntaririyo. Ariko. Ijambo. Rivugako. Atawakoreye imana. Itazomushumbusha umurengera. Mwubu bugingo. Nomubuzoza. Yemwe. Dukoreye. Imana. Turunguka. Mwuyumubiri. Nomwojuru. Tukazobaho. Neza. Uyumukozi. Wimana. Ntakosa. Afise. Mbayahaga. Nawe. Nimumutahur kugiti ciwe
@@NDUWARUGIRAClothilde mu kinyarwanda hoho ijambo gucakira bribwira imbwa iyo bayigiye inyama canke igufa!
Asha mpayahaga yubahwe pe hazogire uwuzoncakirira inzu yanje navunukiye ngo yayocakiye azombona nidukore hama yesu azohezagira ibikogwa vyamaboko yacu
None burya abataronka nabo nukuvuga ko birigwa baryamye badakora?? Cnke uwurose nukuvuga ko aba akora gusumba abandi??
😂😂😂😂
Bazoyicakira wewe ntamakuru ufise😂😂😂😂😂
MURAKOZE CANE MUKOZI W'IMANA EMMANUEL IBISIGAYE NDASHIGIKIYE ''IJAMBO RYO KWIZERA KO ARIRYO RIDUTUNZE'' MURAKOZE CANE RWOSE.
Oya mukozi w Imana !!!! Hari aho woturangira mw ijambo ry Imana hatubwira ngo ducakire imodoka n ibindi ??? Ariko ijambo ry Imana muri Yogana chapitre 1, verset 12 haratubwira neza uko duhinduka abana b Imana,Yesu Kristo yaje kurondera intama zazimiye ari bo twebwe abana b Imana, aradupfira ku Musalqba azira ivyaha vyacu!! Hanyuma , iryo jambo ry Imana ni ryo ritubwira ngo kub Urukundo Imana yakunze abari mw isi, ni rwo rwatumye itanga umwana wayo kugira ngo abamwizeye bose ntibapfe rubi ariko bahabwe ubugingo buhoraho!! None mwotworeka ahanditswe iryo jambo ryo gucakira??? Handitse ngo nzohezagira ibikogogwa vy intoke zanyu, nta kwizera kutagira ibikogwa! Nta ni bikogwa bitagira ukwizera!! !!! Ivyo bintu n ubuyobe kandi ni vyo biriko birazimiza intama z Imana!! Ni mubwire avantu ubutumwa bw ubwami bw Imana, bizere Yesu Kristo kubw ubugingo bwabo!! Haranditse ngo ni murondere ubwami bw Imana n ukugororoka ibisigaye bizobabera inyongera
Inyigisho za benshi zisigaye ziteye ubwoba,
Ni muri Yohana, habaye ikosa ryo kwandika
Ivyo bintu, ivyo bintu uriko uravuga biratukisha izina ry Imana!!! Biratukisha abakozi b Imana!! Ibaze nk umuntu agikizwa akumviriza ivyo bintu wubahutse kwigisha ku rubuga uzi neza ko humviriza abantu benshi!! Ivyo bintu ntibijanye n'a gatoya n ubutumwa, ahubwo usabe imbabazi Imana n abavyumvise!! Uriko urazimiza, nta buzima muhindura na gatoya , abafise irari ry ubwo butunzi baragukurikira ariko ntabwo bazoronka, Honduras izo nyigisho zawe ziteye ubwoba!! Ni gute urangije ivyo biganiro bipfuye udatumiriye abantu ngo bizere uwabapfiriye!! Nta ntege mukwiye gutegwa ahubwo mukwiye kuvyugara ni mba ari vyo mubwira qbantu
Uyumugabo akwiye kwihana akakira Kristo muriwe kuko ntawurimwope akabatizwa agatangurira a0 nahobitabaye ivyo arazimiza benshi
Ntajambo riyobora abantu munzira nziza yarobanuw n'a bushiri buri kwezi baba bahise kuzana izindi mbaraga bagaruka bayagisha ibitangaza abagifise mpwemu yera tuzobamenya
Matayo 25:10-12 wew ukunda ivyubhiro cane, Révérend Pasteur, Apôtre muheshimiwa....
☆ Erega Apotre Mbayahaga ba mugwanya kubera avuga ikuri☆ abo baswa nabo nobakomeze kwiba bakoresheje izina ry'Imana bazobibazwa.
Rekareka ntavyo gucakira nibakore ahubwo Imana ihezagire ivyamaboko yabo hama ukizera ugahezagirwa
Sha mukure yo amaso .Ko yabonanye na bushiri , muce mumenya uwo ariwe .
Bantu b,'IMANA mube maso .
Abakozi b'Imana bahamagawe ugutandukanye umwe wese nakore uko yahamagawe abikore uko Imana ishaka ko abikora hama hiry y'uguhamagarwa ugutandukanye mukundane mushigikirane mwicarane muganire ivyizerwa bibakomeza murugendo ndetse no kurubuga bikahaca kugira bikomez abera bose
Nibaza ko Mbayahaga wamutahuye nabi kuko ahimiriza abantu gukora hanyuma Imana igahezagira
Exactly
Apotre MBAYAHAGA ishura kwivyo bibszo vya apotre EMMANUEL
Warazimiye Kandi uriko uzimiza abantu yesu niyaza udahinduye uzotabwa hanze
Wwe kuyakura mubantu sicogituma urikwirata. Imana inzigamire Mbayahafa
Iga kuvuga nk'umukozi w'Imana
Komera mukozi w'Imana
Ntanganzwa ningene biga ntibatahure !!!bakabwiriza ivyo badatahura batanumva babeshera Imana
Mukomre bantu b Imana Nantes nemeranya n'a mbayahaga kuko abigisha ivyibitangaza bakongera bakabikora ntibasaze abizera vyuri kuko yesu yavuze yuko bazobikora kugirango bazimize beshi mbere nabatoranijwe ni vyashoboka rero ntimuzimire.
Imana nunyembabazi ubundi ihindukirire uyisange ikuruhure urarushe ivyobitangaza sivyo ivyukora nivyumwuka wumwijima
Nta mukozi w'Imana yirata
Komera mukozi w'Iman
Mbayahaga hejuru
Muzahuze mbayahaga nuwo mugabo.hazosha pe😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Pole sana, nta Mana nigeze numva uvuga muvyo wavuze vyose, ngira ngo wize kwirata apana gukorera Imana. After all, you are as worldly as the rest.
Erega ukwizera gutandukanye no kubesha. Ukwizera kuva muvyo twumva kandi ivyo twumva biva mw'ijambo ry'Imana. Gucakira ntaco bitwaye mais bivana nivyo ucakira.
Gus norangiza mpanura abantu mwese muri rusangi nanje mvuz'uko natahuye arik boharira boreka ibi bihe vyaravuzwe ko bizozo.kandi burya uhoraho araz'abiwe ntanuwoshobora kubamushikur mukuboko.rero ndabasavye nkuko biri imana ni mpwemu yisenge mu mpwemu no mukuri naw'izokwiyereka ibisigaye. Yavuze ngo ninyongera wacakira woreka har'umugisha waremewe.mugihe witwararitse ivy'ubwami bw'Imana n'ukugororoka kwayo.ivyo navyo bikogwa bite?n'ukwizer'amaraso ya Yesu,ukayogamw'ivyaha vyose hama ukabireka.ugatangura gusenga no guh'icubahiri Imana kuko Nico waremewe ham'ufasha abakene canke ab'ufis'ic'urusha.utang'ibigira cumi n'amashikanw.ugir'ubuntu n'ubugwaneza.n'amahoro biva muri Yesu yahaye kubuntu.igisigay mwitegurire kuza kwiwe..ntaz'abasange muri mumpaka zabo mwemera nabo mutemera.bose bafis'impera zabo nawe ronder yawe hakir'umwanya.kuk yes'agiye kubihayura abasenga mukuri nabasigura mukuri nabakor'ibitangaza mukuri azobagaragaza.murakoze.
Avuzukuri apotle IMANA yiwe imuhe umugisha
Nogatangaye ko utari ikibwa mubindi ngo Profete .
Hahaha urabesha pee 😊
Uwuramvye azobona Imana iduhe kugumya icotwakiriye nukuri bisigaye biteye agahinda ahabakozi b'Imana usanga bariguhangana birata ibi canke biriya biteye agahinda
Imana itubabarire pe biba uriguhamya ko wocakira igari utari gukira??besha ababesheka pe .pst Mbayahaga komera kuko nijambo ry'Imana ngo uwudakora ntakarye.babeshe bagume bicaye ngo barindiye amagari
Be mureka guhenda abantu. Ayo masengesho yo gucakira n'amasengesho bahendesha abantu. Benshi bahendwa ngo baje gucakira imyaka n'imyaka igahera bakigenda n'amaguru. Ni mwigishe abantu ivy'ubwami bw'IMANA no kugororoka kwayo, ibindi vyose bizobabera inyongera.
Kuri iyi isi abantu benshi batwaw n ivyaho.bpfuza ivyiza vyaho gusumba ivy ijuru,ariko bakibagira ko Yesu ata miduga,n amazu yari atunze.Je kugiti canj niyumvira ko mworeka umwe wese mu kwizera kwiwe mwo mureka agatumbera ku rusengero cank ku mu pastori yiyumvamwo.Nayo Uwiteka we mbona imvura yiwe irwa kuri bose,kuko abakire ba mbere kuri iyi isi sinibaza ko aribo abasenzi ba caane.
Hari ivyakoretse birengeye ubwenge n'ibiharuro vy'abantu. Nibaza ko kandi atawigisha abantu kwiryamira.Iyo tugiye kuri turacakira umwimbu mwinshi tutarawubona kuko dutegerezwa guhagarara kuco Imana yavuze
Uwo mugabo arasobanutse cyane
Erega ibyo uyuvuga byo gucakira nibyo Kandi ntuyahaga nawe ibyo avuga ni ukuri .byose bikeneye guhuzwa nimirongo ya bible .akenshi natwe twandika tuba abafana? Twe kureba ababagabo turebe Ijambo rya bible!kuko abo ni abantu
.ukuri ni bible brothers and sisters.
Akenshi twe ntidusenga, ntidusoma bible kubatandukanya no kubahuza bizagorana.
Muramfubusantayotuzongerakubaha kenyenge twarabamenye ahohosewagiye birakureba kuko avugishije ukuri ubwuramushakahikikweri!!?.😊
😂😂😂😂😂 noneho muzasubiranamo pe! Obyanyu nisiyasa🤣🤣
Ubufu bwaragusesekanye pole sana
Mumuhuze na Mbayahaga please. Turabe ko avuga ivyariko aravuga. Niyo yemera ntaco azoronka icavuga😢. Gezaho uriko uraroga
Ariho ibintu abarongozi bamashengero batiyumvira ibaze urongoye nkabantu ibihumbi bitanu bose ukababwira ngo cakira iyumvire inzira ububajanyemwo ahubwo urumurongozi wa vrai create job opportunities kurabo bakirisu bawe hanyuma urabe ko urusengero rwawe rutazuzura abarwizatunga bubahimana kandi nawe bizokugarukako bazoguma bakwivugamazi ucawimerera nkareta witoreza ishikanwa buke buke ataco winona😊😊
Apotre uvugukuri turemeranyanawe nanj naaracakiy byishi ndacakira kwambukumahanga uvuzengocakira naratahuy kwabarubuhanuzi imana iguh umugishaa papa❤❤
Mpore warayomvy ncuti senga Yesu kristo aguhumure maso
None wambutse umupaka utarondeye itiket na visa cnk passeport ??waracakiye Hama igitondo kimw wisanga hanze yigihugu?duhe intahe ukovyagenze.
Apostles Emmanuel, korera Imana udahangana n,abakozi b' Imana bagenzawe,
Nyaruka Roi Khaled ukize abantu.
Sha,ntuvuge nabi na Yesu ntiyagiye mumavuriro ngo akize abagwaye bose
😮watunze imiduga 16, wabaye mubihugu vyinshi imvugo yo gusuzugura no kugaya abandi iyo simbuto ya Mpwemu Yera!
Ageze Ku modoka ya 16! Abakirisitu biwe batubitse uwavubi! Abana biwe nkubu usanga bageze USA we bakoresheje inoti ya vrai,akizeza abakirisitu KO visa izova mu kwizera! Aca bongo,ninkuwabahenze ngo muri abakozi bimana, twebwe turi Abana b'Imana! None kwa So icushaka wogituma umukozi?
Uyu ndamwemera cane
Amfashe nanj mpebe inzoga kweli😢
Hama ijuru ntibaricakira reka kuzimiza abantu, urizera hama ugakora , nayo kuvuga ngo ndacakiye ijuru ngira ni ibijumbu woba wasoromye wocakira uko wishakiye!
Ahhhhhhhh komeza ucakire
Love from Muganwa 🎉
Iyuteye ibuye mubibwana ikijwiye nic riba ryafashe uyumuntu imvugo yiwe siya gi Kristo
Uwahumuye impumyi ni yesu wenyene kuberiki wahagurukije abakobwa
Ntawogucira urubanza ariko mbayahaga abarusha inyigisho ziwe zisumba izamwe na Joshua 100%
Ewe Emmanuel, uriko uzimiza abantu, ubu nyene uze kurata ibihugu wagenze, ni vyo vyerekana ko ivyo gucakira ari ukuri?? Igisha gukora hama umuntu acakire umugisha uvuye mu bikorwa vy,amaboko yiwe!
Ziba wagisambowe mbayahaga ibyavuga nukuri bacakire iki oya nihomuhera mwibabantu
Ngo gucakir birabah😂😂😂😂turagow
MURAYAVUGA BASHA!
Man of God uri mu kuri cane 100% kuko gucakira ntibibuza ntibisigura ko umuntu adakora ahubwo urashobora gukora bikanka. Rero niho umuntu aba akeneye gucakira mu buryo bw'impwemu.
Man of God Uhoraho akomeze agushigikire mu vyawe no mu bawe
😂😂😂😂😂😂
@@Favour3558 urarwaye
Toka kure udakoze ntacuronka kuko Imana ihezagira imirimo yamaboko yacu Abo basuma ngo nab'apotre
Abikuzimu barazi iyobahurira.
MUBISANZWE NTIBIKENEWE KO UMUNTU UMUNYWESHA INZOGA KUGIRANGO UBONE KO YAYIHEVYE. NYAKUBAHWA APOTRE EMMANUEL IVYO NTUZOBANDANYE UBIKORA. IYO WATUYE KUMBORERWA KO IKIZE IBA IKIZE UTIRIWE URASUBIRA KUMUNYWESHA INZOGA.
Nigukomeza kwumigwa sinzi nkaboyirigw ararira amahera😢😢
Emwe ndumva warahageze niwicakirire😊 yamara ndabona warakaye weeee🙆
Mwese muri ibisuma musumira imiryango yanyu,yaba UMUKAMA ahaniraho yobagaraje imbere y'intama ziwe.
Wowe witinda mu kwisobanura
Powerful ndagushigikiy Apotre iryo Juru batubwira nububeshi gusa nibo babeshi ntawagiyeye ngo aze atubwire ibiriyo.so tuvugire wew grand frère twebwe iy generation iriko iraza ab bahar ntibadutahura
Igisuma, umwambuzi
Nimvugo yawe wew Emanuel iragaragaza ko nta Mana uzi uri ikigoryi.
Imana ishimwe kubwo kugutoranya mubizerwa bayo mubyeyi
Murabasazi
@@Cinaise-y5h😂😂😂😂😂
Abacakizi bareke bacakire ariko 😅
Kowarakaye iyo mujinya nuwumukozi wimana? Uwuje iwawe mubanza kumwishuza consultation nkaho umengo nikwamuganga ube maso
Wapi!
Uyu Apôtre ni gasaraba😅😅😅😅
Ngo gucakira!
Uwo mutipe mbayahaga ivyiwe birayobeye.arakubwira ko yahoze arimbwa mugukena,Hama abona umusumwe arose ama dorari Atari make Kandi ngo atamenya ko yoyarose,Kandi bigaragara ko yarisi yimpwemu imuvyariye,ariko agahindukira akagwanya ivyimpwemu.aracangana vrm
NTA NZOGA YINJIRA MURI EGLISE MWUBAHWA APOTRE EMMANUEL ! KOMEZA UBOHOZA ABANTU BATABANJE GUSUBIRA KUNYWERA INZOGA MURI ÉGLISE.
IMANA niyo izoca urubanza basha tureke kuvuga menshi tutiyanduza umwe wese nagumane ukwizera kwiwe kuko umwe wese azobazwa ukwiwe Kandi ntawuzojana nuyundi umwe wese azobazwa ukwe
Ndababaye cane kubona umuntu yiyita Umukozi w'Imana yirata kurugezo runganuko🤔 urimwo impwemu yubwibone irenze cane.Mbayahaga yigisha gukora na Paulo yaravuze uwudakoze ntakarye.Wewe nkumukozi wi Mana ushobora kwirata ivyo wize ufise ngo warizeye,vyaciye bikoroka biva mukirere??? ukuntu rero uvuga America nkahumenga ni mwijuru 🤔ntumara mara kweli.gutoranywa nikimwe no kuguma mumasezereno ukora ivyubugombe bwi Mana nikindi🤔turagowe