Umu DIASPORA avuye i DUBAÏ azanywe no kubwiza ukuri

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 17 вер 2024
  • Umu DIASPORA avuye i DUBAÏ azanywe no kubwiza ukuri #Abarundi kubijanye N'ITERAMBERE/Amahirwe tufise tudakoresha mu Burundi...

КОМЕНТАРІ • 14

  • @ntahomvukiyevincent9245
    @ntahomvukiyevincent9245 3 дні тому +1

    Tu est mon frère préféré.Ibiganiro vyanyu ndabikund cane

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 3 дні тому +1

    Homme du changement turagukunda musaza

  • @nshimirimanahussein
    @nshimirimanahussein 4 дні тому +2

    Boss gahire eddy kevin eshima mze baba nakupata

  • @FrankeIgiraneza
    @FrankeIgiraneza 4 дні тому +2

    Komera mutama

  • @EdouardNduwayezu
    @EdouardNduwayezu 3 дні тому

    Mutama wamateka Kevin abarundi bomera nkawe Uburundi twobaho nkiparadizo imana igume ikwuhira

  • @DeogratiasNkurunziza-wm4ym
    @DeogratiasNkurunziza-wm4ym День тому

    Komera mutama@EddyKevin❤

  • @jeanpaulkevinininahazwe3388
    @jeanpaulkevinininahazwe3388 4 дні тому +1

    Ibiganiro vyakino gihe navyo kweri😅

  • @emmanuelmugumyankiko6751
    @emmanuelmugumyankiko6751 4 дні тому +2

    Ikiganiro ciza cane.
    Umutumire n'uwo gushimirwa ku nyishu nziza n'ivyiyumviro bitomoye ku buryo bwo gukora(na) mu guteza imbere igihugu cacu mu busata bitandukanye.
    Arerekana neza uruhara rukomeye "Diaspora idasinziriye" ifise mu guteza imbere igihugu cacu.
    Ni ivyo gushima no gushigikira.

    • @Kana-uu8jv
      @Kana-uu8jv День тому

      Wubahwe murundi wacu mwiza kumigambi myiza mufise yogusukura uburundi bwacu bube nja paradizo.

  • @ComeNtirandekura
    @ComeNtirandekura 4 дні тому +1

    Igisata cumuyagankuba Nico twokesha vyose hamwe cokorana umwete kuburyo amatara adacika vyose vyoshoboka

  • @emilebihibindi5822
    @emilebihibindi5822 3 дні тому

    Iyo uvuze ngo leta yokuraho ama Visa mugihe wavuzeko Dubai yinziza amafranga menshi mu ma visa wapi

  • @LovelyForestHills-vm2wy
    @LovelyForestHills-vm2wy 4 дні тому

    💪🇧🇮🇿🇲

  • @habibumasenga6213
    @habibumasenga6213 4 дні тому +2

    Double shift its very important kumuvuduko witerambere m uburundi

    • @turibamweali8661
      @turibamweali8661 2 дні тому +1

      Gukora ntako bisa njyewe ntuye muri USA ariko nkora kuva kuwa mbere kugera kuwa gatanu hamwe muri weekend naho nkakora nukuvuga nta munsi numwe wanjye ntinjiza amafaranga kandi maze kubimenyera ntanubwo bindushya rwose