Uruganda rwo guhanahana ivyiyumviro kubijanye n’itegurwa ry’amafaranga

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 7 лип 2024

КОМЕНТАРІ • 6

  • @gilbertnkurunziza9643
    @gilbertnkurunziza9643 12 днів тому +1

    NIBABE BAJA KUBAZA ABENEGIHUGU ICO BAGONA VYEREKEYE ITUNGANYWA RYAMAHERA IKORESHA

  • @JesperManirankunda
    @JesperManirankunda 12 днів тому +1

    Ako gahungu ngo ni Directeur planification katanguye kavuga ko atari aga politicien, ariko ko mwagahase ibibazo kakabura inyishu, kahavuye kimenyenekanisha ko gashigikiye imigambi ya Never 40-60, ibintu bitovugwa nabantu bafise ubwenge bukwiye kiretse abari muri Eden. Ariko ako gahungu karafise ubumenyi ntikagira ubwenge n'ubwitonzi. N'ubwo bugabo n'ubuhungu buri muri CNDD-FDD, mugihe hari ubugabo nk'ubwo mpemuke ndamuke, basha ndabarahiye, igihugu caramaze kugwa mu kaga. Ntihagire ico mwitega kuri iyo ntwaro ya CNDD-FDD, Never aserukiye. Ahubwo mugume mubatera igitsure kuko vyarabananiye.

  • @ndayakiland
    @ndayakiland 12 днів тому +1

    This video is important but very unprofessional.

  • @JesperManirankunda
    @JesperManirankunda 12 днів тому

    Iyo systeme de gestion DD iri basé sur la violence, tueries, na mensoge d'Etat iri entretenu par Never, na corruption et malversations eco et financieres, naho hari ibibazo. Ako kagwi katahavuye, ntanakimwe kizohinduka. Ariko mugume musemerera nkuko Faustin via Parcem na Gabriel, Olucome babikora, haciye des annees et des annees. Abo nibo ntwari abandi ni mbunuza guhera kuri never.

  • @JesperManirankunda
    @JesperManirankunda 12 днів тому

    Hanyuma ministere du plan itegerezwa gusubizwaho kuko ministre des finances ntashobora kuyobora neza finances et planification. Aragerageza ariko si un superhome, genie, yemeye amananiza ahubwo mu misi iza bizomufyura ko urabona ko aremerewe. Nawenyene nabe honnete avec lui-meme ntiyihange ivyo adashoboye. Hanyuma iyo budget-programme ni reforme nziza, kuko ministre azotegura imigambi, aronse budget, abe responsable, yivye ayo mahera canke akisamaza, hakaba gusesagura, azobibazwe, naho atoshigwa imbere y'ubutungane, bizoba bizwi, abarundi babishingure ahantu. Mu myaka iza azobibazwe, kuko kudahana vyorora imisega, nivyo tubayemwo kuvu cane cane CNDD-FDD igiye k'ubutegetsi.

  • @JesperManirankunda
    @JesperManirankunda 12 днів тому

    Yemwe yemwe bandanya musemerera ariko, iyo ntwaro ya DD ikiri ukwo imeze, nt'Abarundi n'Abarundikazi bazopfa bavuye muri ubwo bukene. None Never ko yibera muri Eden, abandi yababwiye ko mugende muvyironderere, none mwumva kugira umuntu yitwa ko ari umukuru w'igihugu avuga ukwo kandi akabikora, ntimwumva ko yababwiye ati nimwimenye. Ubutumwa buratomoye, ariko bandanya mukoma induru. Mwe mwarabonye aho BRB itwarigwa mu bureau vya Never, kandi amategeko yo ku géra ama devises muri BRB atangwa n'umugore wiwe. Abasahuye ama devises ko babacishe mu mpimba, ubu ntibariko baratembera ngaho ataco binona.